Icabiteye birukanye mpwemu yera binjiza amafranga nivyo bita icubahiro.muri make amafranga nicubahira nivyo vyasohoye mpwemu yera
@ChristineChristine-c2e4 күн бұрын
Iyutavuga fizzo narikurira 😢courage muhungu wacu
@desirengzh46065 күн бұрын
Pentecôte mu Burundi imaze imyaka 89 ans kuva 1935 mu Kayogoro na Kiremba(après 6 mois)
@Sindayihebura-g7j5 күн бұрын
Ishengero ntiryigeze ribamwo ibibazo.Ahubwo ibibazo biri mu mitima y'abananiwe bakarushwa n'urugendo.
@micheeNdayizeye6 күн бұрын
Nibaza KO wihenze kuvuga KO abantu bahunze kuri Bagaza ikibazo Kiri kuri kahise ka Pentecôte y ,uburundi kuko amacakubiri yarimwo kuntwaro ya Uprona niwo muzi
@j.mugabo7246 күн бұрын
Abo bantu biyita aba diaspora murabitondera bafise mission yo kudusamaza. Bamaze iminsi bavug ibitaja ntibize😢
@EllissaNiyogusenga6 күн бұрын
Natange numéro Samuel impanuro Inbox zirakenewe.
@aloysdegonzagueniyoyita19746 күн бұрын
Abarundi tunanirwa kwiyunga turi I Burundiiiìii.......twoshobora kwiyunga turi hirya no hino kw'isi aho bamwe n'abandi bajanywe n'ibintu bidasa😮. Ikindi biratangaje ukuntu abakora ama spaces umengo ntibihanganira abavuga ibidahwanye n'ivyiyumviro baba bashingiye ko😢.
@NdayisengaFlorence-z5e6 күн бұрын
Yesu babarire kuk bataz Ivy bakor
@SantaNiteka6 күн бұрын
Samuel ari mu gakino
@jacquesntabagara27026 күн бұрын
Samuel is on hustle 😂😂
@jacquesntabagara27026 күн бұрын
Ndoricimpa aduduriyeko, salute 👍
@Joseph-sx4to6 күн бұрын
Uwo avuze ko biri kw'isi yose nivyo. Harico avuze kandi nanje nagira nongere kw'ikintu : l'Etat est une puissance kugira ntirisubise iyo puissance rikwikwiye guhagarara nk'iryambere(bababwire ubutumwa bwiza kuko ninaco bashinzwe bababwire bâti: *Twumvire mwebwe canke twumvire Ilana*, bemere no gupfa)
@DorineMunezero7 күн бұрын
Sindumva ikosa samuel afise none mumutuka kubera mushaka agiriki
Ndayiragije reka kwiyemera urumurundi nkabandi. Kumenga abari muburundi sabantu
@raphaelmasabo47768 күн бұрын
Uyo muntu niyaba aja atembera atangorane murazi abo akorera!!!!
@jayavatar15778 күн бұрын
Samuel ntaw tuzi, nibaza ko aserukira abari muri association y'abarundi bamwe bo muri Diaspora
@SunzuJeanclaude8 күн бұрын
Namuheruka kera kweli
@Anaclet-i4q8 күн бұрын
Yakuba wanjye Ndagukunda cyaaane
@NdayisabaEvode-fe8hf8 күн бұрын
Nice work ❤❤❤❤
@dominiqueniyonizigiye19869 күн бұрын
Muraraba neza, j'ai l'imprssion que Monsieur Samuel hari abo atumva kuko amajwi atamushikiriye ahubwo aruko atagomba ko umushikira. Ni kubera iki amajwi atamushikiriye ari ay'ibibazo vya Hon. Yves na prof.Ntibibashirakandi gusa?
@SoniaNdayishimiye Uburundi n'umuvyeyi wa twese nivyo, ariko ababutwara ntibatwarira twese, donc si abavyeyi ba twese. Hama aho abarundi bariko batukana ivy amoko jew nta jambo mba ndahafise.
@cassiennibaruta370710 күн бұрын
Déjà uwahunze igihugu ciwe kirazira nuko aja muri ambassade y'igihugu yahunze kiretse amaze kuronka nationalité yaho yahungiye Nobamenyesha ko uyo Samuel ata représentant nka jewe kuko si ndi adhéré muriyo burundi Day
@cassiennibaruta370710 күн бұрын
Ministère des affaires étrangères ntiyivanga muri diaspora
@cassiennibaruta370710 күн бұрын
Mbega ndababaze Ambassadeur s'umu diaspora, ahubwo nuwuserukira uburundi ,cad n'umurundi akorera uburundi,ahembwa n'uburundi C'est du n'importe quoi?, kuko le gouvernement d'un pays ne participe pas dans le diaspora
@JosephSikogukira10 күн бұрын
Kuba abarundi twese ni vyiza ariko uyu Samuel har'ivyo tudatahura mu mvugo. Il est tjrs penché au pouvoir cndd fdd; kuvuga ko abagiye muri manifs za 2015 bagiye mu migumuko aho arababaza abarundi batari bake aussi longtemps ko Sentare ya EAC yaciye urubanza naho gushigwa mu ngiro mbona bitoroshe. Kuvuga kandi ko abagerageje guhindura ubutegetsi kiriya gihe bikanka ko bobivamwo bakishikana. Aho arihenda rwose kuko abarundi tureke Never na Cndd fdd bakomeze kudabadaga igihugu turorere. Mumureke yisabire kuri barya bagabo mugabo benshi twaramuhinyuye.
@christiannsengiyumva12410 күн бұрын
Uyu mu samweri n ikigugu ayamajambo yonyene avugiye ngaha yishe vyose nta mu diaspora numwe azomukurikira. N ikigugu.
@dismasniyo564110 күн бұрын
Ishengero ntaco muryitiranya n’idini.Ivyo vy ‘iwanyu ni amadini kuko ishengero ni abazosanganire umwami Yesu igihe hazovuga inzamba y’akabanga
Saba imbabazi.... ; i don't care is very rude and impolite word , bavuga ngo je respecte ton opinion mais.... ndasonera iciyumviro cawe , mugabo ukuri n'uku......Utwa Diospora comme institution aussi restueuse internationalement, tu dois apprendre a communiquer diplomatiquement avec un peu de sagesse qui incarne un bon leadership.
@sese66711 күн бұрын
Yantwengeje 😂 😂 😂 ngo "I don't care" mu majambo make ivyiyumviro vy'abandi ntaco bimubwiye, il s'en fout ... Iyatuma avuga ati : Ndubaha iciyumviro cawe ariko jewe ndabibona uko ... Apana ngo "I don't care, I don't even know" n'ibindi nka mwen'ivyo ... Felix, you're absolutely right, saying, "I don't care", is very disrespectful to the other guests ...
@JosephSikogukira11 күн бұрын
@@felixbigirimana435 Ce samuel, est voué à l'échec