URUFUNGURUZO RW'UBUSHOBOZI BWA NDIHO by Chris NDIKUMNANA

  Рет қаралды 67,388

INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA

INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA

Күн бұрын

Mushaka kumenya ivyerekeye Kanguka, mwoja kuri www.kanguka.com muce kuri “KI” hejuru iburyo
Mushobora kuturungikira intahe (ubuhamya) muciye kuri WhatsApp: +25771111132

Пікірлер: 185
@HATANGIMANALaban
@HATANGIMANALaban 2 күн бұрын
Amen Amen Imana ishishikare kubahezagira
@mukayirangagodelive7676
@mukayirangagodelive7676 Жыл бұрын
Yesu kristo ashimwe Mushumba nkunda ,mu Rwanda turagukunda cyane Uwiteka Ndiho akomeze akuzuze cyane kuko uvuga ijambo ryImana Yehova ry,ukuri turarikurikira cyane .Imana iguhe imigisha pe. Natwe turagusengera.Amahoro y,Imana akomeho.
@ClaudeJean-oz5mk
@ClaudeJean-oz5mk Жыл бұрын
Shalom shalom numva nezerewe cane n'iki kiganiro kanguka nanje nabosemwo kwakira agakiza le 17/4/2021 benshi baransugura nanje nti Yesu yaramaze kunza mumutima wanje yesu reto yarampaye n'ubushobozi ndanesha satani yantuma nkunda inzoga ariko inkomezi Imana yampaye n'izidasanzwe n'a madame wanje n'uwo atarakira agakiza arabishingira intahe kuko n'izo nzoga arazidandaza zigataha munzu ariko ntanyota yigera Iza wewe tukaryamana azomotereza y Agastoke karaheze muri iyi misi rero Hakaca haba ukwihebura ariko namubwiye izere yesu aramenya uko abigenza hadaciye imisi hari umunyeshure ntunze yiyigora amashure yakuwe n'a papa wiwe ngo amusange igitega yamuringikanye murugo rwanje ibiharage 30kg na 40kg de pomme de terre .nashaka ko mwonsabira ku mana nkomere mugakiza kugira nabakeka bemere kandi ndipfuza komwonsabira kugira namadame aronke agakiza kuko madame niwe yaguma agaya ansuzukura Ubu rero kuva kuva lundi20/3 mugatondo ncavuza kanguka koko iriko iradufasha cane rero kera no mumuryango narasuzigurwa kukazi eka nomumuryango wanje ariko Ubu ndidegevya nfise amahoro mumuryango ntaco mbura kuko nca niherera nkapfikama n'amavi akaruha nkaza mbona inyishu .Rero Chris Imana igushireko uburinzi n'umuryango wawe natahuye rero ko Imana ntitora umuntu afise ubwishime ariko atora uwo basuzugura.Kandi Chris abariko barasuzigurwa igihugu cacu c'uburundi nabatazi Imana ico ishakira uburundi n'ubwanyuma mubutunzi ariko buzoba ubwa mbere bufise abantu benshi bihana kandi Imana ikanezerwa .mukomeze mukozi w'Imana kukwiragiza iyo Mana Imana ikuje Imberbe SHALOM andi ko
@kerenentihinduka7375
@kerenentihinduka7375 Жыл бұрын
Iyo mana ni nziza. Iyo mana ni nziza. Iyo mana ni nziza, ni nziza ni nziza pe. Imana ibandanye iguha inkomezi muvyo ukora kuko biriko bidufasha cane
@FideliteManirakiza-qf5on
@FideliteManirakiza-qf5on Жыл бұрын
Hezagirwa cane Mukozi w'Imana kuko nahinyigisho zawe zomarimisi myishi ziguma zifise akamaro kubazumvirije ntabwo zisaza Mpwemu Yera aguhagarikire Muvyeyi w'Imitima yabeshi
@JacquesBigirimana-zo6dr
@JacquesBigirimana-zo6dr 2 ай бұрын
Chalom ham jew ntamesh ndovug kanguk niy yatuny meny guseng sindarinz gusenger ifungugw gusenger ngir ryam eka ntakakimw ndarinz kx mug ub ndshim ub iman ikomez kubampezagirira abakoz bimana ibampezagirir chalom❤❤❤❤❤❤❤❤
@laytonlisa-ji2nq
@laytonlisa-ji2nq Жыл бұрын
Ubarikiwe sana kubwo twigisha ijambo ry'Imana
@irakundarosette6867
@irakundarosette6867 Жыл бұрын
Amen amen Icubahiro kibe ca NDIHO ibihevyose
@KeillaNiyonzima
@KeillaNiyonzima 11 ай бұрын
Amen nukubigenderamwo mwizina rya yesu
@manziluise-jh9dn
@manziluise-jh9dn Ай бұрын
Iyo Mana ni nziza, Iyo Mana ni nziza ni nziza ni nziza peeeeee, Habwa icyubahiro Ndiho🙌🙌🙌🙌🙌🙌
@inyigishozachrisndikumana
@inyigishozachrisndikumana Жыл бұрын
Hari abahora bakoresha izina ryanje mugusaba amafranga canke kubesha kugira mubahe amafranga. Uwuzobandikira akoresheje izina ryanje ashaka kubasaba amafranga ntimuzomwishure. Chris Ndikumana
@naomendayishimiye2214
@naomendayishimiye2214 Жыл бұрын
Ndiho Akwongere inkomezi muvyeyi !
