Ahaaa,ururimi gumwe rukamwa ifyufyu,abakuzi barakuzi,ahubwo Imana ihora ihoze.Urazi abanya Bururi,Makamba na Rutana bishwe muri Congo nabagenzi babo mubagiriza ngo batanze amashano kandi ubizi neza kwatarivyo,ari umugambi wari wacuze kugira mubahonye noneho vyorohe ngene mukura Bosco!!Gukura Bosco vyasaba KO mubanza kwica izirakarengane abana bimyaka 20,batazi nakimwe kijanye n'ubutengetsi,funga kinywa imbécile. Mbe kowumva Nkurunziza ari mubi,birya vyokuza uraca mwirembp ricamwo président wa parlement canke HE PN wabikura kuki,kukibuga c'indege ugaca ahaca président na escorte isumba ya président, ugasanga abashikiranganj bose bâ leta baje kugutegera ,ivyo vyaribiki,fou,voyou,henda abandi atari jw ,jeho ndakuzi ubugome bwaw.ivyo kuva mw'ibohero navyo,uwabikoze araboneka ntawundi atari niyombare kuko naw yari yamaze kwinjirwamwo nubugambanyi,fou et imbécile
@tonathierry54157 жыл бұрын
je vous dis que radjabu est un homme serieux ,il faut eviter de confondre les choses il a beaucoup fait pour notre pays ,soyons reconnaissant med chers amis
iyi mbwa yaje afise amacakubiri akura abatutsi mu buzi bwabo kugira ahashire abahutu none baraguhumiye kuko abahutu benewanyu nibo basubiye kukwangaza wa ntagondwa ya al shabab iyo bakumanika mu mpimba ntuba uriko uramoka kuri you tube wa ngegera we.