🔥Wawoo Mbega UMURUNDI USETSA🤣Avuga Imana neza yakongeramo gusetsa Abantu bagafashwa Nawe ihere amaso

  Рет қаралды 76,374

IRiBA tv

IRiBA tv

Жыл бұрын

#IRiBA_tv_0788248520
Tuguhaye ikaze kuri IRiBA tv aho uzajya ukurikirana Ijambo ry'Imana Ubuhamya nibindi biganiro bitandukanye bya Gikristo wifuza kutuvugisha cyangwa kudutera inkunga watwandikira cg ukatuvugisha kuri contact: +250788248520 Email:iribat4@gmail.com Whatsapp:: +250788248520

Пікірлер: 108
@francinendayishimiye116
@francinendayishimiye116 Жыл бұрын
Turagukunda za murarya 😂😂😂😂 ubutumw bwiza harimwo nogutweng disiiii
@nyinawumuntuyvette5467
@nyinawumuntuyvette5467 Жыл бұрын
Imana ikongerereze amavuta. Imana iturinde amajwi mwizina rya Yesu
@anniellamuhimpundu6484
@anniellamuhimpundu6484 Жыл бұрын
Urakoze mukozi w'Imana "Amajwi" Nimabi peeeee
@itanganezadondivin4416
@itanganezadondivin4416 Жыл бұрын
Cyakozee abarundi murasetsaa peee
@antoinekagame4622
@antoinekagame4622 Жыл бұрын
Imana Ikongerere amavuta nu bwenge ni migisha kuko uranfashije cyane pastor
@triphoniendihokubwayo1802
@triphoniendihokubwayo1802 Жыл бұрын
Ndamanyuste nukuri ndikanguy sinzi ukuntu Nguyen kuyu mukoze wimana abantu turana bibajije kondi umusazi nukuri ndamanyust😂😂🇧🇮🇰🇪🇧🇮🇰🇪🇧🇮
@chadracknihorimbere7278
@chadracknihorimbere7278 Жыл бұрын
🤭🤭najewe uyu mukozi w'Imana arandyohera❤😅😅😅
@jilu1095
@jilu1095 Жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂lman iturind amajwi😊
@galeedpentecostalinternati4115
@galeedpentecostalinternati4115 Жыл бұрын
Mukozi w,lmana baritaziro ndakwibuka mugatsata.wadusuye.uracyasetsa nkakera ndibuka usimbuka kuri za nkingi rurusengero igariraya lmana iguhe umugisha
@HarunaFifi-oj9tj
@HarunaFifi-oj9tj Жыл бұрын
Amen Amen 🙏 Imana iguhe umugisha😂
@nsanzimanafilippe7212
@nsanzimanafilippe7212 Жыл бұрын
Imana ikomeze ikwagure kdi ikurinde gusubira mw'izina rya Yesu
@irakozeangelique261
@irakozeangelique261 Жыл бұрын
Uwiteka aguhezagire. Ndanezerewe kandi ndafashijwe
@sandrenciza7688
@sandrenciza7688 Жыл бұрын
utumupastsero yaramvuniyimbavu.ahoyaduterinkuru yingene yakijijwe yari muvyaha. ❤❤❤❤😂😂
@girumwetewogusenga
@girumwetewogusenga 10 ай бұрын
Imana iguhezagirecane kumajambo Y’Imana mutwigishije.
