Abarimyi b'amavoka bokwiruhutsa, umwimbu wabo ugiye kurondererwa isoko na Burundi Avocado Marketing

  Рет қаралды 9,700

Mashariki TV

Mashariki TV

Күн бұрын

#Burundi: Abarwizatunga basabwa gushira imitahe mu burimyi bw'igiterwa c 'ivoka, nk'uko bishikirizwa na Désiré Sahinguvu arongoye Urunani rw'abarimyi b'ivoka #BurundiAvocadoMarketing mu gihe muri urwo runani bariko batanguza amasoko yo kwegeraniriza mwo no kudandariza mwo amavoka muri komine Bwambarangwe, Giteranyi na Busiga bongera batanguza icese umwaka w'uburimyi bw'ivoka mu ntara za #Muyinga, #Kirundo na #Ngozi.

Пікірлер: 33
@GiramatamanziManzi
@GiramatamanziManzi 3 ай бұрын
❤❤ ndumunyarwanda mperereye Kigali from Rwanda. Ugushyira hamwe kwabarundi umurava nokwiyemeza kwannyu ndababwiza ukuri nimukomeza mugushyira hamwe biza rangira uburundi buyoboye ubukungu bwa,afurican ese barundi muziko arimwe gihugu cyimaze inyaka 10 mubihano bikakaye , mubyubukungu aho abakoroni bifuzagako mwicwa ninzara ndetse nibyorezo ariko mwarwanye intambara ikomeye iyomyaka icumi iraheze uburundi bushikamye uburero president ndayishimiye never yanababwiyeko ntankunganimwe yabo anakeneye ibyo byakanze aba president bafurican bamwe birirwa bigira ibikomerezwa bakirengagizako babeshejweho nabagashaka buhake ubu ndabaha inama begere uburundimubabwire ibanga ryokumara imya 10. Mubihabo byubukungu nyamara bikarangira umwanzi amwaye. Ubu murakataje mugushyirahamwe narababwiyengo murikumwe na never president ndayishimiye sebarundi ntaho mutazagera ndabona atera intabwe nka kadafi cg president viradimin Putin nishimiye kucyemezo cyoguca agasuzuguro kabakoroni birakwiye konabandi bigiraho uburundi ni ahazaza ha African barundi ndabakunda cyane kandi mukomeze mushyire hamwe Kandi mukore cyane abatabemera bazemezwa niterambere ryahazaza hanyu mbonereho nokwibutsa abarundi gukunda iwabo kuko iwabandi si ahanu iwabandi. Harahanda ndabakunda cyane. Cyane nkakunda president ndayishimiye neva
@BerchimasBigirimana-do2sf
@BerchimasBigirimana-do2sf 3 ай бұрын
Ndumurundi uvuzukuri ntaco wihenzemwo birateba ariko bigashika tu urya ni putine turamwemera abamwank nabanyaporitik nkawe ntamunyagihugu asanzwe atamukunda kirets abobaporitik
@christella5092
@christella5092 3 ай бұрын
Urakoze munyaRwanda kuduterintege
@SindayigayaDeo-ox8bx
@SindayigayaDeo-ox8bx 3 ай бұрын
Ndi burundi shimire umunyarwanda abushitse yubahwe mucubahiro ciwe numvise umengo nomubona bikunze akabonako twamwishuye ngiriyeko ndamusaba kuzoza iburundi turamuhaye karibu ngaha iburundi tuzoyage kk afise icamaze hm iburundi ubu turi gushira hamwe vrt mutama never turamukunda can kubamaze kumutahura nabanyabwenge can nabandi bazobibona banabitahure kk aba ariko ariyagira gusa numunyabwnge mutama
@Quality253
@Quality253 3 ай бұрын
❤❤❤❤❤
@NdayizigaViateur-q7r
@NdayizigaViateur-q7r 2 ай бұрын
Urakoze Munya-rwanda,kudutera intege uri umukunzu wa-Barundi,urakoze kutwipfuriza ivyiza habwa umugisha
@niyorukizaelias8142
@niyorukizaelias8142 3 ай бұрын
Sawa sawa
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja 3 ай бұрын
❤❤❤🎉🎉🎉Oyeee
@ISMAIL_THE_BARBER
@ISMAIL_THE_BARBER 3 ай бұрын
Burundi bwacu bwiza ❤❤❤
@GloriaIrabaruta
@GloriaIrabaruta 3 ай бұрын
Abarundi tugiye kubona ivoka mu nzozi
@FrankeIgiraneza
@FrankeIgiraneza 3 ай бұрын
Komera cane gose
@shadiahshadiahshadiahshadi4060
@shadiahshadiahshadiahshadi4060 3 ай бұрын
Vyiza cane
