No video

Vyose birashoboka by Apollinaire Habonimana - new live video 2022

  Рет қаралды 57,933

Apollinaire Habonimana

Apollinaire Habonimana

2 жыл бұрын

New single released June 2022

Пікірлер: 206
@edenbanga
@edenbanga 2 жыл бұрын
Vyose birashoboka nikw'Imana igize Nanje ndavyizera Amen
@elyseenibitanga6866
@elyseenibitanga6866 2 жыл бұрын
Appolinaire yubahwe. Muzotandukanye gospel ya business na Gospel y ubwami bw Imana. Dorcas n'a vestine bari muri industry Ica amahera.bategerezwa kuduza ama views. Natwe twahezagiwe na Kingdom gospel from Appolinaire
@holygatechoir4712
@holygatechoir4712 2 жыл бұрын
Love from 🇷🇼
@batirihuguette3435
@batirihuguette3435 2 жыл бұрын
Cane rwoseeeee....., Vyose bishobokera abizera
@b.fistworship39044
@b.fistworship39044 2 жыл бұрын
Ntakidashoboka Ku Mwami wacu😇😇😇
@gloriacynthiagatore5482
@gloriacynthiagatore5482 2 жыл бұрын
Amen amen Vyose birashoboka kubw'lmana kuko twebw abana b'abantu dufise ama limites
@FilsTOROBEKA
@FilsTOROBEKA 10 ай бұрын
Vyose birashoboka, imbere y'Imana vyose birashoboka
@rukundocallixte7727
@rukundocallixte7727 2 жыл бұрын
Yeah Vyose birashoboka niko Imana igize. Amen amen 👌
@bebestaccesnduwimana2530
@bebestaccesnduwimana2530 2 жыл бұрын
Vyose birashoboka amen amen
@sandrasylvere2830
@sandrasylvere2830 2 жыл бұрын
Egooooo cane ntakidashobokora umwami wanjeeee , vyos birashoboka
@abelable7412
@abelable7412 2 жыл бұрын
Ego Birashoboka hamw n'IMANA💪💪
@kam3384
@kam3384 2 жыл бұрын
Birashoboka vyoooose. Imana ibahezagirz ibongere umugisha wayo utungisha
@isaacbayisabe5045
@isaacbayisabe5045 2 жыл бұрын
Kabisa vyose birashoboka kuko ntakinanira Imana. Thanks
@marieassumptahatungimana8321
@marieassumptahatungimana8321 2 жыл бұрын
Wawoo Amen Apporinail Imana irushirize kugushira hejur canee
@innocenttuyisengegospel
@innocenttuyisengegospel 2 жыл бұрын
Amennnnn BIRASHOBOKA from Rwanda
@yvonnenduwimana4068
@yvonnenduwimana4068 2 жыл бұрын
Vyose birashoboka ku Mwami wacu Yesu
@muhozaeloiofficial8557
@muhozaeloiofficial8557 2 жыл бұрын
Oooooh vyose birashoboka
@jeanbaptistebasumingera7842
@jeanbaptistebasumingera7842 Жыл бұрын
Ntakidashoboka Imbere y'IMANA
@egidepetit
@egidepetit 2 жыл бұрын
vyose birashoboka kubwa Yesu 🙌🙌
@arnaudcubahiro7214
@arnaudcubahiro7214 2 жыл бұрын
Amen Amen Pastor Imana ikomeze kugusiga amavuta yayo🔥🔥🔥🔥🔥🔥
@irankundahorace8851
@irankundahorace8851 2 жыл бұрын
Indirimbo nziza pe! Ur'umugisha cane mu karere ko guhimbaza Imana.you're richly blessed
@toussainthakiza5699
@toussainthakiza5699 Жыл бұрын
Nivyo koko vyose biramushobokera!Welcome back Prophet🙌🙌🙌
@jeanboscohakizimana787
@jeanboscohakizimana787 2 жыл бұрын
Vyose birashoboka cane!! Mwarahezagiw Can
@nibitangafannyadorat6794
@nibitangafannyadorat6794 2 жыл бұрын
Amen vyose birashobokera uwizeye ntakimunabira be blessed again
