Abakristo nibo by Chorale Rukundo (E.E.A MAGARAMA)

  Рет қаралды 6,451

Chorale RUKUNDO E.E.A MAGARAMA

Chorale RUKUNDO E.E.A MAGARAMA

Күн бұрын

Turabaramukije kandi. Turabashimira ukuntu mukomeza kudutera intege turabatumirira gukomeza mudutera intege.
Mugire partage nyinshi kugira Ubu butumwa bushike henshi hashoboka
S'abonner kugira urukurikirane rwindirimbo turiko turabashikiriza muzobe abambere kubibona uko indirimbo igiyeko.
Na commentaires kuri dukomeze kubona KO muri hafi yacu.
Mufise ico mubaza hamagara kuri +257 69 11 06 77 (Appel isanzwe na whatsapp)

Пікірлер: 19
@MartinNduwimana-k8o
@MartinNduwimana-k8o 13 күн бұрын
Teramuja imbere basha
@sarahb4985
@sarahb4985 Жыл бұрын
Amen 🙏 🙏 🙏 mwemuyera abane namwe mubikorwa vyamyu vyuburirivyi
@choralerukundoe.e.amagaram9795
@choralerukundoe.e.amagaram9795 Жыл бұрын
Murakoze cane. Mugubwe neza kandi mukomeze kudusengera no kudufasha gukwiragiza Ubu butumwa bwiza bw'Imana
@manasseminani2797
@manasseminani2797 Жыл бұрын
Namwe Imana nyenamahoro ibahezagire kandi mukomeze kudusengera kugira dukomeze kuvugana ubutumwa nigikorwa kitoroshe gisa umwanya nuburyo
@egideniyomwungere7810
@egideniyomwungere7810 Жыл бұрын
Que Dieu vous bénisse
@chartiernshimirimana2224
@chartiernshimirimana2224 Жыл бұрын
Iyo ngoma niyo kabisa umwana yayikompoje Imana yaramukoresheje
@choralerukundoe.e.amagaram9795
@choralerukundoe.e.amagaram9795 Жыл бұрын
Egoooo
@comeniyimpagaritse805
@comeniyimpagaritse805 Жыл бұрын
Courrage kbx Imanibakomeze
@manasseminani2797
@manasseminani2797 Жыл бұрын
Murakoze
@helemanibizoza2333
@helemanibizoza2333 Жыл бұрын
Great song 🎵. Thanks for the message
@choralerukundoe.e.amagaram9795
@choralerukundoe.e.amagaram9795 Жыл бұрын
You are welcome. Mukomeze kubisangiza abandi murakoze
@bampirevirginie4937
@bampirevirginie4937 Жыл бұрын
Oui nous devons etre la lumière des autres
@choralerukundoe.e.amagaram9795
@choralerukundoe.e.amagaram9795 Жыл бұрын
Merci
@manasseminani2797
@manasseminani2797 Жыл бұрын
Mwarubonye kururirimbo ruryoshecane tuzoshishikara gukora nizindi Imana itugiyimbere
@manasseminani2797
@manasseminani2797 Жыл бұрын
Ugombakuba umuco nugusaba amavuta ya mpwemuyera akaguma muriwewe
@gerardinentakarutimana1303
@gerardinentakarutimana1303 Жыл бұрын
Imana ibakomez bwok bwimana
@niyonkuruvalerie
@niyonkuruvalerie Жыл бұрын
Nimushirekurundi Banedata
@kituichetambe485
@kituichetambe485 Жыл бұрын
murimb nez ndabunviriz ndikeny ngomurimb nez geragez kurimb mugiswahir bunv
@manasseminani2797
@manasseminani2797 Жыл бұрын
@@kituichetambe485 murakoze rero hirindirimbo twaririmvye mugiswahiri nizindi twaririmvye mukirundi kugiramwese munezerwe
harigihe by chorale rukundo
6:13
Chorale RUKUNDO E.E.A MAGARAMA
Рет қаралды 8 М.
Ni intahe iryoshe nukuri. Umva uko Chorale Rukundo yatanguye naho igeze.👏👏👏
42:47
Chorale RUKUNDO E.E.A MAGARAMA
Рет қаралды 1,3 М.
إخفاء الطعام سرًا تحت الطاولة للتناول لاحقًا 😏🍽️
00:28
حرف إبداعية للمنزل في 5 دقائق
Рет қаралды 73 МЛН
Зу-зу Күлпаш 2. Интернет мошенник
40:13
ASTANATV Movie
Рет қаралды 460 М.
啊?就这么水灵灵的穿上了?
00:18
一航1
Рет қаралды 45 МЛН
Chorale bamileke
8:13
Emmanuel Ouafo
Рет қаралды 153 М.
ABAVUGABUTUMWA_Official Video_2024 by Calvary Golden Melody Family Choir 4K
5:15
Calvary Golden Melody Family Choir
Рет қаралды 4,3 М.
Ntizi kubesha by Choral Himbaza Eglise Anglicane de Rohero
6:40
Choral HIMBAZA Rohero
Рет қаралды 21 М.
NEEMA CIZUNGU,MAPITO LIVE
7:33
Neema Cizungu
Рет қаралды 39 М.
CHORALE KANYAMI III-ikiganza
5:34
VICTORY MEDIA STUDIO
Рет қаралды 14 М.
Rema by Chorale Rukundo (E.E.A Magarama-Gitega)
7:07
Chorale RUKUNDO E.E.A MAGARAMA
Рет қаралды 1,1 М.
5  Yemwe bagabo
6:20
chorale 2 gikungu
Рет қаралды 67 М.
abizigiye uhoraho By chorale RUKUNDO
4:56
Chorale RUKUNDO E.E.A MAGARAMA
Рет қаралды 6 М.
إخفاء الطعام سرًا تحت الطاولة للتناول لاحقًا 😏🍽️
00:28
حرف إبداعية للمنزل في 5 دقائق
Рет қаралды 73 МЛН