@anitharuzima1027
@anitharuzima1027 Жыл бұрын
Unkoreye ijoro pe😂😂😂😂 mbega imbavu zanje😂😂.twirinde amajwi nukuri uhoraho adushoboze
@user-jg8db7cj1q
@user-jg8db7cj1q 2 ай бұрын
Yesu ARI muri wewe agume agusukiriramavuta natwedukomeze gushikirwa
@niwevyose8147
@niwevyose8147 Жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 uwomwunviriza burigihe ntamubabaro 😂😂😂👏👏👏
@nahishakiyejacqueline7035
@nahishakiyejacqueline7035 Жыл бұрын
Amen Amen mukozi w,Imana
@celinendayemeye2853
@celinendayemeye2853 Жыл бұрын
Narindagukumbuye mukozi w'lmana
@rosyhakizimana266
@rosyhakizimana266 Жыл бұрын
Imana Iguhezagire...Zamurarya mutwenga....niko kazina nkongereyeko
@NdayisabaOmar-ep8fm
@NdayisabaOmar-ep8fm Жыл бұрын
Paster ndagukunze Imana iguhezagire
@salvatornduwimana6259
@salvatornduwimana6259 Жыл бұрын
Urakoze mukozi wlmana urahembura imitima irushe
@dieudonnemugirangabo8174
@dieudonnemugirangabo8174 Жыл бұрын
Kubamwosekuru amasaha 3h ugombakuba umukobwa wavayo wiravye ugasanga yakobo niyakobo😂😂😂yewe uranyumije wamugabowe urantwengeje nanje🤦🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@JustinThomas-cn2cy
@JustinThomas-cn2cy 3 ай бұрын
Ahuri Ilana iguhezagire caaaaaan
@minabeatriche6989
@minabeatriche6989 Жыл бұрын
Ndakwemera kabis amen
@user-fo9dt3oh2l
@user-fo9dt3oh2l 9 ай бұрын
Ndagukunda
@ConstantinNdacayisaba
@ConstantinNdacayisaba 11 ай бұрын
Amen muhanuzi turagukunda
@antoinettendayizeye5884
@antoinettendayizeye5884 Жыл бұрын
Imyaka myishi kweri
@garythebeast3056
@garythebeast3056 Жыл бұрын
Ariko mana weeeee wasetsa nuvuye guhampa nyina
@husa8849
@husa8849 Жыл бұрын
Ndagukunda kanini inyigishozawe zirarenze🎉
@SaraSara-jr8ws
@SaraSara-jr8ws Жыл бұрын
Ndamukunda pasta
@ndeanaeddy
@ndeanaeddy Жыл бұрын
😅😅😅 zamurarya my pastor ❤😅
@umucoafricatv5508
@umucoafricatv5508 Жыл бұрын
Irya ziraryoshe zamurarya 😂😂😂subiramwo
@NiyogushimaNoella-do8xv
@NiyogushimaNoella-do8xv 4 ай бұрын
Ndakeneye kumenya aho wigishiriza
@nyinawabegaeugenie7405
@nyinawabegaeugenie7405 Жыл бұрын
Ndafashijwe
@sibomanaadrien8957
@sibomanaadrien8957 Жыл бұрын
Imana iguhezagirep3
@user-ni1uk9hc5f
@user-ni1uk9hc5f 9 ай бұрын
Ibiryo byo kukiriyo cyabakongo ani Niko twabiryagape ntabeshyepe
@nsengiyumvajeanpierre3337
@nsengiyumvajeanpierre3337 Жыл бұрын
Ndakwemeye wamugabo we
@kabanamary453
@kabanamary453 Жыл бұрын
Amen, amen
@bitangagentille8792
@bitangagentille8792 Жыл бұрын
Hhhhhhh ahwiiiii ndasetse kbs
@rojo2278
@rojo2278 Жыл бұрын
Hhhhhh ahwiiiii 😂
@BlaiseKarorero-rg2hd
@BlaiseKarorero-rg2hd Жыл бұрын
Nivyukur tunesh amanjw av kubadayimon Dushoboz Mana,
@fowaahadjei7978
@fowaahadjei7978 Жыл бұрын
Hari gihe mukumbura ngo seke 😂
@kamikazineema1957
@kamikazineema1957 Жыл бұрын
Amen
@clementnijimbere-bm9px
@clementnijimbere-bm9px Жыл бұрын
Mwisekuro? Wesha ubw'uruzuye? Mw'isekuro wokwirwamwo? Uragowe
@user-jm3pc7tu7c
@user-jm3pc7tu7c Жыл бұрын
😂😂
