🍹Bakora ama jus aryoshe cane y'amabungo, inanasi.. Urwaruka rw'i Gitega rwaronkejwe umutahe na PAEEJ

  Рет қаралды 114

PAEEJ BURUNDI

Ай бұрын

Bakora amacupa 400 ku musi ya jus bise "Nyota Juice". Bashobora kugurisha amacupa 5000 ku kwezi. Izo jus muzisanga muma boutiques menshi.
Eliezer Iradukunda, yatanguje iryo shirahamwe, yatanguye akora wenyene, ubu afise abakozi 10 bahembwa ku kwezi.
📞 79 296 314

Пікірлер