Murakoz cane ndashimiy Dr rugambarara nabandi bose muhezagirwe
@MarieBwarikindi-iv3dc19 күн бұрын
Inkozi zi bibi
@Nzinage20 күн бұрын
Intahe Buyoya yarayigurishije
@kanimary564220 күн бұрын
Il ya aussi la commune de Busiga en Province de Ngozi ; et la Commune de Gahombo en Province de Kayanza qui ont été épargnés pendant le génocide de 1993.
@MarieBwarikindi-iv3dc19 күн бұрын
Université wakijije nde Ziba
@yvesBigirimana-c9k18 күн бұрын
Uprona niyo yabiteye,Buyoya niwe yahurishishe abatutsi bo mu Burundi kandi ikitumvikana,abatutsi bemera buyoya kubi.namwe murekeke kuvuga jenoside,nuko mutakiri muri reta,mbe muri 93,jenoside yabatutsi,yabaye gute?kandi inzego zumutekano 💯 bari abatutsi.
@MarieBwarikindi-iv3dc20 күн бұрын
Kiremba 72
@MarieBwarikindi-iv3dc19 күн бұрын
Dr Rugambabara = Dr Ville morte Dr Umugano Itara : umwijima Dr génocidaire
Izo nations unis muvuga n'iki ?Abatutsi bahona mu rwanda,UN yari he?bahonya abahutu muri congo UN yari he?bahonya abahutu 1972 UN yari he?Ivyari imagera vyarageruye,agaciro k'izuru c'est rien. Abatutsi bashatse kwiyusura 1993 basanga amazi ntakiri yayandi.