Umwungere wa 1-Misiyoni ya Pentekoti Bujumbura arabeshuza ibimaze imisi bivugwa//Rev Past Onesphore

  Рет қаралды 17,861

Neema Gospel tv

Neema Gospel tv

Күн бұрын

Пікірлер: 75
@DieudonnéMugirangabo
@DieudonnéMugirangabo Күн бұрын
Aragahezagirwa Yesu Kristo Umwami wamahoro umutima ❤wanje wongeye kunezerwa ubugirakandi ivyobibi birakabakure yishengero ry'Imana
@WilliamNtahokagiye
@WilliamNtahokagiye 20 сағат бұрын
Amen,Yesu nashimwe cane n'umunezero mwinshi kubw'iri jambo ry'ihure ry'umukori w'lmana Yesu azeyame aturwanirira Amen
@dianeniyokwizigirwa
@dianeniyokwizigirwa Күн бұрын
Uhoraho abahumugisha kandi abakomeze cane
@naassonnduwa
@naassonnduwa Күн бұрын
Ico twogishimir'Imana kwiryohumure tuhawe hamwe kwoba ar'ukuri kwuzuye.Dusaba abarongozi ko hatokwiyadukiza bakora,Datani n'Abiramu
@ObedNdayisaba-ht6ps
@ObedNdayisaba-ht6ps Күн бұрын
Mpwemu Yera ashishikare gukomeza ishengero.
@felixhabimana6385
@felixhabimana6385 4 күн бұрын
Urakoze kuduha ikiganiro kiduhumuriza twari twagowe. Imana ishimweeeeeee caaaaane. Amen amen
@akimanaesther7535
@akimanaesther7535 4 күн бұрын
Hezagirwa Mwungere wacu Imana iguhezagire cane Kandi ibongere inkomezi urugamba ruzorangira.
@MerthusVyizigiro
@MerthusVyizigiro 4 күн бұрын
Imana yo ibona ibiri mumutima yacu niyo ibizi arko Kandi ishengero rirafise uwaribambwiwe
@FrancoiseNyandwi-uo6ds
@FrancoiseNyandwi-uo6ds 4 күн бұрын
Iman'ibahezagire muvyeyi Ku Muco muntanze.Imitima ya benshi yari yasanzaye
@FabriceBruce-c2n
@FabriceBruce-c2n 3 күн бұрын
Mbalikiwe sana mtumishi wa bwana muendelee kudupa ukweli tupate mwanga alie anzisha kanisa ndie atakae linyanyuwa
@MoiseHabonimana
@MoiseHabonimana 4 күн бұрын
Nanj nkumwana wishenger ndanezew Can umutima wanj War waguruts imana nihabwicubahir murakoz kuduhh ihumur muvyey wanj
@claudenkurunziza3746
@claudenkurunziza3746 4 күн бұрын
Murakoze caaane k'umuco mutanze ariko sinziko ari umuco wera!ariko kandi nimba Nicolas naho uwo ahejeje gusenga mandat yiwe ikaba yaraheze natange ubutegets nivyo vyiza bibereya abakozi b'Imana b'ukuri🕊🕊🕊
@EricHavyarima
@EricHavyarima 4 күн бұрын
Turabashimiye kumuco,hama hari hakenewe nuwundi muco kuvyerekeye kukiringo caheze ntasubirizwe umunyamabanga mukuru wa cpebu.
@DevotteMajambere
@DevotteMajambere 3 күн бұрын
​@@EricHavyarima😂😂😂
@DevotteMajambere
@DevotteMajambere 3 күн бұрын
Umubwiy neza nibabisigure neza tuvyunve
@SalomonNiyomwungere
@SalomonNiyomwungere 4 күн бұрын
Nukuri murakoze cane gutanga umuco mwishengero.
@OdileNiyonkuru
@OdileNiyonkuru 4 күн бұрын
Ishengero ry,Iman ryubats kurutar amaremb yikuzim ntazorishobor
@isaachavyarimana-kp8ym
@isaachavyarimana-kp8ym 3 күн бұрын
Imana ihimbazwe
@alicemugisha7948
@alicemugisha7948 4 күн бұрын
Thank you Neema Gospel Tv muduhumurije imitima
@emmanuelnduwayezu9496
@emmanuelnduwayezu9496 4 күн бұрын
Merci à Neema Tv pour la diffusion des éclaircissements sur les confusions qu'on avait vive l'église Pentecôte du Burundi. Isengesho rifise nyeneryo
@NduwimanaalineNduwimanaalin
@NduwimanaalineNduwimanaalin 4 күн бұрын
Amen amen
@Twese.01
@Twese.01 3 күн бұрын
None ko muvuze ko bimeze neza mukongera muti hari ibibazo. N'ukubwiza abakristo ukuri bakamenya ivyarivyo kuko nunvisemwo harimwo imigani myinshi, mwabiciye hejuru murengana.Uwumva ngira yumvise.
