Uyu mugabo amaze imyaka 25 Abayeho Nkabagore | Afite umugore Nabana | Ntawizerako atari umutinganyi

  Рет қаралды 363,996

Afrimax TV

Afrimax TV

Күн бұрын

Mu Burundi hari umugabo wigize umugore mugihe cyingana n’imyaka 25 yose kandi aracyakomeje, yambara imyenda yabagore, agakora imirimo y’abagore, ndetse no mu ijwi avuga nk’abagore ,igitangaje nuko atari umutinganyi kuko ubu afite umugore nabana bane.
Uyu ni muntu ki? Ni iki gituma atitwara nk’abagabo? Nibibabazo byamujeho? Niryari abantu babimenyeye?
#AfrimaxEnglish #AfrimaxFrancais #AfrimaxEnglish

Пікірлер: 225
@manundayi2409
@manundayi2409 2 жыл бұрын
Sha ntabeshe peee mugihe cintambara kwitwa umuhungu canke umugabo cari kibazo gikomeye cane kweli ndavyibuka pee😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭 Yagize ihungabana rikomeye peee
@uwiragiyejeanpierreofficia7377
@uwiragiyejeanpierreofficia7377 2 жыл бұрын
Umuntu Uhita wirukira 🏃🏃🏃muri comment nkajye😂😂😂 Nankorere kuriyi photo yajye unkandire kuri subscribe Wikomereze kureba ikiganiro😂
@dusengimanamarie6195
@dusengimanamarie6195 2 жыл бұрын
Yoooo 😭😭 ndumva mbuze icyomvugape ,gs ndishimye cyane rwose ndumva amaranga mutima arimeshi. Burya ikintu cyagukijije cg umuntu ntiwamwibagirwa. Rero nishimiye kobiyakiriye kd bakaba babanye neza. Imana ikomeze umubanowabo .🙏🙏
@eugeniedushimimana132
@eugeniedushimimana132 2 жыл бұрын
Nanjye ndumva amosozi. Imana izamurindire ubuzima n'ubugingo.
@dusengimanamarie6195
@dusengimanamarie6195 2 жыл бұрын
Kbx
@betachoiceartstudio8788
@betachoiceartstudio8788 2 жыл бұрын
Uyu mugore we aramukunda disi. This is true love!!
@AHERACYANE
@AHERACYANE 2 жыл бұрын
Wandemeye ukankandira kwifoto Yesu aguhe umugisha
@hagenimanacassien7655
@hagenimanacassien7655 2 жыл бұрын
nyamara byaramukijije nukuri binkoze kumutima😢
@annonciatteahishakiy3693
@annonciatteahishakiy3693 2 жыл бұрын
Afrimax mwubahwe Kuko muduhaye amakuru yomuburundi yananiwe nogutohoza abanyamakuru bino.ahubwo Baja kumufyinatisha batamubaza impamvu.mrciiii bcp mnari nifuza kumenya baby ivyiwe
@nduwimanaaisha5935
@nduwimanaaisha5935 2 жыл бұрын
Barabakurikirany ahubwo wew nimba atavyo wabony
@yezadiyezadi3386
@yezadiyezadi3386 2 жыл бұрын
Aba kunkengera zabujumbura ndamuzi
@shejaclaire566
@shejaclaire566 2 жыл бұрын
None icyabimuteye KO cyashize yakongeye akagaragara nkumugabo ahubwo barinjiriwe ntibabimenya
@munezeromarieyvette9634
@munezeromarieyvette9634 2 жыл бұрын
Yagize ihungabana
@raissafabien4285
@raissafabien4285 2 жыл бұрын
Iri n ihungaban sha😭😭
@UmutoniwaseFausta
@UmutoniwaseFausta 6 күн бұрын
Ashimire imana yamukijije intambara . Ahubwo nasenge imana imuhindure rwose
@cesariehakizimana429
@cesariehakizimana429 2 жыл бұрын
Ingorane ziriho,har'abantu bakunda kugumya ibanga ryabo badashima gushira hanze ubuzima bwabo bwinyegeje ,biraboneka Ku maso y'uwo mugabo KO afise ibibazo,umugore nawe agashima kumugumiriza ibanga nanone barubakanye kandi babanye atariko ameze , : Urwo nirwo rukundo nyarwo mu bubakanye.komera.
