UBUTUMIRE BWIHUTA
9:28
4 ай бұрын
RNC ATI: " AMATORA YAGENZE NEZA"
26:57
RNC MU MAZI ABIRA
11:47
Жыл бұрын
Пікірлер
@santiagok
@santiagok 3 күн бұрын
Vanesa ko udashyiraho telephone yawe ?
@Tsw325-tu9lu
@Tsw325-tu9lu 20 күн бұрын
Vanessa uti abahutu babaye intama nuko uti Imana niyo yo gufasha abantu bayo ! Ariko abanyarwanda twese twigize intama ! None intama bazigira gute ? Igisubizo BARAZIBAGA ! Nizidahagarika kwigira intama imana ntizazibuza kubagwa kuko intama zibereyeho kubagwa !
@Tsw325-tu9lu
@Tsw325-tu9lu 20 күн бұрын
Abahima baricana bica ba se na ba nyina na basebukwe na ba nyirabukwe ! Ngo DMI niyo yishe murefu se wa murutubarwe naho nyina wa kaga kakarere yariyahuye ! Ngo nyina wa kaga kakarere yamubwiye kureka kwica abantu aramusubiza ngo so what ! Yanga kumva maze nyina ashatse gutaha amukingirana mucyumba akajya amuheramo ibiryo akanga kubirya kugeza apfuye ! Uko abahima bigize killing machine kubandi rero ninako baberana za killing machine !
@Tsw325-tu9lu
@Tsw325-tu9lu 23 күн бұрын
RuPfuyeFu killing machine m23 kagamo-musevenistes iri gukorera amamilioni y'abanyarwanda n'abanyekongo genocide kuva 1990 kugeza ubu kunyungu z'abakoloni b'abazungu !
@immaculsiniremera3697
@immaculsiniremera3697 23 күн бұрын
Komera Vanessa ❤ Ayo ma étages ni camp de concentration kugira abantu bave irugur babone uko bigarurira amasambu kandi bomore benshi.
@youthpromo6891
@youthpromo6891 25 күн бұрын
GREX niwo mutwe wa opposition ikorera hanze y'igihugu uharanira inyungu za Rubanda mu kubohoza igihugu cyacu. Abakorera mu gihugu bazacyenera GREX kuko baraboshye, nibayitabire, bishobotse bucece. Abantu bose bashaka kutugira nka Ngurinzira muri Accord y'Arusha, nibagende ntitubashaka.
@Tsw325-tu9lu
@Tsw325-tu9lu 25 күн бұрын
Buriya ababishinzwe bazakore ubugenzuzi bamenye ubwato bwaragize kibazo ki. Numvaga abasogosi bavuga ko RuPfuyeFu killing machine yahise itabara abagize iyo mpanuka y'ubwato
@Nzohabonayojerome
@Nzohabonayojerome 25 күн бұрын
TUYAGIRE Vanessa komera ramba Tsinda❤❤❤
@ChristineNitunga
@ChristineNitunga 25 күн бұрын
Nigitsina baracihayeko
@youthpromo6891
@youthpromo6891 25 күн бұрын
Komera Vanessa
@KennoKanse
@KennoKanse 25 күн бұрын
Gufashanya hagati y'abahutu canke aba bantou n'ikintu kitabaho. Kuko iyaba bagerageza gukorera hamwe ntakuntu nakumwe bari gucurikwa bagacurangurwa imyaka n'imyaka n'abatutsi Bari ku rushi.
