No video

#VICHOULOVE

  Рет қаралды 10,472

HIT TOP TV

HIT TOP TV

Күн бұрын

‪@VichouLove‬ #vichoulove ‪@hittoptv‬ #vichoulove ‪@hittoptv‬ #hittoptv1 ‪@LandryPromoter‬ #landrypromoter ‪@Mista_aye‬ #mistaaye #djfernando

Пікірлер: 76
@hittoptv
@hittoptv 2 ай бұрын
Turashima cane gose Mwebwe mwese mudushigikira Shigikira GIHUHUSI ENTERTAINMENT 🔥🔥👉🏼kzbin.info/www/bejne/pZSrgamqbpd6bdUsi=aDN0PAKxcl7bXZFg
@riseandshineburundi
@riseandshineburundi 2 ай бұрын
Dj fernando yaradeconye wallah, ukunda #melanin boy nsigira like #guso #fernando namanyama gusa
@user-ry5pm9ni1b
@user-ry5pm9ni1b 2 ай бұрын
Reka gucanishamwo abantu abarundi mwabaye gute ninzigo yanyu
@user-qv3ge4mw6p
@user-qv3ge4mw6p 2 ай бұрын
Vichu washaje ngendurye Ayowarondey
@irakoze3762
@irakoze3762 2 ай бұрын
Asaza yarakuvyaye 😂j abant murantangaza
@armanditka1145
@armanditka1145 2 ай бұрын
Ashaj avuga ubusa😂😂
@user-my5pe9ug2q
@user-my5pe9ug2q Ай бұрын
Imana icunge vichou love❤
@charitemanirakiza1200
@charitemanirakiza1200 2 ай бұрын
Dj fernando ntitumuheba tuzogum tumu❤cane🎉🎉🎉
@BAYAGASTORY
@BAYAGASTORY 2 ай бұрын
❤❤❤ ntwari komera cane.vichou love ❤🎉🎉🎉
@ERNESTHICUBURUNDI
@ERNESTHICUBURUNDI 2 ай бұрын
Oya vichou love avuze ukuri urya mutip dj Fernando yaritway nabi knd turazi ko umuririmvyi ashobora kwandikigwa nabandi.nn ivyo sibintu bisanzw?❤❤❤yaritway nabi p
@IvardoBayubahe-lp6zn
@IvardoBayubahe-lp6zn 2 ай бұрын
Ego kl ,ubwo nubutumwa❤❤❤
@felixgakiza2358
@felixgakiza2358 2 ай бұрын
Ukweli sana kbsa mzee vichou Love😂
@user-lo2sz6do4v
@user-lo2sz6do4v 2 ай бұрын
Babasanzeho ngo bazogenda babasiga Aho vichou yihenze cn
@PresenterSalomond-py9mk
@PresenterSalomond-py9mk 2 ай бұрын
Much love for #Vichou_Love❤🎉
@pasifiqueivuzimana4424
@pasifiqueivuzimana4424 2 ай бұрын
Ivyuvuzenukuri kuzuye
@SteveNimpagaritse-wj4yd
@SteveNimpagaritse-wj4yd 2 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂 ahubwo rero nsanze Dj Fernando akomeye kandi mwese muriko muronka ico muvuga ubu kubera Dj Fernando, asha ivyo muvuga vyose ahubwo mwokabaye murabantu babagabo muba mukwiye gusukamwo mabisi kuko ndazi mutitwaje ngo numu maman, bose barakoze amakosa, rero uwuzokora nkumuntu wumugabo nuwuzobahiga bose akabicarikana Dj Fernando na Katie kay hama akabafasha gutorera umuti ikibazo cabo nayo Ayo ma blablabla yanyu ntaco afasha que ça soit uri umu star wa kera, ivyo vya Dj Fernando ntimuba mukwiye kuvyivangamwo. Ahubwo nimube focus kukazi kanyu sha. Ahubwo babacunge kunzigo mufise abanyamuziki nabo ba promoteurs, umuti wikibazo sukwararazanya muza mumutuka ngaha ahubwo nimuhige ingene mubahuza ataruko ahubwo abansi bambere bumuziki ndundi sitwebwe aba fans ahubwo ni mwebwe nyene murabansi bumuziki wanyu.
