No video

abakobwa nibikwize, hari abagabo bagwaye igisigo kizira hejuru y'amavi//Donasiyano akebura atwenza

  Рет қаралды 21,167

Uburundi Mu Kirundi

Uburundi Mu Kirundi

Күн бұрын

Abarundi bacuye ibikorwa, barakiranura ibicurarangisho bagaterama bacuraranga.
NINTERETSE Donasiyano ari muri iki kiganiro ni intahetwa mu gucuraranga inanga. Yabigize umwuga, ageze ku bikorwa 48 vy'agahore. Muri vyo ku rubuga rwacu murahasanga : Rya kete wampa mukobwa, Igisagara kiraryana, Turerere Uburundi .
Muri iki kiganiro Donasiyano arigana ukuntu inanga yamumariye vyinshi: yamufashije kuresha, yamuhaye inka n'inkuyo, yaramumenyekanishije, yongera imugira kimararungu mu kibano aho anezereza umugore , abana n'ababanyi.

Пікірлер: 35
@franklukazula
@franklukazula 7 ай бұрын
Love ❤️ from MALAWI system niyayindi gukunda ivyiwacu first 🔥 God bless Burundi 🇧🇮
@bigirimanaberchimas-ir7im
@bigirimanaberchimas-ir7im Жыл бұрын
Kabisa muramvya amaboko hejur tumenyane💪🙌
@Yemwe
@Yemwe 7 ай бұрын
Amahoro barundi b’iwacu ❤ Ndabasavye mumpe akanimero k’uyu muvuzi w’inanga mwoba mukoze 👏❤️
@bigirimanaberchimas-ir7im
@bigirimanaberchimas-ir7im Жыл бұрын
Imana yompa passport nkurya yafizzo ndavuga uburyo nkakurya aguma agenda hanze nkuwugenda imuramvya uwomugabo nomujana hanze Kandi ndaziko ntohomba abazungu Kiko ivyo ntavyondabonayo kbx bisigura ko bamubonye Naho yohagarara kwibarara amadola yokwegeranya
@user-sq9us1ol4o
@user-sq9us1ol4o 5 ай бұрын
Shimir'Imana ko mwasimvye iryo korosi, benching barahasizagatwe
@isidorinsabimana410
@isidorinsabimana410 Жыл бұрын
Urakenuye
@uburundimukirundi
@uburundimukirundi Жыл бұрын
Murakoze gushima. Mushimye natwe biradushimisha.
@uwuyisabasalvator
@uwuyisabasalvator Жыл бұрын
Umupatiri wo muri philippine niwa yagishije abakristu nabakrikazi ko , abakenyezi nabigeme babirabire ko badakwiye kwigana inyambaro yabazungu . Kuko uko Imana yaremye umubiri wabazungu siko yaremye umubiri wakobwa babirabure . Ngo , nibambare bikwize .
@user-qp5rn9qb8d
@user-qp5rn9qb8d 9 ай бұрын
Mutam wirambire
@PascalNdayiragije-uu2sy
@PascalNdayiragije-uu2sy Жыл бұрын
Muburundi nihatar uwumuntu simbona impamvu adatezwimber nibutse igihe amaze mibibintu
@NitungaEmile
@NitungaEmile 4 ай бұрын
Gute
@kabuturachupi1389
@kabuturachupi1389 Жыл бұрын
Ikiganiro ciza.
@longinniyongabo3598
@longinniyongabo3598 Жыл бұрын
Uwu muntu nakuze nkunda umurya w'inanga avuza. Mwakoze kumuha ikiganiro
@user-sq9us1ol4o
@user-sq9us1ol4o 5 ай бұрын
Nanje ndumunyaMuramvya, mwubahwe ndakundinanga caane nahora ndayumviriza nkiri muto
@entrepreneuriatetcoaching856
@entrepreneuriatetcoaching856 Жыл бұрын
Komera Donatien
@LenildeKwizera
@LenildeKwizera Ай бұрын
Mutama wirambire gusa murakwiye kutwigsha ako karanga kabasokuru mwoba mukoze
