WAMUSAMBANYI CUGAZO AHINDUTSE STONY NGO YARIKO ARAKORA AMATARA 🤭 KUGITANDA

  Рет қаралды 3,851

NICK DRIP MEDIA

NICK DRIP MEDIA

Күн бұрын

Пікірлер: 128
@Eddy-cremeItangivyiza-tp4jj
@Eddy-cremeItangivyiza-tp4jj 4 ай бұрын
Basha Cycy na Stone mwashonje nabi😮niba arivya vrai uwomugabo mwaramukinye. Kugira muronke ivyomushako😊
@KikikingQueen
@KikikingQueen 4 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂 nihatari kweri😂😂 prt 3 tuyihabwe gusa byongeye harimwo impanuro kwer kuko yavuy imuhira aziko agiye guca inyuma umugore wiwe none arafachwe ababikora aho bohabonera impanuro bakabiheba😂😂
@NadiaIrakoze-u9e
@NadiaIrakoze-u9e 4 ай бұрын
Wow👌👌👌👌
@Eddy-cremeItangivyiza-tp4jj
@Eddy-cremeItangivyiza-tp4jj 4 ай бұрын
Stone arigira umuntu akomeye je nomufata nomubonagura🦾💪💪💪🦴🦴🦴
@Rahima-z5h
@Rahima-z5h 4 ай бұрын
Bagomba kudandaza umugore jewe aho nahitana isuka nkamukubita mumutwe ntamakuru afise
@siyssly815
@siyssly815 4 ай бұрын
Iyo camera one day muzotora ibijanju iyo ndaya yamagufa ngo nizabagore
@lilynabwire-v7o
@lilynabwire-v7o 4 ай бұрын
Ewe bangore twarangowe😂😂😂😂😂😂
@siyssly815
@siyssly815 4 ай бұрын
Nkayo magufa yindagara bayasambanyahe😅 inzara irabatesha ibanga😂😂😂
@kessieniyongere5543
@kessieniyongere5543 4 ай бұрын
Sha imana ibahe kuyimenya
@Laurence-rp3hw
@Laurence-rp3hw 4 ай бұрын
Terefone nini irikumuriro kwa botike😂😂😂😂😂😂😂
@raziarazia3277
@raziarazia3277 4 ай бұрын
Ndidiye mama gy idyazovuga kbx
@Sara-m7l9w
@Sara-m7l9w 4 ай бұрын
Cycy nawurimaramaje natwabafana tugufashe nkindaya😮😮😮😮
@EmelyneTuyikeze-i2k
@EmelyneTuyikeze-i2k 4 ай бұрын
Hhhhhhh bamusonza mwigumye 😂WE cycy sha murarushe pe
@SalmIgiraneza
@SalmIgiraneza 4 ай бұрын
Ababonako sisi ko arindaya bashak gutungira k ubantu mump like twimanukir
@AdjaNene
@AdjaNene 4 ай бұрын
Vugamake uzobazwabik
@rablaasdq2341
@rablaasdq2341 4 ай бұрын
Iyo nimikino barimwo abo ivyo bagira vyose nububeshi😂😂
@irankundabelyse-ej5vi
@irankundabelyse-ej5vi 4 ай бұрын
Nindayakweribona Stony bashak bazebaribabantu bitwazangobamufash
@ndayizeyefloride5277
@ndayizeyefloride5277 4 ай бұрын
Mwatubwamwe nimba muri utugore muzobimenya utugabo twanyu tubaciyinyuma mwamishenzimwe je ndabizi kuko ntanakimwe kitarambako
@irankundabelyse-ej5vi
@irankundabelyse-ej5vi 4 ай бұрын
@@ndayizeyefloride5277 hhhh nawuragashenzikandi
@PerusiUwimana
@PerusiUwimana 4 ай бұрын
Cic niwew uri kwimaramaza hoshi waryan umuhabo wuwundi kukitanda cumugabowawe puuuuuu hooooshiiii cici
@ديانابروندي
@ديانابروندي 4 ай бұрын
