@@stv-schadoutv4088 Cane gose. Naryohewe no kumenya kandi ko ari Maman wawe. Yari surprise! Uzomutugarukanire aze kwigisha inkumi n'abagore kuvyerekeye inyambaro ya gikristo. Ingene yambaye akikwiza yiyubashe, n'icitegererezo kuri benshi muri ibi bihe vyanyuma, aho abakobwa, abagore ndetse n'aba mamy basigaye bagenda bari hafi kwambara ubusa!
@user-cm9gc8ce9m4 ай бұрын
Ngukunda cane Jessica ❤
@KimanaSanta4 ай бұрын
Merci bcp Gigi mwatwigishij cane
@OlivierNkengurutse-pn3fy5 ай бұрын
Nagomba nishure kurico kibazo cabajijwe; ni vyiza gutura ko iyerekwa n'impamvu yo kubaho Imana itereka mu mutima w'umuntu; iyo uriko uragendera mw'iyerekwa urumva amahoro n'umunezero ; iyo wamenye ko urari mw'iyerekwa ico wokora n'iki? 1. Ntiwoca ushoka uhagarika 2. Wosenga ukabaza Imana igufashe gutahura igituma utanezerewe ;kuko birashobora Kuba biva ku kindi kintu 3. Wasenga Imana iraguha uburongozi bw'ukuntu wosoha murako Kazi hama ukaje mu kandi ataco wononye mu butunzi bwawe
Ikibazo mfise ,Aho mwavuze ko ushobora kuba wokwunguka muvyo ukora mais indani ugasanga nta joie,kuko wataye iyerekwa. None comment sortir murako kazi et investir muriyo nzira Mpwemu agushakamwo? Kandi ata chute mu buryo ibaye ?
@olgaGATORE-ym9gw5 ай бұрын
Ndashimiye caneee Pasteur Olivier,nabateguye ikiganiro. La vision uko mwabisiguye vyukuri ndabishigikiye,kandi nize vyinshi
@stv-schadoutv40885 ай бұрын
Merci @olgaGatore biratera intege cane kwumva hari uwafashijwe nikiganiro
Interviewer: gerageza gufata umwanya muto, kudaca mu ijambo umutumirwa, no kubaza ibibazo biri open. Unarebe kuri fashion & posture ufata uvuga. Umutumirwa: thank you for the testimony and for the way you are cool, authentic, helpful.