Que les démocrates partent et la situation changera immédiatement après le 20 janvier 2025
@niyonzimajamvier6368Күн бұрын
Ese nyimuziko Antonyarumusekedi nawe? Iyataza kuba umuskedi aba yasabyeko ibiganoro bya politic bikorwa murwengo rwogushaka igisubizo kirambye
@sarambweoyeeeКүн бұрын
Mukomere cyn
@sarambweoyeeeКүн бұрын
Ndabemera cyn
@johnntwari1417Күн бұрын
Ariko ndabaza ko Masunzu ari uMunyamurenge? Nibaza ko yihishije afise se umubembe canke ibindi bwoko atari uMunyamurenge. N’ikivyagwa nka Buyoya Pierre basanze ko atari uMututsi. Mana utashe Grands Lacs, ibivyagwa biveho.
@kamanangaКүн бұрын
Mbese M23 na AFC basabye USA zavana ho Kisekedi kuko yibye amatora kandi Leta ye icunga FARDC yica ikanarya abaturage muri Kivu. Kandi ko ONU idahyigikiye ibitekerezo bya ETA ZUNZE UBUMWE. Zizanie zitunganye ibibazo bya Uburusiya na Ukarayine, tubashime ko bashobora ibibazo byacu. Hari na leta yu Bushinwa bafitanye ibibazo byinshi tutavuza iwabo muri Amerika iTunes 1 miliyoni ya baturage barara hanze kutagi ra inzu.