🇨🇩🚨M23 IHEJEJE GUFATA MASISI.TSHISEKEDI NA NEVA KWICA ABATUTSI MU BIYAGA BININI BARAVYIYEMEJE.

  Рет қаралды 12,588

RADIO TV  INKINZO

RADIO TV INKINZO

Күн бұрын

Пікірлер: 43
@jacquesntabagara2702
@jacquesntabagara2702 25 күн бұрын
Zibavugutira umuti urura,ubishe kandi uvura 😂😂😂😂 very good medicine Intare za sarambwe are very good doctors 😂😂😂😂. Sultan Makenga songa mbere.
@CalinieKanehure-yy2vd
@CalinieKanehure-yy2vd 25 күн бұрын
M23 komera kumuheto!.
@AdolpheKaneza
@AdolpheKaneza 25 күн бұрын
Abacomando bomwijuru nibabafashe vuba cane izo nkoramaraso zimburwe nijuru.
@OmarRwamakuba
@OmarRwamakuba 23 күн бұрын
Nukuri. Umuntuwese utuye muburundi. Nasabire. Abarundi Bajekurwana muri. Congo. Nukuri nimubasabire
@NdayikezaChristian-y2f
@NdayikezaChristian-y2f 25 күн бұрын
Ni sawa
@AdolpheKaneza
@AdolpheKaneza 25 күн бұрын
Iyaba yariwowe bazica ngo numve sha
@NtakirutimanaJbosco-uv4cz
@NtakirutimanaJbosco-uv4cz 24 күн бұрын
Turabashimira cyane amakuru mutugezaho atariho ivumbi Apotre uhezagirwe komeza utabarize abarundi bagihumirije bataramenya ukuri
@JeanPierreNshimiyimana-tr7dd
@JeanPierreNshimiyimana-tr7dd 25 күн бұрын
Ingabo Zuburundi Nazigira Inama Yakigabo Zikisubirira Iwabo Inzira Zikigenda Nahubundi Zifite Umwaku kbx .
@MunyehirweJeanMarievianney
@MunyehirweJeanMarievianney 23 күн бұрын
Urwishigishiye Ararusoma , abo basoda ba BARUNDI , Nibaze M23 Ibabagire Ibisiga ,.
@uwimbabaziesperance8478
@uwimbabaziesperance8478 23 күн бұрын
Babwire nukuri bave ibuzimu bajye ibuntuu😂😂😂
@Salambwe
@Salambwe 25 күн бұрын
Wamusazawe ndakwemera cyane izasarambwe zasaze zirikurasa mumutwe guza udushoka nkutwo mukibira 😂😂 byakomeye abasoda buburundi barikuzerera masisi nkarusofero 😊
@Benedir
@Benedir 25 күн бұрын
Basezerewe muri somalia, kuko somalia iziko bashaka guhonya abatutsi (abakurambere babasomali) Ibirombe bya rubaya birabarya cyane neva!tsisekedi yareze abagura coltan nkaho abaguzi,bandi babuze! Cndd izicuza ibyo yagiyemo!umuhero wayo ni m23
@PetersonClaver
@PetersonClaver 25 күн бұрын
Ntawasheshe amaraso yinzirakarengane azigera agira amahoro
@irambonafrancine2012
@irambonafrancine2012 24 күн бұрын
Radio Tv Inkinzo on top.❤
@MagnifiqueNduwimana
@MagnifiqueNduwimana 25 күн бұрын
Urakoze uvuze neza cane
@JeanPierreNshimiyimana-tr7dd
@JeanPierreNshimiyimana-tr7dd 25 күн бұрын
Inkoramaraso zinterahamwe ahozigeze ntamahoro ahaba zigendana Imikoshi
@PetersonClaver
@PetersonClaver 25 күн бұрын
Babahushure izo nkorabara
@ProsperNsengiyumva-ss7mj
@ProsperNsengiyumva-ss7mj 23 күн бұрын
Mbega kuyu tumuzi arumurundi 😊😊😊😊😊😊😊😊😊😊numunymurenge ?
@KamanziJule
@KamanziJule 22 күн бұрын
Aramaze aravugukuri ariko
@JeanPierreNshimiyimana-tr7dd
@JeanPierreNshimiyimana-tr7dd 25 күн бұрын
Babwize ukuri kbx
@emmascholaofficial1763
@emmascholaofficial1763 24 күн бұрын
