Рет қаралды 1,255
Umwungere wa Diyoseze nkuru ya #Gitega Musenyeri Bonaventure Nahimana asaba Abarundi bose ko ubumwe butoba mu majambo gusa, ariko bube mu bikorwa. Yabishikirije mu nkuka ya Misa yo kuri uno wa 5 Ruhuhuma, mu gihe hariko harahimbazwa imyaka 34 irangiye habaye amasezerano y'ubumwe bw'Abarundi.