@nkunzimanapierreclaver4935
@nkunzimanapierreclaver4935 19 сағат бұрын
Imana yonyene niyo izi ukuri kuri ibwina mumitima yanyu(mwese imirwi ihanganye). Ivyo muvugira imbero yacu ntibisigura ko arivyo mufise mumitima , ariko dutuma Imana ngo inkunzi z'amahera, z'ivyubahiro, z'ibirwanya igikorwa c'Imana aho ziri hose zifatwe mpiri zihane igikorwa c'Imana coye kuba ikirimbiro ry'abadayimoni. Aho ga bakozi b'Imana vyaranse ko mwumvikana ingene igikorwa c'Imana cobandanya mudateye uruhagarara abo mujejwe ??? Ivyavuzwe bishobora kuba vyagiye ahabona kumbure vyari bikiri murufuri kugirango bace intege abariko barabitegura. Hamwe vyoba biri ukwo uwabisohoye yarishe umuti kandi nomwita intwari,bitari ukwo naho n'umubisha mubi. Ariko uko biri kwose inzu yoyo naho muvuga ibisosa, inzu ishobora kuba ikiriko irasha kandi umwotsi tôt ou tard uraja ahabona. Mana tabara ishengero ryawe
@Innocent-b1c
@Innocent-b1c 4 күн бұрын
Niharambe Pentecote yacu nziza!!!
@DevotteMajambere
@DevotteMajambere 3 күн бұрын
IMANA irabizi ibirik biraba,bizotind bija kumugaragaro
@DevotteMajambere
@DevotteMajambere 3 күн бұрын
IMANA irabizi ibirik biraba,bizotind bija kumugaragaro
@JacksonJacknday
@JacksonJacknday 4 күн бұрын
Glory be to God
@naassonnduwa
@naassonnduwa Күн бұрын
Ico twogishimir'Imana kwiryohumure tuhawe hamwe kwoba ar'ukuri kwuzuye.Dusaba abarongozi ko hatokwiyadukiza bakora,Datani n'Abiramu nabamwe 250 bahanwa ubuherezi nabo bagahangayikisha mose na Aron,mwiyubare cane turabakunda mwaduhanye indero nziza nimusambure .Mana Subiza ijambo mose naAron nkuko wabikoze kiriya gihe. GUHARURA16:1KUBANDANYA
@HabonaFredy
@HabonaFredy 3 күн бұрын
Mumvyeyi imana iguhezagir uradumurij hezagigwa
@ChristInMeHopeOfTheGlory
@ChristInMeHopeOfTheGlory 3 күн бұрын
Yaga muhuza bakozi b' Imana, ivyo bibazo biri mu burongozi biraturuhisha cane. None murazi ico mupfa ca nyaco ?? Habaye kutaza murezwa hagati yanyu abungere..... mupfa aka, mufyonderako, mupfa kariya, mufyonderako. None rero ubu vyaturitse vyaje ahabona. Bujumbura yakunze amaronko, igashaka kwifatira ibigiracumi vy' abavuka mu zindi misiyoni baba i Bujumbura, ivyo abandi bungere ba ruguru baravyanka. Kiremba niyo yari ifise abakirisu benshi i bujumbura niyo yarwanije uwo mugambi wa mwungere Samweli n' inguvu nyishi. Gutyo bujumbura igafata kiremba nk' umwansi ariko bikaguma mw' ibanga.... Umwungere Rukwiririkanya w' i bujumbura niwe rero aciye yerekana agashavu iyi myaka mu kubahuka umwungere Ndikunkiko akamutuka ahagaze muri Amerika. Twebwe ivyo bigiracumi bapfa twari twaragikemuye mu kwiga amayeri yo kukigaburamwo kabiri, igice kimwe i bujumbura, ikindi gice iyo tuvuka ruguru. Ubuho rero haje uwundi mukunzi w' inda abarusha bose yitwa Esron NIZIGAMA be n' umukozi wiwe Nicholas HAKIZIMANA, bazosiga amazi ajererenga. Intambara za Esroni tuzozikizwa n' Imana yo mw'ijuru. Abo bahana imbibe bose ategezwa kubateza ibibazo, ku buryo yasimbiye n' i Bujumbura aronderaho aumônerie. Abakristo twarushe ariko kandi turiko turiga gukurikira Yesu neza ku giti cacu. N' ibi naho mudashaka kubivuga turabibona, mwishakira ivyubahiro n' amafaranga gusa. Ivyo twebwe abakristo