YITWA NTIHEMUKA by Denise Nkurunzia.

  Рет қаралды 998,310

nsengagilbert

nsengagilbert

12 жыл бұрын

Choral alleluia

Пікірлер: 179
@user-ed8mn2mn2r
@user-ed8mn2mn2r Ай бұрын
Yitwa ntihemuka,abayumviriza muri iyi 2024,muze mumpe like,am from burundi
@user-gg3qq4vs8u
@user-gg3qq4vs8u 3 ай бұрын
Who is hear in 2024
@HakizimanaJeandamour-kh2gv
@HakizimanaJeandamour-kh2gv 2 ай бұрын
Icyo cyifuzo umutima wawe wifuza nukuri imana igisubize nukuri ndanakwikundiye
@bernardakimana240
@bernardakimana240 4 жыл бұрын
ariko Mana abanyarwanda n'abarundi waduhaye amahoro aturuka iwawe ko n'ubundi dusangiye ururimi n'amateka tukajya duhurira mubiterane byo kugushima. mbisabye mu izina rya Yesu nk'uko utahwemye kunyumva n'ubu nyumva rwose. ntidukwiye gushwana turi abavandimwe
@hellesenscruz7881
@hellesenscruz7881 4 жыл бұрын
Abanyarwanda ntibashobotse
@rurangwalouis2
@rurangwalouis2 4 жыл бұрын
Umva kandi nawe ibyo uzanye
@hellesenscruz7881
@hellesenscruz7881 4 жыл бұрын
@@rurangwalouis2 nonese ndabeshya amatiku nubugome tugira twese nanumwe uvuyemo uburyarya harabandibabugira nababugira arabukwereka ukamumenya naho umunyarwanda ubwe abukora yiyoberanya kuburyo utamenyako arimubi uwoniwemubicyane ninkikirura cyambaye uruhu rwintama ahombeshye unyomoze
@uwamahorochantal6188
@uwamahorochantal6188 4 жыл бұрын
@@hellesenscruz7881 urabeshye cyane uzakizwe
@hellesenscruz7881
@hellesenscruz7881 4 жыл бұрын
@@uwamahorochantal6188 urahirwa niba ibyomvuga ntaho urabibona
@Joseph-jp1io
@Joseph-jp1io 3 ай бұрын
Yitwa ntihemuka narayibonye 🙏🙏🙏🙏
@yvonnemanisha9267
@yvonnemanisha9267 4 жыл бұрын
Yitwa Ntihemuka iyo niyo Mana yanje . Yitwa mwizigirwa iyo niyo Mana yanje. Yitwa Nteturuye iyo niyo Mana yanje. Yitwa Mugira neza iyo niyo Mana yanje 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
@hellesenscruz7881
@hellesenscruz7881 4 жыл бұрын
Uziko ntarinziko iyindirimbo ariya Denise nkurunziza
@tigizigigim1527
@tigizigigim1527 4 жыл бұрын
Niyiwe koko
@kalishamajeannette5509
@kalishamajeannette5509 3 жыл бұрын
Nanjye nuko, has been listening to it for awhile nonstop first thing in the morning since I discovered the this amazing song
@user-qi2bq7ek5k
@user-qi2bq7ek5k 4 ай бұрын
Nange nibwo mbimenye
@dorcasarakaza3406
@dorcasarakaza3406 Жыл бұрын
Ntiwigeze umpemukira Mana ndizeye ko nuyu musozi urimbere yanje uzowubwira ushinguke wimuke uveho burundu😭😭😭Amen
@ManirampaRodrigue-pl6mx
@ManirampaRodrigue-pl6mx 5 ай бұрын
Abo turikumwe 2024
@merveillejeannettewitonze6752
@merveillejeannettewitonze6752 4 жыл бұрын
Ntabwo yampemukiye ndabizi pee, maman Buntu Imana iguhezagire
@fabriceukiza2147
@fabriceukiza2147 Ай бұрын
Yitwa ntihemuka pe🙏🙏🙏🙏
@Nziza5
@Nziza5 10 жыл бұрын
Imana ishimwe cyane kubera urukundo rwayo, kugira neza ndetse n'imbabazi zayo yakugaragarije igucisha mu bikomeye ikugeza aho ugeze aho. Ni byiza cyane kuba icyibuka kuyishima, kandi uzirinde satani atazaguteza kwibagirwa.