@armanditka1145
@armanditka1145 2 ай бұрын
Sogoku sogoku va mu bana sogoku soguku va mu bana
@EmeryMfuranzima-c2d
@EmeryMfuranzima-c2d 2 ай бұрын
Kubenga yaronze ukuntu 😅
@BambisClassicofficial
@BambisClassicofficial 2 ай бұрын
Mb bamwitw vichou😂😂 br kawuk biraher kuk dj Fernand haribirik biramubiramw umus yabivuz muziruk rindir
@user-wg3xl4fm2t
@user-wg3xl4fm2t 2 ай бұрын
Vichou reka ubujinga sha promote we ntavyawe
@elisha5552
@elisha5552 2 ай бұрын
Weho uje gute ivyomuvuga vyose ntitvyumva ntitumuheba yavuze ibimubabaje none DJ Fernando mumucintege nkabande ishali gusa
@user-hs5wq5tm9e
@user-hs5wq5tm9e 2 ай бұрын
Uramumbariz vichou ah yaguriy ay marori😎😎
@mariamsakora2818
@mariamsakora2818 2 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@LimpompoMardodadi
@LimpompoMardodadi 2 ай бұрын
👍
@fataentertainment-ih1hz
@fataentertainment-ih1hz 2 ай бұрын
Mwana yankwa niwe akura nimureke DJ Fernando yitererimbere
@arakazaarthur-df5fx
@arakazaarthur-df5fx 2 ай бұрын
Mkali wa live kabisa a simple man a simple artiste
@user-ke6tm1ku7h
@user-ke6tm1ku7h 2 ай бұрын
Mwese muraje kudugirako. Ivyo turabimenyeye iyo mubonye umwana muto. Ateye imbere muvyura buf😂😂😂
@California_love_23
@California_love_23 2 ай бұрын
Zimya ivyo birofa
@richardninteretse2968
@richardninteretse2968 2 ай бұрын
Landry ndibaza ubutumwa urabwumvise kandi Vichou ntumusumvya Uburambe rero twatujambo umaze imisi uvuga ube utwihoreye ukuri urakuvuga ugahanura niho uba uriko uramufasha apana kumushigikira mumafuti
@KidumuEnrique-kj9ex
@KidumuEnrique-kj9ex 2 ай бұрын
Nimumurek Fernando ikikubabaj ukivugir ah ushats
@claudioira1840
@claudioira1840 2 ай бұрын
Yashaje umusaza
@Justinbabalao
@Justinbabalao 2 ай бұрын
🤞🤞🤞💌
@Aiuoex
@Aiuoex 2 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂Ngo n'ubundi abasani n'imihimbili !!!😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@BarakaBlaise
@BarakaBlaise 2 ай бұрын
Wirambire vichou love abakunzi ba vichou nyihera #like
@Nidivin
@Nidivin 2 ай бұрын
Ipuu gitanguye kuvuga ukwo ncenkupa ikiganiro puuh none umwanya ntiwaruwiwe avugivyashaka toka
@JombaWay
@JombaWay 2 ай бұрын
Umusore wacu DJ Fernando yubahwe ari kuhaturira ariko aravugisha isi yubahwe cane
@GloriaNisengwe
@GloriaNisengwe 2 ай бұрын
🎉❤
@armanditka1145
@armanditka1145 2 ай бұрын
Ennemi Ennemi talk talk baba God bless bless bashaka kuter imbere ariko ntibashak kubasumba nab ba vichou baba bariko baravuga
@YamineNtihemuka
@YamineNtihemuka 2 ай бұрын
Nuko mutama wacu
@stevenking2467
@stevenking2467 2 ай бұрын