@kumuyabury3188
@kumuyabury3188 25 күн бұрын
Ntiharongora ubwinshi mwenewacu kirya cari igihe cacu ubu nimwebwe, imyaka 20 igira irengane turiko twitegereza
@MporanimanaDonacien
@MporanimanaDonacien Ай бұрын
Wurikibwa ntamakuru yawe numviriza nibushyaka kuvuga amakuru zawiterekana nkabandi 😅😅I urebe kuzabuvuga umwaka bataragucyishyaho toka
@tuyagirevanessach8883
@tuyagirevanessach8883 29 күн бұрын
@@MporanimanaDonacien Ja kiri " Live/enligne" urambona. Ahubwo ndagutumiye uzoze dukore ikiganiro. Unenge ugaragara
@MporanimanaDonacien
@MporanimanaDonacien Ай бұрын
Urikirara woe ibyapoli to i cc k vamo ntabyuzi tok kyre washyinziwe😅
@tuyagirevanessach8883
@tuyagirevanessach8883 29 күн бұрын
@@MporanimanaDonacien wakoze gufata akanya ukanyumviriza, ukongera ukandika
@Ericsa-9
@Ericsa-9 Ай бұрын
Uri dayimoni nkuru wewe kurisha umugore wa belzabur
@tuyagirevanessach8883
@tuyagirevanessach8883 29 күн бұрын
@@Ericsa-9 nagira ni kurusha umugore wa so?. Kora subscribe
@Ericsa-9
@Ericsa-9 Ай бұрын
Cyakora byara gucanze wa mwigeme wee
@tuyagirevanessach8883
@tuyagirevanessach8883 29 күн бұрын
@@Ericsa-9 Urakoze cane. Nukubibwira bikancangurura
@Tsw325-tu9lu
@Tsw325-tu9lu Ай бұрын
Vanessa kuri ayo makosa yose idini ryakoze ryambura leta n'imiryango ububasha ongeraho 2 ! 1. Gusobanura ko ingegera yavuye iyo ntazi igafata ubutegetsi kungufu ibifashijwe mo n'abakoloni b'abazungu yakuye ubutegetsi ku Mana 2. Kwambura leta inshingano zo kwita kumfubyi abapfakazi n'abakene ! Ntamfashanyo umuturage w'igihugu akeneye ! Umuturage bi nyirigihugu kigomba kumugaburira kumuvura kumucumvikira kumurengera no kumucungira umutekano ! Inyigisho yo gufasha abakene nihagarare ahubwo bigishe ingegera ziri kubutegetsi ko zibereyeho abaturage bityo zite kubibazo byabo ! Njye ngendana Imana mumutima wanjye sinkeneye kujya kuyishaka kwa Papa imam bishop prophete apotre pasteur ....
@rudasingwafrank352
@rudasingwafrank352 Ай бұрын
Byaba byiza iyo kurusha mubaye Abarundi kuruta Kuba Abahutu, Abatutsi, Abahima n'Abatwa. Ko ikiranga ubwoko ari "Ururimi" haraho mwari mwunva ururimi HUTU, TUTSI ...... Koko abantu mwitwa ko mwize!!
@tuyagirevanessach8883
@tuyagirevanessach8883 29 күн бұрын
@@rudasingwafrank352 hewe burya ntuzi ko era yikinyoma yarangiye?
@CESARIEHAKIZIMANA
@CESARIEHAKIZIMANA Ай бұрын
Mbega none mu gisoda c'uburundi haracarimwo abahima ?
@CESARIEHAKIZIMANA
@CESARIEHAKIZIMANA Ай бұрын
Jewe numva Abo bahima baragisibije n'ukuri. Ndasavye muzoze murabatwereka aho bari mu misozi no buzima bwa reta mubavuge mwongera mubatwereka tuze turabahunga. Hama Vanessa nawe numva urinda gose ,uzoze rero udufashirize abatware gushira ibintu buryo. Ariko nzobandanya kukumviriza.
@GiseleUwera-m6g
@GiseleUwera-m6g Ай бұрын
Neva bariko baramuhenda. Agahugu gato nk'uburundi kabereyemo intambara ni uguteza ibibazo abanyagihugu
@tuyagirevanessach8883
@tuyagirevanessach8883 29 күн бұрын
@@GiseleUwera-m6g Nivyo pe
@FaustinByendeye
@FaustinByendeye Ай бұрын
Vive la revolution spirituel Vive dieux des nos ancestre ❤❤❤ vanessa.
@CESARIEHAKIZIMANA
@CESARIEHAKIZIMANA Ай бұрын
Inkuru ya rwagasore n'urugo rwiwe irababaje . Nigeze kumva ikiganiro umuntu yitwa Dr masumbuko piyo avuga ko abana ba rwagasore bari barwaye ingwara yo mu maraso ariko ntiyavuze amaherezo ya madame rwagasore .
@CESARIEHAKIZIMANA
@CESARIEHAKIZIMANA Ай бұрын
Mbega muka kinyomvyi n'abana biwe baracariho ?
@duhoranimanaagnes4692
@duhoranimanaagnes4692 Ай бұрын
Ariko njye hari icyo nibaza. Ni gute abarozi bafite ikoranabuhanga ringana gutyo, kuki batafasha igihugu ngo bakoreshe iryo kiranabuhanga ngo bafate abanzi b'igihugu babakore ibyo bakora abo baba babahemukiye? Maze abanzi b'igihugu bakaza bakica abantu, abo barozi ntibagire icyo bakora? Kuki se batatsirika igihugu cyose umwanzi uturutse hanze yaza akazamuka ku ipoto agaheraho, bose ugasanga baratondetse n'imbunda zabo ku mapoto?