@Vincent250-dn2nt
@Vincent250-dn2nt Жыл бұрын
ukomeze kugubwaneza imann kwongeri nkomezi 'ubashe gukwiragizubutumwa mumahanga yose 🎉❤
@samsonmacumi8648
@samsonmacumi8648 Жыл бұрын
Amen
@vumiliyarusi9365
@vumiliyarusi9365 Жыл бұрын
​@@Vincent250-dn2ntcm
@RodrigoMalo6795
@RodrigoMalo6795 2 ай бұрын
2024 Ni Muze twumve Ijambo ry'Imana...Hama dufate ivyo dukwiye ❤❤
@JosephineNtunzwenimana
@JosephineNtunzwenimana 4 ай бұрын
Amen amen , this teachings has helped me a lot
@dalitsojosephy587
@dalitsojosephy587 Жыл бұрын
Urashoboye Mana ukora ibidashoboka bigashoboka Mana yera.
@edemasaintlouis5583
@edemasaintlouis5583 Жыл бұрын
Amén amén gerison o non de jesus chris🙏🙏
@HategekaEduard
@HategekaEduard Жыл бұрын
Ndumunyarwenda nitwa Eduoard ikikibwiriza kinkoze kumuti❤ nkumva umuriro murinjye Imana Ikonjyere mavuta
@laytonlisa-ji2nq
@laytonlisa-ji2nq Жыл бұрын
Imana ishimwe Mukozi W'Imana mubarikiwe Sana kubwo kudusengera
@NINGANZAEzechiel
@NINGANZAEzechiel Жыл бұрын
IMANA ishimwe
@dushimefrancine9217
@dushimefrancine9217 Жыл бұрын
Imana yaguhamagaye, ikuzigame umutima n'umubiri igume iguha impwemu y'ubwenge no guhishururwa urusheho kuyimenya no kuyikorera. Ikuzigamire umuryango nabo mukorana boooose n'imiryango yabo tutibagiye abashigikira iki gikorwa n'imiryango yabo. Nguvu za Shetani zimeshindwa na Yesu, asifiwe Mwokozi. Amen
@DonatienYamuremye-or8kv
@DonatienYamuremye-or8kv 6 ай бұрын
Imana ihabwikuzo nicubahiro ibihevyose kuko irungika umukozi wayo dukunda Chris ndikumana kandi igenda idukorera ibitangaza vyinshi kubuzima bwacu
@cadettecadet2039
@cadettecadet2039 Жыл бұрын
Inyigisho zawe zirankomeza. Hari aho zankuye hari n aho zingejeje,ndashima Imana. Imana ikomeze ikwagure muri byose n umuryango wawe.
