Abumva ni mwumve, ubundi se hari ukijijwe uba mu migambwe? Keretse ingirwa bakristo batazi gutandukanya Antikristo na Yesu Kristo nibo bijandika muri system politique iyoboye isi ariyo nyamaswa ifite imitwe irindwi n'amahembe cumi
@josephbenjamin51786 ай бұрын
JEWE SINDINZE NDAVYUMVIRIZA KUKO NTACO NOKURAMWO. JEWE SINDAVYEMERA N'ICO GITUMA NTAVYUMVIRIZA. IMANA IRI HOSE, NTABWO YOKWAMA AKENSHI ITUMWA KU BARUNDI GUSA. ABASENGA DIMANCHE BIRAGOYE KO BOKWIKANGURA NA GATOYA NGO BABONE IKINYOMA BARIMWO!!!😭😥😥
@alexismuberangabo36566 ай бұрын
Mbega ubwo ntiwarindagiriye mu mwijima? Ngo abasenga kucumweru ? Nonese wewe usenga umunsi cyangwa usenga Yesu? Umunsi se niwo wagupfiriye cangi ni Yesu? Amafini azabakoraho ntazatuma mubona Imana
@chantalmboningabira37516 ай бұрын
izo mana z'injajwa zirota kwica,kurimbura,twarazimenye izari zo, ni sekibi nyanayimbwa.n'itere ija iyo yaciriwe mu inyenga y'irimbukiro. ishaka abo itembana. Bana b'Imana, kanura mubone, Imana Data n'Umuvyeyi !!!ntamuvyeyi yica, Yaraturungikiye Umwana WaYo w'Ikinege Yezu Kristu, Yigira Umuntu munda ya Bikira Mariya, none Yogaruka kurimbura,kwica Muntu kandi Imukunda gushika hiyo ?
@alexismuberangabo36566 ай бұрын
@@chantalmboningabira3751 Nonese Muri Ukraine byifashe bite? Ntibari gupfa umusubirizo, muri Palestine se ntamabombe arimo kubarimarima? Naho se muri Congo hafi na za Goma abari gupfa buri munsi barapfa Yesu ataracunguye abantu? None ngo Burundi ntibapfa? Ubwose nta magrenade urikumva? Ubundi se wowe uriyitirira Yesu wabyawe nawe uvuka ubwakabiri ukaba ukivugisha ayo magambo ngo bikira mariya?