ntavyo twabatumye ko muja kuryana. Ubutumwa bwiza ni buvugwe natwe dutange ayo mafaranga muyakoreshe mu kuvuga ubutumwa bwiza gushika ku mpera y' isi. Mwige ukuntu muyakoresha ata nduru murabe ingene tuyabasukamwo natwe Imana ikomeze kuduhezagira. Yaga muhuze ku bijanye n' ibigiracumi, mutureke twidegemvye umwe wese agitange hariyo yavukiye ubwa kabiri. Ayo mategeko mashasha ni muyige muyahurizeko, mukuremwo ubugunge. Turabakunda bavyeyi, ntimwikureko ubwiza bw' Imana. Past Onesphore, ureke kuvugira yose kuyamara. Bitabaye uko, turiko turasenga, ikizobabako ntimuzocitura. Iri kete murihe abungere bose. _
@Masekohope
@Masekohope Күн бұрын
Mutama tujyeze mumunsi yemperuka abasenga byukuri baragowe murahagabira musenge pentekoti yuburundi ntizigire ibyago nkibyabaye muripentekote yomugwanda. abobapagani baririnjiye murahagabira bafise misiyombi yoguhiga amahera.
@Amkenichoirnduta-ft2yn
@Amkenichoirnduta-ft2yn 16 сағат бұрын
Biragaragara ko kuva igihugu c'uburundi cikukiye inusu kubera ishengero riracagira kuvyo umukoloni bodwe yabashizemwo
@NdayizigaViateur-q7r
@NdayizigaViateur-q7r 3 күн бұрын
Mwebwe ba-stor nimwe muzokubitwa nyinshi kuko ntaho mutaniye na gatorika mwese kimwe kuko mutumyegeza ukuri kw'ijambo ry'imana-mukatwigisha gukunda idini cane kandi ariryo ryabamvye kristo(murangwa n'ishari+ugwanko+kw'irarira+ibice+ubwibone+(idini nyakuri nirifasha impfuvyi na bapfakazi Mushumba ushaka wakwigisha abantu ukuri kw'ijambo ry'Imana mukava mu-matiku!
@PetercleverRumbete
@PetercleverRumbete 2 күн бұрын
Christin hope ndagushimiye cane kumpanuro utanze, nimba basoma ivyandikwa hano baraza gukuramwo ivyabo, hama ivyo bintu bapfa nimba ari ivy,lmana aho ni sawa, mugabo nibazako ivy,lmana batabipfa, ariko rero nanje maze igihe numva uyo Nizigama escrot niwe ari hejuru yako kajagari kose, kuko ngwagomba kuyija hejuru, mwumvise na pasteur arakavuze ngo kayogoro ngo niyo kivyara zose, rero nubwo baba bakundanye nuwo escrot turabasavye mugumize ibintu uko Nyakubahwa umwungere mwiza atagira agasembwa Pasteur Ndikunkiko, kuko yakoze umurimo w,lmana ataco arondera, apana guhiga ubutunzi, bagenzi tekanya intama z,lmana kuko izozibabaza, hama muravuze abantu barungitse ibintu mu kirere murabazi, genda rero mwumvikane mureke gupfa ivy,inda, ayo mageragezwa yakureho
@suavisndihokubwayo-cc3id
@suavisndihokubwayo-cc3id 4 күн бұрын
ivyomuuga lmana ibe ibashigira intahe ataruko muzokabona
@kezalarose-ga5ck
@kezalarose-ga5ck Күн бұрын
Hama ndabaza iyo style yukuvuga,nugusenga muyiga he😂
@suavisndihokubwayo-cc3id
@suavisndihokubwayo-cc3id 4 күн бұрын
ivyomuuga lmana ibe ibashingira inta
@Drena467
@Drena467 4 күн бұрын
Emwe ntawohisha umwotsi inzu yahiye
@IgiranezaHéloïse
@IgiranezaHéloïse 4 күн бұрын
Ukuri kuzwi ni mana
@niyonhoreraildephonse7487
@niyonhoreraildephonse7487 3 күн бұрын
ISHENGERO RYA YESU KRISTO NIRIMWE MWISI YOSE INDIMI ZOSE AMAHANGA YOSE KANDI NTABWO ARI PENTECOTE NKUKO MUVYIBAZA , IBI VYAYA MAZINA YAMADINI BIZANA IBICE NAYO ISHENGERO RYA KRISTO NTABWO RICIYEMWO IBICE , NTARINDI ZINA TWAHAWE MWIJURU NO MWISI DUKWIYE KUBAMWO CANKE DUKWIYE KWITIRIRWA URETSE IZINA RYA Yesu Kristo.