@jadohavugiyaremye2003
@jadohavugiyaremye2003 6 жыл бұрын
Ntihemuka KBS ntanjyentara yibonye abavandimwe. Banyire ganjyije irasanga
@feliasenibampa2530
@feliasenibampa2530 4 жыл бұрын
Uwuhoraho nimudahemuka koko.IMANA nihabwe icubahiro🙏🙏
@vestinenyiransabimana4430
@vestinenyiransabimana4430 4 жыл бұрын
Imana ibahe umugisha nkunda ukuntu madame nkurunziza Denise mwicisha bugufi.imana ibahezagire
@NgirashemaVallixte
@NgirashemaVallixte 2 ай бұрын
Yooo Imana ikomeze kubampera umugisha ni Callixte Ngirashema guturuka mu Rwanda
@louiseumutesi8278
@louiseumutesi8278 Жыл бұрын
ndagukunda cyane nkunda imiterere yae nukuntu witwaramwo nindirimbo zae 💜❤️ 🇬🇦🇬🇦
@user-bi9mm8gl3t
@user-bi9mm8gl3t 6 ай бұрын
Nukuri nanje ndanezerewe cane nikokuri Imana cacu yitwa ntihemuka🙏🙏🙏
@noellamukahirwa3722
@noellamukahirwa3722 3 жыл бұрын
Yitwa ntihemuka rwoseee peee, maman Denise Uwiteka aguhe umugisha
@antoinekanyarwanda177
@antoinekanyarwanda177 7 жыл бұрын
Nukuri yitwa ntihemuka nanjye narayibonye!!!
@millyamelie8853
@millyamelie8853 4 жыл бұрын
Yitwa NTIHEMUKA 🙏💖🙏💖
@michelinjosue2706
@michelinjosue2706 Жыл бұрын
Amen love from rwanda
@salomentirirusha4699
@salomentirirusha4699 6 ай бұрын
W
@divineirankunda8875
@divineirankunda8875 6 жыл бұрын
Amen yitwa ntihemuka najewe ntiyampemukiye Bagenzi abantu turahemukirana ariko Imana ntiyigera ihemuka Uvyemere utovyemera ntiyigera ihemuka Unve muvyo nayisavye ntiyigeze impemukira kandi ivyo yankoreye vyose ndayishimiye Kandi nibindi izobikora kuko ntihemuka
@rugambapascal7946
@rugambapascal7946 4 жыл бұрын
Imana iguhezagire maman Burundi
@NdatimanaCliftonSule
@NdatimanaCliftonSule 23 күн бұрын
Iyo Mana ntihemuka 👏👏👏
@charlesuwizeye9838
@charlesuwizeye9838 2 жыл бұрын
Ayo Mashimwe nayuwatubambiwe kuko wangiriye neza Mana Amen
@SuperBerya
@SuperBerya 5 жыл бұрын
Yitwa Ntihemuka Imana yanjye 💕💕💕🙏🙏🙏🙏🙏🙏👍👍👍💃💃💃🕺🕺🕺💕👌😍🙌🙌🙌😊😊!
@banezerwepacifique3353
@banezerwepacifique3353 5 жыл бұрын
Nihemuka niyo mpamvu tuyishima niyo mpamvu tuyitambira
@nihorimberemichelchristoph4756
@nihorimberemichelchristoph4756 2 жыл бұрын
MERCI DE CETTE CHANSON. QUE DIEU BENISSE CETTE FAMILLE PRESIDENTIELLE.
@ganjogangz
@ganjogangz 4 жыл бұрын
Yitwantihemuka🙏🙏 (Iman'ibahezagire)
@dorcasarakaza7435
@dorcasarakaza7435 5 жыл бұрын
Ntihemuka,Mwizigirwa, NDIHO Iyo niyo MANA Wanje🙏Iyo niyo MANA Nzokorera...Amen
@ishimweangelique1396
@ishimweangelique1396 2 жыл бұрын
Wow absolutely beautiful song 🎧 love it well 🙏god’s blessed you guys
@dusabeJBaptiste
@dusabeJBaptiste 3 ай бұрын
Yitwa ntihemuka ""nanje niyo Mana yanje
@uwamahorochantal6188
@uwamahorochantal6188 4 жыл бұрын
Yitwa ntihemuka nange ndabihamya
@doudupl8549
@doudupl8549 4 жыл бұрын
Iyo Nzoma Nyikorera , Ntihemuka Niyomana yacu
@LordesInc
@LordesInc 4 жыл бұрын
Yes god is faithful ,he will do all things possible or impossible because only he can stop our lifes
@rosarausuvanua6278
@rosarausuvanua6278 5 жыл бұрын
Blessings from Fiji ( South Pacific)
@gashugijonatan7817
@gashugijonatan7817 2 жыл бұрын
Imana ibahe umugisha mwishe cyane
@amatundatv5604
@amatundatv5604 2 жыл бұрын
Amen lmana izaguhe ljuru mubyeyi.
