Navyaye après 11ans,Naratinya abantu ndaheba imanza, intahe ikomeye ya Mme Nivine

  Рет қаралды 4,401

STV-Schadou TV

STV-Schadou TV

Жыл бұрын

Imana yacu igihe gikwiye gishitse irakora ibitangaza, urafse intahe?twandikire kuri 69853344 cnk udutelefone

Пікірлер: 24
@natachankurunziza7729
@natachankurunziza7729 Жыл бұрын
Yesu ni umukozi w'umuhanga. Imigambi yiwe si nk'iya bantu. C'est un Dieu de l'impossible. Gloire à toi seigneur pour l'éternité. 🙏🙏🙏
@lyselisettendangindanga7189
@lyselisettendangindanga7189 4 ай бұрын
Amen amen ndafashijwe cane
@user-cc5rw1lx7u
@user-cc5rw1lx7u 10 ай бұрын
Imana ihabwe icubahiro.,..nanj mana uzumpezagize ikibondo...
@nadinegakuyano7108
@nadinegakuyano7108 Жыл бұрын
Nivine sh ndiho yakugiriy neza uzobabarire Abo bantu ncut
@user-cc5rw1lx7u
@user-cc5rw1lx7u 10 ай бұрын
Imana iratabara kandi ni nteturuye....nanj mana uzumpezagize ikibondo
@fleurymugisha5066
@fleurymugisha5066 Жыл бұрын
Imana ni nziza ibihe vyoseeee,,ndafashijwe caneee,, murakoze Canee
@joselyneshugweryimana4798
@joselyneshugweryimana4798 Жыл бұрын
Yesu arashoboye iyontahe Insubijemwo ivyizigiro🙌🙌🙌🙌🙌🙌
@DelphinNdikumana-eq6rv
@DelphinNdikumana-eq6rv 2 ай бұрын
imana yakugiriy nez
@user-ur2rj5bd7y
@user-ur2rj5bd7y Жыл бұрын
Imana ishimwe
@irakozephilomene1751
@irakozephilomene1751 Жыл бұрын
Amen Imana ninziza ibihe vyose
@nizigamaviolette4349
@nizigamaviolette4349 Жыл бұрын
Ndiho yagukoreye ibikomeye natwe turanezerewe abakunzi bawe bose , intahe yawe iklmeze n'abandi bari muri ivyo bihe. Ukomeze guhezagirwa
@joselyneshugweryimana4798
@joselyneshugweryimana4798 Жыл бұрын
Urakoze Data🙏🙏🙏
@laurianendayizeyebxv5714
@laurianendayizeyebxv5714 Жыл бұрын
Imana ninziza ndakunezererewe❤
@ornellaizere5362
@ornellaizere5362 Жыл бұрын
Imana ishimwe caaane yabagiriye nezaaaaa 👏👏👏👏👏👏
@niyonkuruelyne4288
@niyonkuruelyne4288 Жыл бұрын
Za murashirako numero zabo bantu Imana iba yarahaye ibibondo uwubakeney kugira abaronke
@stv-schadoutv4088
@stv-schadoutv4088 Жыл бұрын
Turatanga numéro ya schadou TV uwufise ico abaza yoca kuriyo kuko yoyo iri public ni +257853344 ni WhatsApp merci
@sandrinesandrichou7238
@sandrinesandrichou7238 Жыл бұрын
🙏🙏🙏
@gloriahakizimana6764
@gloriahakizimana6764 10 ай бұрын
Yoo Nivine. Amakuru?
@niyonemeraange3631
@niyonemeraange3631 Жыл бұрын
🙆👏👏👏👏
@Malo10
@Malo10 Жыл бұрын
Mme félicitations. Ariko uzogerageze ubabairire abo bakwise ukutariko. Ndunva ugishavuye. Ndakwiginze uzogaruke utubwira ko wababariye abo bantu
@stv-schadoutv4088
@stv-schadoutv4088 Жыл бұрын
Kuba vyaramukomerekeje ntibisigura ko atababariye afis ishimw ry'Imana yamuvuye ibikomere ibi uvuze wumvs ntavyo yavuz
@angeirambona5483
@angeirambona5483 Жыл бұрын
Guharira erega ntibisigura kwibagira igikomere kirasiga inkovu
@dorineakimana8752
@dorineakimana8752 11 ай бұрын
Urababarira ariko iryambo wabwiw ntirifudika.ntanzigo abafitiy ahubwo afis amashimw
@YonazariNkundabantu-ui9ze
@YonazariNkundabantu-ui9ze Жыл бұрын
Imana ishimwe yabikoze ubishoboye umpe number yuwomu maman
One moment can change your life ✨🔄
00:32
A4
Рет қаралды 19 МЛН
Survival skills: A great idea with duct tape #survival #lifehacks #camping
00:27
تجربة أغرب توصيلة شحن ضد القطع تماما
00:56
صدام العزي
Рет қаралды 54 МЛН
INTAHE YA MAMAN NYISHU.NARONSE UMWANA MAZE IMYAKA 20 MURUGO (EP1)
18:42
One moment can change your life ✨🔄
00:32
A4
Рет қаралды 19 МЛН