Пікірлер
@HatungimanaNanaNaomie-xz3pv
@HatungimanaNanaNaomie-xz3pv 3 күн бұрын
Ko muvugishwa muri benshi mukavuga ibitandukanye, kandi mukavuga kuburundi gusa? Mwagiye muvuga ivyanyu koko ! Amasezerano uburundi bufise ni meza ikindi ntayo mwasenyura kuk ari Data wabivuze
@GlastAhjlkfc
@GlastAhjlkfc 3 күн бұрын
Manawee tubehafi
@AloysMpushuye
@AloysMpushuye 4 күн бұрын
Uri umuvigishwa wibinyoma uhoroho ubeshera umusi umwemuzohur
@mariairakore1805
@mariairakore1805 7 күн бұрын
Sha urabesha ivyo s' Imana yabigutumye ! Ni politique yeruye ! Kandi ivyo uvuga bei Hose s' Burundi gusa!
@DianeNIYONSABA-u5e
@DianeNIYONSABA-u5e 10 күн бұрын
Mwizina rya yesu kristo turasakumbuye imigabo nimigambi ya satani mugihugu cacu c'uburundi
@IrishuraGodelieve
@IrishuraGodelieve 11 күн бұрын
Muvyeyi nukuri niba ari Imana yavuze ivyo courrage ariko niba atariyo muzihurira nayo .
@IrishuraGodelieve
@IrishuraGodelieve 11 күн бұрын
Amen❤
@MporanimanaDonacien
@MporanimanaDonacien 11 күн бұрын
Iman iguhezajyire neza yesu arengere uburundi
@EvelyneKaneza-yu1ww
@EvelyneKaneza-yu1ww 12 күн бұрын
Reka kubesha abantu ntamana yagutumye uri kwivugisha
@alicekrahenbuhl6949
@alicekrahenbuhl6949 13 күн бұрын
N' importe quoi .
@consolatenindamutsa2352
@consolatenindamutsa2352 13 күн бұрын
Imaniturengere iduhishe Ariko izontambara zizohera ryari abarindi koturibamwe hara Ari anti bemera gukoreshwa n'a satani yesuwe utunyegeze mumababayawe
@mbona7324
@mbona7324 13 күн бұрын
Manipulation
@JeanMarieVianneyBANGIRIN-sh2hv
@JeanMarieVianneyBANGIRIN-sh2hv 14 күн бұрын
None aho abarundi ubabwiye iki koko? Kuki utavuga abariko bategura iyo genocide?
@rebeccandikumana68
@rebeccandikumana68 14 күн бұрын
Ariko izo propheties de malheur muzireke,iciza nimba ari Imana Yakweretse ikintu nukugira ubisengere,c'est vraiment dommage
@rebeccandikumana68
@rebeccandikumana68 14 күн бұрын
Mw'Izina rya Yesu Christo Ndasambuye iyo migambi mibi ya satani,Uhoraho Aganze mu Burundi,imigambi myiza Yateguye Ku Burundi ishike Amen
@BizaJohnTv
@BizaJohnTv 15 күн бұрын
Komera mutoza umwami akuzigame
@peacehorimbere
@peacehorimbere 15 күн бұрын
YESU CHRISTO AGUHEZAGIRE CAAAANEEEEEE GOOOOOOSEEEEE MUSHIKI WACU!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!
@RichardNijimbere-u2k
@RichardNijimbere-u2k 15 күн бұрын
Umunt wese abesher iman muzibonanir.
@peacehorimbere
@peacehorimbere 16 күн бұрын
HALLELLUAAAAA HALLELLUAAAAA HALLELLUAAAAA HALLELLUAAAAAA HALLLELLUAAAAAA HALLELLUAAAAAAA HALLELLUAAAAAAAAAAAAAAA URAKOZE CAAAANEEEEEEE GOOOOOSEEEEEEE YESU CHRISTO UBUTUMWA BUKOMEYE CAAAAAANEEEEEEE GOOOOSEEEEEEEEEEE!!!!!!!!!!!!!!!!!
@FidelNdayikunda
@FidelNdayikunda 17 күн бұрын
Mana weeh uturwize kwimbabaxi
@VianneyHatungimana-s6t
@VianneyHatungimana-s6t 18 күн бұрын
Amen
@JospatKarishaga
@JospatKarishaga 18 күн бұрын
Ivyo bizoba iwanyu mu Rwanda mwamaze mutwipfuriza ikibi urucira mukaso rugahitana nyoko muzogeza ryari kutwipfuriza ikibi ?
