YAKA ateje akaduruvayo kwa ASIA imbere ya wamushyitsi w'Iburundi/Agasuzuguro mbona ndahita ntaha

  Рет қаралды 59,492

X LARGE

X LARGE

Күн бұрын

#ASSIA_FILMS #XLARGETV
This video was created for entertainment purpose; Please Like Share and SUBSCRIBE for more entertaining videos.
THANKS FOR WATCHING.
Subscribe here for more videos from our channel: / @xlarge.

Пікірлер: 307
@XLARGE.
@XLARGE. 2 жыл бұрын
GATARINA kzbin.info/www/bejne/nKDPdpSNfbanhMU
@alexandrendayirukiye4272
@alexandrendayirukiye4272 2 жыл бұрын
Yaka ikintu avuze nikinyakuri Super manager arafita ibigambo Bibi Cyane arasebya abandi bahanzi nkawe,Yaka kumbe nanyene yarabibonye
@workslighttv9977
@workslighttv9977 2 жыл бұрын
Tuzokora natwe bigendeneza muburundi
@amedeemanirakiza9201
@amedeemanirakiza9201 2 жыл бұрын
Ariko abantu banezererewe ukuntu Fanny afashwe neza murwanda ko mutiyerekana? Tumenyane bandugu
@lilianeerica3318
@lilianeerica3318 2 жыл бұрын
🥰🥰🥰🥰🥰
@kanezachristine8367
@kanezachristine8367 2 жыл бұрын
💪💪💪
@user-jm3pc7tu7c
@user-jm3pc7tu7c 2 жыл бұрын
🇧🇮❤
@jeanclaudeofficial9653
@jeanclaudeofficial9653 2 жыл бұрын
Turihano
@fatmahaf4951
@fatmahaf4951 2 жыл бұрын
😂😂😂Jew ndamukeney iburundi iwacu
@user-dn1dw9su6e
@user-dn1dw9su6e 2 жыл бұрын
Fani wacu nikuraba asia na yaka ukabazana muburundi tujuwane wandugu love frome burundi 🇧🇮♥❤
@desireofficial2789
@desireofficial2789 2 жыл бұрын
Abarundi bagezehano tumenyane muri likes❤
@agcagc7545
@agcagc7545 2 жыл бұрын
Yaka imana iragukunda uryaneza koko reba ibitomateee
@ahimanaadolphe9503
@ahimanaadolphe9503 2 жыл бұрын
Uyu murundikazi ni mwiza 😍😍
@peggemegennaineza7952
@peggemegennaineza7952 2 жыл бұрын
Mubi naw nuwahe
@ahimanaadolphe9503
@ahimanaadolphe9503 2 жыл бұрын
@@peggemegennaineza7952 NGO?!
@jmc2196
@jmc2196 2 жыл бұрын
Fanny nikuzoraba mukazoz muzananye na Yaka mwana I Burundi hama abanya Rwanda mwarakoze cane kutwakirira neza umushitsi 🇧🇮♥️🇷🇼 namwe ni karibu
@rosenyirambabazi3468
@rosenyirambabazi3468 2 жыл бұрын
Asante gipenzi
@pattohronzo516
@pattohronzo516 2 жыл бұрын
YAKA you're the best actor i have ever seen kbs ntawakubona ngwabure kwishima
@Nono-tm4zv
@Nono-tm4zv 2 жыл бұрын
Urakoze cane Assia kumutushimira Fanny💕💕
@davidrumusi6692
@davidrumusi6692 2 жыл бұрын
Eeeee wuuuu yaka yambaye neza peeea ascia komerezaho mukwita kuri yaka imana iguhe umugishya every day kuko iyo yaka ameze nabii niwoe ndeba mwese ndabakunda cyaneee na fanny ndamusuhujeee cyane ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@shadiahshadiahshadiahshadi4060
@shadiahshadiahshadiahshadi4060 2 жыл бұрын
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🌹🌹❤️❤️ mukomere turabakunda cane iburundi
@raoultunchi5927
@raoultunchi5927 2 жыл бұрын
Fanny❤
@nikwigizeevelyne9919
