@@godelivendayikengurukiye4064 vugana na BMBC Kuri whatsapp +257 79500227
@UFUGOBoraАй бұрын
Intéressé
@UFUGOBoraАй бұрын
Intéressé
@UFUGOBoraАй бұрын
Intéressé
@DUSHIMEMUSICGROUPАй бұрын
Igurwa angahe?
@edwardhavyarimana6205Ай бұрын
None aho Apartement imwe nangahe
@doucekabirigi44072 ай бұрын
Ni vyiza gose ariko aho hantu kweri si mu mazi?
@RodneyMugisha2 ай бұрын
vya kwer
@emmanuelnibaruta58342 ай бұрын
Komera ejo na wewe bazovuga ko wiba ama parcelles y’abantu mugabo abatwaye amazu 1972 ntibavurwa
@KuzikoTV2 ай бұрын
Guys murafise ivyiyumviro vyiza arriko uko mubishikiriza ngo quartier diplomatic nibiki ngo uzova muriyo quartier utabanj kuja muri ville. None nta miryango ashobora kuba afise uyo muntu mu ruziba cank ku mutanga? Ikindi naco jew mfis amafaranga yanj nikubwanj nogenda inzu yanj nkayishira mwijenda ikaba ifise ivyo vyose muvuga, nayo ahohantu haca indege umwanya wose iyo sonore muvuga ntibikibaho ! Ivyo bisagara vyugay bibamwo community zabantu bo hasi cane kubarundi bataratembera bozigura vrma aho murico kiyaya. Aho naho kurima
@NordeliphazNshimirimana2 ай бұрын
Itrambre kughug ccu
@SMP19952 ай бұрын
Ni vyiza ariko ukuntu uvuga ntibiri courageux, Raba muhindure muvuge muri posé. Mumbabarire.
@Vision23002 ай бұрын
Si le burundi continue avec cette esprit de construction 🚧 vous allez arriver très loin dans le développement
@alexisbazagari2 ай бұрын
Turungikire Number Yisimu dushobora kubaronkako. From USA 🇺🇸
@bmbcburundiconstructionarc5962 ай бұрын
+257 79500227
@cvzx-29682 ай бұрын
Nukubasengera❤❤❤
@robinsontubili8992 ай бұрын
Murubaka Neza pee Mgabo nikuki mtubaka inyubako zile zile cane kuja hejulu cane kugira muhindure ishusho yi igisagara ca Bujubura nukugiha agaciro igisagara nikibone kwa arigisagara gifise inyubako ntonto ntigite agaciro Bujubura cubake inyabako ndende na nini rwoce za amaetaje agerece cane nka,New york muri za America
C'est bien de voir qu'on peut faire confiance à nos sociétés de construction, franchement bravo, c'est très rare en Afrique de trouver de sociétés de construction sérieux sans se faire escroquer 😊
@LarissaAkimana3 ай бұрын
Noe bizubakwa ryari ??
@bmbcburundiconstructionarc5962 ай бұрын
@@LarissaAkimana biriko birubakwa
@thepeacefulwarriorspodcast843 ай бұрын
Yesu nashimwe. Amen 😅
@Sylvana-s7r4 ай бұрын
Ko mutavuga ibiciro vyazo ?
@mponganochristian21964 ай бұрын
Ibibyiza birikugakibgunsa cyangwa murwanda😢gonse yamara burundi wao