Ikiganiro ni ciza cane, mugabo next time muze murondere ahantu hatari bruit nyinshi kugira song isohoke neza!! Bruit yari nyinshi rwose muri kino kiganiro... tuguma twumva imiduga n'abantu baguma bakoma induru!
@thierryirakinga1463 Жыл бұрын
Divin arasigura ibintu neza vrt
@joycebc23 Жыл бұрын
Umwibitsa w'ikirundi ng' ubusaza bunyaga ubugabo
@mimiyealycia8937 Жыл бұрын
Umugabo yitwa umugabo afite umugore.
@alexandrenakindishe4169 Жыл бұрын
Mwa bapfasoni mwashizeho utu rubuga. Mwagize neza. Ariko birababaje kubona ikiganiro c'ikirundi, kiba mu rurimi rutari ikirundi, ntirube igifaransa. Ni mumenye abo mubwira. Ni Abarundi. Ni muhe agaciro ikirundi c'iwacu. Tutagize ako kigoro, tuzosanga tutakiri Abarundi. Birambabaje ni ukuri .