@UYEIC
@UYEIC 2 жыл бұрын
Murampezagiye!!!Uwiteka abamper'umugisha
@abelniyomugavyi3634
@abelniyomugavyi3634 2 жыл бұрын
Amen Amen vyose birashoboka😌🙌
@Amani1682
@Amani1682 2 жыл бұрын
Thnkx apol vyose bir watch from🙊🇧🇮 🇹🇿🇹🇿🇹🇿🇧🇮🇹🇿
@larissandivyaye9676
@larissandivyaye9676 2 жыл бұрын
Amen amen birashoboka kweri ❤️❤️❤️❤️❤️❤️
@lydiairakoze5226
@lydiairakoze5226 2 жыл бұрын
Ameeen ameeen vyose birashoboka ndabizi neza🙏🙌🙌ndayikunze iyi ndirimbo
@ndayizeyeegide9301
@ndayizeyeegide9301 2 жыл бұрын
Vyose birashoboka ndabizi neza🔥🔥🔥🔥🔥
@derickdushimirimana5506
@derickdushimirimana5506 Жыл бұрын
Vyose vyabaye bisha Halleluyaaaaaa
@agathenkurunziza9525
@agathenkurunziza9525 2 жыл бұрын
Ku Mwami Mana vyose birashoboka hallelujah
@SamuelPraise
@SamuelPraise 2 жыл бұрын
Vyose birashoboka, Hallelujah 🙌
@pacificjackson
@pacificjackson Жыл бұрын
Vyose Birashoboka🎶👌Amen
@vaggagags3060
@vaggagags3060 Жыл бұрын
Ameen birashoboka pee ntacamunaniye
@ignacekeza5510
@ignacekeza5510 2 жыл бұрын
Amen Amen, thanks our legend,iyi ndirimbo nibuka muyiririmba kera muri église Vivante. Nukuri vyose birashoboka imbere Imana...
@jocelynendayeza9966
@jocelynendayeza9966 2 жыл бұрын
Vyose birashoboka in the name of jesus murakoze 👏👏
@seredindikuriyo4516
@seredindikuriyo4516 2 жыл бұрын
Hallelujah hallelujah vyose birashoboka be blessed appolinaire
@doucy18.5
@doucy18.5 2 жыл бұрын
Ameeeeeeeeen...vyose birashoboka
@delphinhabonimana6349
@delphinhabonimana6349 2 жыл бұрын
Amen Amen...,Birashoboka Ku Mwami wanje.....Muhezagigwe
@epafranceirankunda841
@epafranceirankunda841 2 жыл бұрын
Yes vyose birashobokaaaaaaa
@habonimanafridolin7882
@habonimanafridolin7882 2 жыл бұрын
Ntakidashoboka amen amen amen amen 🔥🔥🔥🔥
@claudenesja
@claudenesja Жыл бұрын
Birashoboka amen
@blandyfaithingabire3332
@blandyfaithingabire3332 2 жыл бұрын
Vyose birashoboka niko Imana igize!!Thank you for th message..Halleujah Praise God..
@claudenesja
@claudenesja Жыл бұрын
Vyose birashoboka ndabizi neza🙏🙏🙏🙏
@johnbertrandirakoze4526
@johnbertrandirakoze4526 2 жыл бұрын
Amen, vyose birashoboka 🙏
@johnbertrandirakoze4526
@johnbertrandirakoze4526 2 жыл бұрын
Vyose birashoboka nikwImana igize🙏
@christophendayishimiye5560
@christophendayishimiye5560 2 жыл бұрын
Wow vyoseeeee birashoboka
@erastendaboroheye9150
@erastendaboroheye9150 2 жыл бұрын
Amazing work! May God bless you and the works of your hands! A Burundian loves you!
@alexandrenzotungwanayo3680
@alexandrenzotungwanayo3680 2 жыл бұрын
Amen Amen vyose birashoboka Amen
@Thegraceofgod75
@Thegraceofgod75 2 жыл бұрын
Ameeeen muhabwe umugisha
@niyokindiomer7955
@niyokindiomer7955 2 жыл бұрын
Muburundi turi n'imfura muri gospel
@sadrickniyonkuru5764
@sadrickniyonkuru5764 2 жыл бұрын
Vyose birashoboka ndabizi nez!!
