Cher fils,frère et ami!! Imana iguhezagire yongere ikuzigame ,ndakuzi caaane kuva ukiri umwana,narakwigishije imyaka myinshi,uritonda ,kandi irihangana, abo bana bawe n,uko batazi ko kugira umu Papa nkawe ari umugisha udasanzwe ,tubandanye dusenga Imana ishobora vyose,uzoza ubona bariko barakurondera!! Yesu Kristo aguhezagire cane.
@claudinenyirahirwa5067Сағат бұрын
Darlene, Merveille et Rachel, Votre père Vous aime bcp. Mureke ibindi vyose mubanze muvugishe papa.
@ParfaiteIrakoze-e6v41 минут бұрын
Mon cher neveu Jean Pierre Imana wakoreye ugikorera mukuri no mumpwemu ikorere murabo bana bongere bakwegere nkumuvyeyi abakunda abasengera ijoro numurango abakunda Imana ishishikare kubana nawe iminsi yose yokubaho kwawe nabawe
@KinundaRebecca2 сағат бұрын
Nukuri ndakuzi kuva kera Imana wakunze yarakubaye hafi.Nihabwe icubahiro
@blanchemuco34923 сағат бұрын
ndavye ingene i wish yaba nkifise papa wanje , nokora ibishoboka vyose agaruke hakaba abandi bamufise mais batavugana , iyi si ni hatari nukuri!!! Imana ifashe uyo muvyeyi
@beatricekamango6831Сағат бұрын
Je loue l’Eternel kubona mbonye Jean-Pierre, umukozi w’Imana. Uwogira ses coordonnées azimpe zagiye ntazanditse
@SanatienNiyongabo-b1nСағат бұрын
Urasubiza inyuma ikiganiro urazironka
@divineingabire52441 минут бұрын
@@SanatienNiyongabo-b1n😂😂😂😂
@SolaInankuyo6 сағат бұрын
Imana ibahezagire mwese Pamela na Jean Pierre kuriyo ntahe !! Imana iguhe gusubira kubonana n’abana bawe mu Rukundo 🙏 Kandi ico nshimye muri vyose nuko gusaba imbabazi Imana niyabishura mu gasubirana muzoze mutubwire dushimire Imana natwe 🙏
@laurentharimenshi27253 сағат бұрын
Je sais ce genre de situation combien est éprouvant pour l'avoir vécu il y a de cela 20 ans, et Jésus-Christ m'a libéré et a libéré mes deux mignonnes filles. Hallelujah Que le Seigneur Jésus-Christ aie de la compassion envers leur maman et obtienne sa délivrance.
@pamchanneltv15022 сағат бұрын
👐
@AlineDécorСағат бұрын
Merci bcp Jean Pierre imana ninyishu ncuti. Courage courage
Uyu mu papa afite agahinda pe gusa buriya nta kintu nakimwe kiba ku bakunda Imana Imana itabizi Kandi ndizera ko Imana izakugarurira abana Uyo mu maman niyitegure kuzishyura ikibi yakoze
@womanoffaith430958 минут бұрын
Uwo mu papa ndamukunze caaaane! Asengere abandi bagabo bari mumageragezwa nkayo!! Je naje i Buraya nzanye umwana arwaye hama mu nyuma umushingantahe wanje yari tagumye i Burundi ko yarafise udukorwa akora, yarasamaye ntiyasuiva abana neza none ntibamuvugisha! Kandi barakuze barakora. None uwo mu papa yabintayeko kandi ndi umukristo. Uwo mukozi w’Imana ansengere!
@jeanclaudebigirindavyi21012 сағат бұрын
Pore sana mon frere Jean pierre, jewe ndakuzi cane nkumukozi w Imana, kandi nivyo vyose vyagushikiye nari ndabizi, ariko ntikibujije ko nkorora amosozi numvise kandi iyo ntahe yawe, ariko ico nzi co Imana numukozi w umuhanga cane kandi burya ntakibera ubusa, kandi Imana ishimwe gwose uko bimeze kwose uyumusi
@arcademunagarutoke835911 сағат бұрын
Mon ami Jean Pierre Bankibigwira,merci bcp pour le témoignages
@josephinehabonimana68417 сағат бұрын
Iyi ntahe ikwiye kumurikira abavyeyi bose bagifise ivyiyumviro vyogukura abana k'umuvyeyi wundi.Ivyo bintu bifise ingaruka cane kubana kuko umugabo arashoboye kuronka uwundi mugabo, n'umugore ashobora kuronka uwundi mugabo, muga abana abavyeyi babo ni abonyene, rero wa mumaman aho uri wumve ko ukwiye guharira ivyakubabaje vyose, uhuze abobana nuwundi muvyeyi, abana babe épanouis avec tous les parents.