@manimfasheansaansa7548
@manimfasheansaansa7548 2 жыл бұрын
Nanje ndabihamyak ar se vyomp kuk afis namaber
@donatilletuyishime9063
@donatilletuyishime9063 2 жыл бұрын
Uwapfuye yarihuse 🙆kubona umugabo yigiragutya? Afite uwakorera umutegeka kwigiragutyo urabonako abazimu bamugose hose kwitobagura sinakubwira mu izina rya Yesu nirukanye imyuka mibi
@marymiranda6646
@marymiranda6646 2 жыл бұрын
Yooo ni ihungabana disi
@jadoandyoweri2837
@jadoandyoweri2837 2 жыл бұрын
Afremaxtv you are the best 🥺❤️
@cyuzuzoinnocent204
@cyuzuzoinnocent204 2 жыл бұрын
Turabashimiye cyane afrimax TV mutugezaho inkuru nziza
@mutabazidivine9344
@mutabazidivine9344 2 жыл бұрын
Baby na Irambona . My love story😭😭😭😍😍😂😂😂
@gadmayugi7960
@gadmayugi7960 2 жыл бұрын
Yoooo 😢😭😭😭😭 anteye agahinda kenshi. Ese Imana yamurinze urupfu yomutabara!
@madimadi3112
@madimadi3112 2 жыл бұрын
Yesu nkorera azagire icyo akora uyu mugabo yongere Abe umugabo abana be bazakure babona yabaye umugabo
@jackykanyange7213
@jackykanyange7213 2 жыл бұрын
Ivyo nukubesha none twebwe ntituba muburundi? Hubwo namba aringwara yagwaye, ntanisoni ngo nukubera intambara, nagende hariya niwe mugabo wenyene yaba muburundi? Arafise amadayimoni
@greechebrew5211
@greechebrew5211 2 жыл бұрын
Ahubwo se ko mbona ajunjamye??? Ni ubwitonzi bw'aba baby?
@mamithalebrun9956
@mamithalebrun9956 2 жыл бұрын
Ntimugace imanza jyewe mbona buriwese yakagombye kubaho uko ashaka mubuzima bumuhaye amahoro pe
@miburoemeline4070
@miburoemeline4070 2 жыл бұрын
Ivyo ubisoma hehe?
@hakuzimanafeliciencharles7490
@hakuzimanafeliciencharles7490 2 жыл бұрын
Yarahungabanye disi gusa lmana ishimwe kuba ariho.Ntabwo arega dushaka intambara abanyapolitike bige koroherana no kuyobora neza.😍
@claudineclaudine6145
@claudineclaudine6145 2 жыл бұрын
Yaratew nabadayimoni nn nya ntambara ntiyaheze ahubw afise iyi myuka mibi yamugiyemw mbg ko yank izina ryiw ivyovyo nibik ng bebb abazimu gs
@caritasnduwayezu4851
@caritasnduwayezu4851 2 жыл бұрын
Ihungabana. Intambara yishwe vyinshi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@gygygyslaine5016
@gygygyslaine5016 2 жыл бұрын
ibaze ivyangobwa vyabagabo imitwarire yubagore😂vyaranseko agirigihagararo cabagabo😋Imana imutabare
@alianenyinawumuntu8835
@alianenyinawumuntu8835 2 жыл бұрын
Ndumiwe Koko Imana yo mwijuru ikurengere
@chimyornyvette3883
@chimyornyvette3883 2 жыл бұрын
Baby wa nyumbani😂😂 🇸🇦🇧🇮🥰
@belysekampemana4732
@belysekampemana4732 2 жыл бұрын
Nihatari
@upendowakwelinaamani1060
@upendowakwelinaamani1060 2 жыл бұрын
Mm jiaelewa hii ruga niambie ilikuaje hadi akawa mwanamke na wakati yeye ni mwanaume na anamke na watoto
@chimyornyvette3883
@chimyornyvette3883 2 жыл бұрын
@@upendowakwelinaamani1060 ni mwanaume anava nguo za wanawake😅😅,anawatoto wa4 namke mumoja
@upendowakwelinaamani1060
@upendowakwelinaamani1060 2 жыл бұрын
@@chimyornyvette3883 yaan mim nilijua ni wale wanaume wanaopendana wanaume kwa wanaume yaan waleashoga sasa huyu kumbe yeye ni anapenda kuvaa mavazi yakike hadi anatembea kama wanawake na anajua kujiremba anamzidi mkewake jamani dunia hii inatupeleka mbio sana kwakweli🤣
@chantalmugisha6454
@chantalmugisha6454 Жыл бұрын
hhhhhhh cha sammuel ndamuzi kuva kuntango gushika azanye umugore twarakuranye naho avuka tura babanyi nibombo rimwe😂😂
@guzutoni5346
@guzutoni5346 2 жыл бұрын
Ngaaaahoo! Intambara weee!! 😔😔😔
@ndorimanaelesie4512
@ndorimanaelesie4512 2 жыл бұрын
Intambara yatwigishije byinshi ngaho dore isigaye ihindura abagabo abagore yewe twarumiwe.