@jesusdelapaixbikorimana6245
@jesusdelapaixbikorimana6245 2 жыл бұрын
Birashoboka Vyose bishobokera uwizeye🙏
@innocentsabumukiza5683
@innocentsabumukiza5683 2 жыл бұрын
God bless you Apollinaire Big up Innocent from zambia
@niyonzimaelyse3704
@niyonzimaelyse3704 2 жыл бұрын
Hezagirwa🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@nshimirimanamike1591
@nshimirimanamike1591 2 жыл бұрын
Nikwimana igize Amen.
@blaisekidasharira2372
@blaisekidasharira2372 2 жыл бұрын
Amen amen barikiwa sana
@pascalinekezamutima895
@pascalinekezamutima895 2 жыл бұрын
Ubandanye utera imbere natwe duhezagirwe bicike mu ndirimbo zawe
@micahpatriote
@micahpatriote 2 жыл бұрын
Waaoouuuhhh. Nukuri vyose birashoboka mumwami wacu. Just believe in God. Be blessed Apostle Apollinaire.
@aliceniyongere9645
@aliceniyongere9645 2 жыл бұрын
Woooouh! Birashoboka cane nice song.be blessed guys.
@jxbd7009
@jxbd7009 2 жыл бұрын
Amen Amen Amen vyose birashobok
@billyjohnniyukuri5976
@billyjohnniyukuri5976 2 жыл бұрын
Amen amen vyose birashoboka
@desirebukuru9181
@desirebukuru9181 2 жыл бұрын
Kabisa ntakidashobokera imana
@nduwimanatherence957
@nduwimanatherence957 2 жыл бұрын
Ameeeeeen, be blessed apstle and Shemeza music team
@claudelaudegihamana6683
@claudelaudegihamana6683 2 жыл бұрын
Amen and bless u Again Apollinaire shemeza music🙌joy of heaven 🎸👏
@hatungimanasebastien6864
@hatungimanasebastien6864 2 жыл бұрын
Wow! Vyose birashoboka.Amen Amen.
@francinendikumana4392
@francinendikumana4392 2 жыл бұрын
Amen,Imana ibahezagire
@alexisbyishimo
@alexisbyishimo 2 жыл бұрын
Great singer, great song. Be blessed apostle. You have blessed my soul with this song
@melissamahoroyanje7264
@melissamahoroyanje7264 2 жыл бұрын
Amen! Ntakidashoboka ku Mana yacu!🙏
@annickgahamanyi344
@annickgahamanyi344 2 жыл бұрын
Amen Amen...God bless you man of God
@alainaudryruremeshangabo1332
@alainaudryruremeshangabo1332 2 жыл бұрын
Ndavyizera ko vyose Abishoboye
@hemburatv
@hemburatv 2 жыл бұрын
Amen mukozi w'Imana
@egideniyokwizera5941
@egideniyokwizera5941 2 жыл бұрын
Amen vyose birashoboka
@angedudu6847
@angedudu6847 2 жыл бұрын
Ego birashoboka pe 🙏🙏🙏🙏
@noellanshimi326
@noellanshimi326 2 жыл бұрын
Ntakidashoboka💃💃💃
@janvierbayubahe186
@janvierbayubahe186 2 жыл бұрын
Vyose bishobokera uwizera
@didierpatience9967
@didierpatience9967 2 жыл бұрын
Nice song, Thank you Man of God, I do love You🙏🙏
@alfredsafari4801
@alfredsafari4801 2 жыл бұрын
Hallelujaaaaahhhh👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏
@Nuage257
@Nuage257 2 жыл бұрын
Nice Apôtres
@boscondayiragije7821
@boscondayiragije7821 2 жыл бұрын
Vyose birashoboka pe!!!!
@cariaingabire5367
@cariaingabire5367 2 жыл бұрын
Haleluaaaaa 🙌🏼🙌🏼Muhezagirwe n'Uhoraho🥰💕
@womantv257
@womantv257 2 жыл бұрын