@nikwigizeevelyne9919 2 жыл бұрын
Yooo abanyarwanda murateyimbere caaaaane mugukina film nama TV online ! Nanj nkunda kuraba ivyomurwanda na Fanny namumenye ajegukina Gatarina🤗🤗🤗 kd nasanz akora ibintu bizima from 🇧🇮🇧🇮 Yaka akorumuti love him😘
@ishimwejack3099
@ishimwejack3099 2 жыл бұрын
Yakaaaa is very talented!!! Hari bintu akora muri cameraaa mukagiraaa ngo nubusaziiiiii knd haba harimo ubuhangaaa bwinshiiiiii
@kanezasoso3221
@kanezasoso3221 2 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣yaka aratwik kbx🤠🤠🤠so I love you ❤️😍
@pierregahitira2217
@pierregahitira2217 2 жыл бұрын
Vraiment muraciye ubwenge bonne coordination kuko naho Yaka abaciramwo mainte fois ntimuta intumbero yanyu yaba le journaliste yaba Assia canke Fanny bravo ntimuta intumbero yiciyuro , tres bonne qualité
@carlesbelyse8036
@carlesbelyse8036 2 жыл бұрын
Yaka mwana wendagukunda sana uradutwenza from🇧🇮🇧🇮
@byiringiromichel7973
@byiringiromichel7973 2 жыл бұрын
Ako disi Assia nimwiza,numunyamahoro,aranezeza pee we luv u
@calvinlucky1320
@calvinlucky1320 2 жыл бұрын
Yavamo umugore wumutima kbs ubona atuje Cyane
@umwamikazitv5334
@umwamikazitv5334 2 жыл бұрын
Burundi-Rwanda we are the one
@asingwireemmanuel9174
@asingwireemmanuel9174 2 жыл бұрын
Two beautiful babies. Much love from Zambia
@biralibakali4922
@biralibakali4922 2 жыл бұрын
Yoooo Mana nyagasani yaka yarasaze nukuri, Assia Imana iguhe umugisha gufata neza umushyitsi courage mukobwa mwiza
@jeanpaulryumugabe1401
@jeanpaulryumugabe1401 2 жыл бұрын
Great talented ladies, we love you
@babyloveflores3652
@babyloveflores3652 2 жыл бұрын
Fany wacu mwena asia turabakunda 🇧🇮🇧🇮
@cleverjay6693
@cleverjay6693 2 жыл бұрын
Yaka mwana,reka kunsetsa Di!!!!😍
@nizeyimanatheogene5594
@nizeyimanatheogene5594 2 жыл бұрын
Abumva ko uyu murundi kazi yazagaruka mu Rwanda mumpe like
@fedisshamila8382
@fedisshamila8382 2 жыл бұрын
Assia ndagukunda p uvyumve🇧🇮🇴🇲
@divadaqueen6558
@divadaqueen6558 2 жыл бұрын
Fanny wacu turagukunda ❤️❤️❤️❤️🇧🇮🇧🇮
@chantalbutoyi1330
@chantalbutoyi1330 2 жыл бұрын
Urakoze kudushimira Assia kuba uburundi bifise impano
@kawziraburundi9711
@kawziraburundi9711 2 жыл бұрын
Imana. Ibahumugisha. Mwese. Naya. Ka
@turyahabwedavid2951
@turyahabwedavid2951 2 жыл бұрын
I don't know English 😂😂😂yaka mwana I like u man
@vggf4475
@vggf4475 2 жыл бұрын
Ndabakunda cane mwirabire🇧🇮
@bonkerushimirwa2423
@bonkerushimirwa2423 2 жыл бұрын
DRC congo yaka turamukunda caneeee
@jeanjacquescadet7813
@jeanjacquescadet7813 2 жыл бұрын
Muraba mwumva basha ingen abandi bakunda ivyabo natw tugerageza kbs
@gygygyslaine5016
@gygygyslaine5016 2 жыл бұрын
Assia Thx kudukundira Fanny umudufatiye neza💞icakoze Fanny uvuzukuri kuri journalisme🇧🇮 iracari hasi
@ezezetuyifootcr7andsport904
