MWITONDERE IBIGIYE KUBA IBURUNDI 😭 IMPFU NYINSHI ?😭 UBUHANUZI KUGIHUGU CYUBURUNDI BWIHUTIRWA CYANE

  Рет қаралды 16,335

Yesu arakiza Tv

Yesu arakiza Tv

Күн бұрын

Пікірлер: 74
@IrankundaAlaine
@IrankundaAlaine 17 күн бұрын
Uhoraho Mwami Imana yacu uturindire abasoda biburundi bajanywe muri congo kubwinyungu zabadutwara batababaye abobajejwe 😢nukuri Yesu ubazigame.Imitima yacu izohora ishima amateka mabi udutabaye🙇🙌🙌 uzobarindireyo Mwami Imana yacu uzobabere Imana muri vyose ❤
@NdihokubwayoEgide-k5p
@NdihokubwayoEgide-k5p 18 күн бұрын
Nanj nyen ndacakiye igitangaz c'Imana mubuzima bwanje Amen amen ndi NAYIZEYE Eric ntuy i Burundi ❤❤❤
@Charlotte23Charlotte23
@Charlotte23Charlotte23 18 күн бұрын
Turanse ubutinganyi mugihugu cacu cuburundi Kandi mana inkinze ingwara zose ziri kumubiri wanje ndakiriye gukira mwizina ryayesu kristo .Amen amen mwarahezagiwe
@IrankundaAlaine
@IrankundaAlaine 17 күн бұрын
Ameennnn🎉🎉🎉🎉 Uhoraho Mwami Imana yacu udutabarire igihugu cacu natwe abasavyi bawe ntituzovyibagira Mwami wacu❤❤ Abakwizera turashaka Impimduka🙇🙇🙌🙌🙌
@MariejoseeIrambona
@MariejoseeIrambona 19 күн бұрын
Ikirundi ciza ni ibendera. Drapeau nigifaransa
@GlorianeNiyubahwe
@GlorianeNiyubahwe 19 күн бұрын
Barundi benewacu twumve mpemu.w,Imana ico atubwira
@NtakarutimanaOlivier-gw3fx
@NtakarutimanaOlivier-gw3fx 16 күн бұрын
Ndagukumda cane paster Imana iguhezagire cyane
@josephinemukankuranga332
@josephinemukankuranga332 15 күн бұрын
Amen 🙏 amasengesho yawe yangezeho,imana ikongere imigisha.
@iradukundapacifique5883
@iradukundapacifique5883 19 күн бұрын
Mukozi w'lmana ijambo inyuma ntirihinduka natwe turyita lnuma nyene. Murakoze
@claudinebukeyeneza-l7o
@claudinebukeyeneza-l7o 18 күн бұрын
Amen, amen Imana you mw'Ijuru ibishimirwe ko tugiye kuba mumahoro mugihugu c'Uburundi
@BurundiiMtoto
@BurundiiMtoto 19 күн бұрын
Ndayakiriye ndavyizeye ndumurundi kazi yesu akwongere amavuta yayo
@GlastAhjlkfc
@GlastAhjlkfc 18 күн бұрын
Amen ndizey nabanabanj gutabarwa nugukugwaho zakarande zimiryango mwizin rya yesu hamwe nuburway bwamaso amen😊
@CharlesNyandwi-l9z
@CharlesNyandwi-l9z 19 күн бұрын
❤ Imana ishimwe cane
@delphinedeltahatungimana3114
@delphinedeltahatungimana3114 18 күн бұрын
Iman ihabw'icubahiro ,yaravuze k'atakizoshika na kimw idakebuy'abasavyi bayo,hezagirwa mukozi w'Imana.
@NadineNdayisenga-x9w
@NadineNdayisenga-x9w 18 күн бұрын
Imanishimwe nanjendavyakiriye kandimadurinde nimiryangoyacu
@ISDONIE-d6q
@ISDONIE-d6q 18 күн бұрын
Imana inkiz indwara zose ziri kumubwir wanj kwandi ikonger amavuta Amen
@NadineNdayisenga-x9w
@NadineNdayisenga-x9w 18 күн бұрын
Imanikwongeramavuta mukoziwimana ndacakiye
@سولان-ب2ه
@سولان-ب2ه 18 күн бұрын
Turagukurikirana cane ino saudia reka imana yivugire ndizeye ko imana igiye kunkiza amen ❤❤❤
@NimbonaViola
@NimbonaViola 19 күн бұрын
Imana ishimwe mana urakoze caaan mukozi wimana imana iguhe umugisha
@AngeNIZIGIYIMANA
