SOSUMO na Sarai, zizoduha isukari ikwiye ?

  Рет қаралды 915

Yaga Burundi

Yaga Burundi

25 күн бұрын

😏 Abarundi boba bagiye kuruhuka gutondera isukari ? Ng'uku uko Reta ibitegura👇🏾
👏🏾 Bishasha mu nkino : hari Abarundi babiri bazokwitaba Jeux olympiques mu rukino rwo kwoga.
🏨 Mwaramenye ko ihoteri Source du Nil igiye gusanurwa ? Bizogenda gute ? Kaze mu makuru y’uno mugoroba 🤗
#KuMusi
#ubutunzi

Пікірлер: 7
@nizigiyimanayves9485
@nizigiyimanayves9485 23 күн бұрын
Abantu bakunda ukuntu Davy adushikiriza ibiganiro vyiza kandi mumwanya muto mumpe likes👍
@willynkurunziza7815
@willynkurunziza7815 23 күн бұрын
Une information très importante 🙏🙏🇧🇮
@jamesninziza6122
@jamesninziza6122 23 күн бұрын
Merçi pour votre information 😊
@user-fg1ub5js3m
@user-fg1ub5js3m 23 күн бұрын
Courage Davy
@nizigiyimanayves9485
@nizigiyimanayves9485 23 күн бұрын
Kugurura imiryāngo#kugurura imiryângo. Davy ukosore😅
@aymardfleurnzigamasabo
@aymardfleurnzigamasabo 23 күн бұрын
Mon avis bar bakwiye kureka abagwizatunga nab bagashiramw imitah, bakagir am action bigatum sosumo ironk liquidité zo gukoreqsha
@willynkurunziza7815
@willynkurunziza7815 23 күн бұрын
Ah bon kumbe brarudi Yarifisemwo umutahe mur SOSUMO nayo ???None kobatagikoreyeko ngo yagwurwe kandi Brarudi izi kikoresha ISUKARI muguhingura ZIRYA nzoga za Brarudi...Nibabihagurukire bayagure canee goseee kuburyo tuzoronka iyo dukoresha NGAHA iwacu ikwiye niyo dushora NYENE ikwiye
🤭 Nimuze murabe ivyo ka gakoti kakoze mu Rumonge
5:51
Yaga Burundi
Рет қаралды 810
Le commerce transfrontalier : enjeux liés au temps
11:36
Yaga Burundi
Рет қаралды 2 М.
Who has won ?? 😀 #shortvideo #lizzyisaeva
00:24
Lizzy Isaeva
Рет қаралды 63 МЛН
Зачем он туда залез?
00:25
Vlad Samokatchik
Рет қаралды 2,1 МЛН
Buyenzi irakoze umuti 😆
4:51
Yaga Burundi
Рет қаралды 3 М.
Kula kulipaa🥃
3:53
Yaga Burundi
Рет қаралды 4,4 М.
Ivyaranze ubuzima bwa Petero Buyoya
6:37
Yaga Burundi
Рет қаралды 4,3 М.
Burundi: nta muti kw'ikena ry'idorari ?
7:11
Yaga Burundi
Рет қаралды 1,8 М.
“Bellissima” irateye impari muri indasi
7:45
Yaga Burundi
Рет қаралды 3,3 М.
Basket yo mu Burundi ngo ntaho yagiye
5:27
Yaga Burundi
Рет қаралды 933
N’indoto canke ni Shumuleta ?
4:47
Yaga Burundi
Рет қаралды 3,8 М.
😅 Womuheba canke ntiwomuheba ?
4:03
Yaga Burundi
Рет қаралды 6 М.
"Ubwoko ntibwari kumbuza gutwara umugore nkunda"
8:06
Yaga Burundi
Рет қаралды 9 М.
Who has won ?? 😀 #shortvideo #lizzyisaeva
00:24
Lizzy Isaeva
Рет қаралды 63 МЛН