No video

Burundi: nta muti kw'ikena ry'idorari ?

  Рет қаралды 2,810

Yaga Burundi

Yaga Burundi

Күн бұрын

💰 Kubura amahera mvamakungu bituvyarira ubukene bw'igitoro, isukari, ibinyobwa vya Brarudi, n'ibindi.
👌🏾Tugaruke ku vyo abahinga batandukanye babona nk'umuti.
Ibiciro vy'impapuro zironderwa mu bushikiranganji bw'ubutungane zaradugijwe📈
Kaze, ayo n'ayandi tuyasorongora uno musi.
#KuMusi
#ubutunzi

Пікірлер: 8
@emkeionly
@emkeionly Ай бұрын
Mbuze Nico mvuga gs Kimwe coo 🇧🇮 turarushe kl
@kingumwami1434
@kingumwami1434 Ай бұрын
Aka gahungu kavuga amakuru neza . courage
@IduhangazePrince-pp3pn
@IduhangazePrince-pp3pn Ай бұрын
😂😂😂😂 kuronka Nationalité yuburundiiii kuyironka Namamiriyoniii ubu!!😂😂
@JeanMAYUGI
@JeanMAYUGI Ай бұрын
Abategetsi bambe abakegetsi atakinya kubo batwara. Ils ne voient que leurs avantages.
@wellarsmukezamfura3160
@wellarsmukezamfura3160 Ай бұрын
Nawewe uzokwozwa, mugabo muragowe ubu ntanzuzi zoroshe kujabuka zigihari😂, narusinzi ndazi yobamira! Ayo samakuru, ahubwo watumwe! Umukuru wigihugu ivyo avuze nivyo, turamwubaha kandi turamuyoboka kuko atwipfuriza ivyiza guza, uburundi buhire, uburundi bwejo bushasha! Mwe nimutubise, ...
@onanikubwimana479
@onanikubwimana479 Ай бұрын
sha nawe umenga urimwo amahinyu ko utavuga ivyiza biriko birakogwa mugihugu!? kugira uhe motivation kubarundi barihanze!?😢 mbona inkuru zawe zicana intege gusa
@rretro2042
@rretro2042 Ай бұрын
Reka avuge burya ivyavuga nta kinyoma kiri mwo niko ibintu biba bimeze kurubuga
Incabwenge zirafise ikibanza mu Burundi ?
6:56
Yaga Burundi
Рет қаралды 534
Bishasha kw'isubirwamwo ry'isoko nkuru ya Buja
7:28
Yaga Burundi
Рет қаралды 6 М.
Oh No! My Doll Fell In The Dirt🤧💩
00:17
ToolTastic
Рет қаралды 13 МЛН
Please Help Barry Choose His Real Son
00:23
Garri Creative
Рет қаралды 24 МЛН
Throwing Swords From My Blue Cybertruck
00:32
Mini Katana
Рет қаралды 10 МЛН
So Cute 🥰
00:17
dednahype
Рет қаралды 42 МЛН
Ivy'itegeko rishasha rigenga amashengero
4:42
Yaga Burundi
Рет қаралды 2,4 М.
Gukubita ama selecta birangiye nabi 😯
6:19
Yaga Burundi
Рет қаралды 7 М.
Ni ikihe gihimba c'umubiri wawe wosaba ikigongwe ?
3:55
Yaga Burundi
Рет қаралды 729
Gusubiramwo ibibuga vy’indege mu Burundi...
4:49
Yaga Burundi
Рет қаралды 1,5 М.
Intamba mu rugamba, tuzitege kandi muri CAN ?
6:07
Yaga Burundi
Рет қаралды 751
Ikibazo c’amazi guhera mu Burundi si ubu
6:12
Yaga Burundi
Рет қаралды 883
“Ni bande banyuruza ubutunzi bw'igihugu ?”
6:21
Yaga Burundi
Рет қаралды 1,4 М.
Oh No! My Doll Fell In The Dirt🤧💩
00:17
ToolTastic
Рет қаралды 13 МЛН