@olicendayihimbaze4074
@olicendayihimbaze4074 5 ай бұрын
Imana ihabwe icubahiro mw'ijuru no mwisi 🙏🙏
@mukankusibrigitte9101
@mukankusibrigitte9101 Жыл бұрын
Imana irinda ijambo ryayo.Ikongerere amavuta mukozi wayo
@elysemurekatete8347
@elysemurekatete8347 Жыл бұрын
Imana idushoboze kubahasi kugirango Ibeariyo Ishigwa heju
@jeanpaulniyonkurutenacious
@jeanpaulniyonkurutenacious Жыл бұрын
Warakoze kutumanura ! NDIHO ashishikare kuguhishurira amajambo ubwira abagutega yompi ngo dushishikare kumuhimbara !! Gloire à DIEU kukugira numugisha
@naomendayishimiye2214
@naomendayishimiye2214 Жыл бұрын
Imana Data Ishimwe ko ivyo abantu basuzugura arivyo Yoyo Iha agaciro! Mpa guca bugufi Data ! Urakoze kuduhezagiza iyi nyigisho muvyeyi , kandi turanezerewe hamwe namwe kubw intsinzi Ndiho Aduhaye kubw umuryango wanyu , vyukuri n Ahabwe Icubahiro kuko ni Umurwanyi Ataneshwa , Amina
@niyigenaannuaritte4653
@niyigenaannuaritte4653 Жыл бұрын
Uwiteka ajye agukomeza cyane kuko ur’Umugisha kuri twe
@KigemeM
@KigemeM Жыл бұрын
Yesu ashimwe nukuri! Twige kujya kuri tapis! Chris Ndikumana Ndiho akomeze agukoreshe kandi aguhe n'inkomezi. Hezagirwa mwese
@KAYITESISeraphine-ty3cb
@KAYITESISeraphine-ty3cb 3 ай бұрын
Imana idukize kutizera ,iduhe kwizera gushyitse pe
@alliekwali7855
@alliekwali7855 Жыл бұрын
Imana itufashe
@girukwishakaclaudine5374
@girukwishakaclaudine5374 Жыл бұрын
Yesu Kristo nashimwe nukuri Amen Amen Mana yancu urimw'ijuru habwicubahiro 🙌🙏
@nizigiyimanaaline2909
@nizigiyimanaaline2909 Жыл бұрын
Murakoz kunyigisho nzoza muduha!!!!
@nimbonaodon6422
@nimbonaodon6422 Жыл бұрын
Inyigisho nziza cane Ndiho abahe umugisha!
@jeaninehan
@jeaninehan 3 ай бұрын
😊😊😊
@jeaninehan
@jeaninehan 3 ай бұрын
Jrufjdh Jehd Jj Je Iewj Jwhdjs Je Km J Je Kwjshdjj Jesksie Mi dodjekrjrjruejduroeyrue Yhm Kkg Kmko Jj Kkg Huio Hjyt Hytur Hydgrh 😮😮😮😮😮😮😮😮😮
@chantalegewto1524
@chantalegewto1524 Жыл бұрын
NDIHO nuhabwe icubahiro ko waduhaye kanguka nikanguro kwisi yose biturutse mu Burundi🙏🙌🎸🎺🎷🛷💃💃💃🇧🇮
@AcillaNgendakumana
@AcillaNgendakumana 5 ай бұрын
Muduhe kanguka yawasapu mukozi wimana uhezagigwe
@nshimirimanavianney7492
@nshimirimanavianney7492 Жыл бұрын
Hezagirwa mukoze w,Imana muradufasha cane mu guhinduka .Amen Imana ibarinde n,umuryango wanyu
@forlife1592
@forlife1592 Жыл бұрын
Shalom umuntu yoba azi neza na neza Aho Ibikorane vya Kanguka bibera hano i Bujumbura yohambwira yoba akoze
@jeanpaulniyonkurutenacious
@jeanpaulniyonkurutenacious Жыл бұрын
*19e CONFERENCE DE KANGUKA* La conférence durera 4 heures et se tiendra à l’Eglise Minevam Kigobe ce *Dimanche le 19 MARS 2023* de *14h30 à 1830h* Il y’aura un moment de louanges et je vais donner deux différents enseignements L’église *Minevam Kigobe* se trouve en face de la salle de réception *« LA LUNA »*
@Nyubahwanzoyihaya8928
@Nyubahwanzoyihaya8928 Жыл бұрын
Shalom nimuri Minevame kigobe
@omansa8171
@omansa8171 Жыл бұрын
AMENA mukozi wIMANA NDIHO akongerimbaraganinkomezi kuko turagukunda kubwubutumwabwiza uduha❤
@kezavestine
@kezavestine 4 ай бұрын
IMANA imwongere amavuta
@ericnshimirimana3822
@ericnshimirimana3822 Жыл бұрын
Amen Amen 🙏 muvyeyi uhoraho akutuzigamire ukomeze gukangura abana bandiho
@NiyongerePrimitive
@NiyongerePrimitive Жыл бұрын
Mukozi kandi muhizi w,inkomezi mukomere mukomezwe
