Woba warasinzikajwe n'ingwara ya estomac? Ng'uyu umuti wayo nuko ukogwa.

  Рет қаралды 3,458

One By One TV

One By One TV

Күн бұрын

Пікірлер: 21
@BonifaceNdagijimana-z1o
@BonifaceNdagijimana-z1o 5 ай бұрын
Nanje ivyo ndabirwaye.mbe none uwomuti ntupfa? Nkumuntu akoze mwinshi umara nka 2 semaine ntiwopfa?
@ChavierSyrus
@ChavierSyrus 7 ай бұрын
Urakoze njyewe ndarya bigatindamunda ngasepfura rimwenarimwe nkaremererwa mubutugu nkaribwamunda nokwitumabikangora nisereri munjyire inama mundanjyire umuti
@Stevo.75
@Stevo.75 7 ай бұрын
Mushobora kuba mugwae Amibe,Constipation hamwe na Estomac I Inama nabagira nimwipimishe kubitaro biri hafi yanyu izo ngwara 3 mbabwiye
@JosianeIrakoze-f9y
@JosianeIrakoze-f9y 29 күн бұрын
Mbeg urafundikira?
@NtikangishwaDeodatho
@NtikangishwaDeodatho 5 ай бұрын
Non uwo mutima uwukoze ,ko wavuze kuwurindira iminsi ine non bisaba ko uwuhejeje uca ukora uwundi udasibiza na rimwe?
@gilbertmpawenayo8823
@gilbertmpawenayo8823 Жыл бұрын
Murakoze cane Doctor! Jewe nanje ndakeney ubufasha kuko ndababara gose cane mu nda, mu ruhande rw'i buryo, naragirishije ecographie, ariko nta ndwara n'imwe babonye
@Stevo.75
@Stevo.75 7 ай бұрын
Murakoze cane kukibazo canyu,iyo aba ari ikibazo kiri en dohors ya sujet nca ndacishurira inbox ou bien nkaca ntegura sujet kuri ico kibazo cawe.
@IrambonaCecile
@IrambonaCecile 2 ай бұрын
Jew ndasha munda nkababara indani mwihuriro ryibitugu canecane murubavu rwiburyo indani mwibere ninyuma mubitugu nkababara cane.ni ulcere ou cancer?
@berchmansndikuriyo441
@berchmansndikuriyo441 Жыл бұрын
Jew nshaka umpe numéro yawe.
@marciensindimwo4684
@marciensindimwo4684 7 ай бұрын
Jewe ivyomwavuze ndabigwaye mugatuza ndageramiwe guhumura nabi mumugongo kugira isereri idahera
@felixisnimubona8080
@felixisnimubona8080 Жыл бұрын
Kumva harya umuntavyutse mukanwa umenga haricunyunyu biva kiki
@NiyuhireChristabella
@NiyuhireChristabella 9 ай бұрын
Naduhe numéro kweri none ivyobintu ntibipfa kobimara igihe wabimiminye😊
@Stevo.75
@Stevo.75 7 ай бұрын
Ukora ibimara imisi indwi,ikwiye urategura uyundi muti.
@IrankundaClaude-np4rr
@IrankundaClaude-np4rr 5 ай бұрын
Jew ngwaye ulcer na colon novyivura gt
@HatangimanaClaude-xk2yf
@HatangimanaClaude-xk2yf 8 ай бұрын
Njye iyomazekurya niho numva umuriro mwishi haraguru Gato yigifu
@Stevo.75
@Stevo.75 7 ай бұрын
Hariho ibintu iyo umaze kuba wamaz kugwara estomac utegerezwa kwirinda canke ugaheba kk ninavyo bica biza kugutera uja muri crise ya estomac: - Gufungura imfungugwa zishushe - Kurya canke kunywa ibintu birimwo pilipili -Kurya ibintu vyumye(ex: imitetezwa y'ibigori,kurya imiceri yama pilau,.....etc)
@SINZIRANEZA5415
@SINZIRANEZA5415 6 ай бұрын
None muganga .nkajewe ndayimaranye igihe kitari gito.none nzowufata kangahe? Nzogumandawufata ank
@Stevo.75
@Stevo.75 6 ай бұрын
@@SINZIRANEZA5415 oya urashobora kurenzako imisi bivanye nuko wasinzikaye ugakwiza meme na 30 jrs.hanyuma kugira umenye ko wakize neza ucugenda kwa muganga ugakoresha igipimo citwa ENDOSCOPIE
@StvenNiyonyish
@StvenNiyonyish 3 ай бұрын
None.ukataguyeucauteka
@IrankundaClaude-np4rr
@IrankundaClaude-np4rr 5 ай бұрын
Duhe nime yaw
@Edgard-v2c
@Edgard-v2c 5 ай бұрын
Jew ndayimaranye 8mois vyukuri nokurikiz izompa uro vyongirira ikimazi?
Сестра обхитрила!
00:17
Victoria Portfolio
Рет қаралды 958 М.
When you have a very capricious child 😂😘👍
00:16
Like Asiya
Рет қаралды 18 МЛН
Uko womenya ko ishano canke isumu ko biziritse canke bitaziritse
9:35
👨🏾‍🍳 Mwarabu: "Kuri jewe, umukiriya ansumbira umuryango"
11:08
Tahura vyinshi ku bijanye n'indwara benshi bazi nka "ESTOMAC"
13:46
BE TV Burundi
Рет қаралды 1,9 М.
UMUNTU MUZIMA: INDWARA Y'UMUSHISHITO (STOMACH DESEASES)
51:42
ikanguro n'ubugorozi Burundi
Рет қаралды 2,3 М.
Ibintu 6 byoroshye wakoresha ukagira amenyo meza y'umweru
9:24
Menya ibitari bike ku bijanye n'indwara y'amafyigo
5:43
ARGOS TV
Рет қаралды 1 М.