😂😂😂Ahwii😂😂😂
@HaruniRamadhani-i5i
@HaruniRamadhani-i5i 4 ай бұрын
Abangabo batubaha abagore babo nuko😂😂
@Franc-n9j
@Franc-n9j 4 ай бұрын
Yoooo uwo mugore aranteye ikigongwe nukuri abagabo mwenabo nukuri wapi😢😢😢😢
@جميلهالجميلات-ذ6ظ
@جميلهالجميلات-ذ6ظ 4 ай бұрын
Uyo.sisi.numumaraya.karuhariwe.tasoni.mufise
@aishalovesesibe
@aishalovesesibe 4 ай бұрын
Kumbe anaishi muzinda😳🤣🤣🤣
@aishalovesesibe
@aishalovesesibe 4 ай бұрын
Yooo ntaraheza nokubaka none amahera uriko uya marira mubagore😳🤣🤣🇧🇮
@sozvin1869
@sozvin1869 4 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂.hana imishenzi
@SalmaA-q5v
@SalmaA-q5v 4 ай бұрын
Hello iyonishou nagakino kugirabilonkerinot
@FortuneeChama
@FortuneeChama 4 ай бұрын
Hh..uyo mugore kumengo ni vumilia
@leoqjsogady5490
@leoqjsogady5490 4 ай бұрын
Yewegaa vyakomey kabsa.
@violetteniyongabire3859
@violetteniyongabire3859 4 ай бұрын
Agakino kubuzima karabandanya
@setaseeta9779
@setaseeta9779 4 ай бұрын
Uyu mugabo numu comedie 😂😂😂😂
@NadiaIrakoze-u9e
@NadiaIrakoze-u9e 4 ай бұрын
😮😮😮😮😮😮😮😮😮
@nshimirimanaalexis
@nshimirimanaalexis 4 ай бұрын
Cycy n'a stony imana irababona murarushe kl ayo mwijipo ntatungisha😮😮
@Asa-ij8fi
@Asa-ij8fi 4 ай бұрын
Ukwonukwimaramaza sis ivyontagaciro biguh ahubwobiguteshagacire ntason
@ttyy7642
@ttyy7642 4 ай бұрын
Cycy kabis utindaya mbaya Kandi murangow lmana irababona kbs Yooo 😢😢😢😢 lnzaranimbi
@fainesiriho6013
@fainesiriho6013 4 ай бұрын
Stone na Cycy ubu umengo nabasazi nukur 😂😂😂😂😂
@aishalovesesibe
@aishalovesesibe 4 ай бұрын
Askini nabana bawe bazobibonq🤣🤣😂😂
@NdayishimiyeClaudine-x5m
@NdayishimiyeClaudine-x5m 4 ай бұрын
Sha kwel nivyo ivyonguma numva arivyo stone n'a cycy boba barabipnze
@irankundabelyse-ej5vi
@irankundabelyse-ej5vi 4 ай бұрын
Stony na cycy nibisambo
@eerreffd4569
@eerreffd4569 4 ай бұрын
Jyewe numiw ahubwo nukur ukuguhiting yibaz koharagatek bimuh😅😅😅😅
@ClaudineKamikazi-r4z
@ClaudineKamikazi-r4z 4 ай бұрын
Crrg ❤
@icitegetseesperance8595
@icitegetseesperance8595 4 ай бұрын
Afise numugor mwiza asumba cycy ubwiza pe,naw cycy urawihay pe
@VAa-nb1odviolette
@VAa-nb1odviolette 4 ай бұрын
Ngira ryariniryamber kuko ntazi nukwisigura😂😂😂😂😂😂
@VAa-nb1odviolette
@VAa-nb1odviolette 4 ай бұрын
Umengo numukomedi😂😂😂😂😂
@siyssly815
@siyssly815 4 ай бұрын
Abantu murihangana uje nkiwanj wotaha ndagusatuye
@EmmanuelNdayikunda-bl6rt
@EmmanuelNdayikunda-bl6rt 4 ай бұрын
Mwashonje nabi pe
@niyogushimadorine6086
@niyogushimadorine6086 4 ай бұрын
Muri Edeni inzara izodukoresh ibitarivyo. Nukurii cycy nukuri mwebwe muzohur n'Imana