@kayitesibideri1382
@kayitesibideri1382 Жыл бұрын
Muraririmba neza Imana ibakurize impano
@brucelieitael3373
@brucelieitael3373 2 жыл бұрын
God never disappoint💕💕💕💕blessed
@justinb3355
@justinb3355 5 жыл бұрын
Yitwa Ntihemuka!!!! Imana ni nzima!
@thaddeensabimana6012
@thaddeensabimana6012 4 жыл бұрын
Nivyiza birahimbay can
@albertntahitangiye8133
@albertntahitangiye8133 7 жыл бұрын
Heureux le peuple dont l'Eternel est Dieu !
@user-zz6tw1dz9y
@user-zz6tw1dz9y Жыл бұрын
Yitwa ntihemuka iyo niyo Mana yange Icyubahiro Niki Mana
@sadickjohn5272
@sadickjohn5272 8 ай бұрын
imana ishimwee
@josianenagito7578
@josianenagito7578 4 жыл бұрын
Imana Itabara Ntihemuka Amina
@fabriceirakoze7722
@fabriceirakoze7722 5 жыл бұрын
murampezagiye koko Imana ibahezagire.
@gisiuirirahz9297
@gisiuirirahz9297 5 жыл бұрын
Muzikuririmba
@DamasceneBeria
@DamasceneBeria 4 ай бұрын
Murakoze cyane Rwanda
@shakiralovery922
@shakiralovery922 8 жыл бұрын
ohh my favorite songs
@robertelnest1229
@robertelnest1229 4 жыл бұрын
Pamoja sana 🇹🇿🇹🇿🇹🇿🇹🇿
@bernardakimana240
@bernardakimana240 4 жыл бұрын
amina! niyo Mana yange
@nkomezumutimajeanclaude6618
@nkomezumutimajeanclaude6618 7 жыл бұрын
Nibyo koko ntihemuka Ababyeyi baduhemukira ariko yo ntihemuka. Amen.
@aimegakuba.
@aimegakuba. 6 жыл бұрын
Nkomezumutima Jean Amen ibyo nukuri pe
@AbyLaelle
@AbyLaelle 5 жыл бұрын
ntihemuka pe
@anastaziabenjamin5710
@anastaziabenjamin5710 5 жыл бұрын
Imana iguhezagile Chane ku ndilimbo yitwantihemuka ndi Tanzania mukigoma
@sibomanajeanpierre3774
@sibomanajeanpierre3774 5 жыл бұрын
Nu kuri Ni yo maana nzakorere Amen
@anatoleyagayandi8061
@anatoleyagayandi8061 3 жыл бұрын
Nihezagire abayikorera bakayubaha mukuli
@NeriaNelly
@NeriaNelly Ай бұрын
Nivyo ntihemuka
@clovisniyonsaba3268
@clovisniyonsaba3268 Жыл бұрын
Glory to God i like this song❤
@ahishakiyeemmanuella501
@ahishakiyeemmanuella501 Жыл бұрын
Yitwa ntihemuka koko nayabisi barahemuka
@desireamoniseba981
@desireamoniseba981 Жыл бұрын
President nkurunziza tuzagukumbura
@user-sm4qc6xi4h
@user-sm4qc6xi4h 29 күн бұрын
Urimana idahemuka🙏🙏🙏🙏
@mugishaenock-cm6gp
@mugishaenock-cm6gp Жыл бұрын
Amen🙏🙏🙏🙌🙌👏 God bless you all
@lidivinendayiragije1335
@lidivinendayiragije1335 7 жыл бұрын
good,so good < 3
@user-wc8rs1tw2k
@user-wc8rs1tw2k 7 ай бұрын
Mwarako bantu bayesu
@elinamhoza6613
@elinamhoza6613 5 жыл бұрын
very amazing imana ibane namwe igihe cyose
@obed3163
@obed3163 Жыл бұрын
Yego
@mathiang3464
@mathiang3464 2 жыл бұрын