Vyose Birashoboka 👌thanks Man of GOD and be blessed . Congratulations from Wise Woman TV
@ezechielniyonkuru
@ezechielniyonkuru 2 жыл бұрын
This song 🎵 is pretty good ..God bless you very much
@jeanclaudenimbona9200
@jeanclaudenimbona9200 2 жыл бұрын
Waouuu mbega indirimbo nziza, vyose birashoboka kabisa
@junioruwimana5510
@junioruwimana5510 2 жыл бұрын
Amen vyose birashoboka ku mana birakunda Apotre muhezagirwe cane
@ngeshoanitha9144
@ngeshoanitha9144 2 жыл бұрын
Amen nukuri😭🙏
@Psaumes21.3
@Psaumes21.3 2 жыл бұрын
Vyose birashoboka 🙏🙏
@eze-bigsaambaya4241
@eze-bigsaambaya4241 2 жыл бұрын
Amen amen !vyose birashoboka hezagirwa ncutii zumusaraba
@FirstlyOfficial
@FirstlyOfficial 2 жыл бұрын
Amen Irambire mutama
@joselyneuwimana6875
@joselyneuwimana6875 2 жыл бұрын
Amen amen..love you my blessed brothers & sisters
@naorach6634
@naorach6634 2 жыл бұрын
Hallelujah hallelujah ameeeen
@jonathanrbofficial
@jonathanrbofficial 2 жыл бұрын
The legend yesu akomeze kugusukako amavuta nukuri it’s so amazing work good job 👏
@nzoshimapeniel3171
@nzoshimapeniel3171 2 жыл бұрын
Imbere y Imana koko vyose birashoboka! Muhezagirwe
@indarukundudivine9115
@indarukundudivine9115 2 жыл бұрын
Amina Amina vyose birashoboka muhezagirwe caneee🙌🏿🙌🏿🙌🏿
@raissantagashobotse3925
@raissantagashobotse3925 2 жыл бұрын
Woow murampezagiye caaane 🙏Ameeen ,aracari ku ngoma 🙏
@emelyneiradukunda3205
@emelyneiradukunda3205 2 жыл бұрын
Amen Birashoboka
@mugwanezajosiane4685
@mugwanezajosiane4685 2 жыл бұрын
Thank you so much shemeza for this song😍 (nostalgic )
@jeanchristianirimbere8147
@jeanchristianirimbere8147 2 жыл бұрын
Amennnn amennn
@mucoburundi3504
@mucoburundi3504 2 жыл бұрын
Ego Mana vyose birashoboka ntacakunaniye
Vinakamilika
10:13
Gentil Misigaro
Рет қаралды 4,1 М.
Nahisemo wowe  by The Bright Five Singers
4:22
The Bright 5 Singers
Рет қаралды 6 М.
Box jumping challenge, who stepped on the trap? #FunnyFamily #PartyGames
00:31
Family Games Media
Рет қаралды 31 МЛН
Look at two different videos 😁 @karina-kola
00:11
Andrey Grechka
Рет қаралды 13 МЛН
Smart Sigma Kid #funny #sigma #comedy
00:40
CRAZY GREAPA
Рет қаралды 38 МЛН
NDACAFISE IMPAMVU  by Apollinaire Habonimana ( Live Video) Muri wewe Album 2005
7:07
Nkiriho-Redemption Voice  (Live recording)
15:12
Redemption Voice
Рет қаралды 92 М.
Akira - Dudu T. Niyukuri
6:49
Dudu T. Niyukuri
Рет қаралды 346 М.
JABAA || Tamagn Muluneh || Faarfannaa Afaan Oromo || Protestant Mezmur 2024
11:47
Tamagn Muluneh Official
Рет қаралды 497 М.
NZINDUWE NO KUGUSHIMA by Apollinaire Habonimana
7:25
Apollinaire Habonimana
Рет қаралды 262 М.
MUTANGA BUGINGO || James&Daniella
13:00
JamesDaniellaTv
Рет қаралды 1,3 МЛН
Amaraso
11:04
JamesDaniellaTv
Рет қаралды 25 М.
Box jumping challenge, who stepped on the trap? #FunnyFamily #PartyGames
00:31
Family Games Media
Рет қаралды 31 МЛН