Urukundo ruraryoshe🥰 Pastor Jeff na Edith😍/nasengeye umugabo kenshi/bateranye imitoma/My Journey🥰

  Рет қаралды 17,561

Siren Vibes TV

Siren Vibes TV

Күн бұрын

#sirenvibestv #myjourney

Пікірлер: 73
@sirenvibestv
@sirenvibestv Жыл бұрын
Mwiriwe ku bakunzi ba Siren Vibee ariko cane cane ku bakunzi b’ikiganiro “My Journey “ Twari tumaze imisi itari mike ikiganiro kitaboneka, turasavye imbabazi ntivyatuvuyeko, bavuga ngo “Ivyuma ntibisezerana” Uyu musi rero twabateguriye ikiganiro kiryoshe caaaneeee😍😍 kiza gutera intege aba jeune batari bake bitegura gushinga Ingo ziryoshe. Turigira ku nkuru y’urukundo ya Pastor Jeff BALUKU na Madam wiwe Edith CIMPAYE😍 PS: Ntimwibagire gusangiza abagenzi banyu link y’iki kiganiro🫶🏽❤️ Ku bifuza kugira ico baduterereye yaba uburyo Canke ivyiyumviro mwoturondera kuri 76711802 (WhatsApp Only)
@mucomuco127
@mucomuco127 Жыл бұрын
Ozzie Merci pour tes émissions! 🎉Uratumira Chris Ndikumana turagusavye…
@AliceNdayikengurukiye
@AliceNdayikengurukiye 13 күн бұрын
Yoooo paster wama déchiré oyaa ndavyase nukurii.nubwo mutoraba ivyo nkora mworaba ivyo mvuga iyo déchiré siyooo kumukozi w'Imana
@christellekimana7400
@christellekimana7400 9 ай бұрын
Muri abantu beza Jeff & Edith .Ndabafana
@niyubuntualine233
@niyubuntualine233 11 ай бұрын
Biraryosh cane m pasteur yambay déchiré 🥱
@kg7285
@kg7285 Жыл бұрын
Sha jewe sinkijijwe ariko uyumu Pasteur numva nadamukunze cane nuwambere nemeye
@kabuturachupi1389
@kabuturachupi1389 Жыл бұрын
Quelle bonne émission éducative! Ça vaut la peine d'en écouter jusqu'à la fin.
@kalisayvan1525
@kalisayvan1525 Жыл бұрын
oh God i Love this man of God
@gacutimariefreddyne6419
@gacutimariefreddyne6419 Жыл бұрын
Basha nukur iyi émission ihez na Publicité iciyemw sindayihanganira pe❤❤❤ndabakuuunda basha Paster Jeff ukijije neza ntiwishushanya vrm uratesa saaaan ikind vrm Uri open saaaan❤❤❤❤
@pamellansengiyumva
@pamellansengiyumva Жыл бұрын
Ukuntu Past Jeff araba Mme wiw ariko aravuga🥰😂 Ndabakunda cane🥰
@clarissabellaterimbere6073
@clarissabellaterimbere6073 Жыл бұрын
😂😂😂😂
@jeanpaulmuhanuzi1986
@jeanpaulmuhanuzi1986 Жыл бұрын
Urakoze Jeff you speaks kirundi well.Happy family
@irleneakimana3718
@irleneakimana3718 Жыл бұрын
bravo ahubwo arazi ikirundi nukuri 👌🏿👌🏿🙏🏾
@nisuperman
@nisuperman Жыл бұрын
Respect Pasteur Jeff n'umutambukanyi wiwe! Imihezagiro myinshi muvyanyu. Ndatangaye ingene avuga ikirundi neza, aragisumba kubazi Townaire Kelly. 😂
@hortenseiradukunda6226
@hortenseiradukunda6226 Жыл бұрын
😂😂😂😂😂
@emilien2298
@emilien2298 Жыл бұрын
Heureuse de revoir Edith C. Namuheruka kwishure
@austingracendayisenga7065
@austingracendayisenga7065 Жыл бұрын
waaaawooo my Favo Couple my post jeff I love you Guys 💖💖💖💖💖💖💖💖💖💖💖
@josgas
@josgas Жыл бұрын
iyi couple niya bien hama uyumu pastor ari trr cool
@bernicemugisha9318
@bernicemugisha9318 Жыл бұрын