@marthasonia5005
@marthasonia5005 4 ай бұрын
🤔🤔
@icitegetseesperance8595
@icitegetseesperance8595 4 ай бұрын
Ni film
@Laurence-rp3hw
@Laurence-rp3hw 4 ай бұрын
Ababona kuwomuhungu Ashaka kwa mamara Ampe link
@Amanijunior-g1r
@Amanijunior-g1r 4 ай бұрын
Kubadida tupe show tupe show 😂😂😂😂😂😂😂😂 jee muranyica
@Rahima-z5h
@Rahima-z5h 4 ай бұрын
Ewe wiba uhetse ukataga uwuhetse cicy urindaya kabisa strone ikwiye uwoguha ifuni yomumutwe
@SaydatSaid
@SaydatSaid 4 ай бұрын
Iyinifirime
@MreilleBeibe
@MreilleBeibe 4 ай бұрын
Nkongaho ari jewe noca ndabereka icobita isi mwovangaho mujejeta iraso
@Eddy-cremeItangivyiza-tp4jj
@Eddy-cremeItangivyiza-tp4jj 4 ай бұрын
Murabona ingene afs umugore wigisupusupu ham ngoyoza kwa Cycy . Stone USHONJURAPFA🤪🤪🤪🤪🤪🤪🤪🤪🤪🤪🤪🤪🤪
@irankundabelyse-ej5vi
@irankundabelyse-ej5vi 4 ай бұрын
Nibisuma umugore numugab barangizangobaririmb gospel
@Nikiza.Bellansine
@Nikiza.Bellansine 4 ай бұрын
Eregabamubonakorikela. Kufato chuti. Bacababonakarimwiza. Iyomitwesiyo
@MreilleBeibe
@MreilleBeibe 4 ай бұрын
Notema umuntu ngaho
@esperancentaconayigize4517
@esperancentaconayigize4517 4 ай бұрын
Show after show 😂😂😂😂
@vyukusengejoici-uv6sx
@vyukusengejoici-uv6sx 4 ай бұрын
Ndatwenze nukuri man weee😂😂😂😂 cycy ivyo urimwo wap kl
@aishalovesesibe
@aishalovesesibe 4 ай бұрын
Yari kwestera matara😂😂😂 kwa Cycy😂😂🇧🇮
@Rahima-z5h
@Rahima-z5h 4 ай бұрын
Itara ryo mumaguru
@irankundabelyse-ej5vi
@irankundabelyse-ej5vi 4 ай бұрын
Uyumugab mumujan gukina comedie nubwomwamumaramaj biratwengej
@violetteniyongabire3859
@violetteniyongabire3859 4 ай бұрын
Mwamukiniye igakino
@chadiaManirakiza
@chadiaManirakiza 4 ай бұрын
izo plank twazihaze
@AmaniNduwayo-o2b
@AmaniNduwayo-o2b 4 ай бұрын
Asha nikubahana nabandi babibonereho
@stitore2388
@stitore2388 4 ай бұрын
Yooooo ntazikuburana nimurabe mwumvikane mubarire gusa nawe ntaziguca bugufi ntiyemera nikosa yesu weee
@aishalovesesibe
@aishalovesesibe 4 ай бұрын
None Stony umekuye mucarama aboshe we Stony bazohava bakugirira nabi nka ntare ukungene yaguma akubita abantu baca baramuroga😭
@uwizeyimanadancira8703
@uwizeyimanadancira8703 4 ай бұрын
Ikokigabo nikigugu 😂😂😂
@Evrosen12
@Evrosen12 4 ай бұрын
Aho bibiza ko bari kumaramaza umugabo.😂😂 naho vyoba arivyo, aho umugore yinjije uyundi mugabo mucumba cumugabo wiwe niwe aba ari kamaraya gakuru.😂😂 mwe muratwenza. Muri guhitinga muzira mbi cane. Wewe Cycy bari kukwaka agaciro nawe uguma werekana amenyo. Please niwihe agaciro nkumugore Please.
