A BOY FROM RUYIGI FULL MOVIE - English Subtitle by John K-ay x Kaposho X Pamela - BURUNDI FILM

  Рет қаралды 6,584

The Light of Africa

The Light of Africa

Күн бұрын

Пікірлер: 77
@VB.020
@VB.020 6 ай бұрын
Nice film my Burundian Favorite actor @John K-ay Turagufise i Burundi. Keep up the good way!!!
@Famous-f8r
@Famous-f8r 6 ай бұрын
Ubundi sinumva ko natakaza umwanya ndaba film zabanyamahanga dufise inyigisho dusiga iwacu kandi zodufasha, big up sana to John Kay ,,,,,,, natanguye gukunda film ndundi neza neza ariko ndavye Cop's enemy nka 3fois ,,,,, haracabuze support ivuye kunzego z'igihugu hamwo nomubanyamitahe kugira film z'abarundi zishike kure cane,,,, ❤❤❤❤❤❤
@AlineBucumi-b4v
@AlineBucumi-b4v 6 ай бұрын
much congratulations to this team. Well played
@ishurwetv
@ishurwetv 6 ай бұрын
Ino FILM yakozwe neza, kandi iraryoshe, ariko ikibazo ntabwo nigeze mbona Promotion yayo cane cane arya mafoto aba yafatiwe muri shooting kuko rimwe na rimwe atuma umuntu aguma ahanze amaso ko igikorwa gisohoka. EP twaza tubona yaje tutanamenya, ako rero twarakaneguye, kuko tugerageje kuraba no mu bahinde FILM irashobora gutangazwa hasigaye n'umwaka ko isohoka kandi iyo hegereje bakaza baratwandikira nk'akarorero A WEEK TO GO , 2DAYS.... ivyo birafasha cane muri uru rugendo rwo kuba international. Courage cane mwadufashije cane guhindura ntitwame muri za film zifatira kunkundo gusa, naka yakundanye na naka. idée yari nziza cane. Thanks!✍️ Maconco Burundi
@iam_Johnkay
@iam_Johnkay 6 ай бұрын
Uvuze ukuri 10000%.
@EMJAY-m7l
@EMJAY-m7l 6 ай бұрын
Waooo🎉🎉🎉 muzoyibandanye plz iraryoshe kandi irigisha
@UwimanaPamella-c2e
@UwimanaPamella-c2e 6 ай бұрын
Imbere cn i love it
@thegift292
@thegift292 6 ай бұрын
Film tuba dukeneye kbx, kurundi gwego 🇧🇮🇧🇮🔥🔥
@NduwimanaJosephine
@NduwimanaJosephine 6 ай бұрын
The movie is perfect !
@kandamagazine3502
@kandamagazine3502 6 ай бұрын
We are the light of Africa John K-ay ndakunda ukuntu ufata ukuboko abakiri inyuma yawe kugira nabo babone gushira ahabona impano zabo 🤍💙
@uzobazetv1283
@uzobazetv1283 6 ай бұрын
Egoo ni naryo hangiro rya light of Africa guteza imbere impano za aba acteurs muri film za muratwandikira tumenye impano zanyu dufashanye kwiteza imbere
@iam_Johnkay
@iam_Johnkay 6 ай бұрын
We are the Light of the world
@iam_Johnkay
@iam_Johnkay 6 ай бұрын
Wubahwe nawe Mrc.