@UwimpuhweJuwayezu
@UwimpuhweJuwayezu Ай бұрын
Ubuse ararongora we😊😊😊😊
@Joyeux1996
@Joyeux1996 2 жыл бұрын
Nonese umunyamakuru arigusobabura ikirundi kandi byose bivugikakimwe nikinyarwanda?
@mariamirakoze7299
@mariamirakoze7299 2 жыл бұрын
Baby oooh na na😂😂😂yabaye icamamare.
@fleurytufle
@fleurytufle 2 жыл бұрын
This Burundi🇧🇮🇧🇮😆🤝
@marieclaire6535
@marieclaire6535 2 жыл бұрын
Ndumiwe gusa ntakindi🤔isi yaheze🙃
@mpawenimanaaline6576
@mpawenimanaaline6576 2 жыл бұрын
Manaweeee abarundi tumusenger kand nuwomugor wiwe iyaba yasenga yomusengey. Kuk nimba yabikoz kubwintambara yariguca abivamw hama akabandany ubuzima rer uwonumudayimoni ubarimw peeer
@janviermfitumukizq1701
@janviermfitumukizq1701 2 жыл бұрын
Afrimax murakora pe!
@kalisaeu68
@kalisaeu68 2 жыл бұрын
Ndahwereye
@DavidNshimiyimimana
@DavidNshimiyimimana 6 ай бұрын
Hhhhhhh mukomerezah kbx muradutwikira peeeee
@igihozosandrine6762
@igihozosandrine6762 2 жыл бұрын
ngo bishimiye uko babanye ariko ntimukabeshye ahubwo bafite umutwaro utaboreheye Yesu abagirire neza pe
@sarttsa9118
@sarttsa9118 2 жыл бұрын
Mana 🙈🙈🙈🙈🙈🇧🇮🇧🇮
@actionnowtv8
@actionnowtv8 2 жыл бұрын
Afrimax LTD l love you
@mugabarigirajeanbaptiste5357
@mugabarigirajeanbaptiste5357 2 жыл бұрын
tubarinyuma
@aishanizeyimana8763
@aishanizeyimana8763 2 жыл бұрын
Genda Afrimax uranyemeje pe!we undutohoreje amakuru yiwacu i Burundi kd atayo twari tuzi.
@besttoptvrwanda5796
@besttoptvrwanda5796 2 жыл бұрын
Biratangaje🤗🤗🤗
@UwayezuJanet-nm3uz
@UwayezuJanet-nm3uz 5 ай бұрын
afrimax muzadusure irwamagana rwose
@kayoberaArnogistin-r4r
@kayoberaArnogistin-r4r 22 күн бұрын
Yubahwe kweri nidanje
@iraeva2958
@iraeva2958 2 жыл бұрын
Afrimax niyambereeee kweriii
@kanezasoso3221
@kanezasoso3221 2 жыл бұрын
Cyn gose niburundi barashukayi
@safi_jdtv659
@safi_jdtv659 2 жыл бұрын
Please mugihe urebye aka ka video komeza urebe nizindi ukore like na subscribe comment na share
@nicoleainembabazi4611
@nicoleainembabazi4611 2 жыл бұрын
Gasita akora incingano zurugo
@madimadi3112
@madimadi3112 2 жыл бұрын
Ndababaye pe mutekereze no kubana banyu nyamuneka mubihindure
@jcfjbgstjv9505
@jcfjbgstjv9505 2 жыл бұрын
Aaaaa kumbe yiyoberanije kugira ntibamwice ndabitahuye birumvika cane.
