Mwiriweho? Muzatubwire nikiganiro umuyobozi wa Union y'u Rwanda Pr Byiringiro Hesironi. (Umuyobozi w'Itorero ry'Abadiventiste b'Umunsi wa Karindwi mu Rwanda.).Muzaba mugize neza.
@danielhabonimana48144 ай бұрын
Urakoze cane journaliste. Mugihe hari kugagwa insengero mu Rwanda dukwiye gusubiza amaso inyuma tukaraba uko ubuhanuzi buri gusora tubirabisha amaso yacu. Ibiri kuba vyo kugara insengero ni ishirwa mungiro ry'imigambi ya Roma vyinyegeje mw'iterambere. Maraya (Roman Catholic Church ihagarariwe n'abapapa) uwo abami bo kw'isi basambana nawe ariko arashira mu ngiro imigambi yiwe yo gusengura icitwa ubuprotestante (adventiste) iciye ku bayobozi b'ibihugu. Naho vyitwa ngo hari kugarwa amashengero aho umuadventiste niwe ari kuronderwa (target) kuko ayo yandi yitwako atera akajagari ni Roma inayashinga kugira itere urudubi, ice iza nk'iyije gukemura ibibazo. Akataraza karahinda, ni ahacu kuva mu kazuyazi tukuzuzwa Mpwemu Yera kuko nimba Imana iri kumwe natwe uwotugwanya ni nde? Imana idukomereze mw'Ijambo ryayo.