Yanje comedy: Mutima le comédien afashwe mwishantiye arumuyede w'amazu /ecko spacio aramumaramaje

  Рет қаралды 25,872

YANJE TV

YANJE TV

2 жыл бұрын

Nimba wipfuza ko dutera imbere fyonda, Subscribe wandike
na Coment. dusanzwe dukoresha ingabire zitandukanye nko gukora publicite ZABA IZA AUDIO CANKE VIDEO, GUTERAMISHA IBITERAMO HABA GUKINA COMEDY CANKE KUBIHAGARIKIRA(MODERATION) GUKORA AMA CLIP VIDEO CANKE GUKORA AMA CINEMA(REALISATION,SCRIPT,ETC)
Plus d'info Tel: +257 71 00 00 06
+257 69 34 91 27 (whatsapp)
#mutimalecomedien #eckospacio#indundicomedy #

Пікірлер: 65
@user-gn9hy5to3g
@user-gn9hy5to3g 2 жыл бұрын
Ewe mutima abonye umugore wiwe aciye yiruka
@soniasss2252
@soniasss2252 2 жыл бұрын
Iyo nda ya Mutima nayo ni comedie atambaye😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@babynadia9757
@babynadia9757 2 жыл бұрын
Mutima ndasavye uwomuntu mukoran avuga cnnnnn ararenz bij bisarish ntitwunv ivyavuga bimwebimwe
@user-gs3lb4xs3j
@user-gs3lb4xs3j 2 жыл бұрын
Oya,uyomugabo,yakinyekuvakera,jemazigihe,ndamukwirikirana,arashoboyepeee😂😂😂😂😂😂
@axelsinzoyiheba5444
@axelsinzoyiheba5444 2 жыл бұрын
Kubwizanya ukuri kubari mukwubakana cank kububakanye nikintu gikenewe cane kugira urugo rubemwo amahoro
@peggemegennaineza7952
@peggemegennaineza7952 2 жыл бұрын
Uvuzukur
@michaeldidas6014
@michaeldidas6014 2 жыл бұрын
Murakaze kbx NC
@juliassbzbwoy163
@juliassbzbwoy163 2 жыл бұрын
Ivyo kwa MUTIMA Nukwiyaranjaaa🇧🇮🤣🤣🤣
@emmanuelniyonzima4217
@emmanuelniyonzima4217 4 ай бұрын
Ewe mutima shaaa😂😂
@dannybukeyeneza6377
@dannybukeyeneza6377 2 жыл бұрын
Ecko spacio....ndagufana kabxa....nurwo rujwi rwawe rurantesa🤗🤗😅😅😂😂
@guycharlientwari4940
@guycharlientwari4940 2 жыл бұрын
Spacio🔥🔥 gitigitishe ca mutima iyo nda igabanuke😀😀
@Umweranda_BIHOME
@Umweranda_BIHOME 2 жыл бұрын
Echo ubu numukinyi wama sketch wambere muburundi vrt🤣🤣🤣🇧🇮 Utujambo tudacika kandi dufise sens 😍😍 Ese abandi baraho🤣🤣🤣🤣
@emmanueldotto9535
@emmanueldotto9535 2 жыл бұрын
Pamj sana
@stitore2388
@stitore2388 2 жыл бұрын
Courage murabatubaje ndabakunda 💯💯💯🇧🇮🇧🇮💞💞💞💞💕💕💕💕❣❣❣❣❣❣❣💃💃💃💃💃💃💃💃
@chancardbright9831
@chancardbright9831 Жыл бұрын
Uwo mugabo yakinye arumufundi wapi kbx
@abdallahonesimebamporubusa1540
@abdallahonesimebamporubusa1540 2 жыл бұрын
Ecoo ndakwemera
@vivinenibitanga8529
@vivinenibitanga8529 2 жыл бұрын
Yooooh mbavuzangu🤣🤣🤣🤣🤣Mutima we🙆🙆🙆
@user-mb8rt3qv1d
@user-mb8rt3qv1d 2 жыл бұрын
Nduwambere inomunsi muratwika mani
@mdsadekmiya9638
@mdsadekmiya9638 2 жыл бұрын
sha ukoreshwa nuwo mufundi worah umunsi udahez