@ezezetuyifootcr7andsport904 2 жыл бұрын
Uwubona ko basa caaane assiah &funny lavine 💪👊👊
@kanezafannyyadav6340
@kanezafannyyadav6340 2 жыл бұрын
Imigenderanire yanyu izogumeho neza bacu mubahwe Asia na funny ndabafana cyane 🥰🥰
@chercymary1985
@chercymary1985 2 жыл бұрын
🔥🔥🔥🔥 hahiye kokoooo
@theogeneniyongabo9893
@theogeneniyongabo9893 2 жыл бұрын
Yaka wasekeje pe! Ndabakunda mwese
@angemilkanishimwe7792
@angemilkanishimwe7792 2 жыл бұрын
Ndabakunda cane💕💕💕💕
@BetterSkillsTV
@BetterSkillsTV 2 жыл бұрын
On top broooh exclusive interview KBS 🎼🎼🔈🚩🎵🎧🎧🚩🎸🎸🚩🎼🎼📣📢🎶🎶📢🎧🎙️🚩🎸🔈🎼📢🎹
@patrickkarenzi5389
@patrickkarenzi5389 2 жыл бұрын
Manibra uwomwari Assiah Imana imuhe imigisha yose kuberako arabikwiye nuburyoyitangiye Yaka agaragaza ko arumwari wumutima kuko yabigaragaje mugikorwa Kuko ibikorwa birivugira ariko abantu turabibona kd Ingororano yuwomwari irahari kbsa Big up to her
@nikwigizeevelyne9919
@nikwigizeevelyne9919 2 жыл бұрын
Yooo abanyarwanda murateyimbere caaaaane mugukina film nama TV online ! Nanj nkunda kuraba ivyomurwanda na Fanny namumenye ajegukina Gatarina🤗🤗🤗 kd nasanz akora ibintu bizima from 🇧🇮🇧🇮
@mugishaburundi3146
@mugishaburundi3146 2 жыл бұрын
Yaka we urankuyeho hama Assia nukuri ndagukunda Na fanny wacu Burundi turakunda abanyarwanda niyompamvu 😘😘😘❤😘❤❤❤❤💙💙💙😍💙😍💙😍💙😍💙😍💙😍😍💙💙💙🙏🏼🙏🏼🙏🏼😘😘😘😘😘💙💙💙💙💙🙏🏼🙏🏼🙏🏼😘😘😘😘😍😍😍❤😍❤😍❤
@donatienhavyarimana8581
@donatienhavyarimana8581 2 жыл бұрын
courage funny assia turamukunda burundi
@danmagic7041
@danmagic7041 2 жыл бұрын
Thanks for the show x large am always on
@daudifaustin3874
@daudifaustin3874 2 жыл бұрын
I love yaka to yago shows
@gakeri4162
@gakeri4162 2 жыл бұрын
Asiya mukobwa wanjye, Ora yawe iraka cyane, ark ndabona energy na power kuri wowe z intizanyo, witonde kko zigira limite
@nyiranzabahimanafrotine7986
@nyiranzabahimanafrotine7986 2 жыл бұрын
Assia warakoze nokuzana abarundi muri filme Ndakunda abarundi cane gooose abarundi mwese ndabaramukije
@happineshappy9359
@happineshappy9359 2 жыл бұрын
Sinkund kugira comm,ariko ndabigirako vyinshi mwempi so courage
@Stella-dy1in
@Stella-dy1in 2 жыл бұрын
1:03 nkundako yaka atajya aca kuruhande 😂🤣😂😂😂🤣😂😂😂😂 nabawe rata
@claudenduwayo1577
@claudenduwayo1577 2 жыл бұрын
Fanny na Assia barahuje kabisa... ariko Yaka nawe ndamwemera gusa ntawundi yomushobora atari Assia
@akimanafrorasi2144
@akimanafrorasi2144 2 жыл бұрын
Waooooo ndabakunda can pe wmese
@niyongaboeric1657
@niyongaboeric1657 2 жыл бұрын
Omolet ukozibara kwa yaka ,yaka na Lavine wacu turabkunda ndumurundi mba zambia
@biralibakali4922
@biralibakali4922 2 жыл бұрын
Assia ndatwenze ndapfuye super manager yahuye nibibazo yaka yamwanze
@kayinamurajeanclaude1962
@kayinamurajeanclaude1962 2 жыл бұрын
Yaka numucomedien kbsa ,arashimisha abantu.
