Mimi=impano uburundi bwibitseko❤ Iyi film ni igitabo gikomeye caaane.. ndipfuzako yoba iyumwaka agashimwe uragakwiye mimi
@اممحمدالسعيدي-ط7ز Жыл бұрын
Imàn ishimwe kk narifite amatsiko yokubona iyi firme ya Mimi uhezagirwe can curabarr umpe like 🔥🔥 zigerakwi100 warahezagiwe cn uwukwanka akwandureko from 🇸🇸♥️🇧🇮💯🙏🙏🙏
@NdayizeyeJohnclaude Жыл бұрын
❤❤ly my sister.courage ma Belle sœur uzany impinduk mur film ndund apan ko twama hahand tuv muma films yinkundo turonk ikidukundish igihug Nico turi twebw nyen ubwacu. Ham ndizey ko idahez uzoduha igic gikurikir.🎉🎉🎉❤
@Chazontime Жыл бұрын
Woooooouuuuuuh just woooooouuuuuuh, abahimbawe niyi full movie tumenyane! Ukomeze ukina full ndagushigikiye❤
Woow izi nizo film 🎥🇧🇮 àbarundi bakeneye hejuru cane ndakwishimiye my sister ❤ nibwo igihugu kitoguha agashimwe ariko wumveko wakoze igikorwa gikomeye cibihe vyose #imana yaduhay'uburundi ibudutungire🇧🇮🎬🙏🙏
@MukarutabanaChristine9 ай бұрын
Respect My county it's more beautiful 🇷🇼
@NgendaJoel Жыл бұрын
Twarorerey nyinshi iyiyo ni number one❤❤❤❤ kabisa utwibukije kumenya ico turi
@Gift-vn4sn Жыл бұрын
Waaaa j'était au zambie quand même je n'aime pas la zambie j'aime le Burundiii c'est un bon pays ndabakunze mwese abakinye na Mireille j'aime la décision que TU as prendre ndashimiye cane Mireille kumpanuro uduhaye urwaruka vraiment courage 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
❤❤ariko my Mimi🎉🎉Imana ikumpurize nanje pe!!!!❤❤❤ndakubwire félicitation œil en œil❤❤❤❤❤
@tumainipandaleo875 Жыл бұрын
Kabisa ndemeye baguhe n'akazi ko kwigisha gukunda igihugu,Sha iyi film kweri itwigishe kwitahura gukunda uburundi n' ababwo.merci et courage
@ZiporahManirumva-hv5cy Жыл бұрын
Arashoboye kwl yubahw azamurwe ahubw
@odetteirakoze9210 Жыл бұрын
Courage mimi sha uwukwanka nanje ndamwanka ndagukunda Trop nukuri iyi Film niyambere wubahwe urakwiye agashimwe
@winniemunisi1754 Жыл бұрын
Nimependa sana move za burudi hasa huyo Ndayishimiye amecheza vzri sana ametoa fundisho kwa mabinti wengine. Hongera sana Nyayishimiye.
@claverniyonkuru Жыл бұрын
Félicitation mwigeme wacu kandi courage
@innocentbangirinama5008 Жыл бұрын
What a such nice movie ndayikunze I think mwari kwandika script ya English translation musi kugira nabadatahura I kirundi na French batahure ni mumpe izo likes 👍 🔥🔥🔥🔥🔥🥰🥰🥰😍🥰🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@@MimimireilleOfficial-dm8ty raba muzoduhe link ya ma film mukina muzoba mukoze kko inyigisho zanyu ziranyubaka cane ham mutwonger nutundi dufilm dukwirikira
Nongeye gushaka kumenya Histoire y'Uburundi kwerii.Burundi Mana yakuduhaue ykutuzigamiree
@blandinedusabe Жыл бұрын
Waoooo nacerewe pe ariko nizer komwaribenshi mwarimurindiramy igishika iyi movie ibibero vyumuvyeyi hejuru cane❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉courage ma sisi mimi love you ❤❤❤
J'❤ et j'adore vraiment ce film. Burundi bwacu, Burundi buhire. Mimi wumvek nkunze iyi film. Nanj ndizera mu mutima wanj ko nzobona Uburundi twabuze, nezerereq igihuhu canj, Uburundi bwatwibarutse
Mubyukuri nanjye iyi sms inkoze kumutima, ndihanze ariko ngiye guhita ntangira kubaza igihugu cyanjye, Thank you very much for this movie and God bless you. 🙏🙏🏬🚔🛫🗺️ along with others
Vraiment c'est a chanter Pour voir les jeunes de l'Afrique fait tout moyen nous rappeler que nous devons aimes notre continant d'Afrique chers burundais , vous avez une chance avoir mimi dans votre pays c'est une chance très doctrinale parce que vous devez la souvegarde comme une jurisprudence de que nous devons profité nous tous sans exceptions parce que je suis entrain de vous suivre entant que je suis congolais en tout cas courage mimi lorsque je serai en mesure d'arriver au Burundi je serai là a causé de toi vraiment que le bon Dieu vous protéger tous et King's bbas
@aristidenshimirimana1999 Жыл бұрын
Mimi Courage tu fais la fierté de notre pays un jour bizogenda neza gusumba uko uvyibaza
@DativeNDAYIKEZA-uw1dd Жыл бұрын
Mbega mbega film nziza weee❤ hejuru cane hagomba hashe🎉
@edouardniyongabo9436 Жыл бұрын
Inyigisho ziri mu majambo uvuga Zinyongereje kumenya icondi Nico nzomarira ubutaka bwa Mama.igihugu🇧🇮🇧🇮❤ Canje karangamuntu yanje. from Zambia
@luciemuhorakeye2656 Жыл бұрын
Much love for you mimi you are talented💓❤💖💗😘🤗💃
@AdelinHasabumutima-ks3vs Жыл бұрын
Nezerejwe nivyiyumviro vya Ndayishimiye Mireille.nivyakunda tuzobonane kubwivyiyumviro vyiwe.