@mwizadorcas781
@mwizadorcas781 Жыл бұрын
Amen Imana ikomeze ikwagure Guma mumavuta ntore y'Imana
@everyne.illankunda8292
@everyne.illankunda8292 Жыл бұрын
Amen halelluaaj halelluaaj kwijambo murakoze cane
@cimpayeclairia
@cimpayeclairia Жыл бұрын
Amen Amen🙏 uwiteka aduhe guca bugufi maze ubugobwe bwayo bugaragare mubuzima bwacu🙏🙏
@niyigenaannuaritte4653
@niyigenaannuaritte4653 Жыл бұрын
Imana iguhe umugisha
@nadiabimenyimana3475
@nadiabimenyimana3475 Жыл бұрын
Iman impekurondera urupfunguruzo gwanje nanje hallelujah 🙌 👏 🙏 ❤ ♥ ❤yesu nashimw amen amen God 🙏 🙌 👏 ❤ ♥
@AkimanaOdile
@AkimanaOdile 2 ай бұрын
Imana iguhe kuramba mukozi wImana twakurose kumugisha
@SurprisedAstroStation-kc5md
@SurprisedAstroStation-kc5md 4 ай бұрын
lMANA ikongere amavuta muvyeyi
@NiyonsabaYvette-s6c
@NiyonsabaYvette-s6c 27 күн бұрын
Amen nukwica bugufi imbere ya ndiho
@UwamahoroJojo-c5r
@UwamahoroJojo-c5r 4 ай бұрын
Hallelujah ❤
@maraym1118
@maraym1118 Жыл бұрын
Amen imana igukomeze naco uzoba kuko yesu arikumwe nawe kuko niyo yagutorananije😊😊
@nadinehaberisoni7103
@nadinehaberisoni7103 Жыл бұрын
Yoo nari nababaye nukuri imana ishimwe ko wagumye mugihugu❤
@francinenduwimana1413
@francinenduwimana1413 Жыл бұрын
Eglise iriheh duh adresse muzoba mukoze
@Yesunumukiza
@Yesunumukiza Жыл бұрын
Église MINEVAM KIGOBE. En face ya salle de réception "La LUNA".
@nizigamadiane6151
@nizigamadiane6151 Жыл бұрын
Amen.Imana Impe kuzoba muriryo kanguro
@nazairemutabazi8466
@nazairemutabazi8466 Жыл бұрын
Ndakunda mukozi w' Uhoraho Imana igukomeze caneeee❤
@solange51
@solange51 Жыл бұрын
Amen 🙏 Imana ikongere amavuta mukozi w’Imana.
@kezakelia9302
@kezakelia9302 Жыл бұрын
Ubalikiwe sana mtumishi wa mungu
@emmamariemukangwije709
@emmamariemukangwije709 Жыл бұрын
Yesu ashimwe niweukondesheshwe muganga wabaganga 🙌🙌🙌🙌🙏🙏🙏
@mugisharaissa9973
@mugisharaissa9973 Жыл бұрын
Imana izigame umuvyeyi wa mahanga🙏waratoranijwe🥰
@naomendayishimiye2214
@naomendayishimiye2214 Жыл бұрын
Amina
@zubbedatt2771
@zubbedatt2771 Жыл бұрын
Mungu akujaze bguvu na ahendeley kuku paka mafuta nahalinde famili yako ameeenaaa🙏🙏🙏🙏
@NiyonsabaYvette-s6c
@NiyonsabaYvette-s6c 27 күн бұрын
Ndanezerewe Niki kiganiro nahakuye agakiza umwami yesu nahabwe icubahiro
@NiyonsabaYvette-s6c
@NiyonsabaYvette-s6c 27 күн бұрын
Amen
@felicitentakirutimana8424
@felicitentakirutimana8424 Жыл бұрын
Murampezagira caane
@kimikab
@kimikab Жыл бұрын
Yesu ashimwe ko yakiriye amasengesho yacu❤
@NkunzimanaAlice-tq1mw
@NkunzimanaAlice-tq1mw Жыл бұрын
Amina
@clarissabellaterimbere6073
@clarissabellaterimbere6073 Жыл бұрын
ameeeeennnn yesu ahabw icubahiro
@MukeshimanaClaudine-pb8lf
@MukeshimanaClaudine-pb8lf Жыл бұрын
Umwami Yesu ashimwe ku bwanyu Chris 🙏
@Jesus_is_the_Lord024
@Jesus_is_the_Lord024 Жыл бұрын
Ikanguro rizova iwacu❤
@benignemugisha7813
@benignemugisha7813 Жыл бұрын
Amen.Imana Ishimwe cn
@NduwayezuMireille-g7t
@NduwayezuMireille-g7t Жыл бұрын
Muhezagirwe
@BeoLe-v5f
@BeoLe-v5f Жыл бұрын
Amen 🙏🙏🙏🙏🙏 imbaraga zawe mana
@mperafifi20
@mperafifi20 Жыл бұрын
Warakoze YESU
@gag257
@gag257 2 ай бұрын
Yesu abahe umugisha
@GakiDriman
@GakiDriman 3 ай бұрын
Amen 🙏 🙏 🙏 🙏
@hosianejoseejosee184
@hosianejoseejosee184 Жыл бұрын
Amen mufashe gusenga najye
@kariraregine4215
@kariraregine4215 Жыл бұрын
Yesu ashimirwe kurinda kwe!