@juriennewamboi2284
@juriennewamboi2284 2 жыл бұрын
Niba amukorera akazi kabasha Kanye bitwayiki kuba yiyambarira nkabagore
@shejaclaire566
@shejaclaire566 2 жыл бұрын
Ubu c abana bazakura babone ise yambara ibitenge koko🙆
@irakozeyves1781
@irakozeyves1781 2 жыл бұрын
Afrimax ; uwomuntu aba muburundi aba mugace akahe. twebwe ko turi i Burundi Uwomuntu atawe tuzi.
@francinebizimana6678
@francinebizimana6678 2 жыл бұрын
nivyo kabisa numurundi akora ama telephone na maradiyo aba isororezo
@belysekampemana4732
@belysekampemana4732 2 жыл бұрын
Aba mukamesa
@irakozeyves1781
@irakozeyves1781 2 жыл бұрын
@@belysekampemana4732 ok . Nahatali kbsa ms uwo naho twohura sinomenya ko ari umugabo. urabona ko yamaze kwigira umugore
@irakozeyves1781
@irakozeyves1781 2 жыл бұрын
@@francinebizimana6678 ok
@auxy9583
@auxy9583 2 жыл бұрын
Wapi hano hatimo iyindi mpamvu Ibyishe inyuma!
@alimashabani2252
@alimashabani2252 2 жыл бұрын
None kwintambara yaheze nabireke none kwatabwanwa fise komeza uko uzohura nibisauzi bizogucinyuma🤣🤣🤣
@alexisnsabiyaremye1363
@alexisnsabiyaremye1363 2 жыл бұрын
ewe burundi urambaye😂😀😀😀😀
@Cherissa_
@Cherissa_ 2 жыл бұрын
Uyu numurundi wiwacu kbx
@uwimanaanita3443
@uwimanaanita3443 2 жыл бұрын
Asananeza. Arisiga bikamubera nihatarii abanababo nibobazongirikibazo
@nzayisengajoseph472
@nzayisengajoseph472 Жыл бұрын
nubundi isi irashaje bajyebakora ibyobasha ka byose byahanuwe ubu burimuntu wese arikwirwana ho
@yolo._96
@yolo._96 5 ай бұрын
Yamse kwinjira mu kiroberi😂
@loveinaction8111
@loveinaction8111 2 жыл бұрын
Ko utaturamukije iburundi ko tugukurikirana
@NiyomufashaFelecte
@NiyomufashaFelecte 5 ай бұрын
Karabaye pe ibi nibwo nabibona
@fabricehavugimana3296
@fabricehavugimana3296 2 жыл бұрын
Uyo akwiye gusengerwa naba pasteur. Bakamugirira amafungo
@byosenews1090
@byosenews1090 2 жыл бұрын
Thank you
@speciosenduwayezu1863
@speciosenduwayezu1863 2 жыл бұрын
Yaratomboye muri ici gihe c'intambara Kuko haraho bafata ku nguvu ABA basanze mu nzu.
@rogenzambimana2860
@rogenzambimana2860 2 жыл бұрын
Nuwo mukamesa naw Aflimax ntuze uraduhenda ngo murugombo
@iradukundajonathan4714
@iradukundajonathan4714 2 жыл бұрын
Murakoz can
@ingabirejoyeuse1586
@ingabirejoyeuse1586 2 жыл бұрын
Niwe uteye nkabagore kurusha umugore we😂😂😂😂
@tuyishimedebolla1423
@tuyishimedebolla1423 2 жыл бұрын
Nukuri🤣🤣🤣
@kamanaamani2318
@kamanaamani2318 2 жыл бұрын
kbs
@mpeace5283
@mpeace5283 2 жыл бұрын
Barase ibwa mumutwe
@thetemetv2
@thetemetv2 2 жыл бұрын
Ooohh
@BLF-wi3ve
@BLF-wi3ve 2 жыл бұрын
Ikibi ni uko yaba ari umutinganyi.
@mukashyakaadeline9737
@mukashyakaadeline9737 2 жыл бұрын
Ahubwo arenze no kuba umutinganyi
@kirabiranyarocky
@kirabiranyarocky 2 жыл бұрын
Ndakwinginze kanda kuri iyi photo ukore subscribe mukomeze gushyigikira umukobwa wanyu💞💕Ndabakunda!