Mwssage M23❤ yayibahaye itomoye... bazaza bigenza bazasubirayo munva...
@ndayishimiyekevino1192
@ndayishimiyekevino1192 24 күн бұрын
Chisekedi ahari yikoreye amaboko😂😂
@CizaBerechimans
@CizaBerechimans 23 күн бұрын
Nonese nibyo kwel nibatahentakundi
@bfreebabi5398
@bfreebabi5398 23 күн бұрын
None nimubajane Nuru kilo
@shangarutinua4358
@shangarutinua4358 25 күн бұрын
👏🙏🙏🙏
@dieudonneendekezi4283
@dieudonneendekezi4283 25 күн бұрын
Bakomere kumuheto
@GilbertNdizihiwe
@GilbertNdizihiwe 24 күн бұрын
Turabumviriza turi Norway ndabakunda kumakuru mudushikiriza
@muhizijeanluc3199
@muhizijeanluc3199 25 күн бұрын
muraho mushingantahe! nda kwemera cyane uziko ejo le 03/01/2025 Masisi territoire yafashwe na M23 17h45. iza sarambwe oyeee!!!!!
@Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga
@Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga 24 күн бұрын
Yafashwe 16h30. Babitangaje inyumaya 17h
@Salambwe
@Salambwe 25 күн бұрын
Bashiriye kwifumba harokotse mbarwa
@Kambale-n7s
@Kambale-n7s 25 күн бұрын
😂😂😂😂😂😂😂Evariste va courir svec leur tribalisme, il va quité au congo il vient mangé l'Argent du congo pour rien
@jeanniyonkuru7899
@jeanniyonkuru7899 25 күн бұрын
M23 COMERAAAA
@BernardSebatware
@BernardSebatware 23 күн бұрын
Azabibazwa bo nibisirikare binterahamwe nimbonerakire zabo
@BugenimanaValentin
@BugenimanaValentin 24 күн бұрын
Turabasuhuje
@GiseleUwera-m6g
@GiseleUwera-m6g 25 күн бұрын
Kubita ayo mashetani y'abicanyi
@AugustNduwayezu-to4lc
@AugustNduwayezu-to4lc 24 күн бұрын
Ubu ntugihisha kuri umu fana wa m23? M23 ni kagame naw uri umukozi wiw muga ntaco muzoshikako
@Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga
@Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga 24 күн бұрын
Masisi yafashwe nande? Abo wanka uzobabona ntaho uzobashira.
@evelyneuwimana2693
@evelyneuwimana2693 25 күн бұрын
Asha babikubite batababarira😅
@leonmusanabera12
@leonmusanabera12 24 күн бұрын
Uyo mushingantahe arazi ubwenge kweli, yeretswe ibigiye kuba mu Burundi vyose n'ukuri .
@Intarecyane
@Intarecyane 25 күн бұрын
Birutse batareba inyuma
@ntagandaaphrodise7853
@ntagandaaphrodise7853 24 күн бұрын
Turabemeracanekabisa
@Kambale-n7s
@Kambale-n7s 25 күн бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Every team from the Bracket Buster! Who ya got? 😏
0:53
FailArmy Shorts
Рет қаралды 13 МЛН
GIANT Gummy Worm #shorts
0:42
Mr DegrEE
Рет қаралды 152 МЛН
Ful Video ☝🏻☝🏻☝🏻
1:01
Arkeolog
Рет қаралды 14 МЛН
TRÈS TRÈS URGENT LE PORTE PAROLE DE L'ARMÉE RWANDAISE EST INCONSOLABLE
9:55
Felix tisekedji très remonté contre le Paul Kagame
9:11
Succès Afric
Рет қаралды 22 М.
В Швеции ищут, кто разорвал подводный кабель
1:01
Euronews по-русски
Рет қаралды 30 М.
VIDEO KURUGAMBA AFC : M23 NA FARDC DORE UKO BYIFASHE KURUGAMBA | KURANDURA FDLR
17:47
Every team from the Bracket Buster! Who ya got? 😏
0:53
FailArmy Shorts
Рет қаралды 13 МЛН