@mushimiyimanarehema5866
@mushimiyimanarehema5866 Жыл бұрын
Uyu pasteur yitwa gute
@anithamami1979
@anithamami1979 Жыл бұрын
Uvuzijambo rikomeye urakoze
@nsabimanacelenie8013
@nsabimanacelenie8013 Жыл бұрын
Ameni.imana.iturindamajwi.iduhekuvijwi
@bernardnkurikiye5524
@bernardnkurikiye5524 9 ай бұрын
Uhezagirwe
@jeannettenyabitanga9999
@jeannettenyabitanga9999 Жыл бұрын
Imaniduhe kunesha amagwi
@minabeatriche6989
@minabeatriche6989 Жыл бұрын
Amen amen❤❤
@iribatv8489
@iribatv8489 Жыл бұрын
Barthazari Wa MURUNDI Usetsa cyane😂Atumye Imbavu zacu zibigenderamo😂Undusha hejuru nkakurusha Hasi😂 kzbin.info/www/bejne/gHq7q4Ciacp9Y7s
@keybebredonne9544
@keybebredonne9544 10 ай бұрын
Amen amen
@FrancoiseNyandwi-uo6ds
@FrancoiseNyandwi-uo6ds Жыл бұрын
Icompa imvugo zacu zikajana n'ibikorwa
@rahabdebeni4728
@rahabdebeni4728 Жыл бұрын
Imana indinde amajwi
@ugiriwabomarieclaire9502
@ugiriwabomarieclaire9502 23 күн бұрын
Arasetsa rwose
@user-vq7fe9rg3z
@user-vq7fe9rg3z Жыл бұрын
Ndakunda ubutumwa bwaze
@IteritekaDivine-py9bs
@IteritekaDivine-py9bs Жыл бұрын
Imanigusigekandi
@bizimanajanvier0183
@bizimanajanvier0183 Жыл бұрын
Amen 🙏🙏🙏🙏
@ferdinandngendakumana5840
@ferdinandngendakumana5840 Жыл бұрын
Harimwo amakuru menshi agiye kwemera
@pinpajo1155
@pinpajo1155 Жыл бұрын
Hhhhhhhhhhhhhhhhh mbega umu paster ni comédie kabixa
@iidd6782
@iidd6782 Жыл бұрын
Hew nazanunva ngozamurarya non ndamubony😂
@user-sg8sr3uk3u
@user-sg8sr3uk3u Жыл бұрын
Habwumugish🤣🤣🤭🤣🤣
@romeoolafe-de7ot
@romeoolafe-de7ot Жыл бұрын
Amen amen 😂😂😂❤
@mugishaprosper1644
@mugishaprosper1644 Жыл бұрын
BARITAZARI plaster Imana iguhe umugisha kbx ufite Numero ze yazimpa murakoze
@abelnduwayoofficial
@abelnduwayoofficial Жыл бұрын
Ewe zamurarya sha,ndakwikundira vyahatari
@OdileNiyonkuru
@OdileNiyonkuru 11 ай бұрын
Iman iturind amajw mab yos
@girumwetewogusenga
@girumwetewogusenga 10 ай бұрын
Amen Amen Amen
@ndakizemandic
@ndakizemandic 8 ай бұрын
Zamurarya mutwenga 😂😂
@g_familytv2081
@g_familytv2081 11 ай бұрын
Location of the church
@mushimiyimanarehema5866
@mushimiyimanarehema5866 7 ай бұрын
Irya. Nkoko yabitse ntibaramenya niba yariyande?
@user-jm3pc7tu7c
@user-jm3pc7tu7c Жыл бұрын
Umwukoziwimana uhezagirwe cane
@karengeraemmanuel5807
@karengeraemmanuel5807 Жыл бұрын
Tiyytrtyyytttyttyyyrrttttttttyyuyttttrtrtyuyyttuttryurrrttttrryyttytttrtrrtrtrytrttyttrtrrtrrtytrrrtttttrrrrrrttytttrrtrrrtttrrtrtrrrrrrtrrrtrrrrttrtttrrteeettrrrrtttrtttyt
@jacquesmwela630
@jacquesmwela630 Жыл бұрын
Soit beni homme de Dieu
@pascalniyibizi6001
@pascalniyibizi6001 Жыл бұрын
🤝♥️♥️♥️♥️🙏👍
@user-yy2jo5dv3w
@user-yy2jo5dv3w Жыл бұрын
Samurarya 😂😂😂😂
@byosetv807
@byosetv807 Жыл бұрын
Aradusekeje nukuri
@nshimiyimanajeando8101
@nshimiyimanajeando8101 Жыл бұрын
Imana injye iguha umugisha mwishi cyane maritazari nguherukacyera waje kudusura mumatyazo ihuye
@hakizimanaviolette1564
@hakizimanaviolette1564 Жыл бұрын