Amen 🙏Ntihemuka koko🙏🙏🙏
@gashugijonatan7817
@gashugijonatan7817 2 жыл бұрын
Asati sana kwamungu
@glorysams9996
@glorysams9996 8 жыл бұрын
Yitwa Ntihemuka ♥ ♥
@ndikumanadesire6244
@ndikumanadesire6244 5 жыл бұрын
Amen yitwa ntihemuka
@sanasifa5351
@sanasifa5351 3 жыл бұрын
Amina jina labwana limidiwe milele namilele. Mama yangu mungu akubariki
@gashugijonatan7817
@gashugijonatan7817 2 жыл бұрын
Yego mama wacu
@mutonichantal2449
@mutonichantal2449 Жыл бұрын
Yego pe amena
@charlottemageza5380
@charlottemageza5380 4 жыл бұрын
Oooh yitwa ntihemuka
@merveillejeannettewitonze6752
@merveillejeannettewitonze6752 4 жыл бұрын
Ntihemuka ndabivuze kandi
@yvonnemanisha9267
@yvonnemanisha9267 4 жыл бұрын
Amen Amen 🙏
@ishimweDenyse-sb9ml
@ishimweDenyse-sb9ml 5 күн бұрын
AMENA
@elvisbemera8851
@elvisbemera8851 10 жыл бұрын
GOD IS AWESOME GOD AND THERE WILL BE NO ONE LIKE HIM SOON AS YOU ACCEPT HIM AS YOUR LORD AND YOUR SAVIOUR HE WILL BE ALWAYS STAND BY YOU AND HE WILL BE YOUR PROTECTION WHER EVER YOU GO. ENJOY THIS SONG GOD BLESS YOU
@benignendayiziga7002
@benignendayiziga7002 4 жыл бұрын
Amen yitwa ntihemuka!🙏🙏🙏
@baramparurutsej.dedieu5361
@baramparurutsej.dedieu5361 Жыл бұрын
@@benignendayiziga7002 Bene Data ndubakwa cane ndabasavye muzogire zose izerekana amasanamu murakoze n'indirimbo zakanovera zidkumbuza Ijambo ry'Imana
@elysensengiyumva3772
@elysensengiyumva3772 5 жыл бұрын
Amen amen ntihemuka
@bernadettemukamukwiye8116
@bernadettemukamukwiye8116 8 жыл бұрын
yitwa ntihemuka iyo niyo mana yanjye. mama uwiteka akomeze akube hafi wowe nabawe.
@niyireraodette52
@niyireraodette52 6 жыл бұрын
nivyo jewe narabibonye kwarintihemuka
@niyimpaboaz8521
@niyimpaboaz8521 5 жыл бұрын
I
@nyandwicharles6644
@nyandwicharles6644 5 жыл бұрын
Ntihemukape niyo igukerereje iragutegera
@nyirakamanagenevieve3481
@nyirakamanagenevieve3481 5 жыл бұрын
Nukuri niryo zina ryayo yitwa ntihemuka
@adamuwikunze8631
@adamuwikunze8631 6 жыл бұрын
🙏 🙏🙏🙏🙏🙏🎤🎤🎤🎤🎹🎹🎹🎹🔊🔊🇺🇸🇺🇸Amen amen 🙏
@emileniyonsaba8423
@emileniyonsaba8423 10 жыл бұрын
yitwa Elohim
@emmanuelmubangaNaniyo
@emmanuelmubangaNaniyo 3 ай бұрын
Zambia
@user-bk1gk5uy2x
@user-bk1gk5uy2x 4 ай бұрын
Nivyo
@niyitegekajeanclement711
@niyitegekajeanclement711 4 жыл бұрын
Ubwire umugabo wawe ko idahemuka nawe ntakomeze kuyihemukira
@assumptahatungimana8376
@assumptahatungimana8376 4 жыл бұрын
NIYITEGEKA JEAN CLEMENT 😁😁😁😁abantu mwarashihwe ,erega Imana niyo ihindur umunt ntamunt ahindura uwundi.