@sorellentamag4023
@sorellentamag4023 Жыл бұрын
Amen 🙏 gloire à DIEU TRÈS HAUT au nom de JÉSUS-CHRIST
@reemaalwad3ani616
@reemaalwad3ani616 5 ай бұрын
Ameeeen🙏🙏🙏🙏🙏
@FesaliIrakoze
@FesaliIrakoze 5 ай бұрын
Ameni mushikirizwa wacui
@bellacaramella2196
@bellacaramella2196 7 ай бұрын
Amen 🎉
@imleen3909
@imleen3909 Жыл бұрын
Ameen.
@MiriamNachiwara
@MiriamNachiwara 7 ай бұрын
Ameen
@nonomatuba7787
@nonomatuba7787 Жыл бұрын
Nous entendons en français
@mperafifi20
@mperafifi20 Жыл бұрын
Warakoze Yesu
@imleen3909
@imleen3909 5 ай бұрын
Amavuta
@KamweJean
@KamweJean Жыл бұрын
Safi
@alinemabiala4968
@alinemabiala4968 Жыл бұрын
Nukuri ndafashijwe
@gag257
@gag257 2 ай бұрын
Yesu shimwa
@florentinelopes6540
@florentinelopes6540 Жыл бұрын
Shalom papa Chris
@omanmuscut4160
@omanmuscut4160 Жыл бұрын
Amen Amen 🙏🙏 bash ndababaz iy Eglise iriheh munyishur??
@mukasekurujudith5884
@mukasekurujudith5884 Жыл бұрын
Amen amen imana iduhane umugisha
@hadijahnajran8645
@hadijahnajran8645 Жыл бұрын
Akarinyuma karahinda❤
@igabanezasablinciel4218
@igabanezasablinciel4218 Жыл бұрын
Amen muhezagirw cyan
@mugishajoshua618
@mugishajoshua618 Жыл бұрын
Glory be to Jesus Christ
@deborahofficial6154
@deborahofficial6154 Жыл бұрын
God bless you 🙏🏻
@KanyenyeliYvette
@KanyenyeliYvette 2 ай бұрын
Uwiteka okomeze agusige amavuta
@ninzizaqueendanielle9606
@ninzizaqueendanielle9606 Жыл бұрын
Amen Amen hallelujah Jesus's is good
@dativenibitanga5274
@dativenibitanga5274 Жыл бұрын
Uzudushoboze Mana
@RodrigoMalo6795
@RodrigoMalo6795 2 ай бұрын
Amén
@yeeyeehtun2874
@yeeyeehtun2874 Жыл бұрын
Amen amen imbara zawe mana
@arnaudnganji7702
@arnaudnganji7702 Жыл бұрын
Aaameeen🙏🙏🙏
@Godefroid-mx9dn
@Godefroid-mx9dn Жыл бұрын
Ameeeeeeeenaaaaaaaaaa
@jacquelineuwimana9123
@jacquelineuwimana9123 Жыл бұрын
Amena🙏🙏
BANZA UMPE ICO MFUNGURA by Chris NDIKUMANA
54:09
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 47 М.
UMURYANGO UKINGUWE NA NDIHO par Chris NDIKUMANA
1:01:12
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 108 М.
Trick-or-Treating in a Rush. Part 2
00:37
Daniel LaBelle
Рет қаралды 46 МЛН
Can You Find Hulk's True Love? Real vs Fake Girlfriend Challenge | Roblox 3D
00:24
INYUNGU YO KWIHANGANA by Chris NDIKUMANA
58:38
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 21 М.
MOUNTAINS HAVE EARS by Chris Ndikumana
56:54
Chris Teachings
Рет қаралды 7 М.
IBINTU BITANU BITUMA ISENGESHO RIGIRA INKOMEZI by Chris NDIKUMANA
1:09:19
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 435 М.
UTABAYE MASO ARAKUROTSA by Chris NDIKUMANA
56:32
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 55 М.
VYOBA BIGIKENEWE GUTANGA IKIMAZI ? by Chris NDIKUMANA
50:02
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 29 М.
ISENGESHO RIFISE AGACIRO by Chris NDIKUMANA
56:47
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 118 М.
Trick-or-Treating in a Rush. Part 2
00:37
Daniel LaBelle
Рет қаралды 46 МЛН