@nduwayezujeandedieu6572
@nduwayezujeandedieu6572 6 ай бұрын
Film zibisazi ❤
@thegift292
@thegift292 6 ай бұрын
I still watch this movie
@AlexisDusenge
@AlexisDusenge 6 ай бұрын
Muriki gihe uburundi Buri mubibazo harakenewe film nziza nkizo zogusamara.jhon kay Kora turagukunda
@iam_Johnkay
@iam_Johnkay 6 ай бұрын
Murakoze
@IgiranezaOlivier791
@IgiranezaOlivier791 6 ай бұрын
Ingene film yanditse, ahubwo wubahw uyu muntu akwiye amashurwe, gx mwari kutwereka n'incuro na2 Musa yatonze mw'ishure Professor amaze ku mutora🙏🙏🙏
@iam_Johnkay
@iam_Johnkay 6 ай бұрын
Murakoze cane
@ElyseHatungimana-ky1pl
@ElyseHatungimana-ky1pl 6 ай бұрын
Film yambere kubutaka bwuburundi ikozwe numuntu yuyumvamwo igihugu ciwe kandi anagikunda 🇧🇮🇧🇮, akwiye guhabwa amashurwe yiwe akanashigikirwa mubikorwa vyose akora. Rero l'état yuburundi imurabe ryiza akwiye ikigo ciwe ibujumbura 🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🌹🇧🇮🇧🇮🥀🥀🥀🥀🥀
@iam_Johnkay
@iam_Johnkay 6 ай бұрын
❤️❤️❤️❤️❤️😍😍🙏🏽🙏🏽
@MrLewis257
@MrLewis257 6 ай бұрын
Umurundi Ahari Yubahwe 🙏 Haracari Agahaze Mugukundisha Abarundi Film Ndundi. Kuko Simbona Naza Film Zomumahanga ico Zirushije Film Ndundi Nubwo Arizo Akesh Dushak Guhurumbira Film Nziza Tukazisiga Ahiwacu. Courage Haracakenewe Support Ivuye Ahatandukanye Haba Muri Reta Mubimenyesha makuru Ndetse Nahandi Film Ndundi Ikagira Agaciro Kuko Ziba Zirimwo Inyigisho Zitandukanye. John-Kay Na Team Yawe Mwubahwe Caneee🙏🙏 Film Ndundi Top❤
@iam_Johnkay
@iam_Johnkay 6 ай бұрын
Murakoze cane. Imana itube imbere
@AmonIrakoze
@AmonIrakoze 6 ай бұрын
Very nice film
@SamuBebe-xv3ut
@SamuBebe-xv3ut 6 ай бұрын
Mbega film Waoooo💋💋💋💋💋🥀💪
@DinahNish-bm9sr
@DinahNish-bm9sr 4 ай бұрын
John Kay gukorera imana vyokubera
@YvetteNDAYISHIMIYEVivi
@YvetteNDAYISHIMIYEVivi 5 ай бұрын
Sinarinziko uzi Gusnga yoooo ciye nkuknda p nuko Gsa jaja arumugenzi😂😂
@claudeirankunda920
@claudeirankunda920 6 ай бұрын
waoooooo nukur p nimwe yuba dukeneye
@Evelyne552
@Evelyne552 6 ай бұрын
Nukuri je ngerageje kurab iyi film nkac ndab ninzind film ndundi nahor ndaba hariho itandukaniro rinin cane iyi film abant Bose nayereka yarabigish cne twayikuyemwo inyigigisho zihagije hamwe hoboneka abantu bandika film zimeze nkiyi muburundi igisata CA film cotera imbere nkomubindi bihugu ahubwo congratulations ❤❤❤❤Kuga film nkaka kubweng waduhaye vuba ugir wandink iyindi
@iam_Johnkay
@iam_Johnkay 6 ай бұрын
Murakoze cane gose... Abazi kwandika bariho ariko harigihe babura uko basohora ivyabo ngo tubibone. Imana ibafashe aho bari hose