@HahaNcnx
@HahaNcnx 4 ай бұрын
😂😂😂😂😂 jw iny our naranyikurikirany nez ahubw uny mugabe ntason agir cycymumugabow bar mukur
@icitegetseesperance8595
@icitegetseesperance8595 4 ай бұрын
Mwabuz amaher yokugur iparacela mwiga kwib cycy na stone😢
@UAE-l2j
@UAE-l2j 4 ай бұрын
None.bentimwakubise❤❤❤
@IsaacBucumi-i2m
@IsaacBucumi-i2m 20 күн бұрын
Cugazo yubahwe
@mmkk-bh4vb
@mmkk-bh4vb 4 ай бұрын
Iyoninzara.ibaturubika.muramaramara
@Rahima-z5h
@Rahima-z5h 4 ай бұрын
City gura passport uyomubiri wawe ntaco uzokumarira ahubwo uzokwara sida
@جميلهالجميلات-ذ6ظ
@جميلهالجميلات-ذ6ظ 4 ай бұрын
Abonababandi
@omansohar6135
@omansohar6135 4 ай бұрын
Mwese muribwa kabisaa
@Violette-w3t
@Violette-w3t 4 ай бұрын
Haha😂😂😂😂😂
@Xhcfj-ye3hx
@Xhcfj-ye3hx 4 ай бұрын
Cycy ubwo bunyo buzo jenga mwo inyo nimba aribwo iriko uro nderamwo inyungu
@GakiDriman
@GakiDriman 4 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@irankundabelyse-ej5vi
@irankundabelyse-ej5vi 4 ай бұрын
Murakomeza ibintu harakant iyusang bamatany mwerero mwibazak murabera ahubwontanisonimufis
@الاا-ب5ق
@الاا-ب5ق 4 ай бұрын
😢😢😢😢😢😢😢😢😢abagore twakira ibije
@webbryr5568
@webbryr5568 4 ай бұрын
😆😆😆😆🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦🤣🤣🤣🤣🤣
@EricBizindavyi-of9cf
@EricBizindavyi-of9cf 4 ай бұрын
Ahubwo uyomugabo ntakwij mubwonko
@ChristabenichouNiyongabire
@ChristabenichouNiyongabire 4 ай бұрын
Cycy nikijuju kwriiii🤭abakuzi icuri barakuzi kandi ntimuzopfa mutunze kunguvu muzopf mukorikibi uko nyen ntaco muzovamwo
@soleilm823
@soleilm823 4 ай бұрын
Ico nikinyoma cambaye ubusa
@AlisAlison-p5u
@AlisAlison-p5u 4 ай бұрын
Cyc ivyukoreye umugore mugezawewe nawe ivyo uzobibona
@FgfRt-t6j
@FgfRt-t6j 4 ай бұрын
🙄🙄🙄🙄🙄🙄🙄🙄
@Rahima-z5h
@Rahima-z5h 4 ай бұрын
Ewe warigukubita umugre wawe ntandero agira
@جميلهالجميلات-ذ6ظ
@جميلهالجميلات-ذ6ظ 4 ай бұрын
Babuze.ahobatugira.tasoni.timumaramara
@VanessaMct
@VanessaMct 4 ай бұрын
😂😂😂
@Cyriaque051
@Cyriaque051 4 ай бұрын
Guta umugore nkuwo akaja kuruwo umengo aryama mumunyu
@MreilleBeibe
@MreilleBeibe 4 ай бұрын
😂😂😂
@AlisAlison-p5u
@AlisAlison-p5u 4 ай бұрын
Jewe nduwomugabo nokora ikintu cyc hamwe yopfa atisubiye hamwe bomufata kugumvu
@raziarazia3277
@raziarazia3277 4 ай бұрын
Ndinkanj muzanye umugabowanjiko nobamaricha ubuhiri nkasito jew ntiyombohap
@cynthiaburundi5116
@cynthiaburundi5116 4 ай бұрын
Gutahanibwabigwizimisega
@propheteuwimana6073
