Umuti w'ikibazo ca DJ FERNANDO na KADIE KAY wabonetse🙏//ICO birengagije👇

  Рет қаралды 778

Yaga Tech Tv

Yaga Tech Tv

Ай бұрын

‪@welovemuzika565‬ ‪@DJFERNANDOMIX1000‬ ‪@umukubito257‬ ‪@isaactv1725‬ ‪@hittoptv‬ ‪@indundiCom‬ ‪@CHiTAMAGIC7‬ ‪@masharikitv‬

Пікірлер: 14
@NahimanaDevothe
@NahimanaDevothe 24 күн бұрын
👍👍
@HonorineHatangimana
@HonorineHatangimana Ай бұрын
Twahoraga twunva kagaga kumbe vyos arashoboy
@umuhumure
@umuhumure Ай бұрын
Ikiganiro ciza cane👏🏾
@innocenticiragiye1494
@innocenticiragiye1494 Ай бұрын
Ikiganiro nkico nico tuba dushaka ! Muvuze neza cane kuko ntimwahengamye ! Muvuze ukuri kwose !
@NduwimanaGerard-gs1gl
@NduwimanaGerard-gs1gl Ай бұрын
Izompanuro zirakwiye bazikurikije vyoba vyiza bakareka guterana amajambo
@JajaTuyishemeze-dn8ft
@JajaTuyishemeze-dn8ft Ай бұрын
Congrutulation my friends
@bukeyenezaamedee2011
@bukeyenezaamedee2011 Ай бұрын
Mukoze ikiganiro ciza cane,mbere Mwari mukwiye kubera akarorero n'izindi TV on Line zikamenya kutagira uruhande zegamira,mbere zikagira ibiganiro vyubaka kuko benshi Aho kwubaka barasambura
@CapitaineVevo
@CapitaineVevo 28 күн бұрын
Kagaga inkofero yawe iranyishe Pe😅😅
@ClaudeMinani-ky7zq
@ClaudeMinani-ky7zq Ай бұрын
Bamwita kagaga wubahwe
@NdayizeyeSteve
@NdayizeyeSteve Ай бұрын
Kbs nibareke amajambo
@SteveNimpagaritse-wj4yd
@SteveNimpagaritse-wj4yd Ай бұрын
Mwebwe nimwe mubabwiye noabantu biyumvira pe kumpande zose yaba Dj Fernando canke urya mu maman bose barakoze amakosa ahubwo bokwicara nkumu maman numwana wiwe hama agahuzu kabi kamesurirwa mumuryango.
@RodgersSmith-id3os
@RodgersSmith-id3os Ай бұрын
Ww kuruburofa umuMAma ntamakosa afise ww urushukuri Producer One way yabakoreye izo ndirimbo knd anabazi kukurusha
@SteveNimpagaritse-wj4yd
@SteveNimpagaritse-wj4yd Ай бұрын
@@RodgersSmith-id3os ahubwo nagira niwe uri producteur😂😂😂😂😂 ba mureka kuza ngaho muhatarisha ibintu sha, urya muman nimba ari na maman wawe genda umuhe pole kuko yonjiye muvyo atazi mumuziki nikuryanyene rero ahubwo niyicecekere ataruko ararwara umutima. Kurya yayanditse atanumwe yabigirishije inama nubu yari kwihorera ntavyo twari dukeneye kumenya, kuko iyo ufashije umuntu naho ntakugenda umwararaza. Nimba yarayanditse vraiment arazi kwandika numwanditsi mwiza urya muvyeyi gusa nuko bamutaye mumutego atazi asanga avuze ibidakenewe. Ivyabaye mukinyegero nibabe babigumiza hariya. Gusa pole sana kururya muvyeyi ahari yiturize yibandanirize yandika gusa ubu uwo azokwandikira asha azopfume amuvuga izina mundirimbo yiwe tumwumve.
@user-es3mf1gy2b
@user-es3mf1gy2b Ай бұрын
Niba barakoranye akaba ari business namuhembe .Ivyo vyose bizoba biri mumasezerano ntibakoranye pour rien 😂😂
A clash of kindness and indifference #shorts
00:17
Fabiosa Best Lifehacks
Рет қаралды 113 МЛН
Gym belt !! 😂😂  @kauermtt
00:10
Tibo InShape
Рет қаралды 11 МЛН
Дарю Самокат Скейтеру !
00:42
Vlad Samokatchik
Рет қаралды 8 МЛН
Mon Logo - Kadie Kay ft we love muzika (Behind the scenes)
35:42
John Elarts
Рет қаралды 26 М.
Fernando - Kazima IMANA inkunda ( Visualizer )
3:02
Mista Aye
Рет қаралды 1,1 МЛН
DJ FERNANDO : ARAVUYE MUGACERERE//ARAVUZE VYOSE
38:21
Buja FM
Рет қаралды 36 М.
FAMILY ISSUES EPISODE 2
38:45
The Noëlla TV
Рет қаралды 351 М.
Grandma Cat - the Hot Dog Eating Champion #gaming #food #challenge  #cartoon
0:15
Super Emotional Stories
Рет қаралды 18 МЛН
Не ешь конфеты лежа
0:26
Даша Боровик
Рет қаралды 1,8 МЛН
😱Lion Baby Fall Down In Green Water | Let See 🦁| Lion Shorts
0:26
Hassan Bro😘
Рет қаралды 21 МЛН