@IshimwePamellaChantal
@IshimwePamellaChantal 6 ай бұрын
I can’t wait
@iam_Johnkay
@iam_Johnkay 6 ай бұрын
🙏🏽🙏🏽
@felistehakizimana1904
@felistehakizimana1904 6 ай бұрын
Amen amen amen amen ❤❤❤❤❤❤
@LYRICS-MUSICAL-m1n
@LYRICS-MUSICAL-m1n 6 ай бұрын
Ngerageje kura films zikinwa mu burundi vrm harih itandukaniro n a boy from Ruyigi uhereye kumasanamu nukuntu acting yabakinyi vrm big up Sana kumakinyi mwese kk mwazany ikosora mur flm indundi🇧🇮 ndabahaye 90%0
@iam_Johnkay
@iam_Johnkay 6 ай бұрын
Murakoze cane gose
@christella1725
@christella1725 6 ай бұрын
Nice film ham nkumuntu azi gukina nez film nagomb nkusabe nkumu fana wawe nikor iyi film uzotore abakinyi bazi gukina hano mu Burundi par exmple nka Abel fanny Sabbas Amede na joachim nukur uzosang biryoshe iyi film irimwo inyigisho nyinshi cne by christella from Ruyigi❤
@christella1725
@christella1725 6 ай бұрын
Nubu narindiy John kay agshimwe natsindiy sindagahabw hma mubndany muhezagirwa
@iam_Johnkay
@iam_Johnkay 6 ай бұрын
Hariho iyindi iri munzira. Muzonezeregwa cane
@MalikAwannn-f9f
@MalikAwannn-f9f 6 ай бұрын
@ClaudineNshimirimana-oy9bm
@ClaudineNshimirimana-oy9bm 6 ай бұрын
Wow .!biraryoshe .Pam courage
@anettekeith4213
@anettekeith4213 23 сағат бұрын
The pamela gal is a husband snatcher. She goes round sleeping with people husband. What a shame
@AlexisDusenge
@AlexisDusenge 6 ай бұрын
Film zikinwa uko apana zimwe zamaraso zidafise ninyisho.film idushira mugahinda ikadushira no mumunezero.icigwa nukwitondera ABO dutunga mungo zacu Kandi ko urukundo aramayobera🇧🇮🙏
@iam_Johnkay
@iam_Johnkay 6 ай бұрын
Murakoze cane. Muhezagigwe
@InnocentNdayi-w6v
@InnocentNdayi-w6v 6 ай бұрын
What film !! Moussa gusa uratanga Care pe .muduhe rero next part
@iam_Johnkay
@iam_Johnkay 6 ай бұрын
AHHAHA Merci
@Rick_love_Promoter
@Rick_love_Promoter 6 ай бұрын
❤❤❤❤
@Marymamah-q8f
@Marymamah-q8f 6 ай бұрын
😭😭😭😭😭😭😭😭😭
@ondndkddkddk4612
@ondndkddkddk4612 6 ай бұрын
Musa❤❤❤❤
@iam_Johnkay
@iam_Johnkay 6 ай бұрын
Merciiii
@vanessa-vavandikumwenayo2757
@vanessa-vavandikumwenayo2757 6 ай бұрын
Film iteguwe neza cane Amajwi amashusho vyose ni Sawa Ariko habuzemwo abakinyi bivyamamare vyaha iwacu 🇧🇮 dusanzwe tumenyereye kandi bakunzwe Fanny Lavine,Sabbas, Amédée,Abel iyo bayibonekamwo vyarikuba vyiza gusumba kuko babikora neza cane Ariko ubutaha iyuriko utegura igikorwa muzobanze kukigirira promotion kugira abantu tugumane amakenga yogushaka kuyiraba
@iam_Johnkay
@iam_Johnkay 6 ай бұрын
Murakoze cane.