Émission yari iryosheee caneeee 😍😍ils sont beaux et complémentaires 👌🏾👌🏾
@nadgashi7827
@nadgashi7827 Жыл бұрын
Tout a fait. Barahise trop ❤
@mugikoniiwacu296
@mugikoniiwacu296 Жыл бұрын
Dis couple is very sweet ❤
@dianeinamwiza
@dianeinamwiza Жыл бұрын
Mbega umugabo yagize integration gushika naho avuga ikirundi,chapeau monsieur,uzi ko ukirusha abantu benshi baba a buja,bavukiyeyo mugabo batakizi,ndizeye ko bumvise uvuga ikirundi bagira isoni
@christabellaininahazwe6066
@christabellaininahazwe6066 Жыл бұрын
✌🏼✌🏼✌🏼✌🏼✌🏼✌🏼naba grave trop baratesa sha🥰🥰
@niyonkurukennyfrids6694
@niyonkurukennyfrids6694 Жыл бұрын
Flowers to the best couple 🌹🌹🌹🌹🌹
@ornellabanezerwe2640
@ornellabanezerwe2640 Жыл бұрын
I really love them God bless you people of God
@belladagnesniyoyankana822
@belladagnesniyoyankana822 Жыл бұрын
Merci Hosy,uzana abantu bavuga vyiza cane
@lucieblessing5807
@lucieblessing5807 Жыл бұрын
ikiganiro ciza vrt ariko iyo dechiré kumu pasteur wapi
@jordynzoomsin2701
@jordynzoomsin2701 Жыл бұрын
Soo lovely ❤❤❤
@kanezalysebella2029
@kanezalysebella2029 Жыл бұрын
My favorite people ❤️ 💓 I really love you ❤❤
@muhozadelicia1971
@muhozadelicia1971 Жыл бұрын
Ndabafana❤❤
@jacquelinendayi6858
@jacquelinendayi6858 Жыл бұрын
Hosy wambaye neza cane very pretty
@bellardnijimbere1423
@bellardnijimbere1423 Жыл бұрын
Iyi émission yuyu musi ndayikunze
@hortenseiradukunda6226
@hortenseiradukunda6226 Жыл бұрын
They are beautiful ❤❤❤
@uwitanzenoel6807
@uwitanzenoel6807 Жыл бұрын
Murakoze pastor Jeff and Edith,ikiganiro kiraryoshe cane
@godsgrace6820
@godsgrace6820 Жыл бұрын
Iyo mpuzu ntiberanye n'ijunja ry'uwuyambay n'ukuri ariko rero ndakunze ukuntu avuga ikirundi
@clarissabellaterimbere6073
@clarissabellaterimbere6073 Жыл бұрын
arazi ikirundi caaan😮
@EvangelineIrakoze-bu7kf
@EvangelineIrakoze-bu7kf Жыл бұрын
N'a pasta arambara Deshire kwl ?
@chriscomedie5691
@chriscomedie5691 Жыл бұрын
Déchirée nyen pastor mukama wanj okk
@holinessamandine9047
@holinessamandine9047 Жыл бұрын
Ikiganiro ciza.
@mariamsakora2818
@mariamsakora2818 Жыл бұрын
Pasteur wumuniga kbx uramboner iyo pantalo yambay yadechil😂😂😂
@hakizimanavenant-ty4mz
@hakizimanavenant-ty4mz Жыл бұрын
Yatwitse😂😂
@Isimbizi
@Isimbizi Жыл бұрын
Pastor wambaye dechire walahi
@alicendikuriyo4936
@alicendikuriyo4936 Жыл бұрын
Déchire niyo yishe ibintu
@kikikiki579
@kikikiki579 Жыл бұрын
Let me ask Pastor Jeff arazi ikirundi??😂😂 wow am completely shocked
@JoselyneNdayikeza-zb5qm
@JoselyneNdayikeza-zb5qm 8 ай бұрын
Nibindi turacabibona si déchire gusa ariko Mme wiwe azaramuhanura amwereka inyambaro zikwiranye nabakristo ubundi abanyeshengero biwe bo bazoza bambara gute pasteur yambaruko😢😢 ntitwumviriza amajambo gusa oya na comportement ziravuga ubutumwa cank zikabwica
@mariendayishimiye8932
@mariendayishimiye8932 Жыл бұрын
Waouu😍😘♥️🇧🇮
@belladagnesniyoyankana822
@belladagnesniyoyankana822 Жыл бұрын
Pastor Jeff
