CRDB BANK : Ibanki yumviriza
10:38
Пікірлер
@michaelleuwudasanzwe9200
@michaelleuwudasanzwe9200 Күн бұрын
NDAFASHIJWE BIDASANZWE. MERCI BEAUCOUP!!
@imeldenkeshimana3144
@imeldenkeshimana3144 Күн бұрын
Courage les amis, bien fait
@nintunzejacqueline6290
@nintunzejacqueline6290 Күн бұрын
Courage à ces jeunes femmes. Bravo @Ego initiatives!
@irankundaemeryne844
@irankundaemeryne844 2 күн бұрын
Ikiganiro kiranyubatse cane, haraho usanga tugendana ama préjugés menshi, or hose hari beza na babi, ikindi nize nuko l'amour est sans limite, il faut s'ouvrir
@musoLE123
@musoLE123 2 күн бұрын
Pamella umuntu ararira ntuvuge ngo mpore😊ntubaho urambabaje
@pascasiuwandagije8764
@pascasiuwandagije8764 2 күн бұрын
W ¿¡ bbbbvgmbbbbvcc bvvvg b😮😊😊
@NadegeNijimbere
@NadegeNijimbere 2 күн бұрын
Waaaaaaaaa
@SpecioseNdayisaba
@SpecioseNdayisaba 2 күн бұрын
Mme Renilde Imana Ikuzigame uduhaye ikiganiro cubaka Ingo cane ukoze aho benshi bari bakeneye les couples mwunve ico mpwemu w,Imana avuga
@SpecioseNdayisaba
@SpecioseNdayisaba 2 күн бұрын
Mme Renilde Imana Ikuzigame uduhaye ikiganiro cubaka Ingo cane ukoze aho benshi bari bakeneye les couples mwunve ico mpwemu w,Imana avuga
@NestorHakizimana-ku5rh
@NestorHakizimana-ku5rh 2 күн бұрын
Daphrose twariganye yamye ari umugwneza uko nyene Imana iguhezagire .urakama unezerewe sha
@user-fx4ol3ii5x
@user-fx4ol3ii5x 3 күн бұрын
Waooo ndaryohew♥️😘 nukur
@herveniyonkuru549
@herveniyonkuru549 3 күн бұрын
Nukuri ni originale
@niyonizigiyejeanine8700
@niyonizigiyejeanine8700 3 күн бұрын
Imana ibahezagire caaane muri umugisha kumahanga,murampezagiye
@user-sl8pi5sp8l
@user-sl8pi5sp8l 4 күн бұрын
Iyo couple ni modèle à suivre au bon entendeur salut !
@user-iz2gg2bh1p
@user-iz2gg2bh1p 4 күн бұрын
Urakoze cane Pamela🥰 Kutuzanira Umwamikazi Esther Kamatari du ❤❤❤ cane !
@ineslaurenceumugisha9082
@ineslaurenceumugisha9082 4 күн бұрын
Imana Ibahezagire cane. Ndahezagiwe cane n'iki kiganiro🙏🏿
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 4 күн бұрын
Basha Ikiganiro kiri Très Très Feministe.abatumire banyu bavanga Idées politique, Idées culturelle ,Idées Sociale na Idées réligieuse😊😊🤔 ntibivangwa,aho niho bizingiye! Hama Madame Pamela,kuba Umugore atwara Inda Amezi 9 nta Buhizi burimwo! bivuga ko uyo Mugore afise Ibihimba bikomeye bikora uko bikwiye gukora! Ibaze guhaya Umugabo kubera yameze Ubwanwa canke guhayagiza Ifi ko izi kwoga!! Inyoni ko iguruka! Ikiganiro,gishingiye k ubumalayika bw Abagore nk uko abagabo ari abacinyiza abagore atakindi bakora Umengo Umugabo aravyuka akavuga ngo je mvyutse Umugore nzoza ndamuhohotera!😢 Oooh! Les Anges moderne😊
@desiresabokwigura751
@desiresabokwigura751 4 күн бұрын
Merci
@JacquelineNininahazwe-f3n
@JacquelineNininahazwe-f3n 5 күн бұрын
Amen,waritahuye ndashimwe umuntu yihaye Imana ,akaronka ubuzima bwiza ndafashijwe caane
@mamanrisa6059
@mamanrisa6059 5 күн бұрын
Merci pour cette émission
@nsc4102
@nsc4102 5 күн бұрын
Iyi émission itumye ngirira akangongwe urugo rwanje😢😢😢
@niyonzimageorges8532
@niyonzimageorges8532 5 күн бұрын
Amahoro neza Pamela. Je suis désolé que ntabonye ico kiganiro en direct. Ubundi Nari kwibariza ikibazo. Mugabo ntaco ndahevye🙆‍♂
@pamchanneltv1502
@pamchanneltv1502 5 күн бұрын
wobaza umutumire twomurondera akabaha inyishu.