@tambaumvakondinkawe3853
@tambaumvakondinkawe3853 Ай бұрын
@msumikiumbe1651
@msumikiumbe1651 Ай бұрын
Salut.wahora he
@Nzohabonayojerome
@Nzohabonayojerome Ай бұрын
TUYAGIRE Vanessa komera cane ❤❤❤
@BrigitteBaseke
@BrigitteBaseke Ай бұрын
Yabi vugiye
@dimaskaka6682
@dimaskaka6682 Ай бұрын
Banessa ko menya wumvise nabi!
@youthpromo6891
@youthpromo6891 Ай бұрын
Abanyamerika nk’uko bisanzwe bakoze demi-tour, none Inyenzi za M7 zirayakanuye.
@CESARIEHAKIZIMANA
@CESARIEHAKIZIMANA Ай бұрын
Mbega none abahima baje bava mu kihe gihugu baja i rwanda canke mu Burundi ? None KO mbona n'ubu hakiriho abatware bameze nabi guhera Ku nzego zo hasi,ubwo si ba bahima nyene bagitwara ? Hama muzonyereke ifoto ya muka Micombero . Murakoze cane kuntahura .
@Roho_ya_Utu
@Roho_ya_Utu Ай бұрын
Kongo hari indya zihiye kandi ziboneka byoroshe! iBurundi naho bari kwerekana ko indya zari zarahishwe zimaze gutahirwa: ivyo birasigura intambara idahera namba mudashobiye gukora uburinzi naho muRwanda abazungu bababesha ko ntandya zihaba bakabashuka kuza gukora ubusuma iKongo n'iBurundi, nyamara afrika irakize ikibura ni mumutwe gusa!
@sengaemmanuel7928
@sengaemmanuel7928 Ай бұрын
Vanessa urumunyamakuru wumwunga
@GiseleUwera-m6g
@GiseleUwera-m6g Ай бұрын
Va kuri iyo shetani, uwogutuma abanyamakuru wozana iyo nshinzi?
@CESARIEHAKIZIMANA
@CESARIEHAKIZIMANA Ай бұрын
Mwandike ibitabu tuzoze turasoma
@HabyarimanaJacquis-ej3xz
@HabyarimanaJacquis-ej3xz Ай бұрын
Hoya vanessa, abahutu n'abatutsi n'abatwa b'abanyarwanda baba abo fdrl cg abataribo bose nibagende iwabo mu Rwanda Abakongomani ( abanyamulenge, rwandophones bo Nord kivu nayandi moko) nitabahe iwabo muri congo Abarundi bose abahutu, abatutsi, abatwa batahe iwabo muburundi. Ubundi abenegihu ba buri gihugu birwaze
@KennoKanse
@KennoKanse Ай бұрын
Komera umukobwa Vanessa. Ubwo bushishozi bwawe birashoboka ko bwoba ari bwo kabisa. Kuva Evariste atangaje ku mugaragaro ko uburundi bufise ubutare abarundi bazorya imyaka na milele ,abantu benshi twakoze comments ko Fdlr kagame agiye kuyibona mu burundi bidatinze.
@abewe7175
@abewe7175 Ай бұрын
Mwibaze kuki abanyamerika bahise baza kubaprposa umuyaga nkuba mu gihugu cyose,bashaka kuneka ibiki,barabaha uwo muyaga nkuba contre quoi?
@KennoKanse
@KennoKanse Ай бұрын
@@abewe7175 Jewe mbona infashanyo z'abanyamerika atarizo guhita umuntu avyinira ngo azemere ahumirije.
@abewe7175
@abewe7175 Ай бұрын
@@KennoKanse Nyacyo batanga cy Ubuntu,c est un don de séduction
@KennoKanse
@KennoKanse Ай бұрын
Impamvu uburundi bwirinze gufasha aba fdlr umuntu yazitahura. Abahutu ku bisanzwe ni ba bankamwabo. Icakabiri naco ubutegetsi bwa CNDD-FDD bwagumye buri kuri sankoko kubera kwa kugabana ubutegetsi n'abatutsi 40% et 50%. Ica gatatu naco igitutu ca kagame n'ubufatanye bwiwe na ba mpatsibihugu birumvikana ko vyatumye cndd fdd itarota ifasha abarwanya ubutegetsi bwa kagame.
@renobander7209
@renobander7209 Ай бұрын
Vanessa ba ureka kubesha we wumva ivyo uvuga udakekeranya bigaragara ko uvuga ivyo utatohoje
@Tsw325-tu9lu
@Tsw325-tu9lu Ай бұрын
Vanessa ama ONG ni ibikoresho by'abakoloni b'abazungu bakoresha mukuneka no kwiba igihugu no gushyira mubikorwa imipango yabo ya gikoloni na gicakara bitwaje ubutabazi no kugira neza ! Ubwo nabwo ni ubuhumyi dukwiriye gukira !