WA MUZUNGU IVYO AKOREYE MU GISHORA 😭ABATIMBO INOTI IRABACITSE😥 IGISATA C'INGENZI GIHAGURUKIRWE

  Рет қаралды 4,956

Fulgence Mika

Fulgence Mika

Ай бұрын

"No matter where you're from, your dreams are valid"
----------------------------------------------------------------------------------
#FulgenceMika #VisitBurundi #burundi
Bana natwe umenye kandi wige vyinshi!
Wibukuke gukora Subscribe Like Comment na share maze dukomeze kubana 5/5
Ukeneye kwamamaza twandikire kuri: (+257) 69 241 403 / (+57) 79 395 900 canke ku mbuga dukoresha: Faceboo|Twitter|Instagram|Tiktok
_________________________________________
Follow Us On:
INSTAGRAM: / iamfulgencemika
TWITTER: / fulgence_mk
TIKTOK: www.tiktok.com/fulgencemika

Пікірлер: 42
@FulgenceMikaOfficial
@FulgenceMikaOfficial Ай бұрын
Visit Burundi 🇧🇮 Subscribe, like, comment and share!🙏🤝❤️💪🇧🇮
@arthemonniyibizi9947
@arthemonniyibizi9947 Ай бұрын
Abarundi Kwel muranyumije!!! Ndabuze nicomvuga. Babonye $ Bose barahonoka. Mana yanje.. abantu beshi bafise ivyo bakora baripfuza ko uyu muzungu yoshika Aho bakorera . Ariko natwe ibintu turimwo nugupinza nukwerekana ko duciye ubwenge kurusha abandi bantu Bose. Uyumuzungu amaz guca mubihugu vyishi. Ariko Imana isumba ingabo
@FulgenceMikaOfficial
@FulgenceMikaOfficial Ай бұрын
Wewe ushobora kuba ufise uko watahuye ivyo turiko turavuga! Aha duhagaze kuri bad organization!
@freddynduwa6227
@freddynduwa6227 Ай бұрын
Irambire Mon frère
@FulgenceMikaOfficial
@FulgenceMikaOfficial Ай бұрын
🙏🙏🤝🇧🇮💪❤️
@freddynduwa6227
@freddynduwa6227 Ай бұрын
Kãndi courage.Ndiyemeje kurāba ivyāwé kukó nikwó kugushigikira kwānje.
@FulgenceMikaOfficial
@FulgenceMikaOfficial Ай бұрын
Nanje ndabashimiye cane mugenzi! Kunshigikira kwanyu bituma ngira inguvu nkabaha ibigezweho ntitangiriye itama kbx! 🙏🤝🇧🇮
@Rugambamachine7714.
@Rugambamachine7714. Ай бұрын
Birababaje cane gose 😢😢 Frère gsa courage we must make this channel becomes big 🔥💪please followers share it we need patriotes youtubers in 🇧🇮
@FulgenceMikaOfficial
@FulgenceMikaOfficial Ай бұрын
Nkomeza kubashimira cane ku mwanya muriko murampa!🙏🙏🙏🤝
@Rugambamachine7714.
@Rugambamachine7714. Ай бұрын
@@FulgenceMikaOfficial mazina we gsa ushiruk umwet surtout wibaz kuvyotez imbere igihug (entrainement, business....)then soon ni 100k subscribers let's us sharing
@FulgenceMikaOfficial
@FulgenceMikaOfficial Ай бұрын
🙏🙏🙏🤝🇧🇮
@user-rz1ph1iw3r
@user-rz1ph1iw3r Ай бұрын
Abarundi ubujiji buzodusiga habi nukuri😮😮murabuko ama dollars abacitse ngo yanditseko nikaramu kandi aribisanzwe yoooo murateyagahinda pe😢😢100.000fb zirabacitse kuberubuturagi mukama
@FulgenceMikaOfficial
@FulgenceMikaOfficial Ай бұрын
Ariko nka wewe!🤔🤏🙊
@SamuelNkurunziza-ql4xv
@SamuelNkurunziza-ql4xv Ай бұрын
Barakuroze abo batimbo barazi agaciro kizo ngoma nico gituma banse kumwemerera kumukorera ivyo bafoboye je abanya flika murantangza wewe ako kazi kwe ntugakora uzi yuko baguhemba neza gusa ikibazo kihari nico ca organisation
@FulgenceMikaOfficial
@FulgenceMikaOfficial Ай бұрын
Nibaze ko wabanje kwumviriza neza hama uratahura ivyo navuze vyose!
@JohnwarkerBonjour-lj3iw
@JohnwarkerBonjour-lj3iw Ай бұрын
Ijiji zo mugishora
@BattistacaricideIratugabiye
@BattistacaricideIratugabiye Ай бұрын
Abarundi twikebuke Turabe duce ubwenge vrmt
@user-jl9nn5dw9x
@user-jl9nn5dw9x Ай бұрын
Sha Nibintu vyumvikana none kuvaho bavugirijingoma nta reception irahaba amahera binjiza akoriki ivyuburundi ntibipanze kabisa aho barindiye never azoze kubipanga
@FulgenceMikaOfficial
@FulgenceMikaOfficial Ай бұрын
Ni hatari!
@arthemonniyibizi9947
@arthemonniyibizi9947 Ай бұрын
Birababaje can.
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 Ай бұрын
