Рет қаралды 1,301
Join this channel to get access to perks:
/ @tuyagirevanessach8883
Akari mukanwa kimbwa bakuzayo ubuhiri. Biragaragara ko DR Congo itagiye kuronka amahoro vuba. Ahubwo aho kwitega impinduka izana amahoro ahubwo bigaragara ko intambara yoba igiye kwiyongera. Ariko ibi vyose biriko biterwa nuko bampatsibihugu badashaka ko M23/Kagame+M7 bava Congo. Ariko jewe ndemeza ko perezida Tshiseikedi ari nkahamwe yohagarika amasezerano yokwimba ubutare, iyi ntambara ntamezi abiri yohera itararangira.