@chimyornyvette3883
@chimyornyvette3883 2 жыл бұрын
Umudamu wa Mutima arajorew🙄🤣🤣🤣
@hgcbj635
@hgcbj635 2 жыл бұрын
Team mutima murashoboy
@vitalomedian713
@vitalomedian713 2 жыл бұрын
Natwe mudukorere subscribe kuri vital comedian murakoze mutuzamure natwe
@francescafrancesca8901
@francescafrancesca8901 2 жыл бұрын
Izi nta ba injeniyeri zigira 🤣🤣🤣🤣🤣
@ferdinandnsengiyaremye
@ferdinandnsengiyaremye 2 жыл бұрын
😀😀🤔😃🤣
@dmpseasons1467
@dmpseasons1467 2 жыл бұрын
Uyu mu Ingenieur avuga cane, bimwe bimwe ntituvyumva(next time azogabanye)
@kysredy6498
@kysredy6498 2 жыл бұрын
Ahahantu nimuri socaritie 😋😋🙆 nzahabona ryari kandi Manawe 🇸🇦😭
@hheyeyeh4107
@hheyeyeh4107 2 жыл бұрын
Tuyisamiye mukirere
@gtagta6160
@gtagta6160 2 жыл бұрын
Mutima uwo muntu wakinishije maçon wapiii
@gtagta6160
@gtagta6160 2 жыл бұрын
Uyumunsi yavugiye hejuru aramena amatwi ariko murashoboye
@peggemegennaineza7952
@peggemegennaineza7952 2 жыл бұрын
Ewe mutima iyonda yawe urazuragabanya kurya yamabureti😀😀😀😀😀😀😀💞💞💞💞
@ezezetuyifootcr7andsport904
@ezezetuyifootcr7andsport904 2 жыл бұрын
Bite muzungu no kwa Mutima wantanze ariko kwa gasore sinakubonye
@peggemegennaineza7952
@peggemegennaineza7952 2 жыл бұрын
@@ezezetuyifootcr7andsport904 jw kabisa kwa gasore sindiyo nta n'umusi uzigera umbona kwl nta n'umusi. Yoooo hama Sha nisaw ndamez fleshe nibagiwe kukuramuts sorry
@ezezetuyifootcr7andsport904
@ezezetuyifootcr7andsport904 2 жыл бұрын
@@peggemegennaineza7952 🤔yooo oya sha nukuri abarundi booose dukwiye kuza turaba support pole pole arik birashika ntawukundwa na booose. Thx U 🙏
@peggemegennaineza7952
@peggemegennaineza7952 2 жыл бұрын
@@ezezetuyifootcr7andsport904 oyh jw ntabwo mwanka wapi vrt
@annettemumahoro1929
@annettemumahoro1929 2 жыл бұрын
From Dallas Texas 🇺🇸 uranyica
@mariagoretti8096
@mariagoretti8096 2 жыл бұрын
Mutima uyu mugabo ukina nawe ntakina neza, erega arashobora gukina adatontoma uko nyene, arabyica gooose none abandi bavuga uko nyene
@mdoman5229
@mdoman5229 2 жыл бұрын
Nihatari🇧🇮😅😅😅😅😅😂😂🤣👍👍🙏🙏❤️
@afri_life1996
@afri_life1996 2 жыл бұрын
Izi ntaba injenieur zigira turazipatana Hama tukazubaka🤣
@hgcbj635
@hgcbj635 2 жыл бұрын
Team mutima murashoboye😂😂😂
@kiumbekiumbe4711
@kiumbekiumbe4711 2 жыл бұрын
Ati Koba gaheze 😂😂😭😭
@kiumbekiumbe4711
@kiumbekiumbe4711 2 жыл бұрын
Keep it up 🇺🇸🇺🇸✌️
@samsonmwanda
@samsonmwanda Жыл бұрын
@ireneizontunga4358
@ireneizontunga4358 2 жыл бұрын
Uyo muhungu akoma induru nyinshi mugukina. Il faut akine naturellement
@user-nh4mu9xr3g
@user-nh4mu9xr3g 25 күн бұрын
😂😂😂😂