@blandineniyonzima259424 минут бұрын
Whaouuuuu, giheze neza ikiganirp, Jean Pierre ubehoo unezerewe, kuba urya mu Rwandaise agenda yari inyishu kuri mwebwe n'ugushima,
@bedbuntu11718 сағат бұрын
😢😢😢papa dada sinarindakuz mais tu me fais pleurer comme un bébé,Iman ukorer izogukiz icogikomer iguhuz n'aban baw
@yvonnesibylle7706 сағат бұрын
Nta kuntu wonuma wewe? Niho wari aho yabirukana? Mauvais témoin...
@MukunziHoliN.K7 сағат бұрын
Jean Pierre ndakuzi rwose urimfura pe! Ihangane ukomez ukorere Imana izaguhemba.urimfura ndakuzi rwose.
Ntakinanira Imana nzosubira kubona uyu mu papa ashima Imana arikumwe nabana biwe bose uko ari 6
@DianeNSANIMFURA6 сағат бұрын
Ngizumutwaro wawe muvyeyi 😢😢😢ntakuzi kandi yesu wamenye azaca uwo mugozi ugutandukanya nabana au nom puissant de Jesus iyo emission un jour tuzayibona uvuguruza satan ufise intahe yindi y, ishimwe
@carmennimubona325715 сағат бұрын
Oh my God Imana itabare uwo mu papa asubire ahure nabana biwe ❤
@violetkabarenzi81023 сағат бұрын
Komera papa we birabaza kubura abana nizere ko Mama wabo ibyaba byarabaye byose azareka abana bakaza mukabonana. Abo bana nabo aho bari umubyeyi wanyu muzamusure mutitaye kubyo meunvise
Nohanura ko conflits entre les 2 parents zitotuma abana baba victimes! Ariko uwo muvyeyi ari lese nahumure abana bazomurondera! Nta n umwe aryoherwa n ukutagira umuryango! Uwo akomokako!
@Sabriya-ms4ry7 сағат бұрын
MANA YO MW IJURU amarira aranyishe 😭😭😭
@kwizerayvonne19504 сағат бұрын
pole sana
@Bni23513 сағат бұрын
Sinkunda kugira commentaire ariko ubu ndayikoze.Igihambaye nuko Imana yoca inzira abo bana bagasubira kubonana na papa wabo.Namwe bavyeyi muhane imbabazi naho mutosubira kubana ariko imigenderanire myiza irashoboka cane ko musangiye ibibondo.Ikibahuza(abana)kirakomeye.
@salimajosephine16737 сағат бұрын
Nukuri ndababaye ndarize😭😭😭😭🇺🇲
@laetitiankeshimana3451Сағат бұрын
Ohh Jean Pierre, abantu batekereza nkawe barakunda guhura n’ingorane kuko satani ntabanezerererwa. Ariko Yesu ni INYISHU, naba Darlène, Rachel et Merveille muzosubira guhuza, ntakinanira Imana. Komera.
Gusa aba bakobwa bawe simbatahura abandi ahubwo abuhungu nibo baduhungu bamwe bamwe nibo bunva amabwire y anyina ariko abakobwa bacu naho wovyga ibingana gute nti bunvuriza baba bwira bati is our dad. We kibaye ikinyuranyo kweli sorry for that.
@lievainagororoka23377 сағат бұрын
Ibintu vyingo vyabubatse boragora uruwo hanze utabikwirikiranye ntubimenya iyo umwe wese avuze version yiwe niho inkuru uyumva neza havuze umwe inkuru ntumenya ko ariyo canke ko hari ivyo atavuze. C mon avis.
@mujamahedrix55 минут бұрын
Jewe ndakunda umuntu azi ubwenge, wewe ndakwemeye cane rwose.