@propheteuwimana6073 4 ай бұрын
Uyumugabo ntabwenge afise
@mediatricemanirambona4989
@mediatricemanirambona4989 4 ай бұрын
Ivyo bintu biratwengej bamufash asambana na Sisi hama sisi agatwenga ivyo sivyo nububeshi
@Uvyx-s6k
@Uvyx-s6k 4 ай бұрын
Cycy aguma atwenga ,biragaragara ko ivyo bintu ari irementanya.nn vyoba arivyo Cycy yoba yaje gukora iki?yoguma abagendanira knd ari mumakosa?Stony na Cycy ivyo barimwo nabo ntavyo bazi ,ubukene ni bubi
@jalanoman6236
@jalanoman6236 4 ай бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@gloriaminani3067
@gloriaminani3067 4 ай бұрын
😮😮😮😮😮😮Murasara
@nshimirimanaalexis
@nshimirimanaalexis 4 ай бұрын
Nahonyene munyo nkuruyuki
@Alexissindayihebura-re6oy
@Alexissindayihebura-re6oy 4 ай бұрын
Ewe bushurashuzi nukuri abasambanyi barasaze none nkugo rugabo gwafatiwe kurako ka cycy nuko gasa nuko kangana agacinyuma uwo mugore wiwe ningene areshe kandi akaba arimwiza yiyubashe bari bakwiye kumuca amande
@stelladaudi9206
@stelladaudi9206 4 ай бұрын
Uyu mugore sisi nawe nibamubohe nimba uwomugabo yasambanye ntiyisambanije nawe nibamubohe
@EayashahAlkhalidi
@EayashahAlkhalidi 4 ай бұрын
Ni babijane murireta banana bose numugore yijeza umugabo muzu yuyundi mugabo aba aruwoguhanwe
@AntoinetteIrankunda-q4g
@AntoinetteIrankunda-q4g 4 ай бұрын
Nimumubabarire ntazosubira
@cvzx-2968
@cvzx-2968 4 ай бұрын
Ewemanacyic yi. Cha urank0mye. Kandintamaramara
@amasa901
@amasa901 4 ай бұрын
Cycy nawe arararika agatwe ngaho none wewe wamwitegeriki urumukehabwenger rero wamwemerera koyinjira munzunomucumba iwewe gt wamukobwa wewe wejo konabonye umwiyamiriza iwew vyaj GT nawe bagucung
@omansur4343
@omansur4343 4 ай бұрын
Mbav zang 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@JshEoejh
@JshEoejh 4 ай бұрын
None ga cycy nka wew kubona ukwega ingoran nkizo wew ntubonako urinday mbaya
@setaseeta9779
@setaseeta9779 4 ай бұрын
Muramashetani pe cycy nawe nejo uzobona stonie bamuzany uko
STONY A’FATIYE AMUGABO KUMUGORE WIWE CYCY 😱😱😭😭
26:13
NICK DRIP MEDIA
Рет қаралды 4,8 М.
Car Bubble vs Lamborghini
00:33
Stokes Twins
Рет қаралды 45 МЛН
When u fight over the armrest
00:41
Adam W
Рет қаралды 28 МЛН
CYCY YIRUKANYE BENIE NKIBWA STONY AMUKUNDA
8:22
NICK DRIP MEDIA
Рет қаралды 4,4 М.
BADO BADO - SEKURA (OFFICIAL VIDEO)
2:59
N.E. Production Tv
Рет қаралды 7 М.
Bijiyobija akozamateka atazibagirana🫢🫢🫢😀😃😃😃🔥🔥🔥
44:57