@user-lg9bx5gy1p
@user-lg9bx5gy1p 2 жыл бұрын
Nagahata muma utakoma
@user-lg9bx5gy1p
@user-lg9bx5gy1p 2 жыл бұрын
Wewe kosipasyu nisawa
@emelynemutana3148
@emelynemutana3148 2 жыл бұрын
😂😂😂
@didatuyi2284
@didatuyi2284 2 жыл бұрын
🤸
@salimamisigaro1524
@salimamisigaro1524 2 жыл бұрын
Muranyishe kabisa
@munezerotheodore2231
@munezerotheodore2231 2 жыл бұрын
😁😄😂
@esther8032
@esther8032 2 жыл бұрын
imbavu zanje weeee
@evelynemunezero7981
@evelynemunezero7981 2 жыл бұрын
Uyo mufundi nawe basha utarinda ntimwokorana haha
@vianneyntiharirizwa8162
@vianneyntiharirizwa8162 2 жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@yanjetv4131
@yanjetv4131 2 жыл бұрын
Abariko badutera intege mukuraba ibikorwa vyacu mukabisangiza nabandi turabakunda kandi iyo mudukosoye nubwo tudashoka tubasubiza ariko tuba twabonye impanuro zanyu turabakunda mwese mukomeze kudutera intege murakoze
@gi-tidendayishimiye4986
@gi-tidendayishimiye4986 2 жыл бұрын
Kuva8h ndindiriyeko mutim ahatsa umuriro
@user-mb8rt3qv1d
@user-mb8rt3qv1d 2 жыл бұрын
Kuva mugatondo ndamurindiriy
@user-mb8rt3qv1d
@user-mb8rt3qv1d 2 жыл бұрын
Mupayuze umwiko😆😆😆😆😆
@meschackprincemiscologie4741
@meschackprincemiscologie4741 2 жыл бұрын
man urumufundi kabisa
@haleemhhaleemh707
@haleemhhaleemh707 2 жыл бұрын
Cugur intore za 200 nirobo yubufu ya 350 namakara ya 600 nivyema vya 200 non ntirirenga
@loudyryooopolsanntubonakur5747
@loudyryooopolsanntubonakur5747 2 жыл бұрын
Ndabon wew igisoro urakizi kweli 🤣🤣🤣🤣wubahwe ppp
@nkzenest4748
@nkzenest4748 2 жыл бұрын
Eka muratwenza pe..kand mwigisha
@thierryhorace9336
@thierryhorace9336 2 жыл бұрын
Induru ya spacio igabanuke kubw'ineza yaba fans ba Mutima le comédien gukina si ugutera induru
@ygsa5009
@ygsa5009 2 жыл бұрын
Nukuri ushiremwo écouteur hho amatwi acaziba nibagany iryo jwi
@peggemegennaineza7952
@peggemegennaineza7952 2 жыл бұрын
@@ygsa5009 niko biba biteguye
KINDNESS ALWAYS COME BACK
00:59
dednahype
Рет қаралды 169 МЛН
MISS CIRCLE STUDENTS BULLY ME!
00:12
Andreas Eskander
Рет қаралды 11 МЛН
DEFINITELY NOT HAPPENING ON MY WATCH! 😒
00:12
Laro Benz
Рет қаралды 59 МЛН
УГАДАЙ ГДЕ ПРАВИЛЬНЫЙ ЦВЕТ?😱
00:14
МЯТНАЯ ФАНТА
Рет қаралды 3,9 МЛН
Gasore Comedy: MOTAR WA BUJA [ Bamwivye imoto kubera abakobwa😂]
19:19
Gasore Ismael Comedy
Рет қаралды 136 М.
Please Choose Hell Or Heaven For Good Girl
0:32
ToonToon Daily
Рет қаралды 4,2 МЛН
Please Choose Hell Or Heaven For Good Girl
0:32
ToonToon Daily
Рет қаралды 4,2 МЛН
Света стала квадробером! Часть 5 #shorts
0:39
Настя AmyMyr
Рет қаралды 1 МЛН