@AngeNIZIGIYIMANA 19 күн бұрын
Ndakiriye gukira mwizina Rgayesu Amina🙏
@IllumineeNzikwikiza
@IllumineeNzikwikiza 19 күн бұрын
Ndakiriye gukira ingwara zose ziri mu mubiri wanje kuko uri Imana ikiza ndakwizeye mw’izina ry’umukiza wacu Yezu Kristu
@PatriceNaabimana
@PatriceNaabimana 19 күн бұрын
Ikindi none naco, ngo amahoro agiye kuboneka inuma zari mwi drapeau bisigura amahoro. None ayo mahoro wumva arayaryari kandi abanyamasengero batari munzira y,Imana???? Utubwiye uti harabasenze mutango z,ukukwezi Imana ivuga ko amahoro agiye kuza. Ahandi naho ngo Imana ije guhana abanyakajagari. Je numvamwo ibihushane cane.
@IdrissaIrakoze-db5jj
@IdrissaIrakoze-db5jj 18 күн бұрын
Imana yacu irakomeye kwel
@ConsoleNduwimana
@ConsoleNduwimana 18 күн бұрын
Aaaaamen turakiriye amahoro mugihugu cacu ciza c,uburundi
@FofoNihorimbere
@FofoNihorimbere 19 күн бұрын
Turakiririye ikiganza c'Imana no gukira, mw'izina rya Yesu
@BurundiiMtoto
@BurundiiMtoto 19 күн бұрын
Mudufash gusenga turavyase ubu butinganyi mwizina rya yesu
@SsrrRB08
@SsrrRB08 18 күн бұрын
Amen 🙏🙏🙏🙏
@NtakarutimanaIriho
@NtakarutimanaIriho 19 күн бұрын
Ayo masezera yo Gutwara ubutumwa mumahanga Ayo masezerano yahatanze mpari kweli nurushengero bazavamwo ndaruzi kabsaa
@bikundaBoris
@bikundaBoris 17 күн бұрын
Rek ubu benshi sha ng urusengero uraruzi!
@ISDONIE-d6q
@ISDONIE-d6q 18 күн бұрын
Imana izabidushoboze kubwacu ntaco twashobora
@NtakarutimanaIriho
@NtakarutimanaIriho 19 күн бұрын
Egome hariho abataye Imirimo bibagira namasezerano nibo bagiye kukwega akaga Kandi igiye kuducishaho akanyafu nyafu kweli Imana Izampe Kundinda kuko Ivyo vyose haraheze nkimyaka Umunani canke Irenga Ibivuze ahubwo Iriko Ibitwibutsa ariko jewe sinavyibagiye peee
@DigneIriho
@DigneIriho 16 күн бұрын
Ameeeeeeeeeeeeeeeeeen mushumba wa kristoooooooooo
@nijimberesuzanne1794
@nijimberesuzanne1794 19 күн бұрын
IMANA IKUMPERE IMIGISHA IMPANDE ZOSE MUVUKANYI. AMEN
@ThamiKhundula
@ThamiKhundula 19 күн бұрын
Abarundi bavanze atari bene ntare bumvumenga nivyo 😅😅😢😢😂😂
@Jeanine-ku6rr
@Jeanine-ku6rr 19 күн бұрын
Halleluyah halleluyah Halleluyah. Shimwa Mana kubwamahoro uduhaye
@NtakarutimanaIriho
@NtakarutimanaIriho 19 күн бұрын
Ahari kukubaha Imana akanyafu Koko karahari pee
@queenAbimana
@queenAbimana 19 күн бұрын
Nkunda ukuntu Imana ikunda abarundi nuburundi
@lilianebudigo6330
@lilianebudigo6330 19 күн бұрын
Amen🙏❤
@EmmanuelSimbatohana-sc2kd
@EmmanuelSimbatohana-sc2kd 19 күн бұрын
Ndakiriye Ubu butumwa
@IyabukeshaJulienne
@IyabukeshaJulienne 19 күн бұрын
Amen
@irabiziFelicien-xy2uo
@irabiziFelicien-xy2uo 19 күн бұрын
Yesu ashimwe kubaturanyi bacu babarundi mbega byiza Imana ishimwe cyane
@AngeliqueIrakoze-w3m
@AngeliqueIrakoze-w3m 19 күн бұрын
Turabakengurukiy cn komwemey gushikana ubuhamy kugihug cimana cuburund
@IyabukeshaJulienne
@IyabukeshaJulienne 19 күн бұрын
Shalom
@Niyoyankunze
@Niyoyankunze 18 күн бұрын
Aho rero turiko utera ubwoba abarundi!