Haleluyaaa 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@lessairera3435
@lessairera3435 Жыл бұрын
😁😁😁😁ndamanyutseee
@user-qk2dx9qv5t
@user-qk2dx9qv5t Жыл бұрын
Hezagigwa
@MusafiliJacke
@MusafiliJacke Жыл бұрын
Yoooiii Ndagukumuye cyane urabiziko ngukunda nkere namber.yawe
@shams5915
@shams5915 Жыл бұрын
😂😂😂😊😊😊
@guytresormugisha
@guytresormugisha Жыл бұрын
Rafiki uranyica kbxa😅😅
@elianebahati8898
@elianebahati8898 Жыл бұрын
You make me happy
@bizimanaemmanuel930
@bizimanaemmanuel930 Жыл бұрын
Aracatwenza nka kera twabanye mucibitoke
@evelinievel7777
@evelinievel7777 Жыл бұрын
❤❤❤😅😅😅😅
@marchatungimana4140
@marchatungimana4140 Жыл бұрын
Nihatari arabuvuze
@thierrynshimirimana5058
@thierrynshimirimana5058 Жыл бұрын
Uyo mwigeme na mushimye
@bernarduzabakiriho88
@bernarduzabakiriho88 2 ай бұрын
Amajwi ni mabi
@ndizeyechantal6979
@ndizeyechantal6979 Жыл бұрын
Imbavu zirametse 😂😂😂
@user-yu7jq3qe8j
@user-yu7jq3qe8j Жыл бұрын
Ndakunda uwomukozi Wimana ntakurambirwa.
@westziga1
@westziga1 Жыл бұрын
Gusa arabesha cane muma stories atera. Ndemeza neza ko histoire ya Karoli n'iyo mw'isekuru atarivyo. Nibindi....
@nahimanamajaliwa
@nahimanamajaliwa Жыл бұрын
Uyu mukozi w'Imana yitwa gt ?
@majedalotaibi9350
@majedalotaibi9350 Жыл бұрын
Baratazaro
@user-qk2dx9qv5t
@user-qk2dx9qv5t Жыл бұрын
😂😂😂😂🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤩🤩🤩🤩🤩
@ChanelNdayikeza-fp8nc
@ChanelNdayikeza-fp8nc Жыл бұрын
Zamuranywa
@yambabariyeenatha9278
@yambabariyeenatha9278 9 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂
@wardatito8468
@wardatito8468 Жыл бұрын
😂😂😂😂💪🇧🇮🇸🇦
@magnifiquendayisabaproduce7284
@magnifiquendayisabaproduce7284 Жыл бұрын
Imana iguhezagire. niyo uri kuriririmba ndumvamwo ijwi ry'ivugabutumwa😅😅
@user-sp4ow4ww6v
@user-sp4ow4ww6v 10 ай бұрын
Amen amen
@anithamami1979
@anithamami1979 Жыл бұрын
Amen
@nibagwirecartas6431
@nibagwirecartas6431 Жыл бұрын
Hezagirwa mutumishi sinaguherukaga disi
@josephinenimpaye5781
@josephinenimpaye5781 Жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂😂
@lionelnijimbere228
@lionelnijimbere228 Жыл бұрын
Amen
@bazirutwabojeanclaude389
@bazirutwabojeanclaude389 Жыл бұрын
Amené amene
NIWUMIRE KUCO WAHAWE & UMWAKA WO KUNESHA 2021
33:27
E.M. Guérison des ames Nyakabiga
Рет қаралды 38 М.
Дарю Самокат Скейтеру !
00:42
Vlad Samokatchik
Рет қаралды 8 МЛН
Gym belt !! 😂😂  @kauermtt
00:10
Tibo InShape
Рет қаралды 10 МЛН
Does size matter? BEACH EDITION
00:32
Mini Katana
Рет қаралды 20 МЛН
Playing hide and seek with my dog 🐶
00:25
Zach King
Рет қаралды 31 МЛН
EV. BONIFACE/ IBI BINTU AVUZE NI INGENZI/ REBA VIDEO
55:34
HEMBURA TV
Рет қаралды 6 М.
KWIHANA NYAKURI by Nzaramba Emmanuel ----
49:25
VUZIMPANDA YESU ARAJE
Рет қаралды 11 М.
UKURI KOSE ARAKUVUZE ,IKIVYINVYE KIMENEKE
38:44
HUNGA ICAHA MINISTRY
Рет қаралды 64 М.
Дарю Самокат Скейтеру !
00:42
Vlad Samokatchik
Рет қаралды 8 МЛН