@Masekohope
@Masekohope Күн бұрын
Murahagarara magabo kumurimo w,lmana nareta zasaze zigomba kwinjira musengero ngobamenyeko harimo amahera umuntu adakwije imyaka 40 nimukamwimike kubupasitori.
@Masekohope
@Masekohope Күн бұрын
ugwanda nuburundi nihohatanguye ubutumwa bwiza lmana inabakoresha ibihambaye none nibobadutsemo nimpemumbi zokugwana lmana. Kuberako aharimana bimitse inda , abobonyabwe bwinjiza mubupasitori bazateza akajagari mpaka imirimo yarabuze bagomba kuza kudurimbanya isenjyero baziko harimo amahera
@Muhorakeye-z3d
@Muhorakeye-z3d 3 күн бұрын
Imana ishimwe ko atarivyo kandi ntibikabe uwavyanditse nawe nimba arivyo yifondeye Imana imubabarire kuko yakoze nabi cane hari utubazo duke mfise mugabo : mbega misiyoni ko twaheruka ari 15 mukaba muvuze ko ari 11 izindi zagiyehe ?CEPBU ngo ni ishengero kuva ryari ga yemwe ?kuva ryari ko twaheruka ari ASBL?murabe ntimuducange canke ntibibe arivyo biriko biratuma haba ibibazo ibibazo birahari vyemere ahubwo mufate iyambere mukubitorera inyishu kandi mugutorera inyishu ibibazo ntaguta amakosa kubandi gusa nkabantu b'Imana nukwisuzuma kandi tukumvira mpwemu yera tukemera guhinduka natwe ubwacu hari ingwara yabantu bamwe bamwe bama bazi ko aribo bafise ukuri ariko iyo habaye confrontation umwe wese akavuga ico yita ukuri nuwundi agahabwa umwanya akavuga ukuri kwiwe abagabo baraheza bakumva neza uwufise ukuri hareke gukoreshwa ingimba twisubizeko agahuzu tureke kwiha karubanda . Ikindi umenga abavyanditse murabazi? vyukuri ntimwohava musanga muriko murababeshera ? akagohe nkeburabapentecote murakoze
@Masekohope
@Masekohope Күн бұрын
mutama murahagabira kuri dogitrine ntimuzemwemere ibintu bigumabyaduka byinjira mwishenjyero gutamba nokuvuza ibyumwa umuziki ugwamu gwibyuma rukaba rucye nukuri mubikore mubikunze lmana izobafasha kandi kwirigwa bakamafranga mwishenjye nabyo mubigwanye nihubusuma buva
@IzereBienvenu
@IzereBienvenu 3 күн бұрын
Ewe kintu cazanye ibice muri ryo ababibarihanze bakarikengera
@NsabiyumvaNephtalie
@NsabiyumvaNephtalie 4 күн бұрын
Jewe nariyumviye nabi kwel Naracumuye lmana nimbabarire nakiriye ibitarivyo
@nkunzimanasicaire
@nkunzimanasicaire 4 күн бұрын
Imana ikubabarire
@victorgahimbare6204
@victorgahimbare6204 3 күн бұрын
Turi benshi twicuza ivyo twiyumviriye n'ivyo twavuze mugenzi
@ManirambonaElvis-j3z
@ManirambonaElvis-j3z 3 күн бұрын
Ukuri ntikuvuzwe ngaha Mwene Data ahakwabaye guhumuriza ISHENGERO
@igiranezaseth3970
@igiranezaseth3970 3 күн бұрын
Sindi umu pentecôte ariko agahaze kariyo
@claudenkurunziza3746
@claudenkurunziza3746 4 күн бұрын
Du reste"Daniel 11:32"Abazi Imana yabo🕊🕊🕊 bazoshikama bakore ibikomeye🕊🕊🕊ariko abazi idini ryabo na doctrine yarrow...etc naho boduga caaane bagiye kuzokoroka!