@اوديلاوديل-ض2ز
@اوديلاوديل-ض2ز 17 күн бұрын
Ndavakiye
@EricOg-t9m
@EricOg-t9m 18 күн бұрын
Turavyakiriye kandi mukomeze kudusengera murakoze
@JanvierNgabire-z6g
@JanvierNgabire-z6g 19 күн бұрын
Abanyarwanda bose kagame yomoye bahanurirwa kuburundi gusa ntawuhanurira kurwanda rwabo, itekamitwe gusa
@BurundiiMtoto
@BurundiiMtoto 19 күн бұрын
Mwoshobora kuduha code itangura yo murwanda?
@nellykwizera1989
@nellykwizera1989 19 күн бұрын
+250
@kevinemurundikazi
@kevinemurundikazi 19 күн бұрын
Hallelujah🙌
@DaphroseNdayishimiye-e2f
@DaphroseNdayishimiye-e2f 19 күн бұрын
WImana iguheeagire mukozi wImana
@OdileNiyokindi-z5k1n
@OdileNiyokindi-z5k1n 19 күн бұрын
Man man
@lilianebudigo6330
@lilianebudigo6330 19 күн бұрын
N'abarundi bazita inuma
@NiyonsabaBeatrice-br6ho
@NiyonsabaBeatrice-br6ho 19 күн бұрын
DATA wa twese urakoze cane.
@ColodinaMukaniyonsenga
@ColodinaMukaniyonsenga 17 күн бұрын
Mwami mana aduhanumugisha
@NadineNdayisenga-x9w
@NadineNdayisenga-x9w 18 күн бұрын
Utinganyibutsindwe mwizina ryayesu
@PatriceNaabimana
@PatriceNaabimana 19 күн бұрын
Je numva nkivyo vyubutinganyi birimwo amakenga cane. None Amerika yoshobora gute guhatira abarundi mu butinganyi kandi Trump ivyubutinganyi atavyemera!!!!
@AngeliqueIrakoze-w3m
@AngeliqueIrakoze-w3m 19 күн бұрын
Urakoz mana yacu idukunda cn iyubahish mana kumasezerano yaw amen
@jacquesnsabiyaremye3373
@jacquesnsabiyaremye3373 16 күн бұрын
Mu kirundi tueita inuma
@iradukundapacifique5883
@iradukundapacifique5883 19 күн бұрын
Sorry si inyuma ariko ni lnuma
@EmmanuelSimbatohana-sc2kd
@EmmanuelSimbatohana-sc2kd 19 күн бұрын
Inuma ni inuma mu kirundi
@AngeIrakoze-p7h
@AngeIrakoze-p7h 19 күн бұрын
29:35
@Jeanine-ku6rr
@Jeanine-ku6rr 19 күн бұрын
Inuma ni numanyene mu kirundi
@FloraHABAYIMANA
@FloraHABAYIMANA 19 күн бұрын
Urakoze guhanurira uburundi
@AdelinMinani-q2i
@AdelinMinani-q2i 19 күн бұрын
Hezagirwa ! Hezagirwa! Mukozi w'imana !i kirundi n'ikinyarwanda Nico kimwe turavyumva!
@EvocateNiyokwizera
@EvocateNiyokwizera 19 күн бұрын
Alléluia ndakiriye gukira indwara y Amado mw izina rya yezu .
@NadineNdayisenga-x9w
@NadineNdayisenga-x9w 18 күн бұрын
Imanikwongeramavuta mukoziwimana ndacakiye
@ClaudineBigirumukama
@ClaudineBigirumukama 19 күн бұрын
Amen
@Jeanine-ku6rr
@Jeanine-ku6rr 19 күн бұрын
Amen amen amen
@IradukundaScholastique
@IradukundaScholastique 19 күн бұрын
Amen amen
@NiyonizeyeVestine
@NiyonizeyeVestine 19 күн бұрын
Amen
@NdayishimiyeFlorence-l6b
@NdayishimiyeFlorence-l6b 17 күн бұрын
Amen ndavyakiriy mwizina rya yesu
@OdileNibizi
@OdileNibizi 17 күн бұрын
Amen amen
@BandaMathew-o6d
@BandaMathew-o6d 7 күн бұрын
Amen
UFC 310 : Рахмонов VS Мачадо Гэрри
05:00
Setanta Sports UFC
Рет қаралды 1,2 МЛН
BAYGUYSTAN | 1 СЕРИЯ | bayGUYS
36:55
bayGUYS
Рет қаралды 1,9 МЛН
Chain Game Strong ⛓️
00:21
Anwar Jibawi
Рет қаралды 41 МЛН
UFC 310 : Рахмонов VS Мачадо Гэрри
05:00
Setanta Sports UFC
Рет қаралды 1,2 МЛН