@jeandedieunduwimana949713 сағат бұрын
Mon frere testimony yanyu iranyubatse,ariko ico novuga nturi wenyene we are so many undergoing all kinds of traumas
@blanchemuco349218 сағат бұрын
iyi ntahe ntanubwo ndaheza impaye chaire de poule😢 irababaje pe😢
@EstherMiracleUwimana10 сағат бұрын
Sha Beatha huza abana na se ndakwinginze ndaziko ukunda Yesu ico kintu ntikiguhushishe ijuru
@bangiricengecrescence66579 сағат бұрын
Donc aranakijijwe la dame. Mbega yemwe ko agakiza kubu ko gateye confusion mw’isi… Imana adufashe caneee
@nikwigizeevelyne99198 сағат бұрын
@@bangiricengecrescence6657Wapi vyarivanze kbsa
@mujamahedrix7 сағат бұрын
Mw'ishengero rya FECABU urya mugore wa Jean Pièrre turamuzi twese numukizwa turamuzi kweli n'ingorane yarafise, uwo mugore yabana n'umugabo na famille yose muri rohero ² avenue mao, famille ya J.Pièrre yamwikuriyeko uburimiro gushika naho umugore ahunga n'abana biwe, arata aromoka aca yigira muri Kenya, ico tuzi neza kubera twarabandanije kuvugana nuyo mugore n'abana kubera n'umugenzi wacu, babaye muri kenya imyaka 8 uyo mugabo yaciye aheba abana aranka kubavugisha ni fanta 1 yonyene ntayo yarungitse. Turazi amarushwa yuwo mugore mw'ishengero FECABU,Jean Pièrre IMANA rugiravyose yarakwishuye ibibi wakoreye urya mugore waruzi ko ataho azoshika none ubu ari muri Canada utanguye kwikwega ngo abana biwanje baranyanse muri camp des réfugiés muri kenya ata kintu wabahaye ni bonbons z'ijana kweli, ako nakamaramaza. Tubarire J.Pièrre n'abana urondera après 14 ans, canke n'amahera.
@iyubakukiretv85806 сағат бұрын
@@mujamahedrixAhaaa nuko rata bimeze!! Abagabo niko bigenda bibagirwa abana babo aho babakeneye, nyuma bashyira ubwenge ku gihe abana bamaze gukura akaba ariho bibuka ko bafite abana😭 Umugore umeranye neza n'umugabo we niyo yaba akunda kujya hanze gute ntabwo yatoroka umugabo ngo nyuma umubano we n'umugabo we ube mubi. Abagabo b'abanyakrika turabazi ukuntu musuzugura abagore! Gusa niba aba bana baranarakariye papa wabo kubahuza nawe birakwiye pe!Kuganira nawe bizabakiza ibikomere bikoreye! Abana bakenera ababyeyi bombi! Abagore namwe nimureke kwinjiza abana mu bibazo bwanyu ababyeyi! Bagabo namwe ibibazo byose wagirana n'umugore wawe izirike ku bana bawe wibakomeretsa ubatererana!
@peggys.4125Сағат бұрын
@@mujamahedrixNoneho birasobanutse. Nari nayobewe ukuntu umukozi w Imana yakoze divorce, kd Bibiliya ifite icyo ibivugaho kd gisobanutse. Kuvuga ko yabyaye umuhungu ntawe yari afite se, ni iki kimubwira ko umugore we atari kuzamubyara?
@ndayizeyefebronie4 сағат бұрын
Abana bazaza au fur et à mesure ko bakura gusa nibo bafite ibikomere kukurushya . Kandi en tant que père Des enfants barya wabyaye nyuma ya ba Darlène n ikindi gikomere cyiyongera kubyo barimo ubu kubera kwikunda kw ababyeyi .Ibyo mwakoze byose vous deux , vous n avez pas pensé ku bana mwabaye .Aho niho ruzingiye. Mwarikunze.
