KZ
bin
Негізгі бет
Қазірдің өзінде танымал
Тікелей эфир
Ұнаған бейнелер
Қайтадан қараңыз
Жазылымдар
Кіру
Тіркелу
Ең жақсы KZbin
Фильм және анимация
Автокөліктер мен көлік құралдары
Музыка
Үй жануарлары мен аңдар
Спорт
Ойындар
Комедия
Ойын-сауық
Тәжірибелік нұсқаулар және стиль
Ғылым және технология
Жазылу
Uburundi Mu Kirundi
Uburundi mu kirundi bwoba ari Uburundi buhire , bwiyunze kandi bwiyizi. None hari uwodeha ko ikirundi ari imwe mu nkingi z'ubumwe bw'abarundi ? Hari uwovuga akaranga k'abarundi adashizemwo ikirundi? Hari uwokwiyobagiza ko ururimi rutahuritse ari akagozi gatekera ivyiyumviro n'ubumenyi bigashika kuri bene kubihabwa bicuzuye?
Ikirundi gishoboye kudondora ivy'Uburundi vyose iterambere ryokurikira. Nkako uwuzigamye akaranga aba azigamye ibanga, ahari ubumwe hakaba n'uguhanahana ivyiyumviro n'ubumenyi ntihobura iterambere.
"Uburundi Mu Kirundi " twipfuza ko ikirundi gishika ku rwego rwo gukoreshwa mu bisata vyose vy'ubumenyi, twipfuza guhabura ingeso nziza zaranga abarundi zitakiboneka cane.
3:03
Umwami ari he? - inanga ya TOROBEKA Yozefu//inkuru y'igihe Mwezi anyegezwa abazungu
Жыл бұрын
3:00
Ikembe - Torobeka: ryoherwa n'umudiho, unyurwe n'amajambo// abarundikazi mu mvutano baraberwa
Жыл бұрын
8:05
Turerere Uburundi - inanga ya Donasiyano//umukobwa yishima, yambara atikwiza atukisha abavyeyi
Жыл бұрын
35:58
Ugusaba umugeni : ijambo ry'usaba umugeni, Kinyange na Torobeka babaye bamwana
Жыл бұрын
2:39
Inanga y'ibisuma - Torobeka Yozefu// ndakambura abamvyaye sindayisiga
Жыл бұрын
7:09
Gusaba umugeni: intore ziratoranye, umuhungu wa Kinyange yashimye umukobwa wa Torobeka
Жыл бұрын
8:20
Igisagara kiraryana - inanga ya Donasiyano NINTERETSE//..inyota nyinshi , Donavina ahishije
Жыл бұрын
26:27
abakobwa nibikwize, hari abagabo bagwaye igisigo kizira hejuru y'amavi//Donasiyano akebura atwenza
Жыл бұрын
4:59
Rya kete wampa mukobwa - inanga ya NINTERETSE Donasiyano// harageze ko ngukumda mwiza, nkundira
Жыл бұрын
3:01
Kinyange: amazina y'ukwihaya uwakugabiye
Жыл бұрын
1:28
Warubizi 3 : wari uzi ko igisagara kitari ic'abakuru ahubwo cari ic'abakungu? Umve insiguro!!
Жыл бұрын
2:25
Warubizi 2 : wari ubizi ko tuvuga igihindi, icarabu n'ikidagi twibaza ngo ni ikirundi ?
Жыл бұрын
1:52
Warubizi 1: wari uzi ko uvuga ikiganda wibaza ngo ni ikirundi ? Aya majambo si ikirundi
Жыл бұрын
19:10
Kireko 2 : icompa agakumi nokwisazura//aho ivunikiye yorima.
Жыл бұрын
23:07
Kireko 1 : bikunda nogira abagore batanu// utingishije ibisusu wambaye pacanga umukobwa yarigemura.