ariko.haraikintu yatwigishije kubona atabajejwe kwakira ingenzi nogutoza amahera mukibanza nkakirya ngo 20$ namaramare mugishora
@FulgenceMikaOfficial
@FulgenceMikaOfficial Ай бұрын
Ni hatari kbx!🙏🇧🇮
@gahethannsengimana2947
@gahethannsengimana2947 28 күн бұрын
Ico kibazo uzanye nico ntivyumvikana ingene ingoma nkizo ziri no mumurage wisi ushobora kubona bariko ba cirirana nkaho ata tarif bafise yibiciro bizwi
@riseandshineburundi
@riseandshineburundi Ай бұрын
Ivyo muburundi vyose babikoreshwa ninzara niyo mpamvu
@FulgenceMikaOfficial
@FulgenceMikaOfficial Ай бұрын
😥
@FulgenceMikaOfficial
@FulgenceMikaOfficial Ай бұрын
😥
@FelixBigirimana-dl6il
@FelixBigirimana-dl6il Ай бұрын
Ninde yabahenze KO umuzungu bamugirako amanyanga, none KO yaje azi igiciro, Hama akumva bazanye ibindi harya honyene vyos yaciy abona ko atabintu bogira aryoherw, Abo batimbo nibisubireko, bagire tarif ntibasubire kugira amanyanga ngo nuk ar umunyamahanga, ahubwo ntabo muzi ukuntu bayaronka barushe namw ngo yora uduhe!!
@Sirila18
@Sirila18 Ай бұрын
Ntiwaravye video yose . Baremeye 20 dollars aca abaha inoti iriko ivyandiko. . N amarundi vyaratangajwe mu maradiyo ko inoti iriko ivyandiko itazokwakirwa muri BRB. Dollars yo n ibindibindi. Ntibovunikira ubusa. Kurikira video yose imbere yo kugira commentaire.
@FulgenceMikaOfficial
@FulgenceMikaOfficial Ай бұрын
Umuntu wese yaravye iyi video yose yatahuye uko vyagenze! 🙏🙏🙏🤝🇧🇮
@abdallahjuma7997
@abdallahjuma7997 Ай бұрын
Mbangukwirikira nkihorera❤❤❤
@FulgenceMikaOfficial
@FulgenceMikaOfficial Ай бұрын
Nibaze ko utahura ivyo mvuga uko biri kwose! 🙏🤝🇧🇮
@abdallahjuma7997
@abdallahjuma7997 Ай бұрын
@@FulgenceMikaOfficial cn gose gusa murakwiriy namwe nkabana bigihug kuza murashik kurubug
@FulgenceMikaOfficial
@FulgenceMikaOfficial Ай бұрын
Navyo vuba birashoboka imitahe niyaboneka!🙏🙏🙏
@abdallahjuma7997
@abdallahjuma7997 Ай бұрын
@@FulgenceMikaOfficial vyoba vyiza cneee gusumba kukw burya Uburundi nubwacu twese abarundi arikw twese ingorane tunegurir kumbug gusa hanyum Imana izabafash bishobok kubwanje vyonezera gusumba.
@FulgenceMikaOfficial
@FulgenceMikaOfficial Ай бұрын
🙏🙏🙏🤝🇧🇮💪
@lydia_wamaana
@lydia_wamaana Ай бұрын
Duuh😢
@FulgenceMikaOfficial
@FulgenceMikaOfficial Ай бұрын
Pole ni gahoro bizoza!
@ICGLRGERARD
@ICGLRGERARD Ай бұрын
Umuzungu ntakosa afise. Hakwiye itunganywa ryiza. Kurya kwo kuri musée Vivant udashobora kwinjira kuraba ibi na biriya utarishe. Hakwiye rero kuba ibiciro vyiza. Gusa n'abo batimbo twobakeza kuko bihagazeko cane.
@FulgenceMikaOfficial
@FulgenceMikaOfficial Ай бұрын
🙏🙏🙏🤝🇧🇮💪❤️
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 Ай бұрын
uyomuzungu nimbwa naranamututse kuko ashaka gucafuza africa
@FulgenceMikaOfficial
@FulgenceMikaOfficial Ай бұрын
Navyo birashoboka tu!
@medianekamikazi2070
@medianekamikazi2070 Ай бұрын
Wamututse ntaco wamugize abazungu bavuga ukuri ....ukuri nako kurababaza
Can You Draw A PERFECTLY Dotted Line?
00:55
Stokes Twins
Рет қаралды 71 МЛН
Khó thế mà cũng làm được || How did the police do that? #shorts
01:00
Final muy inesperado 🥹
00:48
Juan De Dios Pantoja
Рет қаралды 19 МЛН
The child was abused by the clown#Short #Officer Rabbit #angel
00:55
兔子警官
Рет қаралды 15 МЛН
Lt Gen (Rtd) Charles Kayonga ni muntu ki?
20:36
Intsinzi TV
Рет қаралды 94 М.
"ESE URWISHE YA  NKA, RWABA RUKIYIRIMO ?"
21:37
IKONDERAinfos
Рет қаралды 51 М.
醫生與你:暈陀陀,救救耳水不平衡
23:08
RTHK 香港電台
Рет қаралды 10 М.
That Feeling When You Pick A Hangnail🫢💀
0:17
Giggle Jiggle
Рет қаралды 10 МЛН
SIUUUU!
0:15
ARGEN
Рет қаралды 1,1 МЛН
ХЕЧ БУЛМАСА МЕХНАТГА БИТТА ЛАЙК БОСИНГ #2024
0:10
Муниса Азизжонова
Рет қаралды 4,2 МЛН