Wumvise côté imwe, wumvise côté yuriya mu maman nawe wovuga ibindi
@mujamahedrix7 сағат бұрын
Vuga make ntavyo uzi, urya mugabo n'igisigo
@chantalkantore90996 сағат бұрын
Uramuzi ko umwise igisigo?@@mujamahedrix
@blanchemuco34924 сағат бұрын
@@IdonNizigamaico mwopfa numugabo cose, abana bama bafise droit yo kuvugisha au moins papa wabo!!! ntuca ubishiramwo abana ukwo mwoba mwabanye nabi gute
@blanchemuco34924 сағат бұрын
@@mujamahedrixnubwo yoba igisigo abana ntiwobabuza kuvugisha papa wabo!! kuki ubima ubwo burenganzira papa wabo akibaho kandi ashaka bavugane! nsimvuze basubirane mais abana bashobore kuvugana na papa wabo
Ndakuzi my brother,wabaye Intwali.Ur umukozi w Imana pe.Kandi Imana Ukorera Izogucira Urubanza rwiza.Kandi natwe dufise amatsiko yico Imana Izokora.Komera ncuti
@IdonNizigama8 сағат бұрын
Vraiment bukuru nawe uzi famille yuwahoze ari madame we, urashobora kuvuga uko? Uzi amagogwa urya mugore yahuye nayo iwabo na jean pierre ? Uri hatari kweli
@@mujamahedrix ntibyumvikana ukuntu abakobwa bakunda ba Papa babo, muri 3 hakabura n umwe umubwira ko bazagenda. Kandi bari bamaze gukura, ubwo nabo barabibonaga ko Mama wabo abayeho nabi cyangwa nabo ubwabo. Ubu se bwo bananiwe kuza kumushaka ko noneho banakwizana badakeneye uruhushya rwa nyina?
@peggys.4125Сағат бұрын
😊ibi ni umutima umucira urubanza umuzanye kuri youtube. Niba yubatse neza aragarukira iki mu byahise? Abana nibamushaka bazi aho bazamukura. Ntiyavuze ko tante wabo ari muri Canada? Urusengero ayoboye ntiruzwi, nibamukenera bazamubona?
@louisedusabe9450Сағат бұрын
Intohe itangura ibanaje ariko ikarangira neza.(Ariko abobana bari muri Canada .Vyarikoroha umuntu amenye ville barwo canke umuntu abonye tel yoca amenya villa barimwo)bigaca vyoriha kubarungilira message naho Boba barayinonye Nibazako atangora yobirimwo)
@AlineNiyondagano6 сағат бұрын
Ndabbaye cane,chetani nimubi numusambuzi wivyo atubatse.ndasavy abo bana bikunibe agashi barondere se kuko ntawundi bazoronk amusubirira.uyomugore nawe nomuhanura kudasubira guteranya abana nase,uko vyomera kwose niwe yabavyaye ni se basangiy amaraso
@lastrevivalministry86535 сағат бұрын
Nimba ata kindi yariyo décision gusa mudahurizako wari korosha kugira uramire urugo gwawe nkumuntu w'Imana kwihangana ntikugira igihe guhererako nimpaka Imana yishuye a trois ans gusaba divorce ???jw ndazi abasubiranye a 10ans barahanye divorce baragira mariage kandi bose bari bagumye uko nico bibiliya ivuga!!kurondera abana ni vyiza ariko uriko ugerageza kugarura ico wamaze gutakaza, habaye kwikunda!!kandi biragoye ko amahoro yuzura nico gituma abubatse babe maso gutandukana nikumubiri ariko imishaha yanyu Imana yarayimatanije muri umwe gutandukana nikintu Imana yanka murantunga
@vanessagateka-nb7dmСағат бұрын
Uvuga ivyutazi désolé, divorce iva ku bintu vyinsh bitandukany rero arrête de jugé comme ça
@user-ik5tx1vu7v6 сағат бұрын
Mpore mpore mutama, hari igihe ivyo bintu vyari vyeze.
@NsavyimanaAnitha10 сағат бұрын
Imana ikube hafi.kuko niyo yomora ibikomere
@shanthalshanthal14919 сағат бұрын
Mwalimu wacu wakera fecabu naragukunda
@richardhateg86623 сағат бұрын
Umugore wikivume n ubusazi ntaciza ukura kubana muvyaranye.
@mujamahedrixСағат бұрын
Ntiyoba ikivume nka nyoko wawe yari maraya ninde atamuzi, abana yavyaye umwe wese na se wiwe bose yabakuye mu gwagwa yaza yumva afise imbanyi atazi nyeneyo.
Jyewe ndumunyarwanda kazi napfakaye mfite abana 6 ari bato yagiye mfite 36ans we yagiye afite 40 ans nashatse le cadet afite23 ans numvaga ntamugabo nazana mubana banjye babuze papa wabo none wamugore we wanga ko abana batavugana na papa wabana bawe urimo kubica bahagaze uwo wari muto ambala ngo papa yarameze gute abakobwa bawe nibashaka nibwo uzamenya ibyo wakinishije ko bitoroshye
@mujamahedrix59 минут бұрын
Uvuga utiyumviriye umenga nta mutima ufise, urya mugabo uramuzi wewe