Жыл бұрын
3:30
oya si umurizo..//ni akaminuramuhini
Жыл бұрын
4:13
Ubumwe bw’abarundi - umudiho n’amajambo
2 жыл бұрын
6:30
Ibicuba: Kinyange arahibongoza amajambo asosera ugutwi ||uwukunzwe n’indanga yohorana agatima keze
3 жыл бұрын
35:33
Erega abagore barakubita abagabo..||Kinyange ntavuga aravura , ni umurundi w’indanga
3 жыл бұрын
6:33
Umve ingene Kinyange yivuga amazina mu kirundi kiryoheye amatwi kikanyura ubwenge
3 жыл бұрын
2:33
Inanga: Intagabana ziragowe - Torobeka ||umviriza ingene i bwami abagabanye bahaya uwabahaye
3 жыл бұрын
5:07
vya bigore vy'ibinebwe...// ibicuba n'amazina y'inka - Torobeka
3 жыл бұрын
45:28
N’aho nakagendeye umutama w’imararungu||urya aririmba “mudigadige”||ubu umukobwa yubaka ari umugore
3 жыл бұрын
4:26
Inanga : Ku gasumo ka Mwaro - Torobeka Yozefu||umve ibanga ry’ibihweba !
3 жыл бұрын
19:12
Star Boy wa StarTV257 atanze impanuro zibereye|| warasambana, umwana wawe akabikora ikosa ni rwawe
3 жыл бұрын
20:11
Ibanga ry’ukurera : ikiyago twagiranye n’abubakanye
3 жыл бұрын
54:23
KUBERIKI UMUKOBWA AGIYE KUBAKA ARIRA?||NI IBIHE BINTU VYEREKANA KO AGEZE KUBAKA?
3 жыл бұрын
22:31
NONOSORA IKIRUNDI :IMBWA IRARIRA?KIRABANIYE IYUMVIRE INYISHU BATANZE
3 жыл бұрын
19:45
Francine Niyonsaba mu kiganiro n’abamenyeshamakuru
3 жыл бұрын
Пікірлер
@ElvisGashashe
7 күн бұрын
Basazamwubahwe
@AugustinBIGIRABABONA-xk7sy
9 күн бұрын
ICO mumubiri Niki ?
@munezeroangedisrael
10 күн бұрын
❤❤❤
@DesignerMambo
12 күн бұрын
Mu gisagara bakanura😊!
@NdayishimiyeDavid-j3f
15 күн бұрын
Ndishimiy ikigikorwa❤❤❤❤❤
@emerykwizera7210
28 күн бұрын
Umugani ntibawitabira wumviriza uhoze
@hakizimanaerick-w6q
Ай бұрын
❤
@HyguetteNichou-o4s
Ай бұрын
Muhezagigwe🎉❤
@JosephSikogukira
2 ай бұрын
Jewe ndakuze (68 ans) navuganye n'umutama wa kera yambwiyeko igituma abagore batemererwa kuvuza inanga *kwar'uko kuvuza inanga cari igikogwa cagereranywa n'igikorwa c'amabanga y'abubatse, umugore canke umukobwa yemererwa kuyivyina canke kuyitamba nayo kuyivuza vyakorwa n'abagabo canke abahungu* uca uvyumva nawe umugabo niwe avuza, umugore canke umukobwa agasasira !!! Murakoze !
@uburundimukirundi
Ай бұрын
Murakoze kuri iyo ntererano
@Micomyizapatrick-i1h
2 ай бұрын
Urakoze ndi umunyarwanda nkunda igitaramo cy,iburundi crage
@florisdusabe7238
2 ай бұрын
Nn vyitwa ibifuruguto canke igitito
@perpetuemiganda7985
3 ай бұрын
Komera kw'ibanga!
@ProsperKarorero
3 ай бұрын
Urakoze Kinyange kuri iryo jambo rifasha abubu n'abejo kubandanya imico n'imigenzo y'ikirundi
@AudaceBizindavyi
3 ай бұрын
Uwu mugani wariwo muga uwumusore ntabishoboye .
