Yoo agahinda karadutse..|| URUKUNDO RWA CYCY NA BUTOYI TWAKUNZE CAANE RURARANGIYE..UWUBITEYE NUYU..

  Рет қаралды 6,307

Isaac Tv

Isaac Tv

Күн бұрын

Пікірлер: 105
@ferdinandmct1462
@ferdinandmct1462 2 жыл бұрын
Cycy ashaka kwubaka ariko butoyi aguma fyina rero jewe mbona atoco vyoba bitwaye kuko ubuhiye buribwa nuwushonje
@kanezasoso3221
@kanezasoso3221 2 жыл бұрын
Cycy Azoba akoze amakosa kk ntabwarivyiz guhemuka kk cycy na butoyi bavuye kure😪😪😪😪😪😭😭
@chemsaakimana19
@chemsaakimana19 2 жыл бұрын
Yoba ako amakosa kand canee
@malekahmm7502
@malekahmm7502 2 жыл бұрын
Nosaba isaac vyihuta ampigire umubirigi ndazi azovuga ukuri kose🙏😂😂😂
@salmanadjibu
@salmanadjibu 4 ай бұрын
Butoyi nararonga amafrang yogutwara cycy ariko barakundanya najew ndabakunda from saudia
@richardmanirakiza3756
@richardmanirakiza3756 2 жыл бұрын
Isaac iyonkuru ntihere uyirondere neza, kandi bukuru azotanga ukuri urya ntarya umunwa ndamwemera n'umubirigi kweli.
@ferdinandnsengiyaremye
@ferdinandnsengiyaremye 2 жыл бұрын
Bukuru avuga ukur
@violettenihimbazwe3245
@violettenihimbazwe3245 2 жыл бұрын
@@ferdinandnsengiyaremye cane
@esperuwer1966
@esperuwer1966 2 жыл бұрын
Ronder bukur
@esperuwer1966
@esperuwer1966 2 жыл бұрын
Umutuzanire niwe azobivuga
@aishabrondi236
@aishabrondi236 2 жыл бұрын
Abobantu urazi kubaha kiki basha biraboneka kobaguhemba amahera menshi bureka kuzana inkuru zububeshi
@كرستيناا-ص4و
@كرستيناا-ص4و 2 жыл бұрын
Jajenabibonye,kwer.nibahendabandi
@niyokwizeramireille5520
@niyokwizeramireille5520 2 жыл бұрын
Nanje ndi Saudia kweli sinokubesha najibu ndamukunda❤️❤️
@mutamagerrardofficial
@mutamagerrardofficial 2 жыл бұрын
Nawe aragukunda 🙈
@shadiahshadiahshadiahshadi4060
@shadiahshadiahshadiahshadi4060 2 жыл бұрын
Mutama Gerend nimwiza cane peeee
@lilianeerica3318
@lilianeerica3318 2 жыл бұрын
😀😀😀😀😀😜
@saudisaudi7859
@saudisaudi7859 2 жыл бұрын
🤣🤣harahiy haja Riyadh aho uhimvy gah'wa
@vivipro3172
@vivipro3172 Жыл бұрын
@@saudisaudi7859 😅😅😅😅😅😅😅😅
@vivipro3172
@vivipro3172 Жыл бұрын
Urubuzinkware ruvumbukanigihunaaaaaaaaaaa❤❤❤👍👍👍👍👍😅😅😅😅
@husseinbutoyi2571
@husseinbutoyi2571 2 жыл бұрын
nashaka mbwire abantu bose bakurikirana Isaac TV jew nka Butoyi umukunzi wa cycy ntakirafa urkundo nigwarundi nyene gusa Isaac namurondere bukur Hama mudukurikirane kwa MUTAMA GERRARD OFFICIAL haribishasha vyanje na cycy murakoze
@kekeclaire5177
@kekeclaire5177 2 жыл бұрын
Wow nivyz canee
@annonciatteuwimana371
@annonciatteuwimana371 2 жыл бұрын
Kumubura ukore mariage nahubundi uzotangara intango yubuhanza namasoso knd aho abarundi batunz urutoki haba hazokwubakwa inzu
@myvenif3627
@myvenif3627 2 жыл бұрын
Good
@winnienzubakana431
@winnienzubakana431 2 жыл бұрын
Isaac urasakuza pe mai turagukunda komera uyidutohoreze neza cycy guhemuka wohemukirwa hagarara neza murukundo rwa mwena butoyi
@حسنعلي-ث6ظ5خ
@حسنعلي-ث6ظ5خ 2 жыл бұрын
Vyombabaza cyane kbx
@yusrairakoze3966
@yusrairakoze3966 2 жыл бұрын
Ndakwemera bossss wewe ntunanigwa
@joselynenshimirimana6815
@joselynenshimirimana6815 2 жыл бұрын
Sha sisi woba wubahuka hamwe woheba toyi
@violettemediatv143
@violettemediatv143 2 жыл бұрын
Merc beaucoup Issac
@lilianeerica3318
@lilianeerica3318 2 жыл бұрын
Ati nambaye covid-19 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@dianenkurunziza3799
@dianenkurunziza3799 2 жыл бұрын
Gusa iconovuga umugore wumuntu ariyubaha kibwicubahiro cumugabo wiwe rero Cycy nyimba atacobahuriyeko na najibu nagabanye imigenderanire nawe kuko numugore wumugabo🏃🏃🚶‍♀️🚶‍♀️🚶‍♀️
@nsabimanalovelly7708
@nsabimanalovelly7708 2 жыл бұрын
None cycy numugore wiwe gut?baranditswe ?
