Рет қаралды 122
Imyaka itandatu yari iheze dukorana ariko tutazinanyi, kurikirana ikiganiro twagiraniye n'umukiliya w'ishirahamwe BMBC aba mu mahanga aho adusigurira ukuntu bamenyanye ndetse n'ukuntu bakoranye imyaka itandatu yose atawurakubita ijisho uwundi.
Mu ntahe ya mbere mwarakurikiranye ikiganiro twagiraniye n'abana b'uyu Mudiaspora mwarumvise ukuntu bashima cane, nimba utayikurikiranye fyonda ngaha:
acesse.one/B4dM6
BMBC ikora ibijanye no kwubakira amazu abarundi baba mu Burundi canke bakorera mu mahanga #Burundidiaspora kuva mu mwaka wa 2012.
Murashobora kuvugana nabo mu bijanye na Architecture na Construction kuri contacts zikurikira:
-Email: Info@bmbc.bi
-Whatsapp: +25779500227
-KZbin:BMBCburundi
-Siteweb:bmbc.bi
Mukoranye na BMBC muba mushigikiye imiryango myinshi y’Abarundi basanzwe bakora muri iryo shirahamwe.
Mwokwibuka kandi ko mushobora kandi kugura amazu kw’ideni muri BMBC muri projet #BMBCHOMES.