@kaliisaflorence641
@kaliisaflorence641 5 жыл бұрын
NC ndanezerew can💋💋💋💋💋
@user-qs3cm5mx6t
@user-qs3cm5mx6t 8 ай бұрын
👏♥️💐🎀🎁🎤🎓🇧🇮amenmerci
@NiyonzimaElyse-uj8th
@NiyonzimaElyse-uj8th Жыл бұрын
Amenaaa❤
@Bosderatus106
@Bosderatus106 2 жыл бұрын
j'aime ce vidéo
@diellairadukunda-yj4gq
@diellairadukunda-yj4gq Жыл бұрын
Amen
@user-vp2qq7ip3u
@user-vp2qq7ip3u 5 ай бұрын
Dusengimana
@gashugijonatan7817
@gashugijonatan7817 2 жыл бұрын
Cyane cyane iyo mukoresha kuri wsp
@gashugijonatan7817
@gashugijonatan7817 2 жыл бұрын
Mama ndabakunda cyane mwampaye nomero yanyu mama
@alphonsekaneza4051
@alphonsekaneza4051 3 жыл бұрын
Kbs irakwiye icyubahiro
@kelliaingabire
@kelliaingabire 3 жыл бұрын
Ni ntihemuka kweli
@amaniirene1991
@amaniirene1991 10 жыл бұрын
ego nivyo yitwa Ntihemuka ivyo ndabizi, Imana iguhezagire
@mukeshimanadonatha3144
@mukeshimanadonatha3144 4 жыл бұрын
yego yitwantihemuka yo kabyara we
@mukeshimanadonatha3144
@mukeshimanadonatha3144 4 жыл бұрын
nangeharaho yankuye ntihemuka nukuri
@iranezerezadiye5958
@iranezerezadiye5958 Жыл бұрын
God is so good guys say amen
@michelinjosue2706
@michelinjosue2706 Жыл бұрын
Amen
@oliviernkurunziza4045
@oliviernkurunziza4045 8 жыл бұрын
amen
@jeanboscobigirimana1102
@jeanboscobigirimana1102 7 жыл бұрын
Simon ndayisenga yemwe nihabwe icubahiro.
@cosoratacishahayo8447
@cosoratacishahayo8447 6 жыл бұрын
jean bosco bigirimana uiiooouio
@niyireraodette52
@niyireraodette52 6 жыл бұрын
Amen mwenedata reka tuyitazire irabikwiy
@enockbizimana3337
@enockbizimana3337 5 жыл бұрын
Aneeeni mama wataifa!Mngu habadiliki hageuki kama bina damu!
@expensiveboy3024
@expensiveboy3024 Жыл бұрын
🇧🇮✌️🇧🇮🇧🇮
@byiringiroaaron6101
@byiringiroaaron6101 7 жыл бұрын
very good song
@lakalaka800
@lakalaka800 4 жыл бұрын
yesu mu kindi
@user-jd8dg9oc7o
@user-jd8dg9oc7o Жыл бұрын
Amen❤❤❤❤
@ndilanhaboniphace9407
@ndilanhaboniphace9407 3 жыл бұрын
Safi sana
Amakorasi y’ ikirundi by Pascal Nduwimana
19:32
P.J Media
Рет қаралды 657 М.
Mana ndakwemera mukora sabscribe, share and like murakoze cyane
6:44
GASIGWA TV SHOW
Рет қаралды 64 М.
Clowns abuse children#Short #Officer Rabbit #angel
00:51
兔子警官
Рет қаралды 73 МЛН
Best father #shorts by Secret Vlog
00:18
Secret Vlog
Рет қаралды 22 МЛН
Does size matter? BEACH EDITION
00:32
Mini Katana
Рет қаралды 20 МЛН
Who has won ?? 😀 #shortvideo #lizzyisaeva
00:24
Lizzy Isaeva
Рет қаралды 64 МЛН
Iyab' atariwowe Mana, Seseme Cathedral Choir
5:03
Robert Sendegeya
Рет қаралды 1,2 МЛН
Yitwa Ntihemuka
1:00
Pasteur Denise Nkurunziza
Рет қаралды 66 М.
NZOHAGURUKA NDIRIMBE
4:51
nsengagilbert
Рет қаралды 1 МЛН
UMUNEZERO W'ABAROKORE WEEE!!!!
4:40
NINZIZA GREAT TV
Рет қаралды 12 М.
ISI YOSE MANA.mpg
6:32
nsengagilbert
Рет қаралды 555 М.
GUMAMO by Jehovahjireh choir
5:36
Jehovah Jireh Choir
Рет қаралды 532 М.
Clowns abuse children#Short #Officer Rabbit #angel
00:51
兔子警官
Рет қаралды 73 МЛН