@Maryam-hl7hk
@Maryam-hl7hk 2 жыл бұрын
Wosanga Arivyo nigihe yaragwaye najimbu Ariwe yamuteye lnda
@ntirabampaclaudieliesse1342
@ntirabampaclaudieliesse1342 2 жыл бұрын
Sh aho hoho abamufata cycy nibose n kur ahora abikota kand jew mora mbona cycy bose abavugish nez
@sandy2sss827
@sandy2sss827 2 жыл бұрын
Isaac kuberiki mudukwama abagore bari saudiya iyo team ya mutama Gerard Turagukunda kuko ntibishima kabisa turabakumda pe team mutama Gerard mwubahwe
@annonciatteuwimana371
@annonciatteuwimana371 2 жыл бұрын
Ubu turamenye umuco kumbe mwariko muratwika? Tumenye ko mwariko mutubesha ntasoni 🤔🤔🤔🤔
@jizya671
@jizya671 2 жыл бұрын
Vmt sysy niwahemukira butoyi lmana izobikubaze! Haha nadjibu Nawe Muke wa mutu ni sumu!
@saudisaudi7859
@saudisaudi7859 2 жыл бұрын
Napita zangu ila Najib kama unamuokop Allah usiwez kufanz kit kam hicho
@chantalbutoyi1330
@chantalbutoyi1330 2 жыл бұрын
Urwo rukundo rwa cycy ruzohava rutituka nn ntibobikora
@joselynenduwarugira6436
@joselynenduwarugira6436 2 жыл бұрын
Shaa vyobabibabaje cane
@chimyornyvette3883
@chimyornyvette3883 2 жыл бұрын
Isaac iyonkuru ntiherere ngaha vraiment
@mamacheiilla72
@mamacheiilla72 2 жыл бұрын
Azodutohorez nez arekan nibint vyogutwika
@ялюблюего-х7ю
@ялюблюего-х7ю 2 жыл бұрын
Oya kabisa ! Mutama Gérard n ingene tumufata nk umuhungu ari sérieux, yokwubahuka ivyo bintu!