Fernando yabahay umukate kbsa ntazindi content mworonka mwovuga? Fernando icatumye birya abivuga kiriho ahubwo Kady niwe yavyivanzemwo cane mworondera Fernando niwe yobaha umuco . Ark knd Fernando yigumiy mugacerer niho vyomuha umusaruro gusumvya ukoyoja kuvuga ikintu nakimwe kuvyabay hqgati yabo.
@anicetniyonkuru5373
@anicetniyonkuru5373 2 ай бұрын
Impanuro za gusa.
@user-wg3xl4fm2t
@user-wg3xl4fm2t 2 ай бұрын
Vichou yabivuze kugira asubize hasi Dj Fernando kndi Vichou Vuga nkumushingantahe
@nimbonadieudonne
@nimbonadieudonne 2 ай бұрын
Urya muhungu ntazi kudandaza
@Nestor800
@Nestor800 2 ай бұрын
Na vichou love ubusaza bwamufashe kwr urashoba kuvuga kubintu vyumuririmvyi mugenza akiri hasi cane naw vrm ntushaka abaterimbe ushaka ko bama barinyuma yawe baguma bagusega burya fernando ivyo yavuze nivyo nkawew bivanye nintambwe uriko ivyo ntivyari bikuraba wari gutuma umurondera kwiphone yiwe arivyumuhanura ukamuhanura nayo kuja kuma media uba wabishizemwo ninzigo
@nanetteakiteretse1870
@nanetteakiteretse1870 2 ай бұрын
Nn ushk amushigikir mumakos ukr kurababaz
@user-ry5pm9ni1b
@user-ry5pm9ni1b 2 ай бұрын
@@nanetteakiteretse1870ukuri ukuhe ? Ntakosa na rimwe afise
@PresenterSalomond-py9mk
@PresenterSalomond-py9mk 2 ай бұрын
None wewe ntibishika ugahanura mutoya wawe? Uti rero washaka areke kumuhanura?
@Nestor800
@Nestor800 2 ай бұрын
@@PresenterSalomond-py9mk je navuze ko yari kumusanga embox atarinze Kuja kuma media
@PresenterSalomond-py9mk
@PresenterSalomond-py9mk 2 ай бұрын
@@Nestor800 aaah okay, ikosa nuce urishira kuri Landry promoter yabimubajije!!!
@marlenekaneza6131
@marlenekaneza6131 2 ай бұрын
Abarundi nizigo gusa numusaza asaziyubusa Niko wohanura ntiwarikumwegera azoterinbere ntimurimana
@PresenterSalomond-py9mk
@PresenterSalomond-py9mk 2 ай бұрын
None ico yavuze atarico? Ahubw ni hamwe ukuri kubabaza.
@uwimanabenis1421
@uwimanabenis1421 2 ай бұрын
Brooo urikurakota cane mkubwa Umutansnirwa Igifi kinini MC white arakuramukije
@Mrjohnwhite597
@Mrjohnwhite597 2 ай бұрын
😂ivyabaye vyarabaye Dj Felenando yarahaye N asabe ikigongwe Urya Muvyeyi indero y iganze Mukazi Kacu k umuziki Wacu Muburundi🇧🇮
@user-ry5pm9ni1b
@user-ry5pm9ni1b 2 ай бұрын
Ikigingwe ciki? lol ishari ryanyu ntaco rimugira
@PresenterSalomond-py9mk
@PresenterSalomond-py9mk 2 ай бұрын
👍👍🤍
@PresenterSalomond-py9mk
@PresenterSalomond-py9mk 2 ай бұрын
👍👍🤍
@Noellaabizera-sv8ne
@Noellaabizera-sv8ne 2 ай бұрын
Non nkuyoooo. Wenyen arazi ibara bigez kumwambik yab aruwundi yotahura ibiriko birakorerwa umwana w'igihugu
@jimmydelphinsabukwigura3092
@jimmydelphinsabukwigura3092 2 ай бұрын
Bwira ugwo rujama ko twe tumwemera uko nyene.Mafu!!!!
@NkenguburundiKenny-xn8of