@EricNtwari-og7il
@EricNtwari-og7il 3 ай бұрын
Vyiza cane. Tureke n'abarimye mandarine, ibitunguru, umuceri, Tomate bashore mu bindi bihugu. Niho umurimyi azotera imbere
@SindayigayaDeo-ox8bx
@SindayigayaDeo-ox8bx 3 ай бұрын
Nivyiza can natwe turi kukivi turikumwe birashoboka ahubwo niyiraho yari mpande ynzu narihafi kuyirandura reka nterefone batarayirandura bayireke nzotuma ndahimuka pe
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 3 ай бұрын
vyiza cane igihugu cacu kiriko kiraterimbere mumpamde zose
@JimmyGahungu
@JimmyGahungu 3 ай бұрын
Yooo binjiye mu mavoka nayo. iyi ntwaro izotugeza habi pe mugiye kubona ivoka rigurwa 5000.umunyagihugu mutomuto kurya ivoka bayi
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 3 ай бұрын
urarwaye Bura kurima rwawe abarimyi tugiye gutunga
@mvmezerosamira3960
@mvmezerosamira3960 3 ай бұрын
Reka guponda, jana niterambere. Uburundi buzotezwa imbere n'ibikorwa vy'abavukagihugu. Gusabiriza birakengereza!!!!!. Ese wowe uri gufasha iki igihugu cawe ahubwo jana n'abandi mw'iterambere
@JimmyGahungu
@JimmyGahungu 3 ай бұрын
@@mvmezerosamira3960 hhhh ngira wewe ikibazo c'ibiciro ntaco kikubwiye ufise mnshi ntaco ubuze warayarondeye hagowe twe tutarayabona
@JimmyGahungu
@JimmyGahungu 3 ай бұрын
@@bizomenyimanaelias5455 uratunga utunganirwe kwli ntakibazo.Imana yakwihereye aho urima hagowe twe tuboronka tubisumye nitwe tubona ibiciro ingene vyaduze ku masoko
@obedemanirabona
@obedemanirabona 3 ай бұрын
Wewe uramaze kurima wumve umuruho wavyo icara ngaho sha
@eze-b3q3w
@eze-b3q3w 3 ай бұрын
Hhhhhh
@ReemAl-Qahtani-se6bl
@ReemAl-Qahtani-se6bl 3 ай бұрын
Kuva ncaruka ndabon ivoka Ari rya nawe
@uwimanaestere9347
@uwimanaestere9347 3 ай бұрын
Uwutar umugwizatung ntazory ivok
@InnocentKwizera-u1f
@InnocentKwizera-u1f 3 ай бұрын
Uc uyirim
@AmagandaPictures
@AmagandaPictures 3 ай бұрын
Twese nitwayarima ntituzobura ayo turya,basokuru bacu barayamaze ngo uwutarima ntarima reo uwuzorera amaboko azoyagura ahandi knd azimvy
@AmagandaPictures
@AmagandaPictures 3 ай бұрын
Reka inje kukivi ndayarime kubwinshi kk ndumva ngiye kuhatorera akoyoko
@SindayigayaDeo-ox8bx
@SindayigayaDeo-ox8bx 3 ай бұрын
Rk abarimyi tuyarime uzorabe ww amavoka yi burundi woronka iyo woyajana agahera
@adoumpmoussah939
@adoumpmoussah939 3 ай бұрын
Nyakubahwa,nta kuntu abasuma bafungiwe utuntu duto kimwe nabagiye kurangiza ibyaha bazajya batera amavoka ? Ikindi mbona kumuhanda hose mugihugu haterwa avocat n,ibindi biti nk,indimu Buli mwana wese w,umurundi wo mucyaro yagombye kuba itegeko akorora urukwavu,hakajya habaho irushanwa Mbona hali hakwiliye jardin tourristique y,ibiti byose byimbuto bibaho.ku isi byera kuli tropique abantu bakajya babisura ,n,abiga Agronomie bakabyigiraho Itegeko ko buli muturage atera ipapayi,marakuja ...
@eze-b3q3w
@eze-b3q3w 3 ай бұрын
Uzombunda nizakera kabisa
@boazvyukusenge-f3t
@boazvyukusenge-f3t 3 ай бұрын
None wew ubona Imbunda canke wunva igikenew canke nimba arizakera ubu uwoyigutunga ntiwokwiyonona
Tambours du Burundi-Amagaba
12:44
Amagaba
Рет қаралды 89 М.
Tilt 'n' Shout #boardgames #настольныеигры #games #игры #настолки #настольные_игры
00:24
Сигма бой не стал морожкой
00:30
КРУТОЙ ПАПА на
Рет қаралды 10 МЛН
PAPA SAVA EP 1144:IBARUWA KIRIMBUZI!By NIYITEGEKA Gratien(Rwandan Comedy)
30:56
Tilt 'n' Shout #boardgames #настольныеигры #games #игры #настолки #настольные_игры
00:24