Urufunguzo rwakinguye umuryango wo gutabarwa kwa JOELLE & BIENVENU/Urugendo rw'imyaka 15 dutegereje

  Рет қаралды 10,313

Agakiza TV

Agakiza TV

Күн бұрын

Пікірлер: 43
@eliasbizimana4403
@eliasbizimana4403 Жыл бұрын
Intahe yanyu yarankomeje caaane , inyuma yo kuyumva nanje Imana Yaranyibutse inyuma y'imyaka 12 ,Haleluya Imana Yacu Irakomeye
@bienv2021
@bienv2021 Жыл бұрын
Imana ihabwe icubahiro
@bakundefanny2392
@bakundefanny2392 Жыл бұрын
Imana yarakoze
@musaberuth7467
@musaberuth7467 Жыл бұрын
Umuganga wanjye, incuti yanjye, umuvandimwe, Imana yaragukoresheje uhindura ubuzima bwanjye meze neza niyumva neza. Twifatanije namwe kubw'iryo shimwe, Imana iteturura abayo ni ishimwe nukuri. Imana irakora💪👍
@bienv2021
@bienv2021 Жыл бұрын
Urakoze cane, Imana ishimwe kandi ikomeze kukugirira neza
@Amahoro14
@Amahoro14 Жыл бұрын
Imana iguhezagire Mukozi w’Imana . Amacumu azoshingurwa mw’izina rya Yesu 🙏🏽
@speciosenshimirimana7096
@speciosenshimirimana7096 Жыл бұрын
Mwaramuste neza , ndakwingize mukozi w'Imana umpe nimero zawe kugira tuganire kurako kantu kokwizera muzoba mukoze, kandi muhezagirwe kuriyo ntahe yawe.
@blandine-ezerntabwoba5856
@blandine-ezerntabwoba5856 10 ай бұрын
ufite ubuhamya bwiza mwenedata. Imana ihabwe icyubahiro kandi itabare n' abandi bose bayihungiraho
@joselyneshugweryimana4798
@joselyneshugweryimana4798 Жыл бұрын
Ndafashijwe peee nintahe yomuhira Mugifu ,nokuronka uruvyaro Mana ndagushimiye nukuri Urumukozi wumuhanga🙏🙏🙏🙏🙏
@AliceUwimana-yp1pl
@AliceUwimana-yp1pl Жыл бұрын
Imana ishimwe cane ishingura amacumu, Hama abari kure ako gafunguruzo natwe turakeneye kukamenya kuruta
@speciosenshimirimana7096
@speciosenshimirimana7096 Жыл бұрын
Murakoze ndabonye nimero zanyu muhezagirwe.
@alicekayihura3845
@alicekayihura3845 Жыл бұрын
Que Dieu tout puissant vous bénisse.Vraiment KWIZERA ni ijambo rigufi ariko rifite sens iri trés vaste,rikwiye gusesengurwana ubwitonzi n'ubushishozi. Murakabyara!
@bienv2021
@bienv2021 Жыл бұрын
Urakoze cane
@MelanceNdayisenga-vt2gp
@MelanceNdayisenga-vt2gp 11 ай бұрын
IMANA DUSENGA IRAKOMEYE CANE🙏🙏🙏
@joselyneshugweryimana4798
@joselyneshugweryimana4798 Жыл бұрын
Manaweeeee!!!!! Himbazwa urumuhanga🙌🙌🙌🙌🙌
@nsabimanajeanne9568
@nsabimanajeanne9568 11 ай бұрын
Imana ishimwe
@oliveiradukunda8299
@oliveiradukunda8299 Жыл бұрын
Imana iguhe umugisha ikongere nabandi bana benshi ukomeze wamamaze ishimwe ryayo. Umuntu utizera Imana ntazanayibona kuko ubwo ntiyizeye nisezerano yaduhaye ryubugingo buhoraho. Imana itwongerere ukwizera 🙏🙏🙏
@bienv2021
@bienv2021 Жыл бұрын
