WA MAVUTA IJURU RYANSIZE NZOKUZIGAMA||INTAHE YA Pasteur Elie NDIKUNKIKO: Umwungere wa mbere Kiremba

  Рет қаралды 20,017

MEIRRA Tv

MEIRRA Tv

Күн бұрын

Hari mu gikorane c'urwaruka cabereye i KIREMBA ku magenekerezo ya 4, 5 na 6 ukwezi kwa 4 2021
MEIRRA Tv dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima ibicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
+257 79 24 16 79 (WhatsApp)
+257 79 08 91 49 (WhatsApp)
YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

Пікірлер: 36
@claudendayongeje
@claudendayongeje 5 ай бұрын
Imana ize Imuhe iherezo ryiza .nanje nipfuza ayamavuta .ndetse Mana uze umpe iherezo ryizaaa
@meirratv
@meirratv 5 ай бұрын
Amen 🙏💖
@EsileUwizeyimana
@EsileUwizeyimana 5 ай бұрын
Yesu ukomeze utugwanire abahevye vyose tukagukurikira kumusi wimperuka uzutwerek umuvyeyi wacu watumvye kutwigusha non wamaze kumwishikiriza ntabwo tumuririye Kuko tutazi KO tuzongera kumubona nitwabishobozwa Nawe Yesu Kristo wacu
@meirratv
@meirratv 5 ай бұрын
Amen 🙏💖
@JeanclaudeNsengiyumva-xe8go
@JeanclaudeNsengiyumva-xe8go Жыл бұрын
Imana yo mw'ijuru izomuhe iherezo ryiza umuvyeyi wacu yesu yaduhaye
@meirratv
@meirratv Жыл бұрын
Amen🙏💖
@nkunzimanatracis5412
@nkunzimanatracis5412 Жыл бұрын
Uragahezagingwa Imana yo MWIJURU izoguha kubaza nayo ahera hayon
@siwemaesther216
@siwemaesther216 3 жыл бұрын
Amen Amen MANA NDAGUSAVYE NANJE UZUMPE AMAVUTA YA MPWEMU YERA KANDI USHISHIKARE KUZIGAMA UMUKOZI WAWE AMEN
@meirratv
@meirratv 3 жыл бұрын
Amen!
@BellychanellaIrakabaho
@BellychanellaIrakabaho 10 ай бұрын
Imana iZaguh iherez ryz ewe yesu urampa ayo mavuta uze unyibuke kumusi wiherezo
@meirratv
@meirratv 10 ай бұрын
Amen 🙏💖
@oceans257
@oceans257 3 жыл бұрын
Uhoraho aze ahe iherezo ryiza uwo Mukozi w'Imana!
@naomendayishimiye2214
@naomendayishimiye2214 2 жыл бұрын
Nanje Mana ngusaba unsige ayo mavuta wasize uyu muvyeyi wacu kandi sinze ndayasese. Amina. Muvyeyi wacu nukuri Imana ize iguhe kurangiza amahoro. Amina
@meirratv
@meirratv 2 жыл бұрын
Amen🙏
@joselineinamahoro4498
@joselineinamahoro4498 3 жыл бұрын
Imana nihabwe icibahiro Cayo kandi izoduhe ijuru nicogikenewe cane cane mwarakoze kutubera icitegerezo ciza.
@elyseeniyoyitungira6905
@elyseeniyoyitungira6905 3 жыл бұрын
Imana yo mw'ijuru ize iguhe iherezo ryiza,uze uhemberwe ibikorwa wakoreye mw'isi
@niyokwizigirwadenise6558
@niyokwizigirwadenise6558 2 жыл бұрын
Amen!amen!!,mana,uradukomereza,umuvyeyi,wacu,kandi,uzumuhe,iherezoryiza!!
@meirratv
@meirratv 2 жыл бұрын
Amen 🙏❤️
@aimableiradukunda628
@aimableiradukunda628 3 жыл бұрын
Imana Igukomereze amaboko
@muramvyacluster4686
@muramvyacluster4686 3 жыл бұрын
Hallelujah
@ReponseIrakoze-yf2zy
@ReponseIrakoze-yf2zy 5 ай бұрын
R.I.P Imana ikwakire🙏🏽🙏🏽
@meirratv
@meirratv 5 ай бұрын
Amen 🙏💖
@egidereuben9704
@egidereuben9704 11 ай бұрын
Amen
@meirratv
@meirratv 11 ай бұрын
Amen 🙏💖
@gerardnijimbere1116
@gerardnijimbere1116 3 жыл бұрын
Imana izigame umwungere
@annetymulambo1756
@annetymulambo1756 7 ай бұрын
Ameni
@meirratv
@meirratv 7 ай бұрын
Amen 🙏💖
@beniking1337
@beniking1337 3 жыл бұрын
uhoraho nashimwe
@meirratv
@meirratv 3 жыл бұрын
Amen!
@dieudonnenduwimana351
@dieudonnenduwimana351 2 жыл бұрын
Ego Ilana ibibazirikzneko kwel
@meirratv
@meirratv 2 жыл бұрын
Amen👏💓
@lionelnijimbere228
@lionelnijimbere228 2 жыл бұрын
Amen
@meirratv
@meirratv 2 жыл бұрын
Amen 🙏❤️
@leoncendenzako8934
@leoncendenzako8934 3 жыл бұрын
amen
Umutama nkanje Ndararakumavi bugaca nsengera Abikigihe Bibagiye IMANA.
47:31
Lil Pazo akoze DNA test 😂😂😂 maziga merere
39:09
Kasuku Live
Рет қаралды 3,8 М.
didn't manage to catch the ball #tiktok
00:19
Анастасия Тарасова
Рет қаралды 33 МЛН
怎么能插队呢!#火影忍者 #佐助 #家庭
00:12
火影忍者一家
Рет қаралды 14 МЛН
INTAHE Y'UMWUNGERE WAMBERE WIKIREMBA
39:35
NIYOMUGISHA TV
Рет қаралды 48 М.
anicet mariage1
36:26
Intambuko video
Рет қаралды 127
CULTE DU DIMANCHE 29/09/2024 - EGLISE DE PENTECOTE DE NYAKABIGA
1:09:33
Message de sa divinité papa Simon Kimbangu Kiangani du 12 Octobre 2024
2:56
URIZWA N'IKI KO YESU YAZUTSE?? Rév Pasteur Elie NDIKUNKIKO
24:30
AMAKURU YO KUWA 18/10/2024
TV RTNB
Рет қаралды 190