@EuphemieNdayikengurukiye
@EuphemieNdayikengurukiye 6 ай бұрын
Komutarasohor izindi😢
@NiyongerePascaline
@NiyongerePascaline 6 ай бұрын
Rek mbendafat icicar ndiho niyahatugez ndabon tuzohatwik
@LottoSinemaBoy
@LottoSinemaBoy 6 ай бұрын
🔥🚨🇧🇮📽️
@iam_Johnkay
@iam_Johnkay 6 ай бұрын
Mrc
@YvetteNDAYISHIMIYEVivi
@YvetteNDAYISHIMIYEVivi 5 ай бұрын
Bro film zaw ninziz p arko zuradha inoti tuzkorerra publicité kko nkbu iyi niburiburi ubu ibigez nkokur 500k kukntu itguye nukwisa ninyigsho rro hebinoti dukre akzi dukor marketing tuyigurshe p ndishutu yaw cnk ya armand umubze Vivi Cibitoke cnk carama acamenya uze dukorkazi
@iam_Johnkay
@iam_Johnkay 5 ай бұрын
Tangura gukora, ninabona difference, tuzoyaga
@YvetteNDAYISHIMIYEVivi
@YvetteNDAYISHIMIYEVivi 5 ай бұрын
Bisaba arko uduce duce twiyi vidéo hamw n'affiche
@bahatiisrael1672
@bahatiisrael1672 6 ай бұрын
Ndaha mpaka 😂😂😂
@iam_Johnkay
@iam_Johnkay 6 ай бұрын
Ntukiryamaa paaa
@christella1725
@christella1725 6 ай бұрын
Film yumwaka gusa muze murongeza umwany guko muduh iminota mike cne
@iam_Johnkay
@iam_Johnkay 6 ай бұрын
Murakoze cane
@anettekeith4213
@anettekeith4213 23 сағат бұрын
Pamela stay away from my man
@Kaelicious221
@Kaelicious221 2 ай бұрын
My question how did the village boy know how to seduce the boss wife like that?? Cause village boy knew exactly what to do so I was shocked he supposed to let the lady get the starting n go from there cause that scene is 🤯🤯
@iam_Johnkay
@iam_Johnkay Ай бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 Who said he wasn’t Eating women in the Village ahaha
@IgiranezaOlivier791
@IgiranezaOlivier791 6 ай бұрын
Nn iyi film narihe ntarayirorera? 🤣🤣
@iam_Johnkay
@iam_Johnkay 6 ай бұрын
AHAHAH Ibaze shaa. warihe?
@IgiranezaOlivier791
@IgiranezaOlivier791 6 ай бұрын
Nn izobandanya?
@iam_Johnkay
@iam_Johnkay 6 ай бұрын
Birashoboka
@Nidivin
@Nidivin 5 ай бұрын
@iam_Johnkay
@iam_Johnkay 5 ай бұрын
@BekissDidier
@BekissDidier 6 ай бұрын
❤❤
@HaragezeMedia
@HaragezeMedia 6 ай бұрын
❤❤❤❤
@لافل-غ8د
@لافل-غ8د 5 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤
@iam_Johnkay
@iam_Johnkay 5 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤
@Kaelicious221
@Kaelicious221 2 ай бұрын
❤❤❤
@iam_Johnkay
@iam_Johnkay Ай бұрын
♥️♥️♥️🥰
AGASOBANUYE - A BOY FROM RUYIGI - Rwanda / Burundi - AGASOBANUYE
2:49:59
The Light of Africa
Рет қаралды 13 М.
World’s strongest WOMAN vs regular GIRLS
00:56
A4
Рет қаралды 38 МЛН
Happy birthday to you by Secret Vlog
00:12
Secret Vlog
Рет қаралды 6 МЛН
Trapped by the Machine, Saved by Kind Strangers! #shorts
00:21
Fabiosa Best Lifehacks
Рет қаралды 38 МЛН
Увеличили моцареллу для @Lorenzo.bagnati
00:48
Кушать Хочу
Рет қаралды 6 МЛН
Cop's Enemy Kirundi Kinyarwanda - Film yose, 2020
1:52:51
The Light of Africa
Рет қаралды 35 М.
UNFORTUNATE LOVE Full Bongo Movie (Lisa Jensen, Steven Kanumba)
1:58:12
Africha Movies
Рет қаралды 1,7 МЛН
EP 6 Season 1Kinley Yangden Final
59:10
kuen Lha Creative Media
Рет қаралды 38 М.
AGASOBANUYE FEAR WOMEN 3 - John K-ay, Fanny Lavine , Abel Nduwayo. PK
1:55:00
The Light of Africa
Рет қаралды 10 М.
Pastor T mwangi gets real on relationship | Marriage
30:00
Mkenya Marekani TV
Рет қаралды 21 М.
AGASOBANUYE - UMUGORE YAHEMUTSE NABI - IRREVERSIBLE CHOICES
1:26:17
The Light of Africa
Рет қаралды 26 М.
World’s strongest WOMAN vs regular GIRLS
00:56
A4
Рет қаралды 38 МЛН