Iduga ry'idorare n'ingingo za BRB

  Рет қаралды 4,631

Yaga Burundi

Yaga Burundi

Күн бұрын

🤑 Bivugwa ko idorare ryiriwe riravunjwa 6 850 BIF kw'isoko yo mu kinywabi, n'2 889 BIF mu mazu yemewe na BRB
💶 N'ama "euros" uko avunjwa kuri ayo masoko abiri, harimwo ubutandukane butari buto.
🏦 Mu makuru yacu, tugira tugaruke ku ngingo BRB yaraye isohoye, zigamije kurwiza amafaranga mvamakungu mu gihugu. Kaze !
#KuMusi
#ubutunzi

Пікірлер: 5
@wazoochem127
@wazoochem127 Ай бұрын
Ikibabaje suko hari ibiciro bihanitse kuri marché noir, ahubwo mbwira mbega ivyobiciro uhaye uvuga muri leta bavunja noyabashira bompa Ama dollar cane ni ayamuhe gusa?
@faidahfaida9989
@faidahfaida9989 Ай бұрын
Umwimbu ntawo,bisigura ko amahera y'igihugu yashizw muri investissement nimake cane.ubutare nibwimbwe,hubakwe n'amahinguriro,uburimyi butezwe imbere(icayi,ipampa,...
@Humble-m-2tk
@Humble-m-2tk Ай бұрын
Ewe yaga ugorubuga gwanyu ruranyica
@boylast6146
@boylast6146 Ай бұрын
Solution ni imwe gusa! Or niyo yonyene ishobora gufasha ifaranga BFI rishobora kuduga vuba, GOLD/ OR nayandi ma bank central yo hanze nuko abigenza iyo economy iri en galere!
@Xhcfj-ye3hx
@Xhcfj-ye3hx Ай бұрын
Re ka ryitugir
Ubushinwa na Afrika barabana ryiza
5:54
Yaga Burundi
Рет қаралды 867
Bishasha kw'isubirwamwo ry'isoko nkuru ya Buja
7:28
Yaga Burundi
Рет қаралды 8 М.
Electric Flying Bird with Hanging Wire Automatic for Ceiling Parrot
00:15
Ni ikihe gihimba c'umubiri wawe wosaba ikigongwe ?
3:55
Yaga Burundi
Рет қаралды 3,8 М.
Ivy'itegeko rishasha rigenga amashengero
4:42
Yaga Burundi
Рет қаралды 2,8 М.
“Ni bande banyuruza ubutunzi bw'igihugu ?”
6:21
Yaga Burundi
Рет қаралды 1,5 М.
Billy yama mu bisanga
5:11
Yaga Burundi
Рет қаралды 7 М.
Billy na Saint Valentin 🙄
4:24
Yaga Burundi
Рет қаралды 2,5 М.
Muri bose Billy arasigaye
5:40
Yaga Burundi
Рет қаралды 4,3 М.
Ikibazo c’amazi guhera mu Burundi si ubu
6:12
Yaga Burundi
Рет қаралды 884