No video

UMVIRIZA NADINE NAWE INGENE YABONYE MWIJURU || VYUKURI IJURU RIRIHO

  Рет қаралды 23,981

UMUCO WERA TV

UMUCO WERA TV

Күн бұрын

Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri watsap)
#INTAHE #UMUCO_WERA_TV

Пікірлер: 34
@francineniyokwizera6451
@francineniyokwizera6451 3 жыл бұрын
Muruhuke Mumahoro ndiphuza NANJE kuzogira Iherezo ry'Iza ndabisavye ndabitakamba mw'Izina rya Yezu Kristu Amen 🕊️🕊️🕊️
@user-jb4vf3is5u
@user-jb4vf3is5u Жыл бұрын
Yesu wacu Arateye ubwoba vyukuri ivyo Yesu Akora birateye ubwoba Mwami wa Bami Gitandandara camahanga Mushobora vyose Nyakubahwa Uzoduhe Iherezo ryiza🧎🧎🧎🧎🧎🧎🧎🧎🧎🧎🧎🧎🧎🧎🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
@user-jj7lz9rn5e
@user-jj7lz9rn5e 8 ай бұрын
Amen. Ndasavye munshire muri groupe Umuco mwoba mukoze cane
@octaviennendayifukamiye4754
@octaviennendayifukamiye4754 Жыл бұрын
Ntituzokwibagira mukozi w'imana inyigisho zawe narazikunda cane Data wo mw'Ijuru urampa iherezo ryiza
@melancenindaba7179
@melancenindaba7179 3 жыл бұрын
Imana nanje izompe iherezo ryiza nkiryabagororotsi
@user-hm4dj7vj7g
@user-hm4dj7vj7g 2 ай бұрын
Uruhuk amahoro warumunyamahoro Imana iguh ibitsibo wakoreye
@TheCharity.
@TheCharity. 5 жыл бұрын
Amen Amen! Nadine, ubuhamya bwawe buramfasha cyaneee. Imana Ikomeze Igukoreshe kugirango uzarokore benshi.
@johnmariendayishimiye7633
@johnmariendayishimiye7633 3 жыл бұрын
Amen, Mana ihimbazwe cane kuntahe mutanze
@edsontuyagire7848
@edsontuyagire7848 3 жыл бұрын
Amen
@yankurijerodia7701
@yankurijerodia7701 2 жыл бұрын
Ruhukira mumahoro mukozi w Imana
@user-zj7lt5ig6t
@user-zj7lt5ig6t Жыл бұрын
Ndipfuza muzoshika kurugwuruzi nkatugwa imitwaroyanje.. Nadine iruhukire amahoro.
@gratiablessing777
@gratiablessing777 3 жыл бұрын
Hallelujah Hallelujah Hallelujah Amen
@dieumercirb9159
@dieumercirb9159 8 ай бұрын
Abizeyeyesu.mukomeze.nabatarizey.bokwizer.kubwiyintahe
@mbonigabajeanpaul7337
@mbonigabajeanpaul7337 7 ай бұрын
Mana ushimwe ko wateguye ingororano kubakubaha.
@belizenana7083
@belizenana7083 3 жыл бұрын
Amen Amen 🙏🙏🙏
@mukamigaboflorienne2536
@mukamigaboflorienne2536 3 жыл бұрын
now she died. ubu yarigezemo disi! Aheza mu ijuru mubyeyi. RIP
@mamacheiilla72
@mamacheiilla72 2 жыл бұрын
Wiruhukir waradusigiy ivyotuzoj kurakwibukirak Ammen Ammen
@donapacisiriho429
@donapacisiriho429 3 жыл бұрын
Iruhuko ryiza muvyeyi wa Kristo
@christinemukamana6429
@christinemukamana6429 3 жыл бұрын
Mubyeyi uruhukire mumahoro abari bakuzi tuzaguma tukwibuke ,MANA ukomerze abasigaye,abana napapa wabo ubarinde kandi ndabifuriza kuzahura igihe uzabugarutse
@ggsdfgg6948
@ggsdfgg6948 3 жыл бұрын
R. I. P nadine imana ikwakire mubwamibwayo iruhukire amahoro
@gorethiumutoni4159
@gorethiumutoni4159 3 жыл бұрын
Urimo. Mwemu yera gusa ijuru. Wararikoreye. Sugushindikanya. Intake yawe iyo nyirabye. Narita nkagukura ntaribukubone. Gusa lmana iguhe iiruhuko ridashira,
@juliannewambui3059
@juliannewambui3059 3 жыл бұрын
Ruhukira mumahiro mubyeyi
@girukwishakaclaudine8672
@girukwishakaclaudine8672 2 жыл бұрын
Amin Mungu RIP
@almtaqnia6750
@almtaqnia6750 3 жыл бұрын
Komera mukoziwimana,
@yankurijerodia7701
@yankurijerodia7701 2 жыл бұрын
Ikikigisho kinkoze kumutima ndakumbuyep aho iwacu
@rosentirampeba2454
@rosentirampeba2454 3 жыл бұрын
Uwo Nadine ngo yarangije urugendo
@nizeyimanaedison9911
@nizeyimanaedison9911 2 жыл бұрын
Rip 😭
@myvenif3627
@myvenif3627 2 жыл бұрын
R.i.p Nadine
@alexandrededeus2926
@alexandrededeus2926 5 жыл бұрын
Umuco Tv mwaduhaye no ye?
@alinegracemfukamensenge5403
@alinegracemfukamensenge5403 3 жыл бұрын
R.I.P Nadine
@dieumercirb9159
@dieumercirb9159 8 ай бұрын
Satana.arabeshatuzitahira.asigarear.arababara.nabiwe.nabiwe.ariKOtwebweIyesu.wacu.aratwikundira.sataniurasurasura.kwer.PUUU
@nizeyimanaedison9911
@nizeyimanaedison9911 5 жыл бұрын
Amen
@elianeitangishaka4756
@elianeitangishaka4756 5 жыл бұрын
Amen
ОБЯЗАТЕЛЬНО СОВЕРШАЙТЕ ДОБРО!❤❤❤
00:45
لااا! هذه البرتقالة مزعجة جدًا #قصير
00:15
One More Arabic
Рет қаралды 52 МЛН
7 Days Stranded In A Cave
17:59
MrBeast
Рет қаралды 92 МЛН
Get 10 Mega Boxes OR 60 Starr Drops!!
01:39
Brawl Stars
Рет қаралды 18 МЛН
UYU MUDAME AVUZE AMABANGA AKOMEYE NTACO ASIZE INYUMA
22:31
Smelling Christ Tv
Рет қаралды 475
Umuhirwe ni nde? / Pasteur Adrien DIRIDIRI
5:22
EMGA-KININDO TV
Рет қаралды 4 М.
ОБЯЗАТЕЛЬНО СОВЕРШАЙТЕ ДОБРО!❤❤❤
00:45