@yousufyousuf1320
@yousufyousuf1320 2 жыл бұрын
Nimureke kumbesherera cyicy wanje
@alriyami9446
@alriyami9446 2 жыл бұрын
Sindavyemeye ark ndababaze uwo si Alvella mbonye numvisengo yapfuye?Imana ikuzigame Muhimbare we 😍😘
@سارخهلا
@سارخهلا 2 жыл бұрын
Ntiwabikurikirany mamy alyvella ntiyapfuy ni fiilm.barabisiguy kuko film.barik bakin igezah alyvella apf barabivuze
@shadiahshadiahshadiahshadi4060
@shadiahshadiahshadiahshadi4060 2 жыл бұрын
Oya reka
@kabellajeanne6271
@kabellajeanne6271 2 жыл бұрын
Ntubesh Najibu numugabo wabakobwa nabagor bar Saudia nawew ubihevy ubu waricamamar
@ميريميريام-ح1خ
@ميريميريام-ح1خ 2 жыл бұрын
Cycy.urubahutse kuvuga ko isaac ko arumunyarusaku kandi yaragufashije urugamba
@سلمىبوروندي-و7ذ
@سلمىبوروندي-و7ذ 2 жыл бұрын
Najibu iryo kosa ntuzurikore kweri sivyo nukuri mvugishe ukuri iyi na youtube yabo sinosubira kuyikurikirana pe
@dianenkurunziza3799
@dianenkurunziza3799 2 жыл бұрын
Mana Bibaye Cycy akabikora nocanumigwa kbx🤔🤔🤔
@امنهالسناني-ث4س
@امنهالسناني-ث4س 2 жыл бұрын
Najibu iryo kosa usijalibu mana nawa fans watawacukia
@hgcbj635
@hgcbj635 2 жыл бұрын
Isaac reka kumbira ivyo nivyo? No no
@joselynjoselyn9769
@joselynjoselyn9769 2 жыл бұрын
Asaac iyonkuru turayishak yose
@jeanenshimirimana987
@jeanenshimirimana987 2 жыл бұрын
Cycy woba uri indaya uzi ingene toyi yarize kukuber wew igihe warugwariy mubitaro
@edouardhatungimana5318
@edouardhatungimana5318 2 жыл бұрын
Oyaa nizere ko iryo kosa Mt Gerard atorikora kuko Yobasambuye timu yiwe yosambuza abubatse
@peninendayizeye2408
@peninendayizeye2408 2 жыл бұрын
Gusa nukuri Cycy agomba kubaka Butoyi nawe yishinga gufyina mugabo nukuri Najibu nimwiza pee
@ferdinandnsengiyaremye
@ferdinandnsengiyaremye 2 жыл бұрын
Isaac rondera umubirigi ace urubanza
@zuhuliyaburundi658
@zuhuliyaburundi658 2 жыл бұрын
Zebede nawe arihe kontamubonyemw
@امنهالسناني-ث4س
@امنهالسناني-ث4س 2 жыл бұрын
Na Team inaweza sambuka
@سلمىبوروندي-و7ذ
@سلمىبوروندي-و7ذ 2 жыл бұрын
Umva nobabara kweri hamwe butoyi yohebana nacycy oya ntivyokunda pe nkeneye bukuru mubirigi ntaryumunwa pe ndazi azoduha ukuri kose murondere mubirigi aze ngaha
@aishaaisha7712
@aishaaisha7712 2 жыл бұрын
Issac utohoz iyonkur kwariy cycy ndagukund arik ubikoz kumuhemukir butoy niy mwavany nokwank cn ndabigusavy AB arizankur zitariz ntutwarw namaronk
@kadibebe7128
@kadibebe7128 2 жыл бұрын
Sibyo Sha
@shakilajazla8893
@shakilajazla8893 2 жыл бұрын
Iyonkuru ndayishaka izihere yose nukundira urusaku
@setaseeta9779
@setaseeta9779 2 жыл бұрын
Umunyarusaku com
@fabiolasilyvain8880
@fabiolasilyvain8880 2 жыл бұрын
Cycy yobateyisoni nomugaya kbs
@janeatg2871
@janeatg2871 2 жыл бұрын
Ibyobintu narabyiyu mviriye ko bazokundana🤣🤣🤣🤣🤣
@ashaasha8946
@ashaasha8946 2 жыл бұрын
Mmindiyjdemuwake 😂😂😂😂😂😂
@zabiburushigira1991
@zabiburushigira1991 2 жыл бұрын
Isaac wambaye COVID?? Canke wambaye barakowa?