@gacutimariefreddyne6419
@gacutimariefreddyne6419 Жыл бұрын
Yooooo ndapfuye nikirundi ciwe weeeeee😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@kalyka4107
@kalyka4107 Жыл бұрын
Nukuri arakirusha nabantu bavukiye i Burundi bamwe bamwe
@christinesemuto940
@christinesemuto940 Жыл бұрын
None uyu si umurundi? Ko asa nabo?
@jilu1095
@jilu1095 Жыл бұрын
Ati pastor uuuuu 😂😂😂😂😂nideshire nyene sha oyaaa kwel umukozi w lman nijisho ryabandi iyonyambaro wapi
@Bakariijr
@Bakariijr Жыл бұрын
Sinzi society urimwo ariko ndagutahura inyamboro nikindi kintu
@esther8032
@esther8032 Жыл бұрын
ntuzorabire umuntu mubigaragara tubamenyera muvyamwa bama.
@esther8032
@esther8032 Жыл бұрын
🎉🎉❤
@mugishaeloi6326
@mugishaeloi6326 Жыл бұрын
Amen
@malkiahouse6036
@malkiahouse6036 Жыл бұрын
❤❤❤
@mberincuti
@mberincuti Жыл бұрын
👌
@nishimwealice7001
@nishimwealice7001 Жыл бұрын
Gusa nivyiza ariko sinaribwabone pasiter ymbara deshire😂😂
@izereariella5039
@izereariella5039 Жыл бұрын
😂
@NezerweNelly-pd8lg
@NezerweNelly-pd8lg Жыл бұрын
None iyo déchiré kumukozi wImana ntibisa neza vrt
@bishazachristella8849
@bishazachristella8849 Жыл бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤
@arcada86
@arcada86 Жыл бұрын
ISHIKANWA RY'IMPUZU KWA PASTEUR NDARYEMEYE, seulement Pantalons.
@Ida35715
@Ida35715 Жыл бұрын
Muvyavuzwe vyose, muvyo wumvise vyose, igikenewe wabonye ari ishikanwa y'ipantaro 😮😮😮
@sirenvibestv
@sirenvibestv Жыл бұрын
@@Ida35715merciiiii
@dushimemilka1696
@dushimemilka1696 Жыл бұрын
😂😂😂😂😂 uru muntu mwiza
@christinesemuto940
@christinesemuto940 Жыл бұрын
None se ava mugihugu kihe? Si umurundi!?
@akimanajoelle7965
@akimanajoelle7965 Жыл бұрын
🥰🥰🥰
@rachel_igiraneza
@rachel_igiraneza Жыл бұрын
😍😍😍🔥🔥🔥🔥
@jilu1095
@jilu1095 Жыл бұрын
Nivya2023😂😂😂😂
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp Жыл бұрын
🥰🥰🥰🥰💞💞
@emmanuelnibaruta5834
@emmanuelnibaruta5834 Жыл бұрын
Za muraduga kurondera amakuru hanze nk umukubito nabandi erega abandi ntibakeneye kuraba ayo masurwe yanyu
@gombeyemelance8510
@gombeyemelance8510 Жыл бұрын
sha pasteur widechire, Imana niyo izi ukuri. jewe ntaco novuga. gusa ndazi uwo nkwirikira.
@duraduura3726
@duraduura3726 Жыл бұрын
❤❤
L' HEURE DU REVEIL MERCREDI 16 OCTOBRE 2024   SISTER LATOUCHE
20:56
Les Appelés De Dieu
Рет қаралды 20
Life hack 😂 Watermelon magic box! #shorts by Leisi Crazy
00:17
Leisi Crazy
Рет қаралды 79 МЛН
🕊️Valera🕊️
00:34
DO$HIK
Рет қаралды 6 МЛН
龟兔赛跑:好可爱的小乌龟#short #angel #clown
01:00
Super Beauty team
Рет қаралды 11 МЛН
Sunday Sermon" Let The Image of Christ be Formed in You" by Pst. Rev. Jean-Marie Ndayishimiye
1:44:53
EDEN GARDEN CHRISTIAN FAMILY CHURCH OF GOD
Рет қаралды 62
UNE FAMILLE DE OUFF EPISODE 87 : MINYEM LE BAILLEUR
34:08
Aimée Virgile MAKOUGOUM- Tata Mimie
Рет қаралды 20 М.
Busy Being Born Episode 59  Joyce Musoke
2:10:16
The Busy Being Born Podcast
Рет қаралды 156