@ShirambereFrancis-j2k
3 ай бұрын
Nubwo ntabyumvaneza ariko inanga ninziza
@THVMEMONXITVOo123
4 ай бұрын
Lyi nkuru ni nziza cane Ndakunda cane iyi nkuru Lgihuru uBurundi
@Kingbruce60
4 ай бұрын
21 september 2024 ninde aharuk kwiki video sinziger mpeba kumviriza umwironge 🇧🇮🇧🇮❤
@kabarebenyandwi
4 ай бұрын
Mellisa kubesha ikinyankore yitwa omugabe
@aimensengiyumva5172
5 ай бұрын
Murazamugwiza ibiganiro nkibi
@aimensengiyumva5172
5 ай бұрын
Muragize neza harabana batagizakadyo kokumenya ibibira Ruguru
@Serge_Kenzy
5 ай бұрын
The one and Only song , Igisagara kiryana I'm From Rwanda Harivyinshi nakumva ariko One Love let's Spread Love Biggy Energy
@FelicienNtakarutimana
5 ай бұрын
❤
@LeandreBirahanyi
5 ай бұрын
Komera kbsa😂😂😂
@jeremiendayishimiye725
5 ай бұрын
Icigwa gikomeye!Miragahorukwo!
@cizafrederick
6 ай бұрын
Murakoze cane kubagira ico bakebura abandi ariko Ubwatsi bumeze buruma baducira umugani ngotuzowucire abandi
@JustinNdayegamiye
6 ай бұрын
Mumpere kamwe
@JustinNdayegamiye
6 ай бұрын
Yubahwe uyu mutama
@LenildeKwizera
6 ай бұрын
Mutama wirambire gusa murakwiye kutwigsha ako karanga kabasokuru mwoba mukoze
@EmileDari-iq5gn
6 ай бұрын
Iyaba kuri dd irijambo ryobashikira bakumva abarundi ingene imico y,Igihugu yamweho komera Taorobeka na Kinyange muri Abashingantahe
@EmileDari-iq5gn
6 ай бұрын
Muzorimpere aba dd batazi Ubushingantahe
@GlorioseBarakamfitiye
6 ай бұрын
Uwo mugani uraryoshe cane😊
@tharcisseniyonzima5570
6 ай бұрын
komera Donatiyano kandi ukomeze gufasha abarundi gukunda igihugu
@NdihokubwayoObedi
6 ай бұрын
Nimwigish ugwaruk rususubiran imic yaker mwob mukoz
@NestorBizimana
7 ай бұрын
Kinyange winyambo niwirambire
@NestorBizimana
7 ай бұрын
Uwomutama yubahwe arashoboye kweri ni umuntu wagaciro père!!!
@VenusteNiyonzima-nd8kz
7 ай бұрын
Warahezagiwe mugenzi
@SiriyakeNahimana
7 ай бұрын
Uraduhimbara muntu wacu duh nizindi nanga za Donation
@Esdrasndagijimana-cm4mr
7 ай бұрын
Ijambo riryoshe cane🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@josephitangishaka960
7 ай бұрын
I'm proud of my Country Burundi
@UmurerwaVestine-cu1jb
7 ай бұрын
Irakiza ubuzimatv
@jeremyberry8703
7 ай бұрын
❤ I love you, brother ❤️
@ReverienNiyokindi
7 ай бұрын
Uwompa izindi Nanga ziwe azimpe
@HawaYahya-dw9ho
8 ай бұрын
Yemwe mutubandanirize ibijanya n'imico y'ikirundi kuko hamwe hamwe biriko biratituka.murakoze
@MusavyiPhocas
8 ай бұрын
❤ mbuye
@passyk9968
8 ай бұрын
Namwe
@passyk9968
8 ай бұрын
Wambaye neza gusa
@niyomwungereruben951
8 ай бұрын
Murakoze kuri iyo nanga ahubwo mutwongere nizindi nanga za donatiyano
@MagnetoNtizizakumwe
8 ай бұрын
Nuz cn ikirund kiryosh
@LarissaAkimana
8 ай бұрын
❤❤❤❤
@FidesIninahazwe
8 ай бұрын
Kinyange mon inspiration. Ukomereeee