Moses come to Rwanda, 🇷🇼 ❤️💪 ,brother❤ you have a stable mind you deserve Rwanda nationality🇷🇼💪 iyaba Burundi bubabufite Abantu babanyabwenge nka Moses buba bwarateye imbere kera. Brother Moses abanya Rwanda 🇷🇼 turagukunds ❤️😘
Je suis tout à fait d accord avec vous ❤ presida wacu Kagame avugisha ukuri niyo kwaba kuryana nibyo nyine we icyangobwa n umuturage ashyira ku isonga ❤❤❤❤je me l adoreeeee vraiment imana isamuturindire ibihe byose mbega mwiza wacuu Merci jésus de nous avoir donné un hme de parole comme kagame ❤❤❤
Mutama psd polo kagame jewe ndi umurundi turashinye insinzi yawe imana iguhe umugisha 😊
@karimmupenzi35382 ай бұрын
Murwanda twe tuyje dushimira imana ko yaduhaye umuyobozi mwiza ukunda abaturayje be wifuzako igihugu gitera imbere nabagituye badasigaye inyuma Paolo kagame tunamupenda sana ❤❤❤
@ndayishimiyejoselyne36532 ай бұрын
Shahu mu Rwanda mwebwe murahiriwe, ukuntu mushima Imana ingene yabahaye umu président mwizaa. Mu Burundi, abo mperuka kwumva nashima Imana ko yabahaye umu président mwiza, hari Ku ntwaro ya Bagaza, haheze plus de 30ans😢😢😢 Imana itugirire neza natwe dusubire kuba mu bihe vyo gushima Imana gutyo ko dufise umu président mwiza.
Vyinshi uvuga turavyemeranya ariko hariho ivyo uvuga ntumva. Président Neva ntumbwire ko kirya kinogo ca cassiterite ko ataco yari azi. Carte des minerais irahari kandi na kirya kinogo kirimwo. Neva nta nakimwe atazi bimunanira kugira ico amarira abantu mu gutanga inyishu z-ibibazo. Kandi président ari aho, bamutoreye gutora ingorane z-igihugu. Ntabwo dukeneye ko atubwira ingorane kuko turazizi kuko tuzibamwo twebwe dukeneye inyishu. Kandi président yategerezwa kubona ingorane hakiri kari akazigwanya zitaribonekeza cane (anticiper). Nayo iyo arimwo yidogera abo bakorana twebwe ntidukeneye no kuvyumva. Iyo yidoga ni ikimenyetso c-uko aba yananiwe.
@innocentndayizeye26602 ай бұрын
Courage bro.yr burundian brother
@MurerweBetty2 ай бұрын
💪💪💪💪💪
@MuzunguBenson2 ай бұрын
That's truth mi brother
@esybookesha2 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@MURIGANDEJohn2 ай бұрын
Ndagukunda
@MURIGANDEJohn2 ай бұрын
What ur saying is true
@MugenziDavid-p7y2 ай бұрын
❤❤❤
@ndekeziclaude99332 ай бұрын
Moses nanjye ndakwemera
@NduwayoErnest2 ай бұрын
Ego shaaaa❤❤
@NdahiroMark-l5r2 ай бұрын
Ufise ubwenge mugabo bandanya ubabwize ukuri
@NsanzimanaSylivestre2 ай бұрын
Nukuri
@tuyisengeeuphrem14412 ай бұрын
Mosses👏👏👏👏🙏🥰
@makuzafelix2 ай бұрын
Un bon president!❤HE PK
@NdikumwenayoDavid2 ай бұрын
Uravuga ukuri
@jacquelineawad29482 ай бұрын
I have not seen my country since 1995. I have no place to stay because our home was stolen and we claimed nothing happened.😢
Uyu mutype bazamuhe nationality y'u Rwanda, he is so loyal to our country.
@nyiransanzamahorocollette96482 ай бұрын
Bambarize ayo mafaranga baba bayabitse hehe bakoresha aruko ugiye kuhanyura?😊
@uwamahorochadia30102 ай бұрын
Njye mbona ukwiye kuba president wuurundi ❤
@ibrahimcongeram.8062 ай бұрын
Nababere perzida iwanyu iyo mbwa
@isialaska4real4972 ай бұрын
PK🇷🇼 genius Man,turonse umu president nkuyu twatera imbere
@JeanHASINGIZWIMANA-h4r2 ай бұрын
Our president is right. Ndi umunyarwanda mba mu Budage 🇩🇪. For example: ku madini , hano iyo uvuze ko uri unu Christian hari imisoro ugomba kwishyura, kandi iba ari myinshi
Exactly. Moses babwire. Mu Rwanda ntabwo waza kuhakinira nk'uko u Burundi bukora muri Tanzania na Congo. Niba batebyemera bazagerageze kuzana iyo mikino mu Rwanda turebe.