@EdenKwizera
@EdenKwizera 3 күн бұрын
Amen
@GEZAHONTUBEIKIRAROCABANSIBIMAN
@GEZAHONTUBEIKIRAROCABANSIBIMAN 4 күн бұрын
Imana Ihimbazwe turagushimiye cane mwungere ingene uhumurije ishengero kuko ishengero ni irya Christo kandi aba christo twarababaye cane igihe twabona ibintu bica kumbuga hwaniro bidatomoye ariko ibibazo mwisi ntibizobura kuza no mwishengero ntibizobura kuza ariko aragowe uwubizana rero nashaka ndabasabe iri shengero ryiza rya pentecote ryavuye kure hari abakozi b'Imana bitanze bakoreshejwe n'Imana mubushobozi bwinshi bw'Imana hari abarara inzara, abahura namabingira yinkazi ariko barihangana rero twiyubare ntihagire uwusubiza igikogwa c'Imana inyuma canke ngo abe ikiraro c'abansi b'Imana kuko yoba agize amagogwa menshi cane . ibibazo vyo biriho ariko habuze iki kugira abantu bicarane babitorere inyishu?nimba bitakunze ko mwumvikana mwoshobora kurondera n'abashingantahe b'ishengero bubah'Imana kandi bamenyeye ivyo gutatura amatati kandi bashobora no gutahura amategeko bakabafasha apana ko twiha amenyo yabatwenzi tunyinyana mumategeko (robings) no gutegura amategeko akingira inyungu z'abantu kugiti cabo sivyiza bisigura kwikunda no kuronka ama connaissances menshi mubatware ngo badufashe bikunde ivyo dushaka abe arivyo vyemegwa ndabibutseko ishengero ridakwiye na gato kuja muri politique turi aba neutres kuko turi umunyu wisi aho abantu baruhukira abanyepolitiques turabasengera kugira Imana ibahe ubwenge bwo kurongora neza ariko ntitwemerewe kuja mumigambwe aha nshaka kuvunira akagohe abakozi b'Imana bakorera imana bongera bakorera n'imigambwe ndabibutseko ishengero ryambere ryagize ibibazo bikomeye igihe l'Ampereur Constantin yivanga mwishengero no muri politique ishengero ryaciye ritangura kugira intege nke . Emera mutore inyishu umwe wese yemere guca bugufi mwiyubare ntihagire uwutwaza igikenye canke umukazo kuko yohava nawe ahomba ubugingo budashira Ijambo ry'imana rivuga ngo kuvyicubahiro umuntu wese ashire imbere mugenziwe ntituniganire ivyubahiro no kuba abarongozi. Nsabe abantu bakuze bo mwishengero dusenge dufise intumbero imwe yo kubona ishengero ryiyunze dusengere abaturongoye kugira Imana ibahe ubwenge nkabumwe yaha Salomo. Imana ibahezagire ndakunda ishengero rya Christo cane kandi nkakunda na eglise de pentecote kuko naraharuhukiye naharonkeye agakiza, amahoro, urugo, abana n'ibindi vyinshi kandi nditeze nuko mbandanije kwisunga inyigisho bampa nzoshika mw'ijuru.Amen
@jeanmarienimubona317
@jeanmarienimubona317 3 күн бұрын
Imana iguhezagire cane mukozi w'Imana,mfashijwe n'a commentaires zawe
@kezalarose-ga5ck
@kezalarose-ga5ck Күн бұрын
Nukuri uravugiy mumigani,abunva bunv,gusa ndabaza, mbga barya ba Pentecôte wasanz za amerika na canada warababajije ukobahagez,kotuzi bagiy benshi babeshe,barabikubwiye??canke nawewe urabizi ugapfa kwihorera???hama uwezwa nashishikar yezw,nayo idini ntaw rizojana mwijuru.
@alicemugisha7948
@alicemugisha7948 4 күн бұрын
Ishengero rirafise nyeneryo satani ntantsinzi azigera arigirako yaraneshejwe
@nkunzimanapierreclaver4935
@nkunzimanapierreclaver4935 19 сағат бұрын
Ngo ikirere hejuru y'abapentekoti kiraroze ?? Ntubeshe kiraroze . Yewe abafuruguta ivyo bafuruguta birabasha kuko ibihari vyo birahari kandi CEPBU kuyigira ikintu gisumba église ntibikunda. Kuba succursale ya Pentecôte Suède (ngo naho so yoba yarashaje aguma ari so ntumukura kuri karangamuntu) , none Suede ko ariyo yatuvyaye tuzoguma twemera ko ariwe yatuvyaye naho yoba yarinjiye muvyakino gihe bigezweho murabo bazungu ko bamwe bamwe basigaye bakora ibidakorwa bagashingira abagabo canke abagore kubandi????
