Umukuru wigihugu Nyenicubahiro aduhimiriza gukora no kwishira hamwe ego birashoboka,,,kuvyo yavuze uyu musi ko kuri buri mutumba hobaho imboneza abahizi mwiterambere navyo birashoboka cane,,,,yavuze no ku bajeunes bo muri diaspora ni ikintu gikomeye kuko abajeunes bo muri diaspora barakunda u Burundi cane mugabo ngo babona ko ata systheme ihambaye technologiquement,compte bancaire en ligne,publicite sitaraba nyinshi,kuma reseaus sociaaux zihimiriza abajeunes gukora no gukoresha technologie del<informatique,,,,mworaba uko mugikoreraho kuko birashoboka cane ,,,,naje sinobura na 10 dollars noshiramwo chaque mois,,,,murakoze.
@tijorico7906 Жыл бұрын
yambu cane,murakoze kwigisha abajeunes uko bakora CV hamwe nibindi.
@jboscoigiraneza9864 Жыл бұрын
Courageous guys!!!
@alexisndikuriyo218 Жыл бұрын
Avec PAEEJ les jeunes auront des succès
@Lesaviezvous2022 Жыл бұрын
Courage cane.
@blandineiteriteka2040 Жыл бұрын
Paeej yaj hagez nirambe ,harambe nabayirongoye👍
@jajasoldado198 Жыл бұрын
Paeej Burundi Hejuru Cane Ndabakurikirana Kuva Rumonge
@henriettenikuze1321 Жыл бұрын
PAEEJ YUBAHWE CAANE
@blandineiteriteka2040 Жыл бұрын
Murakoz cane umugambi mwiza wa leta
@blandineiteriteka2040 Жыл бұрын
Amavuta yikaranga je ntayo ndabona raba muzoz muyashira hose
@alexisndikuriyo218 Жыл бұрын
Meilleur projet aux jeunes
@alexisndikuriyo218 Жыл бұрын
Le PAEEJ était venu comme la réponse aux jeunes
@ferdinandnishimwe6783 Жыл бұрын
Terimberi paeej
@Lesaviezvous2022 Жыл бұрын
PAEEJ ,JEUNESSE DE DEMAIN ,BURUNDI BWIZA
@romiopro992 Жыл бұрын
we need seriousness in whatever we do so that we get sucess. PAEEJ for the Burundian youth