@aisatahaisatah2612
@aisatahaisatah2612 2 жыл бұрын
Isaac mbona umemkalia najib 🤣🤣🤣🤣
@lisaalllisa5326
@lisaalllisa5326 2 жыл бұрын
Ndazi neza teamu yobisambutse hamw yihenze najibu ngatobe vrt yobakoz amakosa
@michoulove8764
@michoulove8764 2 жыл бұрын
Murabaye nkaba nyagwanda bazana inkur zububeshi 😏😏😏
@angelove8777
@angelove8777 2 жыл бұрын
😆😆😆Mwbwe mwotwenza uwapfuye wallah 😆😆
@تةامممن
@تةامممن 2 жыл бұрын
Boss ntananigwa
@kwizerakwizera2618
@kwizerakwizera2618 2 жыл бұрын
Oya nawe reka gushikuza uraduhamagarira umubirigi kuk avuga ukuri
@gygygyslaine5016
@gygygyslaine5016 2 жыл бұрын
Acha nipite🏃sinacakusema😝Isaac nakujua ukonawumbea sana😂😂
@ريمالريم-ح2خ
@ريمالريم-ح2خ 2 жыл бұрын
Ok
@uwinezamaggycrara4381
@uwinezamaggycrara4381 2 жыл бұрын
Ariko nubundi njyewe mbona cycy aberanye na najibu niwe baberanye sinziko ariko namwe mubibona 🙄🙄🙄🙄
@violetirakoze4512
@violetirakoze4512 2 жыл бұрын
Urukundo ntirurab kuberana ntuze
@aminatatu5692
@aminatatu5692 2 жыл бұрын
Safisana wamwishuye neza kabisa
@rossikirossiki6518
@rossikirossiki6518 2 жыл бұрын
Niatari je simbonako najibu yokundana n'a cycy najibu ariyubashe azoshaka wuwiwe ntiyokunda uwa butoyi Ico ndacizeye cane
@angeliquemaniratanga6735
@angeliquemaniratanga6735 2 жыл бұрын
Ntivyari bibi k bakundana na mutama Gérard ariko i cano ya mutama Gérard izoba isamvuts ndakurahiy kk butoyi ntiyoguma akina baramucanguy.gsa sivyiza cycy namba ari cycy yoca ahemukira butoyi
@mwaminiomar185
@mwaminiomar185 2 жыл бұрын
Nyarukana urwo rusaku
@deyanadede5350
@deyanadede5350 2 жыл бұрын
Nyarukan urusak
@سارخهلا
@سارخهلا 2 жыл бұрын
Arik man cycy ntuhemuk nukuri
@mamacheiilla72
@mamacheiilla72 2 жыл бұрын
Isaac wew ndakwemer ntakant nakamw kagucika
@janeetjeannette2036
@janeetjeannette2036 2 жыл бұрын
Cycy ubikoze mungaheban vyotubambaza
@samial-khusaibi772
@samial-khusaibi772 2 жыл бұрын
Turimaso😳😨nyarutsa
@hakizimananouria3997
@hakizimananouria3997 2 жыл бұрын
Jewe uko nabibonye nuko butoy batakudana na butoy kari agakino kugira bamenyekane gusa ariko cycy na najibu kunakitu
@shadiahshadiahshadiahshadi4060
@shadiahshadiahshadiahshadi4060 2 жыл бұрын
None gushwana sibisanzwe
@ابوكلنك
@ابوكلنك 2 жыл бұрын
Oya sccy nibohebana natonyi
@lydiavyukusenge4653
@lydiavyukusenge4653 2 жыл бұрын
Butoyi ntabona kure ntabon ko cycy agum aba mwiza namuter iyindi inda bihere cank bandikwe bagire eta civil nahandi azotahira zirayoye kuko cycy asigaye atari goût ya butoyi
@khaledoman8266
@khaledoman8266 2 жыл бұрын
Rekareka 😭😭😭🤨🤨🤨🤨
@malikiafatmaabasimkulamkul4918
@malikiafatmaabasimkulamkul4918 2 жыл бұрын
Please mtuleteye bukuru please ata tupaukweli
@samsunga10s48
@samsunga10s48 2 жыл бұрын
Gusa narinkumbuye isaac 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣rero bahuye na cycy ndahwera hama harakantu isaac unyujijemwo niko kabi kwa gerard gusa nizera ivyo ninkuru gs
@mwaminiomar185
@mwaminiomar185 2 жыл бұрын
😂😂😂😂😂
@ashaasha8946
@ashaasha8946 2 жыл бұрын
😂😂😂😂😂🤣😂😂
@user-js4yi6xg4y
@user-js4yi6xg4y 2 жыл бұрын
nukur cycy aberamy nanajibu
@irishuradouwase7247
@irishuradouwase7247 2 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣
@mascutoman3807
@mascutoman3807 2 жыл бұрын
Rekura. Turabegateranyami. Ryango
@mamacheiilla72
@mamacheiilla72 2 жыл бұрын
Isaac wew ndakwemer ntakant nakamw kagucika
@Chacha-wp3ug
@Chacha-wp3ug 2 жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂
2 MAGIC SECRETS @denismagicshow @roman_magic
00:32
MasomkaMagic
Рет қаралды 37 МЛН
Walking on LEGO Be Like... #shorts #mingweirocks
00:41
mingweirocks
Рет қаралды 7 МЛН
Why This Country Was Erased From History
16:50
Johnny Harris
Рет қаралды 1,5 МЛН
Pronunciation Training Techniques
12:51
A.J. Hoge
Рет қаралды 7 МЛН