@iteritekacycy9244
@iteritekacycy9244 2 жыл бұрын
Baby sha😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂arabay um star😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂amafyeri afise niyo anyica😂😂😂😂😂Imana irihangana nukuri😂😂😂 yiooooo ewebashahu😆😆😆
@fifi6737
@fifi6737 2 жыл бұрын
Mujya mumubona se koko ni gutya ameze?
@sodrt6009
@sodrt6009 Жыл бұрын
Bebi nasheri wiwe imani bazigame
@myvenif3627
@myvenif3627 2 жыл бұрын
Nihatali pe
@liliane4789
@liliane4789 2 жыл бұрын
*Ubuhamya ep 12* Nitwa ISHIMWE BLAISE mfite imyaka 29 Niga muri secondaire nahuye n'ikibazo kinkomereye ubwo bagenzi banjye twigaga kukigo kimwe banyigishije ingeso yo kwikinisha. uti byagenze bite hari mumasaha yumugoroba turi kwitegura kujya muri etude ubwo nasangaga bagenzi banjye mubwogero (douche) bari koga nsanga bisize isibune kugitsina barimo barikinisha guhera uwo munsi nibwo nanjye nabitangiye nabikoze imyaka nimyaka gusa ntaziko hari ingaruka bizangiraho hashize umwaka nibwo natangiye kubona ingaruka zo kwikinisha ntangiye kujya nyara amasohoro avanze namaraso , kwibagirwa byahato nahato nagiye kwamuganga nkoresha ibizami nsanga byarangizeho ingaruka zirimo no kubura urubyaro natashye nihebye cyane nyuma nibwo umuntu yandangiye aho nakivuriza njyayo barafashije pe baramvura ubu naribarutse mfite umwana w'imyaka 2 niba nawe waba warahuye nicyo kibazo wahamagara cg whatspp bakagufasha ugakira +250786530978
@dieudonnemukeshimana599
@dieudonnemukeshimana599 2 жыл бұрын
C'est mieux, vivre comme tu le souhaites
@shadiahshadiahshadiahshadi4060
@shadiahshadiahshadiahshadi4060 2 жыл бұрын
Nibibazo
@valeriemanirakiza3070
@valeriemanirakiza3070 2 жыл бұрын
Psykiske problemer, malheuresement Mu bihugu vyacu, bavuga Ibindi, c est aussi hormonale problemer. Wapi intambara, vyari muriwe
@ancilaniyonziza6646
@ancilaniyonziza6646 2 жыл бұрын
Ubu ni ubugwari kd uku nuguhinyura imana yamuremye
@user-dz7cj9ov1p
@user-dz7cj9ov1p 2 жыл бұрын
Uyu numuzimu wafrika
@japhetfidelejohn7135
@japhetfidelejohn7135 2 жыл бұрын
Afise amabere mukama
@martinhabimana
@martinhabimana 2 жыл бұрын
Mbabajwe nabo bana babo bixabaviramo kuba abatinganyi
@jackykanyange7213
@jackykanyange7213 2 жыл бұрын
None abari barahungiye mwishamba kobatarigumyemwo kubera ryabakijije? Nareke kubesha nidayimoni iri muriwe, ituma atagira nisoni, mbabajwe nabobana yavyaye gusa
@hawasefu7995
@hawasefu7995 2 жыл бұрын
Nububeshi avamuntarayah?
@angeliquemaniratanga6735
@angeliquemaniratanga6735 2 жыл бұрын
Yooooo bebi yagez ngaha naho?
@adelinadn2628
@adelinadn2628 2 жыл бұрын
Mu Kinindo ni mu cyaro ?!! 😀😅 @Afrimax
@uwihoreyej.claude603
@uwihoreyej.claude603 2 жыл бұрын
She is transgender woman and transgender rights is human rights 🌈
@shejaclaire566
@shejaclaire566 2 жыл бұрын
Oya nagende
@janenshimiyimana2924
@janenshimiyimana2924 2 жыл бұрын
Yewewe ntobyoloshe ubwoumugolewe bitamubangamila ntakundi nyine
@EvelyneMugisha-r6u
@EvelyneMugisha-r6u 7 ай бұрын
Uyu baby mumuhebere sumuntu
@evelynemunezero7981
@evelynemunezero7981 2 жыл бұрын
Mana weeee abah ?mu burundi
@jeanemukes7712
@jeanemukes7712 2 жыл бұрын
Iwacu arahari umeze nkuyu neza neza nawe yiyambarira imyambaro yabakobwa
@AfrimaxTV
@AfrimaxTV 2 жыл бұрын
Duhe contact yawe nawe tuzamusure.