@user-qd3ik9wb5o
@user-qd3ik9wb5o 6 күн бұрын
Merci bcp louise et aster. Louise niko wamye vraiment,Imana yarakoze kuguha uwugukuzaaaa,wamye urintore mwana wacu
@glodiosebukuru8785
@glodiosebukuru8785 6 күн бұрын
Ndabanezererewe caaane Louise ntiyigirishije yakuranye urupfasoni uko❤
@user-dl4ug8vf2j
@user-dl4ug8vf2j 6 күн бұрын
Nimuduhe nimero zanyu kuko muratwubatse
@user-dl4ug8vf2j
@user-dl4ug8vf2j 6 күн бұрын
Umumaman arahanura pe?
@ghyslaineniragira6621
@ghyslaineniragira6621 6 күн бұрын
Mbega vyizaaa❤️ mukomeze kuba umugisha ✨iyo couple nayo👌
@gustavenizigama-tw1ud
@gustavenizigama-tw1ud 6 күн бұрын
Courage sister
@aimeegracekamikazi4728
@aimeegracekamikazi4728 6 күн бұрын
Muraduha Num zabo bantu tubabaze ivyerekeye imfuvyi
@martinenkurikiye8619
@martinenkurikiye8619 6 күн бұрын
PAM warahise nukuri urumva sujet urayiryosha mpaka kandi zama ziri intéressant 👌ukomereze aho ncuti
@glorianineza2816
@glorianineza2816 6 күн бұрын
Awesomee. Thank you Dodo to share your inspiring testimony
@BelyseMugisha-d8y
@BelyseMugisha-d8y 6 күн бұрын
Mwaramutse neza ndubatse kandi intahe ya aster Na Louise yatwubatse ariko uze wongere ubatumire batubwire ingene bavuye kuri 2cent mille bashika kukugura i modoka nukwubaka inzu yabo merci
@minaniempphilbert5454
@minaniempphilbert5454 6 күн бұрын
❤❤❤❤
@user-io4bi9ly6k
@user-io4bi9ly6k 6 күн бұрын
Turabakunda abarundikazi ,abaturanyi
@larissaishimwe2113
@larissaishimwe2113 7 күн бұрын
Merci bcp Pam jewe nize
@HabaAugustin-fs2sd
@HabaAugustin-fs2sd 7 күн бұрын
Sorry my sister ,be strong was not easy but igigkuru nuko bigikunda kutwenge iyo niyo ntsinzi❤
@evelyneirakoze7479
@evelyneirakoze7479 7 күн бұрын
Babwire babwire sha Pam uti :akimuhana kaz’imvurihishe.😂
@Mondieu2024
@Mondieu2024 7 күн бұрын
Ingrid uvuga rimwe nkumva kabiri.Narabayeho ndiha inzu na ration na minerval muri bourse d’études 😂😂😂.Imana ni se wimpfuvyi. Nukuvuga ngo ivyo uvuze vyose ndagutahura
@Mondieu2024
@Mondieu2024 7 күн бұрын
Ingrid mpore 😂😂kazima wakize.umuti wo gukira kwimpfuvyi…Ubwa mbere urihangana,ukaba honnête hanyuma ukagira umwete .Ivyo vyose bikaba couvert n’agasabisho kumwanya wose
@buhagaingrid3883
@buhagaingrid3883 6 күн бұрын
Egooooh Mrc bcp
@gloriosenininahazwe1678
@gloriosenininahazwe1678 7 күн бұрын
Liste articulée sur des valeurs humaines !
@gloriosenininahazwe1678
@gloriosenininahazwe1678 7 күн бұрын
Hari ikintu nize cerekey ikiyago ,uretse no mu rugo!(No mu kazi,..)iyo uganira n'umuntu uramubaza uti harya vyagenze gt?mbega nta bundi buryo wari gukoresha❤❤ mrci couple heureux
@alinegahimbare1046
@alinegahimbare1046 7 күн бұрын
Astere et Louise, je vs aime beaucoup ❤❤
@astereuwimana8145
@astereuwimana8145 7 күн бұрын
Merciii
@Mondieu2024
@Mondieu2024 7 күн бұрын
Ukuntu ikiganiro canyu kiryoshe noheraheza mvuga nti mwarasaze 😂❤
@astereuwimana8145
@astereuwimana8145 7 күн бұрын
😂😂😂😂
@Buheteye
@Buheteye 7 күн бұрын
Intahe ninziza mbabaye nukuntu mutabanye
@rosineharerimana3339
@rosineharerimana3339 8 күн бұрын
Mugume muvomera kugira hakomeze hahembuka benshi.
@nshimimanaantoine-el1wz
@nshimimanaantoine-el1wz 8 күн бұрын
Barikiwa saaaana,lmanidukomereze ingo zacu
@ardiecubahiro1395
@ardiecubahiro1395 8 күн бұрын
Couple y'icitegererezo.Astère et Louise , Imana ibahe umugisha.
@claudinenkunzimana8435
@claudinenkunzimana8435 8 күн бұрын
Thank you very much sister
@dianekn7139
@dianekn7139 8 күн бұрын
Uri umu mama aryoshe, nta nkeka ko nawe urugo rwawe ruryoshe. Hama urakoze kibondo kuri izi programmes zo gufasha no gukebura ingo uriko urakora muri ino minsi. Yesu akumpezagirire.
@ColombeNiyubahwe
@ColombeNiyubahwe 8 күн бұрын
Merci bcp Maman Renilde...... Ndiho naw aguhe kuzokwama unezerew