@wayesumoses1467
@wayesumoses1467 2 жыл бұрын
She is very talented I like her
@jomichsimba3311
@jomichsimba3311 2 жыл бұрын
Thenk you Katarina turagukunda Nawe karibu kwr
@niyukuriabbas5697
@niyukuriabbas5697 2 жыл бұрын
Assalam alaikum assia napenda sana yaka numusutwa🤣🤣
@lylyjaydia3714
@lylyjaydia3714 2 жыл бұрын
Big up,fanny uzobabwire yaka azoze mu BDI turamwikundir
@nkzenest4748
@nkzenest4748 2 жыл бұрын
Much love from Buja
@gyslainekeranda5348
@gyslainekeranda5348 2 жыл бұрын
Sha muri beza murasa nuko Assia Ari muremure mumaso ark nturabishimira , Fanny oooooyeeeeeeeeh
@eliemanirakiza6878
@eliemanirakiza6878 2 жыл бұрын
Murakoze kudushimira Murundikazi komera
@girukwishakaclaudine8672
@girukwishakaclaudine8672 2 жыл бұрын
Wau fanny lavin niwubahwe 🙏💖
@jamesnduwimana6668
@jamesnduwimana6668 2 жыл бұрын
Ikibazo kihari nuko reta yurwanda yamaze kugirana ama sezerano yibajanye nimikoreranire na you tube bigatuma you tube ihemba neza bigaca bituma abanyamakuru bakora cyane bitanga kugira barye iyo noti ya you tube rero nibaza natwe iburundi ko bizoza kuko nta courage woronka udahebwa agatibutse rero bizogenda neza tu imbere niheze
@nadegeninteretse3460
@nadegeninteretse3460 2 жыл бұрын
Fanny wariye omlette utamuhaye Yaka🤣🤣🤣
@erianne494
@erianne494 2 жыл бұрын
😂😂😂😂
@Sandra_Wa_Jesus_Christ
@Sandra_Wa_Jesus_Christ 2 жыл бұрын
🤣🤣🤣
@manundayi2409
@manundayi2409 2 жыл бұрын
Imbavu zanje murazindihaaa turabakunda caaane yaka karibu caaane bujumburaaaa🇧🇮
@hakizimanageorges8753
@hakizimanageorges8753 2 жыл бұрын
Turagushimiy cane assia ukuntu wadufatiy neza My sister Fanny natw tuguhaye karibu iwacu burundi
@erenestmanirampa5727
@erenestmanirampa5727 2 жыл бұрын
Fanny lavine and Asia l like you from🇧🇮🇧🇮
@alphosineniyonkuru6727
@alphosineniyonkuru6727 2 жыл бұрын
🇧🇮🇧🇮🇧🇮 fanny uzomutuzanire yaka.ndashakakumubona
@jeanclaudeofficial9653
@jeanclaudeofficial9653 2 жыл бұрын
Love from burundi
@Drberwatv
@Drberwatv 2 жыл бұрын
Ndagukunda manib
@jovithiraduha8115
@jovithiraduha8115 2 жыл бұрын
Yaka arasa neza thanks assia
@gygygyslaine5016
@gygygyslaine5016 2 жыл бұрын
Kbs yambaye neza
@mushambodannymugenzi3942
@mushambodannymugenzi3942 2 жыл бұрын
On top yaka
@musanabandiladouce7230
@musanabandiladouce7230 2 жыл бұрын
Yaka yarasanz pee courage ndagukunda
@ezezetuyifootcr7andsport904
@ezezetuyifootcr7andsport904 2 жыл бұрын
Ewe Yaka ikimara amafranga ugisabira kuri camera😂😂
@Inno100Grey
@Inno100Grey 2 жыл бұрын
Congz Xlarge noneho wa pinniz in comment section komerezaho wisubiyeho pee
@umurutasateberthe7208
@umurutasateberthe7208 2 жыл бұрын
Hhhh nukuri yaka asetsa Assia cne 😂😂😂😂😂😂natwe atadusize so yaka turamukunda cne tugakunda nuburyo Assia amukunda
@niyonkurupelagia8775
@niyonkurupelagia8775 2 жыл бұрын
Mucamake ikintu Asia yakoze kuri fanny nukumuduza cane cane kumpano yiwe vrt birahimbaye cane
@kamarizaclaudine5426
@kamarizaclaudine5426 2 жыл бұрын
Safi Fanny wacu
@experiments.igeragezwa2508
@experiments.igeragezwa2508 2 жыл бұрын
Yaka gusetsa bimurimo mumaraso kbs peace ✌️ to everyone
@habiyamuremyereonard5775
@habiyamuremyereonard5775 2 жыл бұрын
Ndifuza guhura nasiy ndamukunda cyane dumufanawe ndabinginze nange mfiti mpano yogukina firm
@nadegeninteretse3460
@nadegeninteretse3460 2 жыл бұрын
Assia warakoze kwakira Fanny neza ndabakunda mwese.