@jeanemukes7712
@jeanemukes7712 2 жыл бұрын
Ndabaza amakuruye neza kuko muheruka kera nko mumyaka 15
@emmanburundi9573
@emmanburundi9573 2 жыл бұрын
Bb ndakwikundira
@didi-dr1di
@didi-dr1di 2 жыл бұрын
baby yageze kuri Afrimax Tv
@nkurunzizagasominari571
@nkurunzizagasominari571 2 жыл бұрын
Ikibazo nikubana.bagira ipfunwe ryo kubonaso arumugore mubandi bagabo.
@agabadenis1106
@agabadenis1106 2 жыл бұрын
Uva wapiii kbs ntazapfe ameze atyo imana imutabare azanpfe yarabireste naho biriya sibyo ..................wapiii
@kibochaoliva6984
@kibochaoliva6984 2 жыл бұрын
I cannot blame him because what happen so you have to enjoy that life
@zoneempire300
@zoneempire300 2 жыл бұрын
Urumvako disi byose byazankwe nkamateka
@kevineinarukundo7229
@kevineinarukundo7229 2 жыл бұрын
Hhhhhhh baba hehe kwl😅
@magnifiquekwizera7943
@magnifiquekwizera7943 2 жыл бұрын
Umugabo niwasaneza gusumbumugore
@ToyotaAline
@ToyotaAline 5 ай бұрын
mwizina ryayesu
@kirabiranyarocky
@kirabiranyarocky 2 жыл бұрын
Ndakwinginze🙏🏾 kanda kuri iyi photo ukore subscribe mukomeze gushyigikira umukobwa wanyu💕
@auxy9583
@auxy9583 2 жыл бұрын
Nange yikore
@auxy9583
@auxy9583 2 жыл бұрын
Maze kuyigukorera nange yikore
@kirabiranyarocky
@kirabiranyarocky 2 жыл бұрын
@@auxy9583 Nayikoze peuh
@lolitaimena9782
@lolitaimena9782 2 жыл бұрын
Yewe barasa PE🤣🙄😅😅😅😅
@rehemagrace5198
@rehemagrace5198 2 жыл бұрын
Hhh mana we beb
@rehemagrace5198
@rehemagrace5198 2 жыл бұрын
Nukuri birababaje
@Bihozagara
@Bihozagara 2 жыл бұрын
Ese ubwo urasemura harumunyarwanda utazi ikirundi
@umushamboyassin8836
@umushamboyassin8836 2 жыл бұрын
I can feel yo pain and I got yah
@umurirowampwemu3275
@umurirowampwemu3275 2 жыл бұрын
Ivyo bimeze nk'amabere vyavuye h? Jewe naramubwiye muri comment ko uko yifata vyavuye ku bibazo arabihakana mu yindi comment yansubije ariko ndashimiye abanyamakuru bamuvugishije; ivyo yababwiye ntasanzwe abivuga. Burya nyene atari ibibazo ni iki kindi cotuma umuntu yanka kuba umugabo ? Biba ari ivyo ingorane nyene
Baransetse Gushyingirwa Numugabo Mubi Kwisi Nyuma Barabyicuza
13:07
WORLD BEST MAGIC SECRETS
00:50
MasomkaMagic
Рет қаралды 52 МЛН
Incredible: Teacher builds airplane to teach kids behavior! #shorts
00:32
Fabiosa Stories
Рет қаралды 8 МЛН
АЗАРТНИК 4 |СЕЗОН 2 Серия
31:45
Inter Production
Рет қаралды 1,1 МЛН
Ikarongi umubyeyi bamuhaye ikamba
3:18
Tubanambanza
Рет қаралды 10 М.
GATSIBO KWISHURI UMUTETSI AKOREYE ISHYANO ABANYESHURI
8:32
Kigali News
Рет қаралды 434
RWANDAN FULL MOVIE:INGO ZUBU PART 1:UMUGORE wundi
35:32
BIGMIND EMPIRE
Рет қаралды 303 М.
WORLD BEST MAGIC SECRETS
00:50
MasomkaMagic
Рет қаралды 52 МЛН