@felixshikiro7065
@felixshikiro7065 Жыл бұрын
Rwose hanura abakobga bikwize Numucyo watwese
@user-oe3wk5sn1l
@user-oe3wk5sn1l Жыл бұрын
Uraduha iya mabano yinka nayo
@HenrietteNZEYIMANA-wc2ji
@HenrietteNZEYIMANA-wc2ji Жыл бұрын
Murakoze cane kukiganiro ciza none mwoshobora kuziduha kuri you tube?
@olympeniragira4895
@olympeniragira4895 Жыл бұрын
Ndabakeje cane. Murazi kurondera mwa bantu mwe.
@uburundimukirundi
@uburundimukirundi Жыл бұрын
Intore irarangwa, twaramutoye. Na mwebwe turabakeneye, muradutera iteka dusangire ikiyago.
@olympeniragira4895
@olympeniragira4895 Жыл бұрын
@@uburundimukirundi Amahoro, nzobamenyesha igihe nzoba ndi hiyo mu buruhuko. Murakoze ku butumire mumpaye.
@user-sq9us1ol4o
@user-sq9us1ol4o 5 ай бұрын
Ubuntu aho bwamyee,
@user-tv4kh3ep4k
@user-tv4kh3ep4k 11 ай бұрын
Hello
@emilenindagiye
@emilenindagiye 3 ай бұрын
Courage mutama ndifuza nanje numéro yiwe
@ndihokubwayowilly2442
@ndihokubwayowilly2442 Жыл бұрын
duhe imero ngendanwa yo donasiyano
@uburundimukirundi
@uburundimukirundi Жыл бұрын
Twandikire kuri uburundimukirundi@gmail.com canke kuri Facebook tuguhereze.
@felixshikiro7065
@felixshikiro7065 Жыл бұрын
18:33
@bukuruezeckiel453
@bukuruezeckiel453 Жыл бұрын
Vyiza mutama
@RUKWAVU
@RUKWAVU Жыл бұрын
Ese inanga ziwe uwozishaka yozironka gute? Muze mumudusabire adusubiremwo inanga yiwe yitwa TAMBA IYO MANZI YA MARIZA. Bishotse mumufashe yugurure chaine ya KZbin ashirako inanga ziwe. Turamukunda cane!
@uburundimukirundi
@uburundimukirundi Жыл бұрын
Tuzobikora, murakoze
@ndihokubwayowilly2442
@ndihokubwayowilly2442 Жыл бұрын
None izonaga ziwe zigurigwahhe
@uburundimukirundi
@uburundimukirundi Жыл бұрын
Muvuga inanga "igikoresho" canke ibikorwa mvabwenge vya Donasiyano ?
@HenrietteNZEYIMANA-wc2ji
@HenrietteNZEYIMANA-wc2ji Жыл бұрын
Turabasavy muzishire kur you tub
@uburundimukirundi
@uburundimukirundi Жыл бұрын
@@HenrietteNZEYIMANA-wc2ji vuba zigiye gushirwako. Murakoze
Ugusaba umugeni : ijambo ry'usaba umugeni, Kinyange na Torobeka babaye bamwana
35:58
Yummy Lifehack 😋 @artur-boy
00:19
Andrey Grechka
Рет қаралды 4,5 МЛН
拉了好大一坨#斗罗大陆#唐三小舞#小丑
00:11
超凡蜘蛛
Рет қаралды 16 МЛН
Cute kitty gadgets 💛
00:24
TheSoul Music Family
Рет қаралды 21 МЛН
Люблю детей 💕💕💕🥰 #aminkavitaminka #aminokka #miminka #дети
00:24
Аминка Витаминка
Рет қаралды 1,2 МЛН
Ibitito: umwana na muka se; Bakobwa mugisabwa, mukure icigwa muri aya mayagwa!
7:39
I Muramvya, basomye igitabu ca Ntahe bumviriza inanga
5:28
Magazine Jimbere
Рет қаралды 35 М.
IJAMBO RYO GUSABA IREMBO N UMUGENI REDIFF 22 01 2020 REDIFF 6 07 2020
59:02
UMUNYU DORE IBITANGAZA ELISA YAWUKORESHEJE
1:00:30
ABAGWIZA TV
Рет қаралды 55 М.
Yummy Lifehack 😋 @artur-boy
00:19
Andrey Grechka
Рет қаралды 4,5 МЛН