@edissa9958
@edissa9958 2 жыл бұрын
❤️❤️❤️
@eliemanirakiza6878
@eliemanirakiza6878 2 жыл бұрын
Natwe turabashimira Mutoni Assia
@batamurizamucuranyana5242
@batamurizamucuranyana5242 2 жыл бұрын
Ndabakunda cyn
@peggemegennaineza7952
@peggemegennaineza7952 2 жыл бұрын
Hahiye
@johnsonS64
@johnsonS64 2 жыл бұрын
W'i Burundi Ikinyarwanda ukore edit. Please 🙏 respect
@chachachanella232
@chachachanella232 2 жыл бұрын
Turagutumiye muri WELCOME BURUNDI TV
@asdasadd7859
@asdasadd7859 2 жыл бұрын
🔥🔥🔥🇧🇮♥️
@hgcbj635
@hgcbj635 2 жыл бұрын
Asia uri umwana mwiza
@shadiahshadiahshadiahshadi4060
@shadiahshadiahshadiahshadi4060 2 жыл бұрын
Asia yaka kwadaherutse kuririmba muri gatarina disi uzi Ingene biryoha nga gatarina nigitomate
@starboyrwandan1195
@starboyrwandan1195 2 жыл бұрын
Good
@vianneyniyonsaba7316
@vianneyniyonsaba7316 2 жыл бұрын
One love
@chercymary1985
@chercymary1985 2 жыл бұрын
Umurete urabaye umulete kwa Yaka🤣🤣🤣🤣🤣 ndumiwe
@kwizerastany7047
@kwizerastany7047 2 жыл бұрын
Yaka ningorane
@fugvfgui4580
@fugvfgui4580 2 жыл бұрын
Karibu yaka🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@uwamahorolydie894
@uwamahorolydie894 2 жыл бұрын
Hhhhh yaka rwose🤓
@Nono-tm4zv
@Nono-tm4zv 2 жыл бұрын
Ewe Yaka Mwana jewe aransetsa nukur🤣🤣🤣🤣
@gakizaofficial2890
@gakizaofficial2890 2 жыл бұрын
Ndabakunda cyane da Assia na lavine ndabakunda murakaramba
@michelinendayizeye8975
@michelinendayizeye8975 2 жыл бұрын
Assia muburundi turagufana🥰
@hafashanene8024
@hafashanene8024 2 жыл бұрын
Hubahwe Assia and Fanny wacu
@ericniyonzima7481
@ericniyonzima7481 2 жыл бұрын
🔥Yaka mwana ✅😂😂😂😂
@naginnagin6297
@naginnagin6297 2 жыл бұрын
😂😂😂😂😂👏👏👏👏👍
@sylvereniyorukundo3773
@sylvereniyorukundo3773 2 жыл бұрын
Burundi is very talented
@nduwaychngfiacle4622
@nduwaychngfiacle4622 2 жыл бұрын
Lavine 💞💞👍💓
Slow motion boy #shorts by Tsuriki Show
00:14
Tsuriki Show
Рет қаралды 8 МЛН
Now THIS is entertainment! 🤣
00:59
America's Got Talent
Рет қаралды 40 МЛН
A teacher captured the cutest moment at the nursery #shorts
00:33
Fabiosa Stories
Рет қаралды 35 МЛН
ibyo abahanuzi bamuhanuriye byanze gusohora atubwiye impamvu
50:42
Они не знали, почему он так поступил, пока
0:39
Девушка ограбила мажора, но…😳
1:00
Trailer Film
Рет қаралды 4,3 МЛН
😬 Мам Дай Хлеб 🍞 #shorts
0:38
AOneCool
Рет қаралды 1,9 МЛН