@JospatKarishaga
@JospatKarishaga 18 күн бұрын
Biragoye kwumva KO ari ubuhanuzi wewe watumwe n'umunyepolitike umuhanuzi ntavuga nk'uwufise Aho yegamiye .ni de yaguhenze KO uburundi busambana kurusha urwanda?mwirirwa murahenera ISI yose Imana ikubabarire Yeremiya 28:1-17
@ChristellaNiyonizigiye
@ChristellaNiyonizigiye 18 күн бұрын
Imana iguhe umugisha muvyeyi niko biri naho batovyumva
@irambonackp
@irambonackp 19 күн бұрын
Ivyo uvuga n ivyo mu Rwanda iwanyu uranyuranije.
@penielkwizera4138
@penielkwizera4138 19 күн бұрын
😂😂😂😂😂😅😅
@sajidali2995
@sajidali2995 19 күн бұрын
Banza iwanyu kwakagame niwe yirigwa yakabantu ahobatuye wakigoryi we gumba iwanyu urumusazi abagutumye bakubeshe sarira iwanyu wambakaziwe
@chrisoneilniyungeko839
@chrisoneilniyungeko839 19 күн бұрын
Ukuri kurababaza nimba abesha tuzobibona
@peacehorimbere
@peacehorimbere 20 күн бұрын
HALLELLUAAAA HALLELLUAAAA HALLELLUAAAA HALLELLUAAAA HALLELLUAAAA HALLELLUAAAAA HALLELLUAAAAAAAAAA URAKOZE CAAAANEEEEE GOOOOOSEEEEEE YESU CHRISTO IMBURI IKOMEYE CAAANEEEEE GOOOSEEEEEE!!!!!!!!!!!!!!
@machanakintije7323
@machanakintije7323 20 күн бұрын
Sha nibaza ko ivyo bitarenze i Burundi kurusha mu gihugu cawe, nimba ingoma yobizira twohera iwanyu
@ErnestNjejimana-y4i
@ErnestNjejimana-y4i 20 күн бұрын
Ivyo ugomba bibe Mana
@emmanuelnijimbere490
@emmanuelnijimbere490 22 күн бұрын
Ndumva none ari politique 😂100% .
@chrisoneilniyungeko839
@chrisoneilniyungeko839 19 күн бұрын
Reka ntusubire,reka ibagaragaze
@NinzimaJudithe
@NinzimaJudithe 22 күн бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤
@EtienneNzoyubaha-r5d
@EtienneNzoyubaha-r5d 22 күн бұрын
Amen amen , Vyukuri uvuze ukuri 100%
@MuhozaJeandedieu-h1i
@MuhozaJeandedieu-h1i 22 күн бұрын
❤❤❤❤😂😂😂😂
@BernadetteNkenguburundi
@BernadetteNkenguburundi 22 күн бұрын
Merci pour la révélation madame Esther
@octaviennendayifukamiye4754
@octaviennendayifukamiye4754 23 күн бұрын
Ndakwingize Unyeze Mwami wanje uramp'iherezo ryiza
@amkacreativetugirimana1245
@amkacreativetugirimana1245 23 күн бұрын
Gumamo Mubyeyi, Ijuru rifite igisirikare gikomeye
@amkacreativetugirimana1245
@amkacreativetugirimana1245 23 күн бұрын
Amen Amen
@JgerardNiyonku
@JgerardNiyonku 28 күн бұрын
Ewe mukozi w'Imana Imana ig'uhumugisha ntacakorewe mukinyegero kitazoj'ahabona. Abarenganijwe ntitugira uwo twitura ariko Imana yimika abami Ikongera ika babogoza Irahari nikore turayiteze
@ngh4627
@ngh4627 28 күн бұрын
Nihatari ubundi imana irihangana pe
@kollyEthiopia
@kollyEthiopia 28 күн бұрын
Reka tubirindire twizeye😮
@MukamazimpakaFebronie-iw9hx
@MukamazimpakaFebronie-iw9hx 28 күн бұрын
Mubureke kubwumva pe Imana ariko iravuga
@jacquesnsabiyaremye3373
@jacquesnsabiyaremye3373 29 күн бұрын
Uko ni ukuri
@NibitangaThérence
@NibitangaThérence 29 күн бұрын
Jakurima reka kudushingwa twiberey murugamba rwiterambere
@NibitangaThérence
@NibitangaThérence 29 күн бұрын
Uzobonibara wewe uvgango uwiteka aravze atavze
@NibitangaThérence
@NibitangaThérence 29 күн бұрын
Mbega imana mukubwirabarundi ituma abanyamahanga?
@NibitangaThérence
@NibitangaThérence 29 күн бұрын
Ntabindi mwotubwira?
@NibitangaThérence
@NibitangaThérence 29 күн бұрын
Ubu ibyigitoro byacecetse .reka nkoreshe ururimi namw mukoresha
@botchenjohnbosco1933
@botchenjohnbosco1933 Ай бұрын
Na Satani arifis abakozi bayo kk ab'Iman ntibihish
@IgiranezaRucie-ze9qc
@IgiranezaRucie-ze9qc Ай бұрын
Ntivyoroshe