@NkenguburundiKenny-xn8of 2 ай бұрын
Aba baririmvyi utwo du succès muriko muragira, mukwiye kwigira kuri Lolilo, ntamuririmvyi aragira succès nk'iyo lolilo yagize, murabe ah'ageze ubu mumwigireko.
@mariamsakora2818
@mariamsakora2818 2 ай бұрын
None wibaza igituma na bategetsi bakomeye batabashigikira kubijanye nimiziki yanyu nigiki suko baziko arubusutwa buba bubuzuyemwo nukutagira indero hama ngobmushaka babashigikir namwe ubwanyu mutubaha akazi kanyu nimujehiyo nimwigevindero kugira nabadakunda iyomiziki bahez bayikund arik bikazoguma uko ntahomuzoshika
@BillycharlesIteriteka
@BillycharlesIteriteka 2 ай бұрын
Umutam yubahwe Urwaruka Ruri kwaruka ub bugire kur ABA batama kwl
@JulesN-fr8vm
@JulesN-fr8vm 2 ай бұрын
Nasabe pardoo..yarubahutsee umuvyeyii
@Nestor800
@Nestor800 2 ай бұрын
Pardon yiki wasaze wew
@user-ry5pm9ni1b
@user-ry5pm9ni1b 2 ай бұрын
lol 🙄
@talent9024
@talent9024 2 ай бұрын
Nimureke jalouse vraiment abarundi tuzaterimbere gute tukiri murivyo kuki mutokwibazako yoba yabivuz yinyoreye agacupa ivyo bibaho nimureke wivuuu ngo nikuberako wakorotse wewe
@Mugangaadrien
@Mugangaadrien 2 ай бұрын
Ico ki jama ngo vichou love Kiko n'a wivu sana
@ClovisNIZIGIYIMANA
@ClovisNIZIGIYIMANA 2 ай бұрын
Toka ariko avugisha ukuri uwo ni Legend
@user-ry5pm9ni1b
@user-ry5pm9ni1b 2 ай бұрын
@@ClovisNIZIGIYIMANAlegend wiwanyu
@PresenterSalomond-py9mk
@PresenterSalomond-py9mk 2 ай бұрын
None ikintu avuze kibi n'ikihe?? Ahubwo nihatandi ukuri kubabaza. Huu ni #Mkali_wa_live_music
@PresenterSalomond-py9mk
@PresenterSalomond-py9mk 2 ай бұрын
None ikintu avuze kibi n'ikihe?? Ahubwo nihatandi ukuri kubabaza. Huu ni #Mkali_wa_live_music
@elisha5552
@elisha5552 2 ай бұрын
Nakazibe nkuwo bomuhaa ikiganiro akareka guponda imali Kandi Ata hit afise ntaniconzi ico
@user-yv4ht2tp9c
@user-yv4ht2tp9c 2 ай бұрын
Imihimbiri M'Uburundi turazi icari co🤣🤣 murituste ndakeseri😂😂😂 ariko n'ukuraba mukagira amategeko abagenga nayahandi ho indero mizokwama mwayitaye. Natwe abafana ntituzigera tubakunda atandero ata muco.
@Nigabafulgence-lq4ff
@Nigabafulgence-lq4ff 2 ай бұрын
Kueli muta
@uwimanabenis1421
@uwimanabenis1421 2 ай бұрын
Brooo urikurakota cane mkubwa Umutansnirwa Igifi kinini MC white arakuramukije
拉了好大一坨#斗罗大陆#唐三小舞#小丑
00:11
超凡蜘蛛
Рет қаралды 14 МЛН
Happy birthday to you by Tsuriki Show
00:12
Tsuriki Show
Рет қаралды 12 МЛН
А ВЫ УМЕЕТЕ ПЛАВАТЬ?? #shorts
00:21
Паша Осадчий
Рет қаралды 2,1 МЛН
Honneur à l'invité avec dauphin bulamatadi
1:04:43
Honneur à l'invité
Рет қаралды 481
Amakuru ya BBC gahuzamiryango itariki 29/08/2024
30:24
AKANYAFU TV
Рет қаралды 1,2 М.
拉了好大一坨#斗罗大陆#唐三小舞#小丑
00:11
超凡蜘蛛
Рет қаралды 14 МЛН