@NdayizigaViateur-q7r
@NdayizigaViateur-q7r 3 күн бұрын
None gushaza n'imbuto zigaragaza kumuntu yagiriwe neza na-mpwemu Yera😂 😂😂
@EliazardNkurunziza
@EliazardNkurunziza 4 күн бұрын
None uwu mukozi w lmana ari muri amerika ?
@IradukundaYves-d3j
@IradukundaYves-d3j 3 күн бұрын
Have satani ishengero rifise nyeneryo urabesha ntacuzorigira
@EtienneNiyingabiye-u3c
@EtienneNiyingabiye-u3c 3 күн бұрын
Idini rya pentikoti riramanyutse Mwo kabiri kandi uyo mupasitori Aravyenabi nimugasho kuko Agwanije indinganizo shasha Ijanye nagahunda reta yashizeho
@IradukundaYves-d3j
@IradukundaYves-d3j 3 күн бұрын
Murabeshantacomuzorigira
@EsterNihezagire
@EsterNihezagire 4 күн бұрын
Ndaruhutse umutima
@DevotteMajambere
@DevotteMajambere 3 күн бұрын
Senga cne nturuhuke,ntawuhish umwots inzu yahiye
@ndayisabanehemie
@ndayisabanehemie 4 күн бұрын
Uwo nyene represent niwe yononye igikorwa c'Imana
@neemagospeltv
@neemagospeltv 2 күн бұрын
@@ndayisabanehemie Bimeze gute ?
@Masekohope
@Masekohope Күн бұрын
nimwinjiza mumurimo abakozi bareta bazasambura ishenjyero abantu bariguheza zakaminuza ntakazi baronka batejyerezwa kuzaguteka umutwe mwishenjyero. bakuru bishenjyero birabasaba gusenga cane kubera ishenjyero ryinjiwemo nabahiga amahera badakijijwe
@user-ze2tw9sw3n
@user-ze2tw9sw3n 3 күн бұрын
Muranguha ubijanja bwanyu bwaramenyekanye ,Imana yiheshe icubahiro idukureko abo ba escrots b'abarokore
@neemagospeltv
@neemagospeltv 2 күн бұрын
@@user-ze2tw9sw3n Tubwire bimeze gute ?
@user-ze2tw9sw3n
@user-ze2tw9sw3n 19 сағат бұрын
@neemagospeltv siko kazi njejwe ababijejwe bazobishira online
@neemagospeltv
@neemagospeltv 18 сағат бұрын
@@user-ze2tw9sw3n Murakoze cane!
@DevotteMajambere
@DevotteMajambere 3 күн бұрын
Pentecôte simwe ntimuduhende,kiremba na kayogoro sibamwe muhende abatabizi
@neemagospeltv
@neemagospeltv 3 күн бұрын
@@DevotteMajambere Bimeze gute ?
Kwicara ku ntebe ya Mose//Rev Pasteur Onésphore RUKWIRIRIKANYA
42:32
Neema Gospel tv
Рет қаралды 3,3 М.
Когда отец одевает ребёнка @JaySharon
00:16
История одного вокалиста
Рет қаралды 17 МЛН
Wait for it 😂
00:19
ILYA BORZOV
Рет қаралды 10 МЛН
Human vs Jet Engine
00:19
MrBeast
Рет қаралды 172 МЛН
Try Not To Laugh 😅 the Best of BoxtoxTv 👌
00:18
boxtoxtv
Рет қаралды 7 МЛН
''YARI YARABURIYE ISHENGERO , MPWEMU YERA YAMUBWIYE IBIZOBA''
25:46
UMVIRIZA IBINTU VYABAYE KURI MWARIMU NOWA//BIRAKOMEYE PE
15:48
Force Divine et Miracles Tv
Рет қаралды 3,1 М.
INZAMBA Y'AKABANGA // CHORALE YA MBERE // EGLISE PENTECOTE KINAMA
14:01
Arabibeshuje ibinyoma vyavuzwe.
8:40
Voix Locale TV
Рет қаралды 3,1 М.
Когда отец одевает ребёнка @JaySharon
00:16
История одного вокалиста
Рет қаралды 17 МЛН