Imana idufashe
@joselyneshugweryimana4798
@joselyneshugweryimana4798 Жыл бұрын
Nukuri iyakoze biriya izakora nibindi🙏🙏
@christellakanyange4094
@christellakanyange4094 Жыл бұрын
Amen Imana yarakoze kubaha abana.Natwe tugitegereje turizeye ko Imana izoduha abana.
@bienv2021
@bienv2021 Жыл бұрын
Imana yumve ukwizera kuri mw isengesho ryanyu
@musaberuth7467
@musaberuth7467 Жыл бұрын
Haleluyaaaa Imana ishingura amacumu👏👏🙌🙌
@LoppHop-py4xp
@LoppHop-py4xp Жыл бұрын
Imana ihimbanzwe ndababonye ndi Jacques umwe mwabaga ndabaramukije Imana ihimbanzwe
@bienv2021
@bienv2021 Жыл бұрын
Mwiriwe neza Jacques
@gikundirorosette6518
@gikundirorosette6518 Жыл бұрын
Amacumu ashinze mu mugababane wabagitegereje urubyaro ashinguke mwizina rya Yesu
@bienv2021
@bienv2021 Жыл бұрын
Amen
@Amahoro14
@Amahoro14 Жыл бұрын
Ameeen !
@justinenibogora7847
@justinenibogora7847 Жыл бұрын
Ndanezerewe cane kubwanyu. Ndashimiye Imana bidasanzwe. Toutes mes félicitations couple Bienvenu. Imana yacu irakomeye pe.
@bienv2021
@bienv2021 Жыл бұрын
Amen
@kumukerarose3350
@kumukerarose3350 Жыл бұрын
Wooow,Imana ishimwe shenge
@jeanninewilliams8961
@jeanninewilliams8961 Жыл бұрын
Be blessed 😍😍
@gloriahakizimana6764
@gloriahakizimana6764 Жыл бұрын
Ameen.
@pascalbyiringiro3622
@pascalbyiringiro3622 Жыл бұрын
Imirimo y Imana iratangaje niyo kwizera gusa
@AnnahNgabire
@AnnahNgabire Жыл бұрын
Imana ishingure icumu iwange maze imyaka 10 nsengera cyane nange babwiye ko bitazashoboka
@bienv2021
@bienv2021 Жыл бұрын
Amen
@jinamajody
@jinamajody Жыл бұрын
Ndabihamya gwose ko ubwoba ari umwansi wo kwizera
@bienv2021
@bienv2021 Жыл бұрын
Cane
@joyeusenikundana3176
@joyeusenikundana3176 Жыл бұрын
Nubwo ntaco ndabona urandemeshe,none nfasha gushingura idyaha iwacu.
@alinemukakalisa2224
@alinemukakalisa2224 Жыл бұрын
Humura bizakunda Imana ninziza❤
@UFTele
@UFTele Жыл бұрын
Mbega akana gasa na Papa we
@bienv2021
@bienv2021 Жыл бұрын
Merci
@raymondbirasa5436
@raymondbirasa5436 Жыл бұрын
IMANA ISHIMWE KU BWANYU. IMANA IRACYAKORA🙌
@joselyneshugweryimana4798
@joselyneshugweryimana4798 Жыл бұрын
Ndafashijwe peee nintahe yogukira Mugifu ,nokuronka uruvyaro Mana ndagushimiye nukuri Urumukozi wumuhanga🙏🙏🙏🙏🙏
Chain Game Strong ⛓️
00:21
Anwar Jibawi
Рет қаралды 41 МЛН
小丑教训坏蛋 #小丑 #天使 #shorts
00:49
好人小丑
Рет қаралды 54 МЛН
Cheerleader Transformation That Left Everyone Speechless! #shorts
00:27
Fabiosa Best Lifehacks
Рет қаралды 16 МЛН
UMURIMO W'UMWUKA WERA MU MUTIMA W'UMUNTU |Pastor Desire H.
51:38
Agakiza TV
Рет қаралды 150 М.
Chain Game Strong ⛓️
00:21
Anwar Jibawi
Рет қаралды 41 МЛН