Ikindi,mutahure bakiri,mwisha,mwibagiye ko,abatutsi,bakurwa,mumodoka bakagandagurwa,atakindi,bazira bazira uko baremwe,ivyo yose ababikoze ntabandi,na cndd,koko,ivyo,vyegeranyo vyose ntimwobishikana,muri,sentare mpuza makungu abiciwe iteza,ntakindi,bazize,ataruko,barabatutsi iyo yo ntiyari genocide vyose ntimwobishikana,muri sentare mpuza amakungu bagahanwa ok
@donaldmutabazi8314Күн бұрын
Mbega abatutsi bagandaguwe,1993 na bagandariwe ibugendana hamwe icampazi,imuruta mukayanza na banyeshure bibuta kwabakoze ubwobwicanyi bazwi aribarya unomusi bari kubutegetsi nta sentare,mpuza makungu mwojana yivyo vyegeranyo bagafatwa ikindi 2015 mutahureko haciye haba igisa na genocide abatutsi benshi babasanze nomumazu yabo baranyuruzwa abandi babategera bagiye mumasoko ababikoze ntibofatwa igihugu,kiga controgwa,nabantu batajejeta amaraso
@GiseleUwera-m6gКүн бұрын
Ngo igitoro kigiye guhitana ubuzima bwa Neva n'umugore? Basha ntaco bizobatwara, abagowe ni abanyagihugu, naho aba bararundarunze
@Dgc1472Күн бұрын
Président Evariste natange imihoho turarushe n'intwaro yiwe
@Rubuka2642 күн бұрын
Ngo Neva ntazi aho aba FDLR bari muri DRC? Na DRC ubwayo yaremeye ko bafatanya na FDLR kugwanya M23, kandi bari kumwe n'abarundi. Neva azi kuvuga ivyo kurya gusa. Burya hari abantu bagiye mu kibanza kitari rwabo. Ntushobora kuba umukuru w'igihugu ngo wongere uje kurima.
@pierresendashonga24183 күн бұрын
Bonfils tu es vraiment professionnelle
@Kambale-n7s3 күн бұрын
Le tutsi ils sont Nombreux
@NsengiyumvaDieudonné-g9j4 күн бұрын
Reka kuvuga amajambo vuga neza uwamuhaye iryo shano ninde?
@pumasbinkos4 күн бұрын
Murasetsa
@alexsahinguvu57665 күн бұрын
Hano ntuye eglise pentecôte yaranse kwemeza ko abatinganyi ibahezagira , ubu hari ibiganiro hagati ya leta na eglise pentecote, leta itegekanya kugura hamwe iyo egoise yogagaza ikavyanka!!!
Wa muji wa masisi wavuga ko m23 yafashe ubu kutavuga ko frdc yayisubij ntimumaramara
@chales087 күн бұрын
Uragaswera nyoko umusweze imvuzo k'umuhana wa vaka we!!!
@theodorerwemera19644 күн бұрын
Le ridicule ne tue pas. C'est tres honteux kubona umutama nkawe akaba n'umu apotre abesha. Birababaje kubona uvehikila ibinyoma kubijanye n'urupfu rwa Ndadaye. L'enfer c'est l'autre, disait Jean Paul Sartre.
@BolingoTheodomir7 күн бұрын
Basha,kuva kera goose,na nkurunziza akiriho,ibibazo vy'uburundi vyegekwa ku rwanda,haba n'uwapfuye bamushira ku Rwanda
@BolingoTheodomir7 күн бұрын
Nevada, menteur
@inababirigaga36457 күн бұрын
Neva na reveriyano barinjira muri gereza ntagisivya. None bazi ko abana b’ibuta canke kabulimbo ukakagerekako ihonyabwoko ryabaye mu Rwanda bibaza ko bizijana 🤷♂️
@JuniorJunior-lf2qj7 күн бұрын
Izombwa zaba Bantu , Ni Baje mukiboyi
@JuniorJunior-lf2qj7 күн бұрын
Ibinywamaraso ivyobakoze vyose bazobihanigwa
@JuniorJunior-lf2qj7 күн бұрын
Komera mutama izonkorabara nikuzifata zose aho ziri hasi
@Dreamer-s3d7 күн бұрын
Komera mutama
@kwizerayvonne19507 күн бұрын
ayo majambo abo bategetsi bavuga umengo bariko bijandajandira, haa ba ! mumenye ko atarayo gufyinata! ivyo bavuga bo barabizi ! nibutse ca gihe bavuga ngo : inivo ngo nugutwi imbere ya matora ya ndadaye! ivyaciye biba ntimwabibonye!
@jacquesntabagara27028 күн бұрын
R I P Kaburimbo
@MuhezagiroVincent8 күн бұрын
Uwo mutama nawe kweri arishuye atarya umunwa kbsa, courage mutama c'est ton opinion, c'est ton droit !